B Face aracayoboy kuko afise ubweng Muyandi majambo avyibushe mumutwe !azi kuba mur situation yos genre yaba nziza cank mbi!ndamukunda cane B face ntitayeko atanzi kndi tutazigera tumenyan nzam ndumukunzi wiwe .beg up san courage ❤ kora abavuza ugwamo numunwa bientôt bazovuza ugwamo nibirenge bakurondeza amaguru . courage san
@HygueJasiri-hf2kb Жыл бұрын
B face wew utuguru twaw twakugize muremur kumubiri ndetse no mubwonko.ihanganire abapetit kuk urabaruta.big up sana ❤
@enockngendakuriyo6759 Жыл бұрын
Isaac iyo ubajije ikibazo burindira inyushu yoose ureke kujaniranya nikindi kibazo ikindi kitaraheza kwishurwa c est vraiment enervant kandi ubigira kenshi ba wihangana k merci👍🇨🇦🙏
@maishacenter-eastafricatv3976 Жыл бұрын
Ubunyamwuga buke
@bniyo1573 Жыл бұрын
Pole sana brother B Face, abarundi bamwe bamwe turagoye, ihangane ubandanye ibikorwa vyawe kandi Imana ibandanye ikuja imbere.
@belyseirakoze1151 Жыл бұрын
Nanj uw muceri nawubony😂😂😂😂 B Face💪Rap Romantic shn🤸🥰ikiganiro cawe nah comar 3h nokirab cose,,, courage Muta we love you 🥰✌️✌️
@belysemugisha7250 Жыл бұрын
B Face numv ndgukunze de plus vrt✌️insiguro utanze zisa nizivug ukuri gusa👊utere imbere cane mumuziki abakwanka bamaramare
B-Face uri mukuru cyane kuko numvise ko uvugana na Mama wa Drama-T numva wamwegera ukamwegera mukayaga ndumva yazamwicaza akamuganiriza not kuza kuma Tv like this we love you and we love also Drama-T kandi muri abagenzi mwongere mube bamwe
@AndréUwimana-z1i Жыл бұрын
Kumenyekana cane iyo bihuye n'ubwenge buke hamwe n'akagaye,amaherezo aba mabi.B_face ivyo wavuze biragaragara ko ari ukuri.hama umureke drama_t aborerwe nubu star.
@BikomatiJacques Жыл бұрын
Bro B-Face big up saaana we capa kazi Ikiganiro nacumvirije cooooose urera pe kandi ukore nk'umuntu akuze acoye akenge nkuko mbibonye
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Ubwibone nibubi cane Igihe cose ubony kumenga uri umu star birenze abandi Biba bipfuy kuko ucugira ubwibone .donc inzira yogushika Aho ushak nukubandanya wicisha bugufi .b face ubandany wibera humble nivyo vya fresh👊👊👊
@Bryce-ye2ky Жыл бұрын
B-Face and Drama T, aca Longolongo, muriko murata umwanya, make peace. hanyuma mucape akazi.. We love you❤
@MorelDonFernand-qj9zq Жыл бұрын
Nakubaliii xaan bro B_Face courage sha ma Big brother
@Nanalovdav Жыл бұрын
Isaac iyuriko urakoresha interview abantu babasaza atari bwabujwa zureka avuge apana kuguma uvuugaaa....B face yagushoboye tu😊ikiganiro cari bon
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
B face wewe mama aribonera ntariniganwa Nico ndamuziko
B face naho nzoba ndumwe urumwe kumubumbe gusa drama utagasohoreye ikigoma kigahabura ntikazogira indero gsa ww ❤❤❤
@ildephonsekwizera3974 Жыл бұрын
B face yubahwe kbx indirimbo nsha turayiteze kbx abamuvyonze barahari kbx nabakuruguture
@nijimbereaimable9947 Жыл бұрын
Drama T Bono sana. Big up B face 🇧🇮
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Wooooa B FACE imbere cane ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯🔥🔥🔥🔥💪💪💪
@SamuelNduwayo-kn8mm Жыл бұрын
Kure cne B Face wiwacu
@SamuelNduwayo-kn8mm Жыл бұрын
B Face nshak izina ryiyo ndirimbo ndayumvirize
@jamessiyoni2996 Жыл бұрын
Ntantambara dukeney muba artiste bacu ariko duhindur stratégie tube professionnel kuko vyose biriko vyicwa nibintu vyubujama duhindure rro uko dukora bizodufasha si non turabarundi twese just one Love
B Face wew uri ushingantahe, kandi kubwiza abagenzi bawe ukuri ari ingabirano nziza idasanzwe kandi itagira benshi, kuko benshi bafise uburyarya. Kandi nanje nakunze cane version yanyu mwese ya kode. Ndakunda uko wubaha abafana, wew mungendo yawe uraha ikibanza ciza abafana kandi naho boba ari abantu bato, urabaha icubahiro. Courage mta, naho ubivuze ivyo bizoguha icigwa ejo uko wigenza hamwe n'abandi baririmvyi. Izo ngorane abantu bagira, biduha icigwa c'ejo hazoza. Respect B Face
@mamachama-v7u Жыл бұрын
Ntarimwo nari bwarabe ikiganiro ca B face , Kandi ntanubwo narinzi haramatati na mugenzi, ariko vraiment B face ari mukuri 💯 biraboneka ko ari sérieux Kandi araciy'ubwenge cane . B Face rero kure cane niho kwifuriza kugera courage muri vyose .
@felixnduwimana7340 Жыл бұрын
Yudah yahumaganye,ariko gusa B Face yunvikana nkuwurimukuri
Isaac TV. Il serait bien de chercher à réconcilier les gens au lieu d'inviter quelqu'un pour retourner en arrière mu matiku yabaye. Comme conseil d'un sage à B-Face and Drama-T. Cherchez une voie pour se réconcilier. Isi irimwo imidugo n'imimanuko les amis
@SirboyAlienne Жыл бұрын
Who dramt ashak kugar gos b face numunt wumugabo avug ukur kand avug ijamb nkumushingantahe ❤❤❤❤❤nukur isahak arabaza ibibaz
@yumvirabayisabapacifique Жыл бұрын
B face big up sana bro wewe komera mutama ntakabi kawe
@audavieniyo Жыл бұрын
Komera ncuti yanje b face umugabo wukuri yama aharanira amahoro never giv up brother
@panna-boy4606 Жыл бұрын
This story of Zanzibar it's just too much be strong maybe nubwana bumuhenda
@ninah257 Жыл бұрын
Drama T NTA confidence yifitiye twebwe abadufashije nitwe twiribwa tubavuga none kubumuntu yaramufashije nikibazo? Monia fleur ko yivugiye ko B yamufashije yabaye ik
@SelectatraXxX Жыл бұрын
but Isaac Tv, wagiye wihangana umuntu akarangiza gusubiza ikibazo umubajije??? ukomeza umuca mwijambo nkincuro 100 lol
@AmeenaMOHD-es7uv Жыл бұрын
Ndabasavy mumuvek b-face wanj ntaco yabatway b nibakurek shah nj ndahar dakwikundir nah isiyos yokwank nj ndahar❤😅
@shazaboytheking9683 Жыл бұрын
Nibamuhanure uwomupeti dramat kwl kuk jew naramaze kumwikuramwo wese vrm
@patrickndayishimiye4609 Жыл бұрын
B face uvuze ushavuye cane kwl gusa vyerekanye ukuri kwawe kabisa kuvyo usiguye kandi urashavuje nugutakaza numugenzi witangiye
@BarthelemyBARUTWANAYO-sd3oo Жыл бұрын
B-Face big up kbs...insiguro ninziza knd kuba Fière-Claire,Biguha kutagira Uburyarya
@sheillyba623111 ай бұрын
Isaac burindira umutumire aheze kwishura please 🙄apana kumucira mwijambo😊
@topazkevin4024 Жыл бұрын
Kary ga petit ntikari humble vrt..uragakubita amakonzi gakure mumutwe!😅
Next time uzoze urabaza Ibintu wabiteguye apana Kubaza ibintu bije ubwo nyene Hama courage caaane Isaac
@aaronbe9966 Жыл бұрын
Ah B-face il raconte trop de vérité avec détail qu’on connaît pas vraiment. Vos histoire vraiment , discuter entre vous et redevenez juste ami ou rester en bon terme et à bon connaissance qui travailler ensemble.
B hejur cn gos mutama komeza gukor urekane nic gipeti cinkond drama t aravuy kwa muvyab na Big fizzo ajiwaw naho hanyum kub uvuy mugacerere nivyiza kk uradusubij icizer nkabakunzi bawe.
@sagessengabire1289 Жыл бұрын
Rekana nurwo ruzingo ngo ni drama-t
@yusrairakoze3966 Жыл бұрын
Burya abafana benshi baragutahuye b face kuko nakana kabi ki dramati ntandero kagira peeee kandi kazoheza kicuje munyuma
@LS-ys2zt Жыл бұрын
Isaac uzajye ureba muri camera iyo uvuga....on dirait que uba ufise isoni
@FiacreKwizera Жыл бұрын
Uri mukuri bro nasabe imbabazi
@MetodeMetode-l4h Жыл бұрын
B-Face imber cyan niho nkwipfurij
@yseultirakoze3808 Жыл бұрын
Drama t namusabe Imbabazi nyinshi B face
@pp-wd9qq Жыл бұрын
Version ya B face nemera nuko Drama t ari indyarya... kuk yagendany ikibazo igihe kinini azi k b fac ari umwana mubi mais aza kubivuga kuma media plus tard. Yaz kuba naw ari serieux yari kubivugana naw na b fac.knd naw yitwanz terme indyarya or numvirije niw afise iyo côté..
@lionelgahungu3442 Жыл бұрын
Duuh 🤔 bwabundi Big fizzon yubahwe mwio Game yanyu, araca barush vyinshi azii ,,
@bolistalento8679 Жыл бұрын
Me broda merci kumuco uduhaye keep up music tuyikore dutere imbere
@petermurugagatei7911 Жыл бұрын
My Rap yuda Big Up first 🤛🤛 I like ur rap from Kenya, naeza kushauli uendelee hio upole wako n heshima zako vitu zingine achana nazo ww n mtu grown-up so usijifananishe n watoto💪
@nyiramuzikapatronjeune8833 Жыл бұрын
Reka twumvikane nimube mugir'ico mwubaha ibi bintu ntibizigera bifudika you guys have to be professional