CYCY yishuye Musaza wiwe nishavu ryinshi..|| Butoyi bamugaya kubera ari umukene.|| Jewe ndi Imfuvyi

  Рет қаралды 20,301

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 373
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Sha Ally narabinye afise umunwa nkabagore!Jew sindamukunda
@ramabaragura4534
@ramabaragura4534 2 жыл бұрын
Mbe uyo Ally ww KO tubazi uyo cycy nuwahe KO babesha bapfaniki
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Ally ndibaza waramubonye mukiganiro giheruka ngaha kuri Isaac tv!cycy nawe ni uyo nyene ubona mukiganiro!gusa ally afise umunwa nkabagore
@marinaniyonsaba564
@marinaniyonsaba564 2 жыл бұрын
Nibabarek sikugahat kko ibint vyagahat ntakivamw nibabarek barakuz bazovyimenyer nne Ally ashak bibe nkuk avyiyumvir konz kiramunt Wes akor icumutim wiwe ushak kki arikoyivang muvyabakundany nne cnke bimbashak yihindur butoyi Hma ahez akoricumutim wiwe ushak kur cycy💪💪💪💪💪urukund rutarurwae nturujan ukushak habaharih benego❤️☑️💯cycy butoyi imber cne babakurek ubujing👌
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 2 жыл бұрын
Ndabumva bagenzi kuko mfise experience y'ivyobintu. Ingorane nkizi zuzuye muma families nkayose kweli. Ndabahaye pole basha ariko Imana izobarengera🙏🙏
@mariamirakoze7299
@mariamirakoze7299 2 жыл бұрын
Je kubwanje cycy yotsinda ishavu hama akamujana butoyi muhira muronke imihezagiro y'umuryango.hama mufunge indoa mubane mumahoro n'umutekano.kuvyerekey ubuzima Allah niwe azi ejo hanyu.kandi niho muzoronk n'imihezagiro y'Imana. Ndabakunda kanini 🥰🥰🥰
@belysenshimirimana2038
@belysenshimirimana2038 2 жыл бұрын
Masikini , Imana ikomez urukundo rwanyu, abivanga nibagend gake kuko ntawuzobubakira, vyose n'umwanya igih kizogera Imana ibaje imbere♥️♥️.
@ساجساج-ي3ر
@ساجساج-ي3ر 2 жыл бұрын
Mwubahwe cyane Butoyi n'a Cy cynthia turabakunda cyane nabandi barabireko muvyurukindo gwanyu n'a cy
@anny_queen8265
@anny_queen8265 2 жыл бұрын
Yooo niyihangane Butoyi na cycy Imana izohezagira
@stilastyl2483
@stilastyl2483 2 жыл бұрын
Kubaipfuvyi birababaje Najew ndipfuvyi imana🙏 Ibajimbere butoyi n sisi🥰🥰🥰🥰
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 жыл бұрын
Vyihorere nije ndabizi ubupfuvyi buraryana bukagera ku ndiba yumutima yewe agahinda kara kwica ukibura ukamenga nturi kwisi vya kubitana nubukene hoho ncanke urushako rubi umenga isi yose ikuri kumutwe ndabizi cane
@safiburundi3313
@safiburundi3313 2 жыл бұрын
Nibabarek Sha urukundo ruruta vyose mwikundaniye muzoshka kure kuk nabasezeranye imbere y'Imana bararusenya igikuru n'urukundo gs
@dididivineofficho6080
@dididivineofficho6080 2 жыл бұрын
Umuryagowabasisi nibareke kugira ifutu bakurewivu barekekwigira abantubifise gobamuchizemwichuri kandi atamutahebafise yokumwigicha mutoyi nuzewisereva cha nimugedekwadikwa muriretasivire hamazendabekobaguhagarika
@benignenishimwe8051
@benignenishimwe8051 2 жыл бұрын
pole sana sha Cycy abataguterereye impanuro mbere utaraba uwo uriwe ubu ntampamvu yuko baziguha ubu,ikindi uwo muryango ataco wagufashije ugikeneye ubufasha bwabo ntampamvu yokubumva so,urumuntu mukuru amahitamo nayawe kandi ubuzima bwawe niwe ubuyobora enderea namaisha yako💃💃😍
@rossikirossiki6518
@rossikirossiki6518 2 жыл бұрын
Jameni mi sina lakusema zaidi yakuwaombea Allah awawekeye wepesi penye uzito mufike kwenye malengo yenu
@ялюблюего-х7ю
@ялюблюего-х7ю 2 жыл бұрын
Nimwikundanire basha. Ahubwo famille ya Cycy sindayumva, aho kuvuza amaruru mwari mukwiye gushimira Butoyi. Mbe cycy, iyo adahura na Butoyi murazi ubuzima aba arimwo ko numva mwamutereranye ! Aba ari mu bindi bintu bigayitse arondera ingene abaho aho murumva ico mvuze. Mubareke rero bazo regularisa babishoboye. Imana ishobora kubahindurira amateka bakaba abantu bahagaze neza mugasanga mwarabiteranijeko. Isaac urakora groupe umwe wese atanga ico afise. Twobishiramwo inguvu vyoshoboka ko ba regularisa tubibafashijemwo. Ndabigusavye
@jackharerimana9550
@jackharerimana9550 2 жыл бұрын
Nimwigire mwandikwe mutere intabwe kandi mwiyegereze nimuryango Kuko umuryango uzoguma ukenerwa muri vyose❤❤❤❤❤❤ndabakunda
@inesnene2399
@inesnene2399 2 жыл бұрын
Igumire mur love ❤️💙mahaba ndi ndi ndiiiii !!!niko kuhusik kweny harus yenu 🤣🤣Allah acung
@ummmuhammadabdullahsalafiy4984
@ummmuhammadabdullahsalafiy4984 2 жыл бұрын
Allah Awawekeye Wepesi Awajarie KHER bayina yenu Awabarikiye Mapenzi yen Awa jariye mufikiye marengo yen Ammman Ya Labby.
@soniandayizeye8141
@soniandayizeye8141 2 жыл бұрын
I love this couple sha🥰🙏🏽 hama nibabareke nurukundo bwabwo! Cycy you’re amazing and very talented💯🙏🏽😘 Isaac love from Holland!
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 2 жыл бұрын
Ntivyoroshe kweri,Imana iborohereze 🙏🙏
@ornellanenenellador1313
@ornellanenenellador1313 2 жыл бұрын
🤗🤗😏🤗🤗🤗😃😉😅😅😃😃😃😅😃😅😃😃😅😅😅baramutaye baramutora bakomesh KBS bakuache yako muichi mpendane zenu mungu awajalie mungu njo kilakutu
@angelove8777
@angelove8777 2 жыл бұрын
Ndabikundira cyanee cycy butoyi mwubahwe urukundo nigwa babibiri nibabareke vrm maisha niya mungu Inshaallah ❤❤❤❤👌👌👌
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
Mansh'Allah 😍 urukundo rwubahwe kko nuburozi gukunda uwugukunda👌🏿🤸🏽‍♀️💃🕺nimwibereho ,nimumubwir Ally ati turimurukundooooo🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
@nizigamajustine4794
@nizigamajustine4794 2 жыл бұрын
Nomwikundanire
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Cane gose nibirambire
@نسراردكد
@نسراردكد 2 жыл бұрын
Ababan kwel jew ndabemer kbs ❤️❤️❤️🌹🌹💗💗🥰🥰
@laidayassmine319
@laidayassmine319 2 жыл бұрын
Birababaje disi gs mwihangane urukundo rwayu rurimwo intambamyi nyishi Ariko Allah Abibemwo
@charlottemageza5380
@charlottemageza5380 2 жыл бұрын
Courage Cycy harico imana yaguteguriye imfuvyi irakuzi kandi izogutwenza igihe nicagera
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Nimwikundanire murekane na aly imana yibange muvyanyu mutegure urubanza mwitonze natwe abakunzi banyu tuzobafata mumugongo 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦♥️♥️♥️
@fio8729
@fio8729 2 жыл бұрын
NN cycy umwana yagiyehe nimubwire mperuka afise inda
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
@@fio8729 inda yaravuyeyo
@niyogushimaoscar9248
@niyogushimaoscar9248 2 жыл бұрын
Yaruhiye ubusa ncuti wew ntiwumvise ko yarafise ikibazo munda
@daphnelovely7280
@daphnelovely7280 2 жыл бұрын
Jewe nsimbona ikosa bakoze kuko ahari urukundo bisous nikintu gisanzwe ahubwo nibabareke bikundanire nabo barabe abagore babo kuko wosanga nugwabo rubananiye pour de vrai je vous aime
@karimmarcelo7164
@karimmarcelo7164 2 жыл бұрын
Mmmmmh
@NdihokubwayoInnoncent
@NdihokubwayoInnoncent 2 жыл бұрын
Nibabareke bakundane bazogira mariage
@NdihokubwayoInnoncent
@NdihokubwayoInnoncent 2 жыл бұрын
Baracitegura kuko mariage sikintu coroshe
@A-M973
@A-M973 2 жыл бұрын
Ewe mukama sha cycy nawe ingene araba mutoyi aramukunda kwer komera nshuti yanjye Nanjye ndafite umukunzi ubwambere tugitangura gukundana nabibwiye famille baravyaaaanka gose bakavuga amajambo nkayo nyene bakuvugako mugabo ubunyene vyaraheze ntibakivuga nakimwe ahubwo umukunzi wanjye baramukunda gose rero nimukomere cane LOVE ALWAYS WIN ❤️❤️
@shushu8105
@shushu8105 2 жыл бұрын
Kumbe nawe wabibonye 😁😁😁😁
@marimohamd3564
@marimohamd3564 2 жыл бұрын
Waoòooo.mukobwa.komerezaho.nukuri Umuhungu.agukunda..ntumwanke.mukobwa.komerezaho
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 2 жыл бұрын
Mbega imiryango yubu kunguvu gukoresha umukwe mariaje yooo muri kwihenda nimubareke bakore urukundo ivyo bizoza bukebuke Cycy niwitekanire💌🌹❤️🇧🇮
@sarahnsengiyumva2330
@sarahnsengiyumva2330 2 жыл бұрын
Butoyi genda mwandikwe kimwe ivyo bindi bizohera♥️🔥🇴🇲👈🇧🇮ndabakunda
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
👍👍👍👍👍❤🤗
@emmanuelnzambimana5569
@emmanuelnzambimana5569 2 жыл бұрын
Nibabavinyuma,kumwe gusa mwikundaniye kandi biraboneka simbona igituma baguma batumwanya babavuzahinduru,nanjyewe ndabikundiye courage murukundo gwanyu.
@مارياماريا-و4ل
@مارياماريا-و4ل 2 жыл бұрын
Sha butoyi ndagushigikiye cane kuntahe ushinze wallah. Isaac ndi Marie shingiye kuvyo butoyi avuze aciye anyibutsa ivyanje Isaac.nanje fise intahe nyishi noshinga kandi yoruhura beshi kandi yoremesha beshi butoyi mwebwe bandanya intumbero yanyu gusa ntabindi mbega abiwabo bazomwubakira? Hubwo bazomaramara babonye ivyiza imana ibakoreye ndabashigikiye cane cycy nanje nvuka imuyinga cycy wew bandanya intumbero yawe gusa
@ساجساج-ي3ر
@ساجساج-ي3ر 2 жыл бұрын
Pole sana mazina yangu cy cynthia
@dancillekwizera1360
@dancillekwizera1360 2 жыл бұрын
Nibareke kubarwanya vrema
@gdgruykj949
@gdgruykj949 2 жыл бұрын
Nibareke abana bikundnire imana niyo irema urukundo imiryango nayo nireke kubivangamwo imana niyo iziryantuma
@Damaska_promoter
@Damaska_promoter 2 жыл бұрын
Nibareke URUKUNDO rwiganziye🇧🇮🇧🇮❤️
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 2 жыл бұрын
Ewe sha bwana ALLY🙄🙄👀👀🤦‍♀🤦‍♀✔✔
@wembakamungu2740
@wembakamungu2740 2 жыл бұрын
Yooo, Imana ibaje imbere shaaa
@anitanahimana2115
@anitanahimana2115 2 жыл бұрын
Mashaa Allah. Muna pendeza. Sana. Allah. Awa bariki. Mufike kwenye. Marengo. Yenu
@channellechacha4177
@channellechacha4177 2 жыл бұрын
Reka mbanze ndeke kuryama niyumviririze urusaku ila Mansha Allah Toyi na Cycy mwaberewe
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Imana ibaj imber ndabakunda nibabarek mwikundanir
@jeanenshimirimana987
@jeanenshimirimana987 2 жыл бұрын
Humura couple nziza Iman nivyose kandi imber noheza ba chri banj Ndabakunda
@Munezeroyvette
@Munezeroyvette 2 жыл бұрын
Nibabah amahoro mwikundanire kuko nab igihe bakundana nabo ntimwabavugirij induru❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮💚💚💚🇸🇦🇸🇦
@cherie_asuman
@cherie_asuman 2 жыл бұрын
Jmn nawapend sn sifa na butoyi😘wawaniachie jmn 😃 mung atawachekeshag insh'allh 🙏 bimaan mung ndo anatowag na ananyankany my dear❤️nawatakia Kila lakheri katik ndoa yenu 🤞
@rhmh1233
@rhmh1233 2 жыл бұрын
Allah awajaliye katika mapenzi yenu awajaliye chenye munataka mukifike eko
@munezeroaline8735
@munezeroaline8735 2 жыл бұрын
Ewe butoyi we nguguma wi servant
@asdfgasdfg9038
@asdfgasdfg9038 2 жыл бұрын
Kwakweli maisha niya mungu. Ila ndoa nimariziyano kati yawatu wawili kwakweli mim ushauri wangu amuowe kisha rizki mungu njo anatowa
@zou7470
@zou7470 2 жыл бұрын
🤝🤝
@mireilleirakoze602
@mireilleirakoze602 2 жыл бұрын
Mungu azidi wabariki mapenzi yenu
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 жыл бұрын
Ewe Butoyi 😀😀😀😀 namabombe wawa aceni mahaba ndindindi allah ikonanyinyi pole pole njomwendo na allah awalindie love yenu 🙏🙏🙏
@nadiaaa1407
@nadiaaa1407 2 жыл бұрын
Nibabirekere sha mwikundanire urukundo ntirwinyegeza Imana nibigomb muzoshik kuco mwifuza
@chantalbutoyi1330
@chantalbutoyi1330 2 жыл бұрын
Imana ihindura amateka nibabareke
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 жыл бұрын
nibabarek mwiryohere kand ndazi Iman izobatez imber
@ناصرالكلباني-ض8ط
@ناصرالكلباني-ض8ط 2 жыл бұрын
Abiwabo na cycy nibakurinzara bareke bikundanire imana imbere
@jracine9383
@jracine9383 2 жыл бұрын
Masha'llah muraberew waray nimufatane munda san cycy nibakulek mukobwa nibakury uruhuha niwigumy mukobwa na butoy nihubahwe muhungu ebwa zobaterera kurubanza rwanyu
@ramiprincess4319
@ramiprincess4319 2 жыл бұрын
Insha Allah ndoa yatoka kwa Allah unaweza kupanga ndoa kama kitabo cako hakija fikiliwa utapanda ushuke Ila hutofanikiwa 💖💖💖alafu kingine nimependa jinsi Cyc Cyc amekuwa mu Isilam ❤️Allah awawekeye wepesi muowane N'a familia nanyiye acheni kwenda Kuma réseau social munamutukana mkwe wenu😐Akifanikiwa ataowa Insha Allah
@allamki2661
@allamki2661 2 жыл бұрын
Butoyi...tuma baruwa ya kishika ujumba ndo vizuri familia ikujuwe....ndo desturi ya kiislam.
@bayubaheamidedieuofficial3204
@bayubaheamidedieuofficial3204 2 жыл бұрын
Courage cycy na Butoyi urukundo ni ugwababiri
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 жыл бұрын
Nibabareke cycy nimugende mwikomine hama mwegere shehe abungishe indowa hama bizoba biheze nibarek kubaca intege
@nonalnon5491
@nonalnon5491 2 жыл бұрын
Imaniba hezagire
@saidiasdd5043
@saidiasdd5043 2 жыл бұрын
Eeeeeeh wakuache kweli mjipendaniezeni hatamimi yamenikutaga ilakwasasa walishagampenda wangu kipenzi 🔥🔥🔥💪💪
@jracine9383
@jracine9383 2 жыл бұрын
Uravuze neza butoyi iman iguhezagil
@dididivineofficho6080
@dididivineofficho6080 2 жыл бұрын
Yoooopolesana sisi ndabikudira ❤ ❤ ❤ nibabareke imana ihezagira abantubabiri urukundontirutagumuryago
@sabiyozeissa689
@sabiyozeissa689 2 жыл бұрын
murambabarira kwakwer kowiz ubiisilam ntibwatanze inzitiz nkizo jew ndizer Allah nimubigira ham Allah uzoguh Bos baronk babana wang
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Mahaba ndi ndi ndiiiii🤭🤭🤭 kumbe Cycy nagapfuvyi nkanje😰 nibareke mumanze mwipange kugirango muzadutumire kabisa🥳🥳🥳🇸🇦🇧🇮❤❤
@musanabaganwabelso2901
@musanabaganwabelso2901 2 жыл бұрын
Murandijeje bashaka.Butoyi Cycy Mungu awalinde 🙌🙌🙏🙏
@ngendakuriyomelchior8884
@ngendakuriyomelchior8884 2 жыл бұрын
Butoyi tanginkwan umustindir sis
@marinaniyonsaba564
@marinaniyonsaba564 2 жыл бұрын
Mbe cycy ivyakor bitangaj nivyah kubury famille yie yorakar gushik hariy igitangaj rro iyumunt yahinduriw ubuzim nibesh bahaguruk bagashak kwerekan urukund 😁🙊 hagakurikir impanur idafash yokwikuray huuuuuuuuuu nibaj hariy🙅🙅🙅🙅🙅cycy korankukumutim wae ukubwie uzokundwa nuwahor agukund👌☑️
@nkurunzizasarahsachou7977
@nkurunzizasarahsachou7977 2 жыл бұрын
Nimwikundanire shaaaa abandi mubime amatwi
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
Kwubaka simariage ahubwo kubaka nurukundo ibisigaye navyo bikikora❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@aminathakambulataomar8336
@aminathakambulataomar8336 2 жыл бұрын
Nawapend saana kwakweli
@sammyhassan6033
@sammyhassan6033 2 жыл бұрын
Nc kabisa 💯💯💯💯💯
@kamikazikevine1069
@kamikazikevine1069 2 жыл бұрын
Ongerasana mungu awawezeshe
@gyslainekeranda5348
@gyslainekeranda5348 2 жыл бұрын
Nukuri cycy nkumukobwa mugenzanje banza wiyubahishe kuk Butoyi ashobora kuguhinduka uzoja mumuryango ck ubanz utwar Butoyi mumuryango nkuko naw yagutway mumuryango , umuhungu ego murakundanye kd turavyishimiye ark agateka kumuryango nivyiza peeeee
@zuriathzouzou8285
@zuriathzouzou8285 2 жыл бұрын
Uvuzukuri twese kurabatunda cane ariko vyiza nubwo batogira mariage bakabanza bakiyubaka ariko bagashika mumuryang kwaba cycy bakamumeny toyi vyobavyiza kurusha
@حسونحسون-ث8ط5د
@حسونحسون-ث8ط5د 2 жыл бұрын
Uvuz ukuri ingoran yohuranazo murugo umuryango niwewomufash kuko umugabo numwana wuwundi
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 2 жыл бұрын
Mureke isaku
@bbbeocella8856
@bbbeocella8856 2 жыл бұрын
Mundemere nukuriiii
@ramiprincess4319
@ramiprincess4319 2 жыл бұрын
Kandi gusomana nibisanzwe numusani Kandi vyinshi babigirira Kuma réseau social nibisanzwe❤️❤️cy cy fata umwanzuro bana maisha niyamungu😘😘😘😘
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 2 жыл бұрын
ndakuda iyi couple cane ni mwirambire rekana niyo famille bashaka yuko mudatera imbere ahubwo muzobe harwe batazobangirira ikintu kibi mbega ivyo birabujijwe gukubita aka bisous ni mwikundanire nimwirambire courage
@adamoman4966
@adamoman4966 2 жыл бұрын
Komere muri mapenzi ndi ndi ndi ndi nimutwarane imana niyitungurugo ntabwaramafaranga
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 2 жыл бұрын
Nibabareke cycy na butoyi iman izushura kbx
@jeaninendayishimiyehjk9889
@jeaninendayishimiyehjk9889 2 жыл бұрын
Urukundo gubahwe 😍😍😍😍
@stilastyl2483
@stilastyl2483 2 жыл бұрын
Nimubane jewe estella bajou Nditayarikubaterera ndabakunda Cane imiryango iragoye kubahonimana sumuryango Tuzobaterera p 💞
@iranyongeynaomi3611
@iranyongeynaomi3611 2 жыл бұрын
Oooooooooo vyiza can nibabrek bitagatire urukundo ruraryosh nkubu maze igih ntabon uwonakunze numv murijew ndevye ham abonabo barik babbwira ngomuheban mwikundanire iman ibazigam
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 2 жыл бұрын
Iyo urugamba rutanguye ruba rugiye kurangira imana ibajimbere murukundo rwanyu
@marlenemd5487
@marlenemd5487 2 жыл бұрын
Wawa ashemunji pendanie
@kadibebe7128
@kadibebe7128 2 жыл бұрын
Arko Isaac uriya Ally abure kuvuga make, cycy ararwaye butoyi aguma amwitaho, ubukwe babupanga gute? Famille zubu ni hatar.
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 жыл бұрын
Courage tunawapendasana bawaace tu mampenzi nisumukweli Allah subuhaan wathaala awenanyinyi
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 жыл бұрын
Mariage imeze nkuruzi uruzi uruguyemwo utaruz uko rungana uchugira ingorane butoye hagarara nk.umugabo amaso 👁️👁️y.ibikere nt.iyabuza abavoma
@ala1608
@ala1608 2 жыл бұрын
Sha jewe ntamuhungu nosubira kwigura🤦‍♀️ayo nabonye nkaka umuryango kubera umuhungu baratinze baratureka turabana ntamusi numwe twabanye neza abahungu wapi kweli bura nagunda gahoro umuhungu numwana wuwundi kirazira kwubwira umugabo wawe ivyuwanyu namakosa
@janeetjeannette2036
@janeetjeannette2036 2 жыл бұрын
Nibabareke mwikundanire nimurekane na Aly ntakosambonamwakoze
@justinebarawigira3195
@justinebarawigira3195 2 жыл бұрын
Good 👍
@alesa2782
@alesa2782 Жыл бұрын
Mwubahwe
@joleal7941
@joleal7941 2 жыл бұрын
Cycy na butoyi imana ibaje imber mu rukundo rwanyu ndabakunda gute yooo cycy imana igufitiye umugambi
@novatidamian7236
@novatidamian7236 2 жыл бұрын
Issac 🎤🎤 yawe ntiyavuga neza uzoze urayiha icayi ishuhe
@hahs3822
@hahs3822 2 жыл бұрын
Courage urukundo nigubahwe igikur nurukundo imber nihez bro 🙏🙏🙏
@alnooroman1058
@alnooroman1058 2 жыл бұрын
Allah awaweke wepesi 🙏🙏🙏🤲🤲🤲
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 2 жыл бұрын
Sisi..wanj.niwiturize.iconzinuko.warose.butoyii..azokubera.igikomeye..wewe.guma.kumavi..imana.niyo.nkuru...hama.iconda.basa.vye.nimwime.amajomboo.abantu...imana.irakunda..ifuvyii..wewe.itekanire.hama.mutware.ibintu.buke.sisi.❤❤❤
@laladembele7736
@laladembele7736 2 жыл бұрын
Nno ally wew ashakiki ko afise umugore wiwe na tekane shaaa
@mmll8533
@mmll8533 2 жыл бұрын
Jamani hadi naliya😭😭Allah awawekey wepes🙏
@fdff3980
@fdff3980 2 жыл бұрын
Butoyi ikure akagaye kuko nunvise ko cycy arimfuvyi niko urya musazawe yavuze cycy sumwana hari mpanvu
@muhimpundushakira778
@muhimpundushakira778 2 жыл бұрын
Nacerewe kbs
@حسونحسون-ث8ط5د
@حسونحسون-ث8ط5د 2 жыл бұрын
Cycy uravuga make kuko butoyi siwe yagukujije kugura ugere ngaho mwahuy wes mwujuj amenyo mukanwa
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН
Flipping Robot vs Heavier And Heavier Objects
00:34
Mark Rober
Рет қаралды 46 МЛН
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,8 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,2 М.
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН