Mon pays va male 😢 Nigute Igitoro kibura mugihugu cose Leta bikayinanira ko ikizana 😢 hama Umunyagihugu agiye kugisuma Amasasu akavuga 😢😢 Hama bakaza batubwira ngo leta vmyeyi😢😢
Abarundi basigaye batwara amafaranga y'amarundi muri congo bakavunjirayo kuba congomani ,hama bakaza kurangura bafise amarundi. Amarundi ya manoti manini manini yose ari muri congo no muri Tanzania. Ama dollars yose ari destine yu Burundi aba congomani baca baza kuyarangura bakayatwara iwabo. Nabo bagura igitoro ca fraude bakoresha ama dollars Uburundi buzohava buba province ya congo. Nibatabahagurukira aba fraudeurs