MUSENGE CYANE AMAZI SI YAYANDI! I BURUNDI MWITEGURE IBIKOMEYE🇧🇮🇷🇼GUHERA MURI UKU KWEZI KWA KABIRI

  Рет қаралды 37,510

ISEZERANO TV

ISEZERANO TV

Күн бұрын

Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....

Пікірлер: 201
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 3 күн бұрын
sekibi kirangaza, nyabingi n'abagigwa bawe bose, sekibi zose ziyita imana, zikaronka imbaraga n'ububasha mumasengesho y'ubuyobe zisabiririza kw'isi,ndakurimburanye n'amayeri yawe, n'ububasha bwawe, n'imbaraga zawe n'imigambi yawe yose vyose mbiroshe mu inyenga y'irimbukiro mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami Amen
@soleilm823
@soleilm823 3 күн бұрын
Mbe imana ntituzi twe 🇧🇮yararavye iburundi ibonako atanumugororotsi ariyo numwe yutuma akayiha imburi kugihugu 😢😢😢urumva iburundi imana nigihugu itazi inda benedata muze mureka gukoreshwa namaramga mutima narenga nj umurundi ibihevyose mesage zama zitambutsa abanyarwanda imana idutabare tugeze mugihe canyum imana nize itware umugeni
@VanessaNemeyimana
@VanessaNemeyimana 3 күн бұрын
Mwiza wanje ivyo birazwi muburundi bigoye kugorana namwe niwehehere N Imana yawe uyibaze ubundi birazwi kobigiye kugorana hubwo vyari vyaratinze
@angeirat
@angeirat 3 күн бұрын
Igitangaje iyohabayikint bacaberekwa mbekobaterekw atakintucigishamirano gihari🤣🤣😏😏bararushe umengamuburundi ntabasengabahari ngoberekwe
@alees4907
@alees4907 3 күн бұрын
Muburund twe ereg ntitur abant ngir Iman mukuturem yaribesh😂😂😂
@margueritentirubuza1076
@margueritentirubuza1076 3 күн бұрын
Wihane, lmana ntiyihenda, abantu nitwe twisamburirako nk impene nitugume hamwe lero tuyabone kuko turi ba nyirabayazane😢😢😢​@@alees4907
@AgnesNzoyikorera
@AgnesNzoyikorera 3 күн бұрын
Gt kamugenz😮😮😊​@@alees4907
@shaniachanceline2751
@shaniachanceline2751 31 минут бұрын
Hezagirwa kubutumwa bwiza Imana itugirire impuhwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AuxileToyi
@AuxileToyi 2 күн бұрын
Senga ubundi uburundi siparadizo mubemaso musenge. Imana yacu ninyembabazi.
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 3 күн бұрын
sekibi wiyita imana,uri igicibwa uri ikivume, abo wagize abakozi bawe bose ndababohoye mw'Izina rya Yezu Kristu,abo wagize abapfumu wabise abahanuzi,bose ndababohoye mw'Izina rya Yezu Kristu. imigambi yose wari ufise kuri kino gihugu c'Uburundi ubicishije mumasengesho usabiririza, ndayirimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu. ukwezi kwa kabiri ndagutwikirije Amaraso ya Yezu Kristu Mwami. sekibi ndakurimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami ja mu inyenga y'irimbukiro waratsinzwe ndakwirukanye mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami Amen.
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 3 күн бұрын
​@@EmmyzachiaGatekamuze murabura gusenga hama mukomeze mucimanza Imana ibabarire
@AkisaDellybaraka
@AkisaDellybaraka Күн бұрын
@@abizeyejeanbosco369 nugusenga ariko haribintu bimwe bimwe wumva nawew ubwawe ukumvako atarivyo sha nanj kera burikintu naracemera nkajugumira ubu naratwhuye rero nugusenga kuri buri wese kuko ugumye wumviriza ivyabantu bavuga ntanico wosubira gukora
@RizikyPoro
@RizikyPoro 21 сағат бұрын
Imana nyene,imbabazi,idutabare
@gafarangabrigitte5223
@gafarangabrigitte5223 4 күн бұрын
Uwiteka ni Imana y'urukundo n'imbabazi kandi izarinda twese. Irashyira iherezo ku ntambara.
@NifashaMarcelline
@NifashaMarcelline 3 күн бұрын
Umwana wokubaho aravyumva arikuwo kurimbuka ,ahhhhh nirenganira arko ntimumutrramabuye ejo tutazokumingutiriya hamwe ahubwo dutakambirimana idutabare
@harugilbert
@harugilbert 4 күн бұрын
Reka kubesha Imana ntimeze nkuko umeze ntwabwo Imana irakara jahiyo uzubanze umenye umutima w'Imana
@Niyonsengaclarise-f6z
@Niyonsengaclarise-f6z 3 күн бұрын
Uko bakwitakose ibyobagutukavkose woe urumwe mubo uwiteka yatoranyije gux ufite amatwi niyumve ibyumwuk abwir amatorero ibyawe wabivuze ushaka yumve gux Jehovah aguhe umugisha
@ShakaActer
@ShakaActer 23 сағат бұрын
Amena
@EllenaNiyitanga
@EllenaNiyitanga 3 күн бұрын
Kukimurikomutuka umuhanuzi wimana niyompamvu muzahura nibibazo kuko ntimukunda kumva nokumvira imana muraregwa umurengwe nokudasenga mwabijujumwe tweturasenga niyompamvu imana idukunda muvemubyomurimo twese dusenge mureke kwikoma abanyarwanda twentabwo turimuri porotipue ntituzi ahobiva nahobijya mutuze abahangana bahangane iburundi mwumvire imana irikubarega kudamarara mureke kudutuka
@BernadetteNzomukunda-c9u
@BernadetteNzomukunda-c9u 3 күн бұрын
Mwarakoze gutiririza Hama mudusengere retro kugiranatwe uwabatumye adutabare abarundi
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 3 күн бұрын
Ko atavuze atomoye ico kintu kizoba mu kwezi kwa 6 n'igiki?natomore ico kintu areke gushira abantu muri confusion.
@imaginlf
@imaginlf 3 күн бұрын
sekibi kirangaza nkurimbuje amaraso ya Yezu Kristu, abana b'Imana ubonekera ndababohoy mwizina rya Kristu Mwami
@shakinahmurenguka9824
@shakinahmurenguka9824 4 күн бұрын
Uburundi mudukure mukanwa! Ivyo mutwipfuriza bibi,ntanakimwe kizotugerako mwizina rya Yesu kristo. Muvuge ivyanyu puuuu
@umumararungunizeyimana5560
@umumararungunizeyimana5560 4 күн бұрын
Yego rata ariko mwitonde umunyarwanda avuga ashira mubikorwa mubemaso
@chamaichimudhara7019
@chamaichimudhara7019 4 күн бұрын
Na modeste yaribwiye😂😂😂😂 twabahinyuye​@@umumararungunizeyimana5560
@DonChance-i5f
@DonChance-i5f 3 күн бұрын
Yezu nta émotion akorerako,ushake usenge cnk ureke uboroge cnk ureke, iyo yarambiwe irarambigwa isengesho ngo musenga ikayisesema, intwaro ihuma amaso abantu mumabi yayo yitwaje Imana barangiza bakica inzirakarengane bakaja mumarozi mubapfumu ba ntikazohera centre à Afrique mukeka bizijana,sinemeje ivyavuga uyo mukobwa knd simbihakana,ariko fin de fin iherezo ryabo ba dd ririkumushiro,kandi uwuzifadikanya nabo azojana nabo
@amedeenkurunziza3921
@amedeenkurunziza3921 3 күн бұрын
Jewe mbona KZbin umengo bazigiyeko kugira bavuge u Burundi.Bamwe Ubu bavuga KO ari abarundi kandi bavuga ikinyarwanda.
@amedeenkurunziza3921
@amedeenkurunziza3921 3 күн бұрын
U Rwanda ho KO batahavugishwa?Nibo bera ko atamugororotsi ari kw'isi kiretse kwezwa n'amaraso ya Christo?
@luendosabah2047
@luendosabah2047 Күн бұрын
Mweye batumishi ba Mungu message zimetoka sasa hivi na M23 Goma mbone hamukuonaka hizo message before vita,mimi ni naujumbe de puis 2009 ni Mutumishi wa Mungu mwenye alinipatiyaka na Njoo ibibyenye Biko binapita.
@jamvierNirema
@jamvierNirema 3 күн бұрын
Zamuvugamak zamwumviriza mureka kurogota mushaka imana izobahane
@Belineuwineza-t4q
@Belineuwineza-t4q 2 күн бұрын
Umunyabwenge nuwokwubaha lmana amen
@JunetteNimwiza
@JunetteNimwiza 18 сағат бұрын
Murakoz iman iturengere yongere iturind
@NicoleNSENGIYUMVA
@NicoleNSENGIYUMVA Күн бұрын
Noneho unteje gukunda cyani idini yanje. Buriya ntawumenya ukuri kuri muvyo mwita kubonekerwa, ntanuwuheza ngo amenye ko zitaba ari inzozi zisanzwe
@NicoleNSENGIYUMVA
@NicoleNSENGIYUMVA Күн бұрын
IMANA ntiteye ubwoba irubahitse gusa kuko ntabwoba iratera
@luendosabah2047
@luendosabah2047 Күн бұрын
Mungu atushindaniye juu ni hatari kubwa 🙏
@beatricemanariyo574
@beatricemanariyo574 Күн бұрын
Ngo uburundi n'urundi Rwanda??ba musabiriza neza
@willemonWins
@willemonWins 3 күн бұрын
Nurundigwanda?😢
@EmileNiyibigira-v9f
@EmileNiyibigira-v9f 3 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@SamiaIrankunda
@SamiaIrankunda 4 күн бұрын
Ese iyomana kitabatuma kubanyarwanda nubugome bubarimo ubutinganyi mufite ikabatuma kubarundi CK mutinyako Kuvugivyobinyoma vyanyu Kagame ntabacimitwe Imana Dusenga nimana yumva kandi yishura KD ijamboryimana riravuganti mukuvugubutumwa uherekwabomunzuyawe rero banzuhiyo sms abanyarwanda nitwabonamwagororotse muzoheze mutuberumucomwiza😊
@Chance-p6j
@Chance-p6j Күн бұрын
Imana itabare
@سولان-ب2ه
@سولان-ب2ه 3 күн бұрын
Imana niyoyonyene yo gutabara igihuhu ca burundi 😢😢
@GuyPrévalMUGISHA-f5m
@GuyPrévalMUGISHA-f5m 13 сағат бұрын
Kura induru ngaho.
@JeanMarieKwizera-ib8oq
@JeanMarieKwizera-ib8oq 2 күн бұрын
Iman iguharir kuk uvug ivy utaz kuk imana sumunt kand iradukund umwam yezu aguharir
@ndererimanavincent1827
@ndererimanavincent1827 3 күн бұрын
Iyo Mana yakubwiye ibyo ndayirimbuye mu izina rya Kristu Umwami. Ububasha bwayo ndaburimbuye mu izina rya Kristu Umwami, ub7hanuzi bwayo ndaburimbuye mu izina rya Kristu Umwami. Byose mbiroshye mu nyenga y'irimbukiro. Byose ndabirimbuye mu izina rya Kristu Umwami. Agasuzuguro kawe ndakarimbuye mu izina rya Kristu Umwami
@NaridiNibitanga-zv5ep
@NaridiNibitanga-zv5ep 2 күн бұрын
Kuvoho mwavugiye ntakiraba mbe twebwe ko tuterekwa inzozi muturusha gusenga? Irwanda uburundi murabukunda muraza muhabe muronke amahoro😊
@niyonizeyeeric-k7b
@niyonizeyeeric-k7b 3 күн бұрын
Yemwe bantu UBUHANUZI subwigihu c uburundi Gusa nubwisi yose
@ndererimanavincent1827
@ndererimanavincent1827 3 күн бұрын
U Rwanda rweguriwe Kristu Umwami, u Burundi bweguriwe Bikiramariya. sekibi nta jambo ufite muri ibyo bihugu. Mbikwirukanyemo nonaha. Genda ujye mu nyenga y'irimbukiro aho waçiriwe kandi ntuzagaruke ku isi ukundi.
@inesmizero8015
@inesmizero8015 2 күн бұрын
Ubuhanuzi bwose bwa sekibi ndaburimbuye Mwizina Rya KRISTU MWAMI kandi amashetani yose yahanuriye muruyu muvukanyi ndayategetse gufukama munsi yumusalaba Yezu Yabambweko Mwizina Rya KRISTU MWAMI.
@minanijean9410
@minanijean9410 3 күн бұрын
Muzaboni ishano abigira abavugishwa bibinyoma 😢😢😢😢😢😢😢
@KamasharaZerda
@KamasharaZerda Күн бұрын
Komera uwagutumye arakurinze
@soleilm823
@soleilm823 3 күн бұрын
Ntagihe nakimwe ndigera numva abanyarwanda mwipfuriza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮ivyiza akanwakanyu kama kipfuriza ibibi uburundi nibanze ihere iwanyu harubundinganyi nabirongoza ibicupa iburundi uzugende ibuze ntanabariyo
@AppolonieNihazi-c4w
@AppolonieNihazi-c4w 3 күн бұрын
Iyo shitani ishaka kuza kwima muburundi ndayirimbuye mw'izina rya Christu Mwami genda uje munyenga yirimbukiro
@nimbonaesdeus8415
@nimbonaesdeus8415 3 күн бұрын
Ubwo busazi bwanyu buzobageza kure kbsa. Ariko kuki mudahanura ivy u Rda? Imana ntivug ku Rda!
@VenantNkorerimana
@VenantNkorerimana 3 күн бұрын
Mbega mwembwe nimwe muzigusenga gusa kwatabandi Imana irabibwira noneho simwebwe muzoyigwana
@teacherb18
@teacherb18 2 күн бұрын
Duhe ama audio y'igihe imana yakuvugisha.
@AkisaDellybaraka
@AkisaDellybaraka 18 сағат бұрын
@@teacherb18 🤣🤣🤣🤣🤣
@JosianeIrakoze-w8l
@JosianeIrakoze-w8l 3 күн бұрын
What???????mwiyibagiye??
@BahatiNibasumba
@BahatiNibasumba 3 күн бұрын
Yegomamakimwe,kimweusome,kuvayo20:usomahibutsisabato Yesu,akuzigameagushitsekukumenyaukurikose!!!
@NYIRAHAGENIMANAESTHER-x9o
@NYIRAHAGENIMANAESTHER-x9o 2 күн бұрын
Mwiriwe neza ! Uwo mubyeyi ajye agenda yiteze igitambaro mumutwe , kuko kunda atize igitambaro nibibi .
@GilbertRiyazimana
@GilbertRiyazimana 3 күн бұрын
Uhimvye nabi sha Imana sumuntu ngibeshe
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Күн бұрын
Uvuze uburundi ahowovuze murwanda iwanyu kuko uziko bagufunga murwanda nonengo nuburundi nkaho uhanuye iki?
@makeurday360
@makeurday360 3 күн бұрын
Iki gihe kizovugisha benshi. Ndazi ko benshi muri Africa bavugako basenga bazoronka ubuhanuzi bw'ikinyoma bivanye nivyo biyumvira. Uwupfa uwari wese yumvirije ntazogenda adatangaye! Mube hange please!
@IrambonFabrice
@IrambonFabrice 3 күн бұрын
Bene data ababantu bigira abahanuzi mubacunge can yesu yavuzeko mumisi yanyuma hazaza abavugishwa bibinyoma nabahanuzi bibinyoma mbere beshi bazomwiyitirira noe uburero ubuhanuzi bwa africa buca mugihugu curwanda gusa iburundi ntabasenga bariyo imana yotuma twe abana turaziko atakizodushikako tutakizi mpemu year twahawe arikumwe natwe avugana natwe unkundire rinki
@PacifiqueMuhoza-w9e
@PacifiqueMuhoza-w9e Күн бұрын
Jwe Shaka imana itwice nubundiho ntarukundo ndufise
@NicoleNSENGIYUMVA
@NicoleNSENGIYUMVA Күн бұрын
Weho uje ureza. Watumye usaba guhinduka ukagira urukundo usabye gupfa😅😅😅😅
@Abasingendakumana
@Abasingendakumana 2 күн бұрын
toka
@teacherb18
@teacherb18 2 күн бұрын
comedies zirarwira koko
@Victor-zk5uc
@Victor-zk5uc 3 күн бұрын
Ntamurundi abakunda
@FaithfulWinner-u4w
@FaithfulWinner-u4w Күн бұрын
IYABA IMANA YAHANAGA ABO BAKORA IYO MYAKU MU GIHUGU CY'IMANA.
@NduwimanaJoseline
@NduwimanaJoseline 3 күн бұрын
Ukonukuri kwimana peee imana yomwijur nukuri idutabare itugirire imbabazi imana ikongere amavuta mukobwa wimana
@vyizigirobosco3907
@vyizigirobosco3907 3 күн бұрын
Twarabahinyuye mwe mwabanyarwanda Ariko ntaco tuzoba abarundi Nimba avugana n'Imana naze abivugire muri presidence kwa neva niho nzoca menya yuko ivyavuga kari ukuri
@ntakirutimanaiinnocent295
@ntakirutimanaiinnocent295 3 күн бұрын
Mwagabanya ubutekamutwe koko, bibiliya irahari kandi irihagije ibyo uvuga nta gishya kirimo soma Yesaya 24:1-10
@chamaichimudhara7019
@chamaichimudhara7019 4 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ihana igihugu yakirakariye ewe mana yanje iy mana twebwe tudasenga iwacu turazase kbs twizera imana za mugera urabaza zizodukingira
@DonChance-i5f
@DonChance-i5f 3 күн бұрын
Imana irahana sogo,knd ihana nabi iyo yarambiwe, urakeka reveliano apfuye urupfu rusanzwe?
@chamaichimudhara7019
@chamaichimudhara7019 3 күн бұрын
@DonChance-i5f 🙈🙈🙈🙈🙈
@alees4907
@alees4907 3 күн бұрын
Ahubw nabasaz twe nitw tutagororots dukor ivyah gusumb abatuy iyis bos😂😂😂ndabatwenz😂
@chamaichimudhara7019
@chamaichimudhara7019 3 күн бұрын
@@alees4907 ahubwo barantwenza baribagiye agahitiye iwabo ntacomvuze kbs
@JacksonPalade
@JacksonPalade 2 күн бұрын
Ariko sha heza hama KZbin iguhembe ivyo navyo uvuga nubunsh
@SamsonNdereyimana
@SamsonNdereyimana 2 күн бұрын
Abavugishwa b,inda Abanyarwanda mwama ukwo mukigira abavugishwa ku Burundi ku rwanda rwanyu ntimuruvugishwa Asha uwubuse ico akora ni ukwo
@ndayongejevianney6450
@ndayongejevianney6450 3 күн бұрын
Ubu rero murabonye ko amatora yegereje muratanguye kwivugishwa ngo n'Imana icatumye? Ivyo twabibayemwo kuva kera ntimukidutera ubwoba,
@uworohejeangemarchand1136
@uworohejeangemarchand1136 3 күн бұрын
Wait and see 😢
@DonatheBigirimana-yx9ub
@DonatheBigirimana-yx9ub 3 күн бұрын
Hama ivyugwanda navyo mwemurera
@AppolonieNihazi-c4w
@AppolonieNihazi-c4w 3 күн бұрын
Wabonye shetani ngo ni Imana wabonye! Saba kubohoka ahandi ho birakurangirana wibaza ngo uri kwerekwa n'Imana ahubwo rondera abagufasha kubihoka
@AkisaDellybaraka
@AkisaDellybaraka 2 күн бұрын
Birigwa mumitwe yabo batuka abarundi baryama bakarota ngo bavuganye n'Imana mu rwanda harabera pee😂😂
@NiyonizeyeGeorgette-rn8fd
@NiyonizeyeGeorgette-rn8fd 2 күн бұрын
Imana nyene amahoro irakoze kutwibira ibanga ryibigiye kuba rekadusenge namwemukunda Uburundi mudusengere dusengeranire
@bwenge_le_sage
@bwenge_le_sage 20 сағат бұрын
Wamusazi we iyo mana yama ihishurira abanyarwanda gusa ivy'uburundi cane cane iyo twimirije amatora ni nyabaki? Mbe nimwe mukijijwe mwenyene? Asamira hiyo sha
@Victor-zk5uc
@Victor-zk5uc 3 күн бұрын
Reka kwibeshera
@ElyseNtisinzira
@ElyseNtisinzira 2 күн бұрын
We raba ivyo mugwanda
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 3 күн бұрын
Ntayo yaguhaye reka kutubesha shenzi sana
@nandouboi2505
@nandouboi2505 4 күн бұрын
12 Hanyuma Uwiteka yiyereka Salomo nijoro aramubwira ati"Numvise gusenga kwawe maze nitoraniriza aha hantu ngo habe inzu yo gutambiramo ibitambo. 13 Nindamuka nkinze ijuru imvura ntigwe, cyangwa nintegeka inzige ngo zone igihugu, cyangwa ninohereza mugiga mu bantu banjye, 14 maze abantu banjye bitiriwe izina ryanjye nibicisha bugufi bagasenga, bagashaka mu maso hanjye bagahindukira bakareka ingeso zabo mbi, nanjye nzumva ndi mu ijuru mbababarire igicumuro cyabo, mbakirize igihugu. (2 Ingoma 7:12;14)
@Chantalniyongabire1999
@Chantalniyongabire1999 Күн бұрын
Tubabarire mana
@bukeshwanayoisrael9211
@bukeshwanayoisrael9211 3 күн бұрын
Imana ntiyahanye Sodomo kubera ubutinganyi yashaka kurandura uruvyaro rw’abamalika rwariko rurarwira ubutinganyi cari ikimenyetso cerekana ko hatakiri abantu buntu ariko nubu ivyo biremwa birahari apana murwanda gusa but kw’isi hose kubwivyo mwitege kugaruka kwa Yesu Christo kw’isi yose gusumba kwitegurira ibihano kuburundi n’urwanda gusa
@PamellaYvetteMUNEZERO
@PamellaYvetteMUNEZERO 3 күн бұрын
Abarundi barayamaze ngo urucira mukaso rugatwara nyoko,uburundi nibwo wabonye bukora ivyaha bwonyene?
@willemonWins
@willemonWins 3 күн бұрын
Mwavuzevyishiiii yewe murakaze basi
@aldocubahiro-c6k
@aldocubahiro-c6k 3 күн бұрын
Mbe ko muterekwa ivy’urwanda ngo kagame abanze abace amazosi.Iyo ntambara ariko atera muri Congo bica abantu ko mutavyerekwa mukaguma muvuga ivyuburundi gusa.
@AlineKamikazi-y6i
@AlineKamikazi-y6i 3 күн бұрын
Ingorane muraducanga,umw yerekw ibi uwundi ibi non twemerende??
@jeanclaudeuwingabire2618
@jeanclaudeuwingabire2618 13 сағат бұрын
Ibintu nkibi byvuzwe kera kandi ikigaragara nuko aribintu by'iterabwoba kuko ibikomeye ku mukristo sibyo wowe uravuga ibiri mu mutima wawe Si non ka dutegereze juille turebe nubundi hari n'abandi bamwaye
@LebronJane-k7r
@LebronJane-k7r 3 күн бұрын
None wabikora ukareka kubeshera Imana. Mukinidha Imana kuberiki? Ni muvyarawe?
@EricIranzigamye
@EricIranzigamye 3 күн бұрын
Ico nicerekana k imana ikùnda uburund ham kuberik itabicish kumurund irwand nih berekw
@ShanteSh-o2j
@ShanteSh-o2j 3 күн бұрын
🙆🙆🙆🙆noe abanyarwanda nimwe musenga cane gusumvya abarundi ico yateguye Nico kizoba
@patrickdusabe1568
@patrickdusabe1568 3 күн бұрын
Sha mwarahinyutse nimugacire urubanza Burundi kukpnamwe urubahanze rusumba ugomutwifuriza.igihugunkico cuzuye ubutinganyi Nico Imana yemeracane? Umucarubanza twiteze ni ndiho bandit mwese mucamafaranga
@aldocubahiro-c6k
@aldocubahiro-c6k 3 күн бұрын
Ubutinganyi bwatanguriye mu Rwanda ko Imana itabereka .ko muvuga mukata amajwi mushitse kuvyerekeye u Rwanda mutinya ko iyi chanel bayifunga ko ukase ivyerekeyw ubutinganyi buba mu Rwanda?Muragowe muba mushaka ama views gusa
@JoselyneNiyonkuru-sm9yw
@JoselyneNiyonkuru-sm9yw 3 күн бұрын
Mana waturemye turengere udushoboze nayubundi birakomeye
@ValenceHategekimana-t3u
@ValenceHategekimana-t3u 3 күн бұрын
Nibumwuka wi Mana urumuriwowe nigute uhanura udaptutsumutwe wawe wabyigiyehe ?
@ValenceHategekimana-t3u
@ValenceHategekimana-t3u 3 күн бұрын
Rero ujuratwikirumutwe kuku ndikumva ufitamavuta
@soleilm823
@soleilm823 3 күн бұрын
Ivyo uyumudam avuze ntivyontangaza kuva kera urwanda rwamye rwipfuriza ibibi uburundi muratwanka ntaho muzodushira twe abarundi na barundikazi ntawuvuma uwi mana itavumye urwanda urwanko mwanka 🇧🇮igihugu cateretswe nimana turaruzi humura Burundi bwacu imana iragukunda mbe imana muguhana mwararavye mubonako yohera iburundi atanabatinganyi bariyo nabirongoza ibicupa 😢😢😢😢narengana natwebwe turasenga ntaco imana izokora itaburiye abasavyi bayo niburundi izotugendera utwibwirire
@kianatvshow9575
@kianatvshow9575 3 күн бұрын
Ntawubanga kuko ntacyo duhuriyeho kandi uyu uhanuye ntiyatumwe nabanyarwanda bose ahubwo muhinduke mugire urukundo
@UwimanaFidelite-ik2ev
@UwimanaFidelite-ik2ev 3 күн бұрын
Imana ishatse guhana abayigararije ntiyohera i Burundi naho nahonyene hatabuze abatayubaha ahubwo yoh
@UwimanaFidelite-ik2ev
@UwimanaFidelite-ik2ev 3 күн бұрын
Imana ishatse guhana ntiyohera i Burundi naho nahonyene hariho abatayubaha yohera i burayi uwo mupfasoni ntavyazi kandi umengo numurundikanzi yarakwiye kugumana ururimi gwiwe abanyarwanda babaye muburundi imwaka mwinshi ntanumwe yigeze ahindura ururimi rwikinyarwanda nimba vyukuri imana yagutumye buburundi turasenga kandi imana iraca
@UwimanaFidelite-ik2ev
@UwimanaFidelite-ik2ev 3 күн бұрын
Iracari kuntebe yimbabazi kiretse ivyoturuka mugihugu urimwo aho naho bamwe bazopfa abandi basigare turabimenyereye
@DonChance-i5f
@DonChance-i5f 3 күн бұрын
Uyo sumunyarwanda ,yavuze kwarumurundikazi
@Karabaye-ub6eo
@Karabaye-ub6eo 3 күн бұрын
Abanyarwanda muratinyuburundi kweri 😂😂😂mugwanisha kubesherimana😂😂😂
@BigirindavyiWilson
@BigirindavyiWilson 21 сағат бұрын
Jew ndababaz ubuhanuz bumaz kuvuga kugihugu cacu twemere ubuh duhakane ubuh kwibimaz kuvugwa arivyishi mukintu nizera ndizera ko imana yaduhay amahoro Kandi atazasubira inyuma twature amahoro kugihugu cacu tureke kuguma twumva impuha nintambara twarahawe amahoro aramba ibisigay abarundi mwirinde ibimez nkubuvugishwa kuko tumaz kimva vyishi ibisigay uburundi bwacu burarinzwe iyaba ivyobavugishwa bavuz kuburundi vyose arivyo uburundi ngira abari umunyota tugende buhoro Kandi twitonder ubuhanuz
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 8 сағат бұрын
Haaa, nanje yanyeretse ibibi caaane, dusenge caaane
@ClaudeHarerimana-v7c
@ClaudeHarerimana-v7c 3 күн бұрын
Turabir muri congo nah ucutubwira Wang mega muburundi ntabakoz bayo bahari hemwe mwitonder ivyomurimwo iconzo igihug cacu twagihaw nuwiteka itimany umwan wayo kubwabantu bayo izoburit kuduharira ivyaha nokuturinda
@SammyDangote
@SammyDangote 3 күн бұрын
Ninimwongere urundi rumogi😂😂 abandanye atubwira🙈😂😂😂
@GiftloveBurundi
@GiftloveBurundi 3 күн бұрын
Gwarira ibisigo hiyo sha😊
@CressentBigirimana
@CressentBigirimana 3 күн бұрын
Iyo mana y abanyarwanda itinya kuza mu Burundi gumiza hio iwanyu ico ukoze wokwandika films kbx hindura urudandazwa😂
@DonatheBigirimana-yx9ub
@DonatheBigirimana-yx9ub 3 күн бұрын
Abanyagwanda murantwenza ivyo kagame akora ntavyomubona mwe mufise umuryango wijuru tanga message yugwanda ariko yica inzirakarengane
@ndikuriyoinnocent-k6q
@ndikuriyoinnocent-k6q 2 күн бұрын
Jana amanyanga hiyo bwira Kagame
@AppolonieNihazi-c4w
@AppolonieNihazi-c4w 3 күн бұрын
Sekibi kivuruga ububasha bwose bwamashetani buvugira muri Francine ndaburilbuye mw'izina rya Christu Mwami
@BigirimanaGervais-d3u
@BigirimanaGervais-d3u 4 күн бұрын
Gabanya kubeshya, Kagame wawe ngo azodutera mukwagatandatu???
@umumararungunizeyimana5560
@umumararungunizeyimana5560 4 күн бұрын
Murukukwezi kuza kwa3
@UDonatien
@UDonatien 3 күн бұрын
😅😅😅😅​@@umumararungunizeyimana5560
@alees4907
@alees4907 3 күн бұрын
Nimb ari Iman yabivuz bizashik arik nimb atariy bizigaragaz bahor mur ivyag kuburund😂😂😂
@bwtvburunditoworldwidetv.1231
@bwtvburunditoworldwidetv.1231 3 күн бұрын
Zimya ivyobirofa
@KanzageEmelyne
@KanzageEmelyne 2 күн бұрын
Dusengere rero ntibizaze muburundi
@GladysNiyonzima
@GladysNiyonzima 2 күн бұрын
Yewe abarundi isinzi bari kumavi knd iyataba iyaga nabatundi tuba tugeze kure reo jew ndaremye kuk ntakizotubaho lmana itatwibiye ibanga abasavyi bayo
ISEZERANO | James & Daniella
7:06
James&Daniella
Рет қаралды 5 МЛН
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН