BIRIHUTIRWA: i Burundi mwitegure impinduka zikomeye vuba😱Dawidi agiye kwima Ingoma😲2025✍Ndakarabye

  Рет қаралды 82,746

ISEZERANO TV

ISEZERANO TV

Күн бұрын

#Abel_0785864705
Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....

Пікірлер: 406
@marietheresenyandwi8671
@marietheresenyandwi8671 9 күн бұрын
Amen Amen Amen hallelujah imana ni imana itivuguruza imana ibane nabarundi bose kwizina ryayo Amen i❤ Burundi 🇧🇮 🙏 ❤
@HabinezaJeanpaul-gf9hy
@HabinezaJeanpaul-gf9hy Ай бұрын
abarundi ni inshuti ni imiryango yacu, n' abavandimwe ubwo rero ni ukuri nibatera imbere natwe bizaugeraho kdi ni ukuri Imana ibagurire imbago🙏🙏🙏🙏kdi natwe mu Rwanda itwagurire imbago🙏🙏🙏🙏
@EliorMukiza
@EliorMukiza Ай бұрын
PC
@PhocasNambajimana-nb1kk
@PhocasNambajimana-nb1kk 16 күн бұрын
Wapi
@ErnestNjejimana-y4i
@ErnestNjejimana-y4i 4 күн бұрын
Amen amen. Murakoze bwana paster mukozi w Imana. Mana turagushimiye kuko uvuga ugashitsa. Ur Imana koko. Ico dusavye n Ubuntu bwawebwo kuturinda nubwo tutari tubikwiye. Uhabwe icubahiro.❤
@JeanineNiyokindi-p2h
@JeanineNiyokindi-p2h Ай бұрын
Imana data ihabwe icubahiro bishitse ivyo twasezeranye uburundi nabarundi nanje ndasavye imana data tugira vyose imbabarire izompe kkuzoba murivyo vyiza no kurya kuriyo vyiza numuryango wanje amen amen
@chantalnkeshimana1268
@chantalnkeshimana1268 Ай бұрын
Ameeeen nibishitse IMANA yacu ntibesha pe isezerano ryayo ntirihinduka . komera mukozi w , IMANA
@VianneyMusengimana
@VianneyMusengimana 13 күн бұрын
Amen ni bimere nkuko Ntajambo rivugwa n,IMANA ngo rihere hezagirwa roranirwa mukozi w,IMANA
@chi672
@chi672 28 күн бұрын
Amen Amen, Turabirindiriye abarundi Kuko Imana iyo ivuze ntibesha bizoba, reka tubirindire twizeye !!!!
@PrinceArakaza-h7s
@PrinceArakaza-h7s 9 күн бұрын
amen imana ikorankimana nyene ndayisaba iherezoryiza namw ndabasabira mwese kurindwanimana
@Omarnkeshimana
@Omarnkeshimana 22 күн бұрын
Cagipfu ngonumuvugishwa ntanisoni ufise nagatonya uribuka ingene wadedemvye amatora agihera ngo umukuru wigihugu cacu nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ngo ntanumwanya azohamara wagipfuwe wakinyamaswa we urikigoryi urikijuju vraiment ntanisoni ufise nagatonya iyo ni Inzara igutuma uguma wabira NGO Imana yaragutumye ikorofa cumwema
@AgnesMINANI
@AgnesMINANI 14 күн бұрын
Ahubwo yibazako twavyibagiye
@MelanceTwagirayezu-eq8ms
@MelanceTwagirayezu-eq8ms Ай бұрын
IMANA Yarasezeraniye ivyiza ABARUNDI Arko ubuvugishwa twumvise bwinshi arko bwose buzokwemegwa bushitse
@AnociateHaki
@AnociateHaki 10 күн бұрын
Indamukanyo Abo tuvyumv kimw.yesu ambabarire kuko nanj ntarumugororotsi.Imana nyene amahor numuremyi wa vyose impore nivyago ninaco gituma mvyemer kandi iyo mvura natwe twarayibwiwe
@JeanSinankwa
@JeanSinankwa Ай бұрын
Amen amen turabitegereje knd twizeyimana kariyo ifite vyose❤
@MisagoIsaac-mc7oj
@MisagoIsaac-mc7oj 24 күн бұрын
Amena.Mana uzumpe kunesha.
@NduwimanaLevis-o3x
@NduwimanaLevis-o3x Ай бұрын
Non'Ibi Bintu Ko Bikomeye cane gose kand bikaze Basha Numva Ari Hatali gose Arik Ntawozibira Imigambi Y'Imana.Impa Ingirire Imbabazi Izonkize Numva Bigumye Numva NizoMunda Ziriko Zirasha Kuk Numva Ari Intambara Yagahomera Bunwa. Mugabo Nimba Biyimbaye Nitubabarire Twese Abarundi Twese Idusangize Ivyo vyiza.
@MamaEdine-x4u
@MamaEdine-x4u 14 күн бұрын
Ntajambo yavuzengo rihere nanj ndizeyeko ko ijegutabara ubwoko bwayo ndisabiye imbabazi ndazisabira nabarundi benewacu bizeye baciyebufufi iduharire ivyaha vyacu iduhe kuzobona kuvyiza yateguriye igihugu cacu cuburundi Amen
@ClaudineKamariza-f8j
@ClaudineKamariza-f8j Ай бұрын
Amrn amen turakiriye cane ubwo buhanuzi kandi Imana iduhe imbabazi kandi ihezagire umuvugishwa Imana yacishijeko yahishuriye
@ERICHARIMENSHI
@ERICHARIMENSHI Ай бұрын
Imana ibishitse kandi izimpe kurya kuvyeze. Izampe iherezo ryiza
@DianeNIYONSABA-u5e
@DianeNIYONSABA-u5e 9 күн бұрын
Halleluiaaaaaa amaraso ya yesu atweze kndi adutunganye gose atwambutse yorodani
@gerardndayikengurukiye
@gerardndayikengurukiye Ай бұрын
Amen Pastor Imana Iduhe Umugisha Nawe Ubandanye Wongegwa Inkomezi
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv 3 күн бұрын
Imana n'Imana yonyene kuk uburundi ni ubunyamasezerano kuva kera
@UdhdhDhdhhdjdb
@UdhdhDhdhhdjdb Ай бұрын
Umukama nimwiza azobikoea ivyo waturemye aratubona nazemera kotuguma mumarira ivyo muvuga bizashika mwabesha mwabesha lmana niyonkuru niyo twirigiye Umukama aguhezagire ❤❤
@Nkeshimanaleonard
@Nkeshimanaleonard Ай бұрын
Birababaje kubona ivyahandi mugabo ahuri ntubibone.ubwobuhanuzi subw'Imana nico wipfuza
@Nkezimanajoserina
@Nkezimanajoserina Ай бұрын
Iryo nishari gusa Hahaha 😂😂
@ColetteMugozi
@ColetteMugozi Ай бұрын
Umunsiwuhoraho urihafi lbizoba tubishimiye lmana mana tugirire ikgongwe utweze udutunganye uduhenvura kwisiyose mwami manayacu amen amen ameneeeeeeee shalom shalom pasit nabomukorana
@CharlesKayoya
@CharlesKayoya 10 күн бұрын
Mwese musenge Iratahura uwiyituye!Kw'izina rya Yezu.Amen
@johnbamaarieh6328
@johnbamaarieh6328 Ай бұрын
Dear Heavenly Father we pray that your will be done in our lovely country Burundi 🇧🇮. Data turagusenga tugusaba ngo ubushake bwawe bushike kugihugu cacu ciza c Uburundi.
@ninkizaeliezel3905
@ninkizaeliezel3905 Ай бұрын
Mubwire abarundi kwihana kuko amasezerano yukuri Ari kubicisha bugufi Africa turacafise ubupfu soma Bibiliya ubone gukura muri mpwemu Imana iduharire kora umurimo nkuko bikwiye
@NduwimanaLevis-o3x
@NduwimanaLevis-o3x Ай бұрын
Ivyutazi Urabaza Cank Ukakirondera Kugirango Umenye Umuco Wukuri Ureke Kwigira Umunyabwenge Twaciye Muri Vyinshi Twabinye Kand Twavuga Nkuko Kuk Twaritwarigishijwe Nabi.
@OscarNdayikeza
@OscarNdayikeza 13 күн бұрын
Yesu wacu nashimwe ubuhanuzi turabwakiriye mukozi wa Data murakoza cane dukomere mumwami wacu
@MmatthiasMmathias
@MmatthiasMmathias Ай бұрын
Imana nishimwe .ikorera kugihe cayo reka turindire twizeye kandi twihanganye
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Turizera Imana, ariko uyu yirwa Abel, twarabanye i Kigali n'umubeshi wa mbere, yarungitse umufasha wiwe adubira i Burundi nawe aguma i Kigali. Areke kubesha abantu tumuziko vyinshi. Sindamwanka namba kandi n ubutegetsi buri ngaho iwacu ntabwo nkunda kuko vyose n'ibinyoma gusa gusa
@IragenaJossiane
@IragenaJossiane Ай бұрын
Uvugako abesha ushingiye kuki????
@IragenaJossiane
@IragenaJossiane Ай бұрын
Cg uvugako aribinyoma ushingiye kuki?????
@IragenaJossiane
@IragenaJossiane Ай бұрын
🇬🇦
@FabienNimbona
@FabienNimbona 28 күн бұрын
​@@IragenaJossianenone muvyo amaze kuvuga ko tuzi haheze imyaka nimyaka abesha nivyahe?
@IragenaJossiane
@IragenaJossiane 28 күн бұрын
@@FabienNimbona yegop ndabiziko hariho ababeshyera lmana ngo yavuze kd bayibeshyera ark nabo izobahana kuko ihora ihozee ikindi lmpano nagakiza ntaho bihuriye
@AbdillahVyumukama
@AbdillahVyumukama 15 күн бұрын
Imana izogaragaza abigira abavugishwa.nimbarukuri turaha tuzobirabishamaso. 35:29 😮
@tuvfyylv2553
@tuvfyylv2553 Ай бұрын
Amina Imana ibikore hezagirwa mukozi w´Imana
@NiyogusengaJerome
@NiyogusengaJerome Ай бұрын
Amen Amen turakiriye ibi vyiza vy'lmana mw'izina rya yesu bitubeko
@Ndabafirmin
@Ndabafirmin Ай бұрын
Amen Amen Imana ikomeze kubakoresha vyose bibe mubugombe bwayo
@IrambonaSteve-b1h
@IrambonaSteve-b1h 22 күн бұрын
Amen Turavyiteze kuko Imana nimutananirwa
@irakozekevin6848
@irakozekevin6848 7 күн бұрын
Imana itabare kabisa abarundi turarushe
@SacramentoPatrick-lg9bg
@SacramentoPatrick-lg9bg Ай бұрын
Amen turavyiz mwizin ry'umwam wac Yesu Kristo ameeeeeeen
@MugishaGentleman
@MugishaGentleman Ай бұрын
Amen nibibe nkuko ijambo ry'Imana rivuze murakoze
@barutierikkaganza2748
@barutierikkaganza2748 Ай бұрын
Ubwo buhanuzi nibwo na Gitwaza yarabivugishijwe Amen.🙏🙏🙏
@EspéranceBIZIMANA
@EspéranceBIZIMANA 26 күн бұрын
Amen Amen uko nukuri ntiwavangiwe kwr zamuka mukoziwimana
@JuvenalBigirimana-e6v
@JuvenalBigirimana-e6v 27 күн бұрын
Jesus nshimye ijambo ryawe binyuze mumuhanuzi wawe, Ijambo ryawe nirizima Kandi rirarema AMEN
@JoselyneNihorimbere-v7b
@JoselyneNihorimbere-v7b 5 күн бұрын
Amen amen komeza turahezagirwa
@MegaBusinessman-t5s
@MegaBusinessman-t5s Ай бұрын
Amen!!!!!!amen!!!amen!!!!turavyakiye kandi turavyemeye mwizina rya yesu kristo
@HervéNiyonkuru-q4g
@HervéNiyonkuru-q4g 24 күн бұрын
Mana urampa kubona ivyiza vyuburundi umpe guhinduka umparire utamparuye mwami wacu amen.
@omanmobiel8135
@omanmobiel8135 Ай бұрын
Arik abarundi mwabayegut kwer kuvugana gus Iman ibakomeze kand yonger ibonger amavuta ivyiman yabatumybirik birasohor kand turabahayikaz mur israyer tuzabaney
@NsavyimanaAnicet
@NsavyimanaAnicet Ай бұрын
Amen uwiteka ashitse isezerano kubasavyi nabasavyikazi bayo
@ericmusuku7865
@ericmusuku7865 Ай бұрын
Yezu yazanye isezerano rishasha,kubabaranira,guharira...ivyiza gusa.Imana ikara,ikubita,yica yo mwisezerano rya kera birahava.Mbega bigenda gute umuntu yerekwa,yamenye Yesu atera ubwoba,akongera akatura gusesa amaraso?Yokwivugira akigira abatavyemeye bakazotangara bakozomushingira intahe igihe bizoshika!Dusabe guca bugufi kuko twese turi ab'inyama n'amaraso kandi tumenye ko ubuzima butangwa n'Imana kandi Imana idukunda twese.
@PascalSindayigaya
@PascalSindayigaya Ай бұрын
Amen amen lmana nyenubuntu idufashe
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 Ай бұрын
Haragira uwusubira guhungabanya abarundi n'uburundi ngo yitwaje ivyamatora urabeko azorya kurizo mbuto uvuga wa mbwa we.Twarabamenye sha.Buriguhe twimirije amatora,imisega yose ivuga uburundi ngo harihivyo yaheretswe.Ico mukwiye kumenya urwanda n'urwanda, uburundi ni uburundi.Umwe wese arye iwe,tuze twubahana.
@deominani-qg1pv
@deominani-qg1pv 18 күн бұрын
Ishaka ry'imana riranguke Amina Amelia!
@IssaTuyishime-j5x
@IssaTuyishime-j5x 9 күн бұрын
Amen amen amen bibe nkuko ibishats
@IrakozeFloribert-z7d
@IrakozeFloribert-z7d 4 күн бұрын
Ameni imana ihindur ibih
@InnocentNdikumana-zt1tu
@InnocentNdikumana-zt1tu 15 күн бұрын
Imana ishimweeeee
@JeanclaudeNiyongabo-jb4bj
@JeanclaudeNiyongabo-jb4bj 5 күн бұрын
Ivyo nivyoweretse ?
@abdullahalamhany9684
@abdullahalamhany9684 Күн бұрын
Amen amen amen amen murakoz can ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@muhamirizojeanpierre5085
@muhamirizojeanpierre5085 Ай бұрын
Imana ishimwe kuko n, Imana y,amasezerano ariko abantu bakwiye kwama biyejeje.
@PierreSiya
@PierreSiya 22 күн бұрын
Vugishwa kurwanda Wa shitani WE! Imana Ntibesherwa.
@GorethNdayipfukamiye
@GorethNdayipfukamiye 6 күн бұрын
Nne nkaho uzize iki iyo wihorera naho genda wihangane
@YvetteNizigiyimana
@YvetteNizigiyimana Ай бұрын
Mana ❤❤❤❤❤uzundindire umuryango wanje kibirengeye tuzabone amasezerano
@leoncenubahimana927
@leoncenubahimana927 14 күн бұрын
Imana ishobotse kuyubaha izimpe kuranginza neza
@NahimanaHermes
@NahimanaHermes Ай бұрын
Ntimuvuge vyinshi kuko Imana ntawe yimiriwe gukoresha. Uwoyoshaka wese yomutuma.
@MuhimpunduJeanmarie
@MuhimpunduJeanmarie Ай бұрын
Amen imana iguhezagire cne
@NzeyimanaJean-zn8fi
@NzeyimanaJean-zn8fi Ай бұрын
Helleluya amennn imana nibizane kabisa twibere mumahro
@EsperanceNkurunziza-d4b
@EsperanceNkurunziza-d4b Ай бұрын
Imana ntabwo isinziriye ntabwo yaduhevye,izadutabara ,murakoze cane Muhezagirwe cane tubipfurije kuzabana natwe muri Israël nsha!!
@NtakirutimanaTherance
@NtakirutimanaTherance Ай бұрын
hhhh uwonimbwa ntumwumvirize iyamatorayimirije baramoka
@NsabimanaPhocas-nu5wm
@NsabimanaPhocas-nu5wm 2 күн бұрын
Ewe amatora aregereje mutangure kuvugishwa ibinyoma ahubwo ndagutwenze
@BoscoBigirimana-q3f
@BoscoBigirimana-q3f Ай бұрын
Uhoraho Mana nyenimbabazi akubabarire cane kuko wewe urwaye mumutwe iyomana yawe n'iyikinyoma umuhanuzi yitukuza.umva sha Jana kwa sobuja satani iryo terabwoba uti ''nsanze bafise Imana ikuruta cane gose
@NestoryNelson-r8y
@NestoryNelson-r8y Ай бұрын
Amen mtumishi wa mungu imana iguhezagire
@Sandycl2024-t2c
@Sandycl2024-t2c Ай бұрын
Nimushishikate muvuge kuko Imana igiye kuzokora ivyo ishishikara kuvuga vyiza vyiza uwobishobora yosenga
@adonaiirumva5588
@adonaiirumva5588 Ай бұрын
Bibe nkuko Imana igomba umurundi wese ahari wumve ugutabarwa kw Imana
@NiyinganzaChristophe
@NiyinganzaChristophe 18 күн бұрын
Rwasa adatsinze uzokwiyahura turaziko urintumwa yiwe sengera urwanda kagome yugurure amasengero arikarugara iyisi Congo murazqmwitonze
@ErecNkunzimana
@ErecNkunzimana 20 күн бұрын
Amen turizeye
@NikomezeAndre
@NikomezeAndre 25 күн бұрын
Imana imbere amen
@manirampaaugustin8500
@manirampaaugustin8500 Ай бұрын
Jewe ndagututse urandoga hama uce uza uvuge ko Imana Ariyo yampaye wamu beshi
@NdabakengaFabien-yt2hs
@NdabakengaFabien-yt2hs Ай бұрын
Shalom. Iyi message imaze igihe kingana iki?
@NgoragozaClaude
@NgoragozaClaude Ай бұрын
Imana ibahe umugisha erega nuburundi ibyiza byababera turabyizeye nibize
@nibizijaphet5547
@nibizijaphet5547 24 күн бұрын
Imana idukomez tuzoshike mwisezerano
@dieudonnekwizera9539
@dieudonnekwizera9539 Ай бұрын
Amen muhezagigwe bakozi bimana
@NduwimanaFrolence
@NduwimanaFrolence Ай бұрын
Amene ndavyakriye yesu aguhumugisha komeza
@ummeMuhammed-bq1ky
@ummeMuhammed-bq1ky Ай бұрын
IMANA ibiduhane imitima itunganye murukundo
@jeanmariesibomana101
@jeanmariesibomana101 22 күн бұрын
Jendabaza, Burya igihe inzahabu zomukirundo n'ahandi bitari bwaboneke Ba Fabrice nabandi Bari kubikora bataratangura kwubaka Nimwe barimwo, Hari Ubuvugishwa Bwaribwaje Buvuuenkuri uyumu prophet bwaribumaze kuzaaa? Sinanse ivyavuze, Ariko ubuhamuzi sibwose bwokwemera Direct Hari abakwegeraho kuvyobabonye! Reo uyu IMANA yonyene niyo ibizi!
@NdayisabaSerges
@NdayisabaSerges 23 күн бұрын
Rev buhungu Abel urantunga kuko ivy ubuvugishwa vyemerwa bisohoye.
@aaronbirimana3025
@aaronbirimana3025 Ай бұрын
Uwu ninkumusazi,,ivyo yatwijeje 2020 vyahereyehe?
@AhorukomeyeAthanase
@AhorukomeyeAthanase 28 күн бұрын
Imana ntibesha Imana itugwanirire
@ColetteMugozi
@ColetteMugozi Ай бұрын
Kwirenbokwirenbo yassu arikwirenbo arihafi arihafi kandi ageze kwirenbo shalom
@NinzimaJudithe
@NinzimaJudithe 28 күн бұрын
Amen lmana iyisezeranye irashitsa
@samuelbigirimana5048
@samuelbigirimana5048 Ай бұрын
Murahaze Uburundi bubaho mwari mwarabivugishijwee? Muje hiyo reka kudusamaza igira mukutwishimira igahakurutsa Imana kuntebe ni Ubugororotsi reka kudusamaza
@InnocentNtakirutimana-hk8yi
@InnocentNtakirutimana-hk8yi 10 күн бұрын
Thanks again
@FadhiliErick
@FadhiliErick Ай бұрын
Amin ❤❤❤mungu akubarki
@masengoFerdinandMasengoFerdina
@masengoFerdinandMasengoFerdina Ай бұрын
Imana iguhe mugisha ukomere cane muri christo yesu
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox Ай бұрын
Uragarutse kubesher'Imana?uwakubeshe ngaho uvugiki ivyo yivugiye kera mbere bimwe yatanguye kubikora.ntuzoguma uyibeshera ngo yemere
@MUKANYONGAClaudine
@MUKANYONGAClaudine Ай бұрын
Hahhhhhh uyumugabo twaraturanye gusa Imana izamuhe agakiza
@bobjamali259
@bobjamali259 17 күн бұрын
😂😂😂 gabanya itabi wamuntu we...! Ninde yaguhenze ngo Igihugu gitezwa imbere namagambo.
@bumwenivyoseniyo1638
@bumwenivyoseniyo1638 Ай бұрын
Amen amen amen amen amen amen amen amen amen ndumunyavyaha ariko ndizerako 2025 nzogera mwayomasezerano mwami wanje uhoraho ndakwingize uzuhangeze
@RichardNijimbere-u2k
@RichardNijimbere-u2k Ай бұрын
Iman harico yokor ibintu bigahinduk ntkiyinanir.
@IngabeMwambutsaMulokole
@IngabeMwambutsaMulokole Ай бұрын
Toka. Ntiwovugishwa ivyiwanyu aho insengero ziriko zirasenyagurwa?Abanyarwanda twarabahinyuye.
@InnocentHABIYAKARE-c3i
@InnocentHABIYAKARE-c3i 6 күн бұрын
Muburundi turikumasezerano arik ntidushaka kubibona kk turimpunyi ! ibigirwamana vyaratunyoshe kk twabikwegewemwo nabarikubidukiza ! Icobaciza nukudusengera
@ngomaclaude6899
@ngomaclaude6899 Ай бұрын
Ahaaa, none I Burundi nirwanda nihehe abenegihugu bakeneye ubutabazi gusumba ahandi?? Nimba arimana ivuga koko mbega abari muri prison y'igitarama booose yarabahevye????? Inyishu
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Ай бұрын
Bareke badutere amashugwe tutaravye ivy iwabo ahubwo tubashimire kuko bari kubikora tutabarishe ariko babigize k ubuntu
@TechSmand
@TechSmand Ай бұрын
Akabwebe gato katazi no kumoka weshaaa turakuzi ahubwo kubwo kubesher'Imana urwo rurimi rwawe ruzoborera mukanwa Kandi nimana yawe muzojana numuvyimba wawe uzoribwa nudusimba two mu Rwanda
@NshimirimanaErnest
@NshimirimanaErnest Ай бұрын
Imana nishimwe kandi igukomeze
@JohnPaul-yt9sk
@JohnPaul-yt9sk Ай бұрын
shaaaa Imana yacu irihangana peeeer
@NizigiyimanaFrancine-t5i
@NizigiyimanaFrancine-t5i Ай бұрын
Nuko mana yanje uzompe kubibo nkirimuzima amene
@RUKWIYEDicar
@RUKWIYEDicar Ай бұрын
Imana ije gukura président yimik'umwami kand'intwaro za cami zitakibaho, uwutemey'ubuhanuzi bwaw'azopfa? Sawa abavuga ngo n'ik'uhorah'agize ndabona satan'arikw'arabakoresha mukurushya abantu. Hoho turi muri théocratie ngw'iman'iz'iravuga ku bihugu? Q. K'uteretswe k'uzofungirwa urusengero?
@NtakirutimanaTherance
@NtakirutimanaTherance Ай бұрын
komera musaza
@Leopordnzeyimana
@Leopordnzeyimana Ай бұрын
Ukwavuganukuri?
@Hatungimana-w3x
@Hatungimana-w3x Ай бұрын
Imana ishimwe can
amazing#devil #lilith #funny #shorts
00:15
Devil Lilith
Рет қаралды 18 МЛН
They Chose Kindness Over Abuse in Their Team #shorts
00:20
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 11 МЛН
When u fight over the armrest
00:41
Adam W
Рет қаралды 21 МЛН
PAPA SAVA EP1132:DORE UBWAMBURE BWAWE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comesdy)
29:06
amazing#devil #lilith #funny #shorts
00:15
Devil Lilith
Рет қаралды 18 МЛН