Isi irarimbutse Satani yazanye abakozi bigisha inyigisho zikuzimu zamaze abantu/nzaapfa nzize ukuri

  Рет қаралды 25,908

KOMERA Tv

KOMERA Tv

Күн бұрын

Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +25#0788469364_whatsapp
MURAKOZE!

Пікірлер: 43
@ProudB719
@ProudB719 23 күн бұрын
Mukozi w'Imana Uhoraho aguhe umugisha kubw'ubu butumwa bwo gukangura abanyafika. Twarasinzirijwe igihe kinini cane. Hakenewe abantu nkamwe bakangura abantu. Aho mba mu rusengero tumara isaha imwe kandi rimwe mu ndwi. Kandi n'urisengero rukomeye cane kw'isi. Brezil honyene bafiseyo insengero zirenga 45000. Bafise aba missionnaires beshi ariko hano dusenga isaha imwe kandi uwukora igikorwa mu rusengero arahembwa. Ni vyiza ko twikangura abanyafrica.
@user-yx4il1nu7r
@user-yx4il1nu7r 3 күн бұрын
Ukunukuri kwuzuye kutavangiye burimwigisha wese yakabaye abwirizwa kwigisha ishengero rya Kristo Yesu 🙏🇧🇮
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 24 күн бұрын
Imana ihabwe icubahiro❤❤❤
@DésiréNiyomukiza
@DésiréNiyomukiza 24 күн бұрын
Imana ikugirire neza mon pasteur.
@MishahiRukamwa
@MishahiRukamwa 24 күн бұрын
Imana ikubake muri iyi mpwemu yayo. Sinari nkumenyereye uvuga nk'incabwenge ikunda Afurika. Ndagukeje uzohere gutyo ntuzosubire inyuma!
@AffectionateButterfly-wy7cl
@AffectionateButterfly-wy7cl 29 күн бұрын
Uvuze ukuri
@NduwimanaLevis-o3x
@NduwimanaLevis-o3x 6 күн бұрын
Impanuro Mutanga Ninziza Ariko Mwataye Sujet Y'Ivyo Mwasomye Muri Biblle.Muzoje Muratandukanya Ivyigwa Vya Seminaire. N'Ubutumwa Bwiza.
@user-Pascalntambara
@user-Pascalntambara 25 күн бұрын
Nanjye nibwo numvise ubutumwa bwiz mwigisha,Uyu mu pasteur ndamukunze cyane kdi nkunze ukuntu yigisha! Ibyo bikorwa byo gufasha ndabishyigikiye, Njyewe ndabagezaho amafranga yo gufasha gute??? Ndi i Kigali Rwanda!
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 16 күн бұрын
Amajambo y,Imana! ( Ijambo ry,Imana.)
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 16 күн бұрын
Vuga vuga Pastor, ukuri kuzuye. Vyarenze ihaniroo.
@ElvisIradukunda-nq6cc
@ElvisIradukunda-nq6cc Ай бұрын
Imana ibandanye kurwiza umugisha mwinshi kuri ap Mbayahaga ❤🎉🎉🎉🎉
@ParfaitNiyonyishi-e4v
@ParfaitNiyonyishi-e4v 24 күн бұрын
vyukuri urintwari y' imana komeza uduha ubutumwa bwiza
@user-pp7ns7rp7x
@user-pp7ns7rp7x Ай бұрын
Nukuri Iman iduhe kuba maso byukuri
@user-nt2oc1ct8o
@user-nt2oc1ct8o 29 күн бұрын
Paste ndagukundape kuko uvuga ukuri. ndimurwanda iyaba wazazaga hano iwacu nkabimenya aho wageze naza kukurebape
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k 5 күн бұрын
Komera mukozi wa Ndiho.
@inabashengeziemiliennejoy6448
@inabashengeziemiliennejoy6448 21 күн бұрын
Muragahezagirwa Mukozi wa Ndiho.
@SemugeshiDamascene-uv4kt
@SemugeshiDamascene-uv4kt 29 күн бұрын
Komerezaho
@melchiadenyandwi-tv8kz
@melchiadenyandwi-tv8kz 26 күн бұрын
nivyo nukuri zirya nyigisho zirapfuye
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 22 күн бұрын
Umukozi,wi,Imana byukuri!! Ikibabaje abanyafrica ntitwumva!!!
@user-lf8ms9yy6r
@user-lf8ms9yy6r 21 күн бұрын
Iri n'ijambo ry'Imana kand turarikenguruk,arik harico urik urironderer,har uwund mwami urik urashimish ngah iburundi,vug wirenganire,ub twar dukeney kuvuga ubutumw butabar abarik baranyuruzw birukwak n'iperereza,abapfunzw barahejej iminyoror y'abo arik vyanse KO barekurw ,habuz ik ng ubivug bagirirw ikigongw,ko wirirw kur youtube uvug ng tugiriranire ikigongw,
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 22 күн бұрын
Mukozi,w,Imana turagukunda kandi turibenshi!! None icyo ndakwisabiye uge ukora sport nyinshi!! Woye kujya ubira icyunzwe hato na hato!!!!
@user-mu1rl6uj5m
@user-mu1rl6uj5m 20 күн бұрын
😂😂😂😂😂 nibazib nyen barek kutuyovy iman iguhezagir nukur naray ndakurot urik ubwir ubutumw kl❤❤❤
@BiraronderwaAlbatros
@BiraronderwaAlbatros 16 күн бұрын
Mutama uvuga ukuri kwuzuye
@Mugisha-v9c
@Mugisha-v9c 26 күн бұрын
Nanje nzofasha abarwaye
@user-kw7pv3wt6x
@user-kw7pv3wt6x 27 күн бұрын
La vérité blesse.
@J.ClaudeNduwayesu
@J.ClaudeNduwayesu 25 күн бұрын
Amen
@user-pp7ns7rp7x
@user-pp7ns7rp7x Ай бұрын
Nukuri najye ntaho najya
@twagirumukizafidele1621
@twagirumukizafidele1621 25 күн бұрын
Yego rata ntiwumva ko uvugishije ukuri
@AffectionateButterfly-wy7cl
@AffectionateButterfly-wy7cl 29 күн бұрын
Gumamo
@RichardBanda-go9xb
@RichardBanda-go9xb 24 күн бұрын
Ibijanye nivyamatora vyihoz kk Iyo ni affaire politique!!!!
@user-xf6ho3ku5n
@user-xf6ho3ku5n 26 күн бұрын
Mbega umupasiteri wuzuye umwuka wera nukuri ndafashijwe ndanajijutse
@MoiseIgirimbabazi
@MoiseIgirimbabazi 22 күн бұрын
Wew kutabigisha kwihana uwokumva inyigisho zawe yohererayo
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 16 күн бұрын
Burya iyo umuntu yumvise ijambo ry,Imana ,ibisigaye mpwemu yera aca yikoreraaaa.
@Mugisha-v9c
@Mugisha-v9c 26 күн бұрын
Babwire muvyeyi
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k 5 күн бұрын
Shalom! Shalom. Mukozi w Imana. Ico gikorwa ni ciza can. Mwoshobora kuduha contact zanyu nk abasanzwe basenger.ahandi bipfuza gushiramw ukuboko nabo bakagir ico bakoze?
@MbarushimanaDiogene-wi4sl
@MbarushimanaDiogene-wi4sl 23 күн бұрын
IMana ibahe umu gisha
@joentwary6010
@joentwary6010 29 күн бұрын
Komeza uduhe ayo mahugurwa. Abarundi bakanure
@user-pp7ns7rp7x
@user-pp7ns7rp7x Ай бұрын
Najye iryosengesho nukuri najye ringer ho
@user-lf8ms9yy6r
@user-lf8ms9yy6r 21 күн бұрын
Ivyo vyarahez kubanyamahanga arik ub bikorw n'abarund benewacu ,noe uriko ukor ik ngo babihagarik ?
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 24 күн бұрын
Ivyo devoir ngiye kuyiga nanje ndayikore; bwana ISIDORE. Ariko; nube wandika canke uvuga numero zawe mugihe uburiko wigisha kuko hari igihe tuba dukeneye kukuvugisha
@user-mu1rl6uj5m
@user-mu1rl6uj5m 20 күн бұрын
Ego kl yobikor ukonyen
@ProudB719
@ProudB719 23 күн бұрын
Mukozi w'Imana Uhoraho aguhe umugisha kubw'ubu butumwa bwo gukangura abanyafika. Twarasinzirijwe igihe kinini cane. Hakenewe abantu nkamwe bakangura abantu. Aho mba mu rusengero tumara isaha imwe kandi rimwe mu ndwi. Kandi n'urisengero rukomeye cane kw'isi. Brezil honyene bafiseyo insengero zirenga 45000. Bafise aba missionnaires beshi ariko hano dusenga isaha imwe kandi uwukora igikorwa mu rusengero arahembwa. Ni vyiza ko twikangura abanyafrica.
THEME : N'UBUNDI UZOPFA REKA GUHEMUKIRA UBUSA PFA NK'INTWARI
42:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 17 М.
Running With Bigger And Bigger Feastables
00:17
MrBeast
Рет қаралды 210 МЛН
GTA 5 vs GTA San Andreas Doctors🥼🚑
00:57
Xzit Thamer
Рет қаралды 27 МЛН
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 2 Серия
31:45
Inter Production
Рет қаралды 909 М.
IBINTU BIKUMENYESHA KO IJURU RIKWEMERA -- Past. Desire HABYARIMANA
55:40
IFUNGWA RY'INSENGERO RIRASOZA RITE EV.ANICET NIYOMUGABO
59:05
lJWl RY'UMUKANGUZI TV
Рет қаралды 44 М.
THEME : UMUGORE W'AGACIRO
50:49
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 6 М.
Running With Bigger And Bigger Feastables
00:17
MrBeast
Рет қаралды 210 МЛН