ISRAEL MBONYI ARI MUMAZI ABIRA INYUMA YO GUKORESHA IMPUZU ZABA ISLAM. BAHAGURUKIYE RIMWE MUKUMUTWANY

  Рет қаралды 3,535

Waka Light TV

Waka Light TV

Күн бұрын

Пікірлер: 34
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 6 күн бұрын
Nahoyoba avugana n imana yiwe uku nukutwibasira 😢😢kumuhana bikwiye is must
@christinemahuku289
@christinemahuku289 6 күн бұрын
Mwe mwavangiwe mujye mwire😊ba ubwo bujiji nubuhyari bwanyu yamaze niba yabyambaye Dieu est Esprit kandi aba musulmans bambara neza kurusha abakristu
@nimpayejudith3096
@nimpayejudith3096 4 күн бұрын
Vuga amajambo wazirikanye muri izo ndirimbo z’Imana hanyuma abandi babonegweho guhezagigwa ureke guta umwanya mu mpuzu
@mariejoseeuwamariya5190
@mariejoseeuwamariya5190 5 күн бұрын
Ariko abantu dukunda gupfa ubusa pe ! Imyenda koko !!
@djumatvshow3742
@djumatvshow3742 6 күн бұрын
Yallah koamakafri atobyebirenzu ruvugiri mama natabara dorentamuvugi zidufite niwowetw ishingikirijye
@NshimirimanaMoise-w3w
@NshimirimanaMoise-w3w 5 күн бұрын
Nanj ndayikunda irya myambaro kbx ntacaha kirimwo kuyambara
@nimpayejudith3096
@nimpayejudith3096 4 күн бұрын
Waka Tv rondeurs amahera neza ureke kuvangigwa
@niragiraCélestin
@niragiraCélestin 5 күн бұрын
Erega ntakosa yakoze ahubwo ahubwo yashatse kwereka abantu bose ukobamwibaza atariwe.abantu bamuzi inyuma nkumukizwa ariko unomusi yashatse kubiyereka uwo akorera.
@ARUBOY-cz2zr
@ARUBOY-cz2zr 6 күн бұрын
Mamaw ibibint ntiituvyemer kl akwiy guhanw
@kagamevalens1260
@kagamevalens1260 6 күн бұрын
Ubundise aba Islam wambaye nkabo ugakora neza byo bitwaye iki kereka bayambaye bakajya kwiba cg bagasambana naho akoreye Imana ntakibazo
@sanny8316
@sanny8316 6 күн бұрын
Uri kumubeshyera. Ntago aribyo uvuze!
@IngabireMarry
@IngabireMarry 5 күн бұрын
Gewe ndumva nabirenze yakoze buriwese yabyambana nonese ugirango kubyambara Niko gukiranuka naho bihuriye rwose
@Uturenzecomedy
@Uturenzecomedy 6 күн бұрын
Ni vyo kabisa bayambara Bose.
@shabajims2966
@shabajims2966 6 күн бұрын
Ntakintu nakimwe yabeshe Israel kuko ntanyambaro yaba islam ibaho gusa. Mbeko aba patiri kombara amakanzu canke ababikira bakambara voile kandi naba islam bambara. Ahumbwo aba Kristu nimwe mufise ibibazo irya nyambaro yamakanzu ninyambaro na yenzu mussa naba nowa bambara kuva nakera.
@IradukundaRasheri
@IradukundaRasheri 6 күн бұрын
Ahubwo nuko asanze abisila mu baracyogoye ubundi balikumukubita
@Uturenzecomedy
@Uturenzecomedy 6 күн бұрын
Ariko yavuze nukuri kabisa.
@nfofonanagmaicom
@nfofonanagmaicom 6 күн бұрын
Waka light uri gateranya nawe uravye titres zawe
@BajouNizeye
@BajouNizeye 6 күн бұрын
Nn Tanzania Kobose bazambara?
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 5 күн бұрын
huu sha ko nabakirisu babatwizwa bazambara? mumuveko twese turazambara kuko imyambaro nizabose rero ntacaha kirimwo kbx
@Rwanda-l1r
@Rwanda-l1r 5 күн бұрын
Hahhhhh iyo nkureba ndatwenga ese wagi uvuga ibintu bifite fact and numbers one day uzimeninda amarangamitima siyo akora akazi ahuko koresha IQU kd gushaka views nogukora as professional biratandukanye
@UWANTEGEAlubritine
@UWANTEGEAlubritine 5 күн бұрын
Ese imyenda myiza nkiriya Yaba icyaha mwabantumwe mwashatse lmana bigishoboka lcyambu mbonyi baho mu mugambi w'lmana uri mukuru rata
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 4 күн бұрын
Ariko nibisanzwe abanyagwanda mukunda gukuza Inkuru ariko Bose barayambara nibisanzwe egoooo ubikunda urayambara ntakibazo mukunda gukuza Inkuru
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 5 күн бұрын
Ziba😂😂😂
@zubermartial4110
@zubermartial4110 4 күн бұрын
Baguhora ubusa none ko baguhora izo kanzu ngo nizabamizilma , zabaye izabo ryari ? Muhamadi adjari na islaamu ntirakabaho . Amateka mubitabo vyabo yerekanako ubgisilamu butangura mumwaka w,610 mutuma ya Kristo . Ikibazo mbere yaho amakanzu ntiyambagwa ??
@IddySaid-i9w
@IddySaid-i9w 6 күн бұрын
Gusa nivyo kuko Isi igez kur
@chantalkaburente2465
@chantalkaburente2465 6 күн бұрын
Ugomba kumukwegera lngorane
@monameyahve3060
@monameyahve3060 6 күн бұрын
Yavangiwe
@AnglebertGikundiro
@AnglebertGikundiro 5 күн бұрын
Impuzu ntizishobora guhindura ico umuntu ari,kandi nta mu islam barabaza igituma yambay costume nka pasteur
@shabajims2966
@shabajims2966 6 күн бұрын
Akes kura amatiku ngaho wewe kuvaho wihaye kuvuga ivyohaze usigaye ivuga ibintu vyububeshi gusa
@evaeva7701
@evaeva7701 6 күн бұрын
Kura ubujajwa aho? Vyanditse ko arizo aba musulmans gusa?
@GlastAhjlkfc
@GlastAhjlkfc 5 күн бұрын
Nonimpuzu simpuzu imana ntabwizorabumwambaro
@GlastAhjlkfc
@GlastAhjlkfc 5 күн бұрын
Ayonamashari babuzaho bamukura kugirango ubutumwa bwiwe ngobuhagarare iyonijaruzi kugirango agwe ubutumwabwiwe buhagarare imanimbere izomugwanira mbe ubobakizwA nibwokoki batoteza mwenewabo ninyabaki
@KevinBukuru-u4n
@KevinBukuru-u4n 5 күн бұрын
Ikibazo Yesu yari umu Islam canke? hahaha! Simple kwambara ikanzu mubayahudi bose bambara amakanzu
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 5 күн бұрын
aba menyesha makuru bugwanda muri ninzigo p manawe🤔 bobo aba isilam ko bambara kositime ? zamuraba mwikosore kuko ntacaha kirimwo ntaho vyanditse ngo uwuzambara impuzu zaba isilamu bazomutere amabuye kwel haaaaa😁😁
진짜✅ 아님 가짜❌???
0:21
승비니 Seungbini
Рет қаралды 10 МЛН
The Lost World: Living Room Edition
0:46
Daniel LaBelle
Рет қаралды 27 МЛН
Tugumane
13:22
Israel Mbonyi
Рет қаралды 85 М.