‼️ ITANGAZO RYA KAMINUZA Y'I NGOZI

  Рет қаралды 1,402

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Kaminuza y'i Ngozi (Université de Ngozi) iramenyesheje abize kuri iyo kaminuza kuva mu mwaka w'1999 n'imyaka yakurikiye, baronkejwe ingurane y'amafaranga y'ishure (Frais académiques) n'amafaranga yo kubaho (frais de subsistance), ubu bakaba batasubije iyo ngurane kandi baragiye mu buzi butandukanye, ko bahawe ikiringo c'amezi atatu ngo basubije iyo ngurane. Ico kiringo kirangiye iyo kaminuza imenyesha ko izoca ishira ahabona (ku mugaragaro) amazina y'abo bayiheraniye yongere ibitwarire.

Пікірлер: 1
@nsabumugishalibere5930
@nsabumugishalibere5930 Жыл бұрын
Tafadhali !! Umuntu wese yize kwideni arihe vyihuta. Kumbe batwiyemerako bize kumadeni😂😂😂
🗃️ L'Université de Ngozi est désormais dotée de l'Ideas Box
6:22
진짜✅ 아님 가짜❌???
0:21
승비니 Seungbini
Рет қаралды 10 МЛН
Хаги Ваги говорит разными голосами
0:22
Фани Хани
Рет қаралды 2,2 МЛН
SLIDE #shortssprintbrasil
0:31
Natan por Aí
Рет қаралды 49 МЛН
SELF CONTROL Dhirigalin | Sheikh Mustafe Hajji Ismail
18:45
abdull عبدول
Рет қаралды 232 М.
Young Lionel Messi Was Actually INSANE
14:20
VSP7 FOOTBALL
Рет қаралды 466 М.
How to STUDY so FAST it feels like CHEATING
8:03
The Angry Explainer
Рет қаралды 2,9 МЛН
ISAHA  NTAGATIFU  LE 10 /02/2025
Ingoro ya Yezu Nyirimpuhwe Ruhango
Рет қаралды 467
진짜✅ 아님 가짜❌???
0:21
승비니 Seungbini
Рет қаралды 10 МЛН