No video

Ivya “stade” Intwari vyoba bigeze hehe ?

  Рет қаралды 14,121

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

⚽ Mbega vuba tuzobona "stade" Intwari yakira inkino zikomeye ?
🇧🇮 🇰🇪 Urukino rwahuje Kenya n'Uburundi rwabereye muri Malawi, kuko ivyo bihugu bibiri atakibuga gikwije amategeko bifise.
Mbega none ibikorwa vyo kwubaka ikibuga Intwari bigeze hehe ? Tubigarukeko.
#KuMusi
#inkino

Пікірлер: 35
@fierceharpy4636
@fierceharpy4636 3 ай бұрын
Nkumurundi kubona ukuntu abaturongora bakora biratuntuza umutima
@knwoless
@knwoless 2 ай бұрын
Saaaana … Baranatwenza kweeeeri 😂
@fierceharpy4636
@fierceharpy4636 2 ай бұрын
@@knwoless ni hatari
@ypdsitv
@ypdsitv 26 күн бұрын
Good job
@leonardociavattini4057
@leonardociavattini4057 Ай бұрын
Very Nice Stade when Will finish the Intwari Stade ?
@logic-commentetor3258
@logic-commentetor3258 2 ай бұрын
Umu jeune atanga amakuru neza mu buryo butomoye kandi buryohera amatwi... big up!
@TheodoreMugisha
@TheodoreMugisha 2 ай бұрын
vip
@ndore-mushikaazarias2640
@ndore-mushikaazarias2640 2 ай бұрын
Vidéo nziza cane, ni kuza muraduha utu vidéo au plus de 5 min, niho bitaturambira kuraba, u get a subscriber
@augusteselemani4181
@augusteselemani4181 2 ай бұрын
Amna kiwanja hapo mmejenga soko lakuuzu nguo 😂😂😭😭😭😭😭
@liebacolive4667
@liebacolive4667 2 ай бұрын
Stade AMAHORO , Rwanda. Mwicare mwige
@knwoless
@knwoless 2 ай бұрын
We bazogufunga
@Ngayi123
@Ngayi123 2 ай бұрын
Kubera?
@knwoless
@knwoless 2 ай бұрын
Eeee barakotesha ibibuga ??? Akumiro peeeeh
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 2 ай бұрын
Ntitworere kuko fifa yatanze amahera atari make
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 2 ай бұрын
Birababaje kub stade isakawe hose
@ndayizeyeaimable187
@ndayizeyeaimable187 2 ай бұрын
MUNSIGURIRE INTAMBAMURUGAMBA BYOBA BISOBANUYE IKI ?
@papua3619
@papua3619 2 ай бұрын
none Amashusho arihe? twereke turabe aho bigeze? abarundi ga yemwe
@Bigenergy94
@Bigenergy94 2 ай бұрын
None wewe ko ufise Camera ukongera ukagira chanel ukongera ukaba uri maybe i Bujumbura ko utagira visit ngo werekane aho ibikorwa bigeze? Tanga umuco abagukurikira bamenye neza okay fresh Kandi courage
@abeleudesnsabimana4709
@abeleudesnsabimana4709 2 ай бұрын
nta Bdi bwatsinze Gabon sigaho!
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 2 ай бұрын
Ww ntiwaribwavuk Ncuti
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 2 ай бұрын
Ariko ikibazo cyamoko nikibi kweli 🤔??? Ubu mugenda iriya yose gutora kandi murwanda tubifite ??? Mwagiye muza tukabatiza ??
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 2 ай бұрын
Ntavyiwanyu dukeneye
@MrBenofficial1
@MrBenofficial1 2 ай бұрын
Mwihangane Mugihe stade amahoro yo Mu Rwanda izaba ariyambere muri East africa kandi izatwara millions 147 zama dollar, harya stade Ntwari izatwara angahe Mugabo erega ibihugu ntago birikurwego rumwe kandi twebwe izarangira mukwaka 7 this year none mubwe no kuyirangiza byabananiye itazatwara na millions 4$ 😅😅
@muvunyindahayomartin2661
@muvunyindahayomartin2661 2 ай бұрын
Uri iikigoryi kabisa nkizo ncyuro zawe zirikumaririki abarundi cyangwa abanyarwanda?ubugoryi budafite ishingiro kosora kuba stade amahoro arinziza Si I igitangaza abarundi bashobora no kuyifashisha ariko utabacyuriye
@Usbar-oc1kl
@Usbar-oc1kl 2 ай бұрын
​​@@muvunyindahayomartin2661 Nta bundi buryo wakosora umuntu nawe udakoze amakosa (umuntuka)? Nta kosa rikosozwa irindi. Yakosheje gucyurira abandi sibyo, kuko ntawe ukwiza byose. Ariko nawe uri hanyuma ye kuko uratukana. Biteye isoni.
@muvunyindahayomartin2661
@muvunyindahayomartin2661 2 ай бұрын
yego ndabyemeye nakosheje pe kubera umujinya bitewe niriya comment yokwishongora nabi rwose ambabarire musabye imbabazi
@user-yh4mw5uc8s
@user-yh4mw5uc8s 2 ай бұрын
Ahubwo niyambere kwisiyose ivyomwubakiwe namashirahamwe abarundu Bobo birwanaho Kandi baroyuzuza
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 2 ай бұрын
​@@user-yh4mw5uc8s Stade yubatswe n'ishirahamwe rijejwe kwubaka ariko iryo shiirahamwe ryahawe amahera n'a gouvernement yurwanda kugira ryubake kijambere.
Bishasha kw'isubirwamwo ry'isoko nkuru ya Buja
7:28
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
GTA 5 vs GTA San Andreas Doctors🥼🚑
00:57
Xzit Thamer
Рет қаралды 24 МЛН
The Day Ronaldo Showed Messi, Neymar & Mbappé Who Is The Boss
19:19
IKINDI GISAGARA GISHASHA MU BURUNDI/ #DIASPORA_CITY
20:58
Agaciro Media
Рет қаралды 8 М.
Djihad ati Data niba yarakoze  Genocide ntago bindeba /Yago sinteze kumusaba imbabazi
33:57
Incabwenge zirafise ikibanza mu Burundi ?
6:56
Yaga Burundi
Рет қаралды 522