Iyerekwa ry'amagufa yumye/ Ibihe bibi urimo birarangiye/ Haguruka ubeho - Pastor Désiré HABYARIMANA

  Рет қаралды 4,920

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862

Пікірлер: 11
@suzannebukuru6684
@suzannebukuru6684 2 жыл бұрын
Mwami Yezu, hezagira uwo musavyi dawe, umuhunde imigisha n'ubuzima kugira abandanye kubohoza imitima yarushe, amagura yumye asubire kugira inyama uruhu n'umwuka wawe. Urakaninahazwa Mukama Yezu ku bwenge n'ubwitonzi wamuhaye.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@jeanclaudenimpagaritse6931
@jeanclaudenimpagaritse6931 2 жыл бұрын
Nkunda ukuntu usigura ijambo,uri umugisha kw ishengero rya Kristo,Yesu agukomereze mu gikorwa yaguhamagariye uradufasha cane,nkunda Uhoraho yaguhamagaye kumukorera,turagukunda cane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
murakoze caneee
@divinekaneza1171
@divinekaneza1171 2 жыл бұрын
Yesu aguhzagire Mukozi w Imana.iyo ngukurikirana nkuramw ikintu gikomey gikiza umutima wanje
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@olamideegidelogie9793
@olamideegidelogie9793 2 жыл бұрын
Wow
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
yesss
@mbabazijane934
@mbabazijane934 2 жыл бұрын
❤️🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@suzannebukuru6684
@suzannebukuru6684 2 жыл бұрын
M
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34
MY HEIGHT vs MrBEAST CREW 🙈📏
00:22
Celine Dept
Рет қаралды 17 МЛН
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
GUKORESHA NEZA AMAHITAMO YAWE || Pasteur Habyarimana Desire
38:38
ZABURI NSHYA
Рет қаралды 15 М.
THE SEEING EYES - (ACCESSING THE GIFT OF SIGHT) WITH APOSTLE JOSHUA SELMAN
2:58:38
Iyerekwa ry'Amagufwa yumye by Bararendeza Augustin
58:00
PraiseThe Lord TV
Рет қаралды 14 М.
Vugira kuri ayo magufa yumye araba mazima - Pastor Olivier IRAKOZE
32:45
Burundi Gospel TV
Рет қаралды 1,2 М.
PASTOR JOHN NTAGANZWA: AMAGUFA YUMYE
48:49
LIFE CHRISTIAN MINISTRIES RWANDA
Рет қаралды 204
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34