IYO MANA ISENGWA N'ABAISLAM YOBA IBA HEHE

  Рет қаралды 52,296

AFRACOP MEDIA

AFRACOP MEDIA

Күн бұрын

Пікірлер: 128
@tuyisingizejeanbosco9863
@tuyisingizejeanbosco9863 Жыл бұрын
Amen Umwami Yesu niyamamare hezagirwa mukozi w,Imana
@saalhah1308
@saalhah1308 Жыл бұрын
Yoooo ndishimye, najyaga mbibona muzindi ndimi nkibaza uko bizagera kubatumva icyongereza nigifaransa, ariko Imana ishimwe !
@afracopmedia
@afracopmedia Ай бұрын
@@saalhah1308 karibu kuri AFRACOP MEDIA
@jeannemukeshimana2659
@jeannemukeshimana2659 Жыл бұрын
Kugira uneshe aba islam nuko ubuzi imirongo iri muri Koro, ani niho ubatsinda ariko ukoresha bibiliya gusa ntubatsinda aha wabashoboye nokuvuga ntibavuga ndakunda abakozi bi Mana ❤❤❤❤❤
@nsabimananestor736
@nsabimananestor736 Жыл бұрын
Yewe ndakwemeye paster
@josunduwimana5063
@josunduwimana5063 Жыл бұрын
Murakoze cane imana ibampere umugisha ihezagire ibikorwa vyamaboko yanyu ibivyirwa twese abakristo na ba Islam biduhindure tumenye ko Kristo arumwami numukiza
@tecnomobile1957
@tecnomobile1957 Жыл бұрын
Birandyoheye cyane mubandanye natwe murwanda turabunviriza cyane kd turabakunda.
@didiermaselafi5527
@didiermaselafi5527 6 ай бұрын
Namwe turabakunda❤❤❤
@salehjassim2857
@salehjassim2857 Жыл бұрын
Yesu ni umwami bavyank bavyemera❤❤❤❤
@kavunjaporiaimable5112
@kavunjaporiaimable5112 Жыл бұрын
Yesu ashimwe raba muzodushirireko ikiganiro cose kiramvuye
@meschack420
@meschack420 Жыл бұрын
Nibajye basenga mwizana rya Yesu kuko niryo rifite imbaraga halleluya
@HarinkaFidele-go7oi
@HarinkaFidele-go7oi Жыл бұрын
Urumuntuwumugabo.pee.yesu.Akwagure.cyane
@uwimanaizanyeangelique9765
@uwimanaizanyeangelique9765 Жыл бұрын
Yesu niyamamare yesu numwami ibihe byose ntawuzasimbu yesu mwami wabami
@vivensmanirarora5813
@vivensmanirarora5813 Жыл бұрын
Imana iguhe umugisha mukozi w,imana abo baragowe kuko base kwizera umwami Yesu
@eddymutume6982
@eddymutume6982 Жыл бұрын
Ibya aba Islam byamenyekanye . Ahubwo bave kw'izima baze kwa Yesu bakizwe kugirango bazabone Ijuru
@Keyboy257
@Keyboy257 Жыл бұрын
Yesu Kristo niyamamare hose🙏🙏🙏
@adhulikalim3020
@adhulikalim3020 Жыл бұрын
Uhezagirwe cane Mukozi w'Imana.
@jeanninemuhawenimana8165
@jeanninemuhawenimana8165 Жыл бұрын
Ndumva barimuyobe sinarinziko basenga lbuye ryumukara ,Yesu Kristo niyamamare .
@niyontezechristien1122
@niyontezechristien1122 Жыл бұрын
Kristo azakomeza kwiyerekana nkumukozi wumuhanga wacunguye itorero rye kdi Amen 🙏 ♥
@alesa2782
@alesa2782 Жыл бұрын
Narindush uranduhuy past
@didiermaselafi5527
@didiermaselafi5527 6 ай бұрын
Mpore mpore Yesu akuruhure
@MariamYangiriyubuntu-um8vr
@MariamYangiriyubuntu-um8vr Жыл бұрын
Yesu nimwami wabami bovyanka bovyemera kandi ingoma yayo ntizovaho!
@rachelleakiteretse-nv3hm
@rachelleakiteretse-nv3hm Жыл бұрын
Yesu nashimwe cane uyo mwigisha arabisobanuye neza
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Amen
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Amen
@عبدالله-ي6ه9ت
@عبدالله-ي6ه9ت Жыл бұрын
Amen Amen.Yesu yamamare.
@FatimaFatima-rx6dg
@FatimaFatima-rx6dg Жыл бұрын
Amen amen birufikana baranzimiye nibafeyo😂😂😂 abo bicaye ngah uwobabanza numurongo numwe nibokwishura
@jeanpaulkwizera3216
@jeanpaulkwizera3216 Ай бұрын
Pokeyeni Bwana Yesu awa okowe
@afracopmedia
@afracopmedia Ай бұрын
@@jeanpaulkwizera3216 asante sana kwa kufwaririya Channel yetu
@murwanashyakacyriaque5937
@murwanashyakacyriaque5937 Жыл бұрын
Imana ishimwe cyane kuko uyu mwene data adusobanuriye ibya Islam
@irankundajeanbosco4934
@irankundajeanbosco4934 Жыл бұрын
Nahezagirwe
@IclimaUwase
@IclimaUwase 15 күн бұрын
Ibibaz vy Joshua ntivyorosh kbx🎉🎉Iman'imber mutam wanjeux❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@wazoochem127
@wazoochem127 Ай бұрын
Imana ihezagire uwomukozi wayo pe. Sinzi ukuntu numva umunezero pe. Imana ishimwe cane
@afracopmedia
@afracopmedia Ай бұрын
@@wazoochem127 Murakoze kudukurikirana kandi amasengesho yanyu aradushikira
@assiahassiah5485
@assiahassiah5485 Жыл бұрын
Yesu niwe nzira N'ubugingo budashira amen 🙏 🙌 👏 ❤ ♥
@niyonkuruomar-cp5dh
@niyonkuruomar-cp5dh Жыл бұрын
Urakozemwarimu
@TuyishemezeRachelle
@TuyishemezeRachelle Ай бұрын
Yesu niyamamare ashigwe hejuru.
@mudakikwaemmanuel1216
@mudakikwaemmanuel1216 Жыл бұрын
Burundi Challenger 🥰🥰🥰🥰. Abanga gukizwa nibavuge, nahubundi Yesu araje.
@pacifiquendayisaba3780
@pacifiquendayisaba3780 Жыл бұрын
Urakoze mukozi w'Imana
@jacquesngendakumana3443
@jacquesngendakumana3443 Жыл бұрын
Imana izoguma yihesha icubahiro ,
@alinekubwimana3174
@alinekubwimana3174 Жыл бұрын
Yesu weee Imana iguhezagire knd igukomeze nukuri uvuze amajamboyinkora mutima
@HategekimanaClaude-z7i
@HategekimanaClaude-z7i Ай бұрын
Yosua wazaje murwanda Koko ❤❤
@emmanuelhagabimana6072
@emmanuelhagabimana6072 4 ай бұрын
Jesus is the messiah ❤❤❤❤
@Mathieusinzinkayo
@Mathieusinzinkayo Ай бұрын
Mbega ntimuziko imana ya Burahamu ari imana y'intambara ,yihora y'urwanko?None mwiruhiriziki?Nayo abasenga Yesu barabahenze abazungu .Musenga ikimana cabo.Naba lsramu nuko.Ivyomuriko mukora mushire hamwe mugaruke dusenge imana y'ukuri iticara idafise amaguru itiyumvira nkabantu yihora yinzigo yurwanko...Mbere ivyo mugira abadayimoni barashima kuko muriko mucumura.Kirazira ko bene Burahimu bateterezanya.
@FiacresonJames
@FiacresonJames Ай бұрын
Imana nigwiza ba Joshua
@afracopmedia
@afracopmedia Ай бұрын
@@FiacresonJames murakoze cane kudukurikirana
@jacquesmugisha83
@jacquesmugisha83 Жыл бұрын
Yesu ashimwe cane
@saliaizabiriza4116
@saliaizabiriza4116 Жыл бұрын
Umunsi malaika ukuramo roho azakugeraho utaraba umuyislamu ufite ibibazo mumva yawe ndetse nokumunsi wimperuka
@ntigurirwajosue
@ntigurirwajosue Жыл бұрын
​@@saliaizabiriza4116 kuraho iterabwoba
@adamoman4966
@adamoman4966 Жыл бұрын
Umu papa imana I muhezagirwe kumpanuro yagusa
@ganaso4909
@ganaso4909 Жыл бұрын
Yesu niyo zira yukuri🙏🙏🙏
@nyambochristelle7640
@nyambochristelle7640 Жыл бұрын
Ibi nabibonaga muri kenya none nibikwire👏👏👏🥰
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq Жыл бұрын
IMANA yaremye ADAMU Umuntu wese kw'isi n'umunyavyaha Ariko IMANA yo mw'Ijuru yuzuye imbabazi n'ukuri
@bocken479
@bocken479 Жыл бұрын
Urasobanutse peee,abaislam miliyari imwe nigice Yesu abagirire neza bave mu gusenga Satani
@bizozafulgence7353
@bizozafulgence7353 Жыл бұрын
Yesu Kristo Ni Umwami aganza abami. Amen
@munimuni3365
@munimuni3365 Жыл бұрын
Poresana rindira ufpe niho unzomemya ukuri
@FRANCINENsavyimana-fe9ci
@FRANCINENsavyimana-fe9ci Жыл бұрын
Muriko mubeshanya kuki batabasubiza mwe mutazi quor an nimuhore arikibabesha nabareke mwisomeree harimwo imirongo yoguponda ubwisiramu ntibabuponda ahubwo ubuponda buhitabuzamuka ureba murateyisoni kunyegeza ukiri anantu mubabuzinzira za Allah muzotangara kimpera yisi😅
@DUFASHANYE67
@DUFASHANYE67 Жыл бұрын
Papa nema imana igukomeze
@FiacresonJames
@FiacresonJames Ай бұрын
Abisilamu babarundi nabana beza baritonda Imanibafashe bakizwe pee kuko bazize kutamenya .
@afracopmedia
@afracopmedia Ай бұрын
@@FiacresonJames tubasengere cane
@PetercleverRumbete
@PetercleverRumbete Ай бұрын
Yosuwa mukozi w,lmana Yesu aguhezagire ivyo uvuga vyose nugusesa amazi kumabuye abo baramaze kuzimira, hama uwondonkera numéro zuyu mukozi w,lmana azozimpe
@DavidNimubona-uj2vd
@DavidNimubona-uj2vd Жыл бұрын
Nukuri uyumuvugabutumwa Imana ilutuzigamire
@nyambochristelle7640
@nyambochristelle7640 Жыл бұрын
Sha nuko batunva ariko iki nigihe cyabo ngo abunva bunve abarimbuka nabo nuko!!
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Urakoze Kuri commentaire nziza
@alesa2782
@alesa2782 Жыл бұрын
Yesu abandany kugusig amavuta past wubahwe
@benmapambano7869
@benmapambano7869 Жыл бұрын
😂😂😂 umewaweza hawajuii kitu ambacho wanaomba
@GemellonNshimirimana
@GemellonNshimirimana Ай бұрын
Uhezagirw mukozi wimana iryobanga utwibiye rirakomeye
@meschack420
@meschack420 Жыл бұрын
Kandi ibimenyetso byerekakana ko Yesu aje biri gushyika vuba
@dieudonnemugirangabo8174
@dieudonnemugirangabo8174 Жыл бұрын
Igihekirageze ngwisiyose imenye ukuri kw'Imana satani akorwe nisoni iyomana irema amakaramu ikigari abamalayika babarozi nimana yabasilamu gusa ntabwariyi tuzi yaremye isi nijuru🤦🤭🙏
@alesa2782
@alesa2782 Жыл бұрын
Wigisha ivyuzi kwer urabisobanukiwe
@MariamYangiriyubuntu-um8vr
@MariamYangiriyubuntu-um8vr Жыл бұрын
Imana yaremye ijuru nisi niyo yogusengwa
@manishimweedouard2761
@manishimweedouard2761 Жыл бұрын
Ndabemeyecyane
@jeanpierrenduwayesu1950
@jeanpierrenduwayesu1950 Жыл бұрын
Yesu nashimwe
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Amen
@freddyuwineza2435
@freddyuwineza2435 Жыл бұрын
Kumbe Aba Islam basenga ibuye.Bagatanga ibimazi vy'intama nyuma yo kwimongora ahamera umushatsi hose.Ndumiwe.
@imboni250aufficial9
@imboni250aufficial9 Жыл бұрын
Ubuse koko no mu Rwanda muzahagera
@nyiramugishaconsolee2247
@nyiramugishaconsolee2247 Жыл бұрын
Songa mbere mutumishi
@nurwabahungualexandrefreed4746
@nurwabahungualexandrefreed4746 Жыл бұрын
murababwiye kabisaaa,ariko turakeneye ibi biganiro vyose uko bikurikirana kadi muduhe contact
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
+25768113432
@musabyimanafaustin7221
@musabyimanafaustin7221 Жыл бұрын
Yewe ubahaye ukuri nabo nibaze kwa yesu waremye ijuru nisi babe kuwaremye ikaramu
@musabyimanafaustin7221
@musabyimanafaustin7221 Жыл бұрын
Ese kuki utasizeho nimero ya Tef ngotujye tuvugana nawe
@musabyimanafaustin7221
@musabyimanafaustin7221 Жыл бұрын
Wowe ubundi usengera muyihe shengeto cg usengera murihe torero
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
@@musabyimanafaustin7221 +25769113432
@ndagijimanabenjamin8257
@ndagijimanabenjamin8257 4 ай бұрын
none wowe iyo usenga iba he
@mporanajoseph2443
@mporanajoseph2443 Жыл бұрын
Bizere bakizwe pee
@ntabaracharles5441
@ntabaracharles5441 Жыл бұрын
Wazodusuye mu gwanda
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Mu Rwanda nzaza kabisa
@destinyaimenihorimbere9108
@destinyaimenihorimbere9108 Жыл бұрын
😀😀Imana ibahezagire cane ndamenye ibitari bike ntarinzi
@athanasenijimbere4031
@athanasenijimbere4031 Жыл бұрын
Eeeeh kumbe babantu nabo bagira ibigigwamana vyinshi
@jeanpaulkwizera3216
@jeanpaulkwizera3216 Ай бұрын
Kabisa mtumishi una wajibu kabisa awo wahislam wenye shingo ngumu
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 2 ай бұрын
Birababaje kubona Abantu barahenzwe nugupfa hukoma Induru shiramw ubwenge
@afracopmedia
@afracopmedia 2 ай бұрын
@@TherenceNIMBONA AFRACOP MEDIA IRAGUSHIMIYE KU VYIYUMVIRO MUSHIKIRIJE. KOMEZA KUBANA NATWE mubisangize n'abandi
@josiasniyonkuru9888
@josiasniyonkuru9888 Жыл бұрын
Babwire ntibunva
@FRANCINENsavyimana-fe9ci
@FRANCINENsavyimana-fe9ci Жыл бұрын
Vuga make pasteur mwebwe umusaraba muwukoreriki isinzima muwutembereza reka ivyabisiramu utabizi saba Imana igihe kubimenya kukumwanawumuntu ndumva ntiyagushobora igihe kirihafi rondera ijiru vyukuri irabe kurimukuri
@fatdramahustler532
@fatdramahustler532 Жыл бұрын
Hahhahahha Aha ni Muntara ya Hehe
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
Kirundo - BUSONI
@imboni250aufficial9
@imboni250aufficial9 Жыл бұрын
Ayyyyaaaaaa kumbe !!!
@emperor-jayp0016
@emperor-jayp0016 Жыл бұрын
Nabona numéro uyumupasiteri❤
@afracopmedia
@afracopmedia Жыл бұрын
69113432
@meshoalqahtani394
@meshoalqahtani394 Жыл бұрын
Jochua vyukuri iyakwigishije niyukuri nukuri marayik akubamwo numunyembaraga waratahuy
@johnndayambaje3896
@johnndayambaje3896 Жыл бұрын
Mbega none iba hehe
@niyokwizerasamuel2716
@niyokwizerasamuel2716 Жыл бұрын
Komer can gse
@peacetvrwanda6453
@peacetvrwanda6453 Жыл бұрын
Nimero zuyumupasiteri nazibina Ute?
@maryamarya4161
@maryamarya4161 2 ай бұрын
Nivyo barizunguruka atacobambayemusi naragiyeyo narabibonye
@afracopmedia
@afracopmedia 2 ай бұрын
@@maryamarya4161 MURAKOZE KUDUKURIKIRANA.
@oscarndabarushimana5459
@oscarndabarushimana5459 Жыл бұрын
Mukozi.w,lmana.uzoze.urataha.hakibona.abo.bisilamu.bazokwica.kuko.uriko.urabamenera.amabanga
@ericciza926
@ericciza926 Ай бұрын
Haaaaa wasoma
@ubambisidjuma-5956
@ubambisidjuma-5956 Жыл бұрын
Mana Nyagasani tabara bano bantu bari mubuyobe unatabare nabatati kwisomera kuko bashirwa hano maze ubinjize mu idini yawe ariyo ubuyisilam
@emperor-jayp0016
@emperor-jayp0016 Жыл бұрын
Imana niyonkuru
@alinekubwimana3174
@alinekubwimana3174 Жыл бұрын
Murabe mudushirireko ikiganiro cose kiramvuye ataruduceduce
@MONTREALTALKS
@MONTREALTALKS Жыл бұрын
praise God
@UwiringiyeJoelle
@UwiringiyeJoelle Жыл бұрын
Nukuri.ibinukuri
@adtvhjnjkivvfw51
@adtvhjnjkivvfw51 Жыл бұрын
Islam yubahwe
@germanmutoni7133
@germanmutoni7133 Жыл бұрын
Muzaduhe ikiganiro cyose
@chadiashushu2866
@chadiashushu2866 Жыл бұрын
Islam weeee kumbe😂😂😂
@NiyokwizigirwaTresor
@NiyokwizigirwaTresor Жыл бұрын
Urabakomeshej kl
@ntabaracharles5441
@ntabaracharles5441 Жыл бұрын
Ko womenga uriko urahangana
@ankolichris3487
@ankolichris3487 Жыл бұрын
Mwijuru nihe
@Unsaid1.
@Unsaid1. Жыл бұрын
Samara uzohabaza urupfu, neither knacks nor intellect will save you from death or the pangs of it. It beats all down, you gotta grab this opportunity and seek God, my friend. For your benefits.
@kingofjungle510
@kingofjungle510 Жыл бұрын
Yooo aibu kumbwa
@espoirdiane6952
@espoirdiane6952 Жыл бұрын
Ibi ntavyo nari nzi Iri dini ni irya Shetani nukuri.
@BongwanubusaEva
@BongwanubusaEva Жыл бұрын
Hezagirwa
@ndayishimiyejaphet9866
@ndayishimiyejaphet9866 Жыл бұрын
KO babeshee canee none boboo
@SimeonBankuwiha
@SimeonBankuwiha Жыл бұрын
Huuu
@meschack420
@meschack420 Жыл бұрын
Nibajye basenga mwizana rya Yesu kuko niryo rifite imbaraga halleluya
@munimuni3365
@munimuni3365 Жыл бұрын
🤣🤣 poresan twebwe nizonsenga umuntu yesu.nimunzu
@meschack420
@meschack420 Жыл бұрын
@@munimuni3365 Yesu ni umwami kd azahora ariwe ntacyamukura kungoma ye ubyange ubyemere azosengwa nababonye imirimoye
@meschack420
@meschack420 Жыл бұрын
Muhamed yakoze iki gituma umusenga?
MUZINDA. IMIGENDERANIRE HAGATI Y'ABAISLAM N'AMAJINI. PART 3
20:17
AFRACOP MEDIA
Рет қаралды 10 М.
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 20 МЛН
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 276 МЛН
Imana y'Uburundi irakomeye.
6:45
Niyongere Michel
Рет қаралды 228 М.
UBUBATA BW'IDINI by Ntakirutimana Emmanuel at NYIRAGIHIMA. Musanze-Shyingiro
14:59
Uko Abantu tudapfa by MWANAFUNZI Ismael: Sobanukirwa Reincranation
38:45
IMIGENDERANIRE IRI HAGATI Y'ABAISLAM N'AMAJINI PART 3
17:03
AFRACOP MEDIA
Рет қаралды 2,1 М.
MBEGA IKIBAZO !!! UMUSHEHE AMANITSE AMABOKO
14:31
AFRACOP MEDIA
Рет қаралды 101 М.
MBEGA IMANA ISENGWA N,ABAISLAM N,IMANA Y,UKURI PART II
1:00:28
AFRACOP MEDIA
Рет қаралды 1,7 М.
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17