Wow wow mwese muri ama maman bagaciro😍😍😍 Hama Kadie kay courage caneeee uri uwa grave,bandanya ufasha n abandi
@HerveNishАй бұрын
Kadie iy déjà n'Imana yashak kukwerek ko Ivyaw ibishigikiy kubon madame lydia ar naw icamwo kugir ng usubir wandike Courage cn Mama kadie Ndagushigikiye
@alny1935Ай бұрын
aba jeunes bacu bumva isoni ko umuntu abandikiye indirimbo ntamuntu ashobonye yose les grands chanteurs bo kwisi bose barafise umuntu abandikira , Celine Dion, Johnny hallyday, Beyoncé, Rihanna etc…
@belysebutoyi5658Ай бұрын
Oooh thx Good Imana ishimwe ko ladies kay yagarutse Mme nsekera yabay intumwa y’Imana kugir imuhagurutse🙏🙏🙏thx God burya Imana yohaguruts ibiti namabuye kugira yigaragaze
@belindabg963Ай бұрын
Beautiful song .Congratulations to mama kadie ❤❤❤❤❤
Kadie Kay, Manager, Mme Lydia, Siren Vibes boss, ❤ all
@anithairakoze8577Ай бұрын
Nukuri uyo mu maman iyo titre iramukwiye cane gose 100%. Jewe ndakunda cane kumenya utuntu n utundi, rero naratangaye guhurira nuyo mu maman kuri app yitwa Ancestry . Ancestry ni societe iraba ama DNA y amamuko. Naratangaye rero mbonye uyo mu maman yarakoze iyo DNA kubera n ibintu bikora abarundi bake cane et surtout kumyaka yiwe.
@muhozabenitresorАй бұрын
Google mums bakoranye....ndabemera caaaane
@nshimirimananoella6883Ай бұрын
Nukur biraryoheye cane🎉🎉🎉🎉 ❤❤
@Eric-wi7jeАй бұрын
Biraryoshe umenga nsubiye kubona maman nabuze haheze 17 ans
@Musindi736Ай бұрын
Ahubwo kadi arabe agire aga projet kokwandika indirimbo hama azigurishe
@JesiyvАй бұрын
😊
@JesiyvАй бұрын
😊
@BediaGandyIngabire-qt4soАй бұрын
Les Mamans d'amour 🥰🥰
@bizindavyidavid35967 күн бұрын
Iyo link yiyondirimbo mwaduhaye kumengo ntirengana?
@AdamonNininahazweАй бұрын
Courage kadie
@isidorinsabimana410Ай бұрын
Urakenuye Hosy
@crescencemuterampuhwe9274Ай бұрын
Yoooo ndarize ndahwereye
@panafrican8903Ай бұрын
Ikiganiro ciza😍😍
@graceniyonagize260Ай бұрын
Je ndarize ❤
@ntakarutimanaadeline9639Ай бұрын
Kadie,keep on going.....uratesa vrma
@evelynenkurunziza287Ай бұрын
Nukuri urya muvyi ni mama wawe kweri mana ni foto copi murasa cane
@angecherissakaneza-jp5orАй бұрын
Kadie❤
@evelynemagenge2944Ай бұрын
❤❤Merci Kadie pour cette Belle chanson pour ma tante❤❤
Muduhe numéro ya Kadi kay . Uyu mudamu ni intwari. Après une humiliation de la part d'un sous-éduqué elle revient et elle est trop forte. Plz muduhe Contact.
@candidegahugano7058Ай бұрын
Pardon twibukanye uvuga wewe wamusavye uruhushi si non ni mwebwe😂😂