KAMIKAZI-TUGENDANE(Official video)

  Рет қаралды 364,082

Kamikazi Sandrine

Kamikazi Sandrine

Күн бұрын

Пікірлер: 370
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 7 ай бұрын
Waoooh Nice song ❣️❣️abakunda indirimbo za kamikaze nkanje musige like ngaha ndafashijwe pe tera uja imbere muvyeyi 💕💕🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Muhezagirwe cane
@ObedMugisha-qx1bb
@ObedMugisha-qx1bb 6 ай бұрын
Nange ndazikunda pe. Murwanda araturyohereza
@Asa-ij8fi
@Asa-ij8fi 4 ай бұрын
Amen❤❤❤❤❤
@ClaireUwamahoro-us8od
@ClaireUwamahoro-us8od Ай бұрын
​@@KAMIKAZISandrineikinamic 0:35
@godaible8936
@godaible8936 7 ай бұрын
Ndagukunda cyane Mubyeyi Imbaraga Na Mavuta Ntukabure Mwuka wera baho Urumugisha Wa benshi 🇷🇼🇰🇪🇺🇸
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Murakoze cane
@uweralaetitia5017
@uweralaetitia5017 7 ай бұрын
Imana ishimwe Kubwiyi ndirimbo Ndagukunda cyane Ni leatitia from Rwanda 🇷🇼
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 7 ай бұрын
Amen Amen 🙏 Ukonukuri ndafashijwe 🙏🙏🙏
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza 7 ай бұрын
Courage cane my beautiful 🥰🥰
@BelyseNiyonyishu-o7d
@BelyseNiyonyishu-o7d 7 ай бұрын
Ntawagendanye nayo ngwamaramare vyukuri muhezagirwe caane kubwiyindirimbo nziza🙏🙏🙏🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
AMEN
@chanelleGIRINEZA
@chanelleGIRINEZA 6 ай бұрын
Kure cane muvyeyi esicompa tugahura ikabinzira yokugaragaza impano yanje🙏🙏🙏
@JoselineEsperance
@JoselineEsperance 3 ай бұрын
🎉❤😂🎉
@JoselyneNTAKARUTIMANA-wr1zv
@JoselyneNTAKARUTIMANA-wr1zv 7 ай бұрын
Amen mbeg indirimbo nziza iramfashije ❤❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@iraguhaclema259
@iraguhaclema259 6 ай бұрын
Amen imbaraga namavuta mukobwa wa Yesu , Mana nyemerera njyendane nawe🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@repairphone255
@repairphone255 6 ай бұрын
Amena mena ukomezwe kungegwa amavuta MUKOZI WIMANA❤
@JosephMarieKidahigima
@JosephMarieKidahigima 7 күн бұрын
Kl mwari mwaratunyoteje.ndabakundasana muradutamwo ivyiza iburundi❤❤
@agnesvyizigiro1077
@agnesvyizigiro1077 7 ай бұрын
Well donne my sister Ntawagendanye NImana amaramare Hezagirwa ndafashijwe
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
AMEN
@G.theophileschooloffashionand
@G.theophileschooloffashionand 7 ай бұрын
Wewe nakupenda sana❤ kwasababu wimbo zako zinaniifulahisha sana❤❤❤❤
@BettyZaninyana
@BettyZaninyana 7 ай бұрын
Kami muraho ndagukunda cyaneeee imana ukongere imbaraga na mavuta ndagunda usa na mukuru wanjye
@TwizeraneJoseline
@TwizeraneJoseline 2 ай бұрын
Mbbega umumamamwiza
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 7 ай бұрын
UHORAHO IMANA abandanye kubana nawe kandi azoguhe iherezo ryiza ! Wagize neza kwongera kuduha indirimbo yo kugendana n'UHORAHO ! By Jeremiah Burundian man ❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@SylvaneMbonihankuye
@SylvaneMbonihankuye 3 ай бұрын
Ndakuramukije Pasteur. Ndashima ko wigisha inyigisho bose. Abandi baguma bavuga ko umugore ariwe aha urugo intumbero. Ngo umugore n'aho yoba ari ikigaba amuhindura. Bagaha inyigisho abagore gusaaa. Nabonye ko turetse ko abagore batobishobora. Umugabo nawe namuhaye kwiyorohereza mumakosa na Yesu azomusanga aho
@DivineVyukusenge-x9o
@DivineVyukusenge-x9o 17 күн бұрын
Kamikaz Imana Ikongere imbaraga
@MarieJosetteCimpaye
@MarieJosetteCimpaye 6 ай бұрын
Amen alleluiaaaa Imana ibazigame kamikazi numuryango wawe❤❤❤ murampimbara cane
@dynanishimwe624
@dynanishimwe624 7 ай бұрын
Amen🙏🙏 kugendan n'Iman ntiwigera umarara ugr umugish indirimb zaw zirampezagr
@welcometvyacu1329
@welcometvyacu1329 7 ай бұрын
Asante sana mama sandro ndagukunda cyanee ndumunyarwanda ndashaka ko twakora indirimbo kuko ndagukunda cnee
@uwayezuDelphine-n7g
@uwayezuDelphine-n7g 7 ай бұрын
Mubyeyi turagukunda kd courage
@AnnickAKIMANA-gp1uf
@AnnickAKIMANA-gp1uf 6 ай бұрын
Komeza gusirwa amavuta uraduhezagira muvyeyi ❤
@ntahomvukiyevincent9245
@ntahomvukiyevincent9245 7 ай бұрын
Imana Imuhezagir muvyeyi.Akaririmbo karemesha umutima vyukuri.Komerezaho kibondo c'ubuurndi.Kure cane niho nkwipfurije 🎉🎉🎉🎉
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Murakoze cane
@EdouardNiyokwizera
@EdouardNiyokwizera 4 ай бұрын
Yesakumpere umugisha kuk indirimbo zawe ziranyura komera kumurimo lmpera ziriho amen
@AnnySynellaIrafasha
@AnnySynellaIrafasha 7 ай бұрын
Ndagukund Kamiii❤
@jeromebukeyeneza5698
@jeromebukeyeneza5698 7 күн бұрын
Nkwipfurije kuzosazira mumurimo nkuwo kuko urarimbira Imana neza❤
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 6 ай бұрын
Amen Amen hezagirwa ntandirimbo nimwe yawe itaryohaa. Vuba uduhe iyindi ndagukunda❤❤❤❤ Harintambwe Urumwizigirwa MANA Niwitegereze neza hano muriyisi Naho data na Mama bonta Reka kurira Ubugombe bwawe Umpojeje Yesu Niwushuhuda baba Yorodani Tobiya Etc..❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Uhezagirwe cane
@gloriam2903
@gloriam2903 6 ай бұрын
Beautiful song ma big sister 😘😘😘😘
@CizaJosephina
@CizaJosephina 7 ай бұрын
Wawoo Imana ibongerereze aho mwakuye YESU abakomeze mu mirimo yayo
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Murakoze cane
@ElyseNtibayiruta
@ElyseNtibayiruta 5 ай бұрын
Imana ikuzigame muvyo mukora vyose. Indirimbo zawe nanje ziranyubaka nkumva ndemurutse mu gihe mba ndi mukibazo kanaka. Imana igihe imugisha.
@hafashimanafaustine6907
@hafashimanafaustine6907 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ Amen Imana ikomez ku gukoresh ivy'ubuhizi❤❤❤
@rwemavictoirehabimana4486
@rwemavictoirehabimana4486 6 ай бұрын
Hallelujah amen. Imana ishimwe kuba ngize amahirwe yo kumva indirimbo nziza . Muhabwe umugisha famille Kamikazi.
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Murakoze cane
@elvismanirakiza1419
@elvismanirakiza1419 6 ай бұрын
Kurage kami ndabakunda cane yesu achichikare kukwongereza amavuta urampezagira cane nkuva ko uko biri kwose dufisimana mwijuru
@kagoyirerose1172
@kagoyirerose1172 6 ай бұрын
Nyemerera nanje njyendane nawe Mana Amen❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Hezagirwa cane
@neemajamesmlali6304
@neemajamesmlali6304 7 ай бұрын
Amen Amen Imana Iguhe umugisha mwinshi wowe n'umuryango wawe Kami Ndabakunda❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Murakoze cane
@eliane802
@eliane802 6 ай бұрын
Ameeeeeen najew nzorangiza amahoro mw'izina rya Yesu ❤
@bikorimanasamson6495
@bikorimanasamson6495 5 ай бұрын
Ndagukunda cyaneeeeeeee imana iguhe imigisha cher
@celinendayemeye2853
@celinendayemeye2853 7 ай бұрын
Nyemerera ngendane nawe Mana .ntitwigeze tumaramara.merci Kami amavuta y'lmana Agume agutwikira
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Hezagirwa cane
@odettendayi3964
@odettendayi3964 6 ай бұрын
Murakoze bacu. Beautiful song and 🥰🥰
@nnnn9693
@nnnn9693 7 ай бұрын
Amen Muvyeyi mama kamikazi nukuri tugendane natwe ntituzomaramara kweli
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Mugendacane
@OlivierTuyisenge-bv8tj
@OlivierTuyisenge-bv8tj 4 ай бұрын
Amen iman ikwongerinkomez❤🎉🙋
@AmosJackson-ep7hz
@AmosJackson-ep7hz 4 ай бұрын
Dada Mungu akubaliki kwa huduma ya uimbaji,hakika unakipawa
@EmelyneMuhorakeye
@EmelyneMuhorakeye 7 ай бұрын
Amen.nukuri tugendane nayo ntituzomaramara
@LylianneNININAHAZWE
@LylianneNININAHAZWE 5 ай бұрын
Ameneeee ntawamaramay iyindirimbo iramfashij Can ❤
@godrobert5580
@godrobert5580 6 ай бұрын
indirimbo ninziza.cyanne imana.iguhe.umugisha
@NadineMukandambaje-vq1uo
@NadineMukandambaje-vq1uo 7 ай бұрын
Ndagukunda cyanee kamukazi iririmbo irapfashije cyanee
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 ай бұрын
Alice burya arafise ingabire vraiment. Ahezagirwe❤❤
@fulgencenahayo4120
@fulgencenahayo4120 7 ай бұрын
Ekaaa naje sinzomaramara ndikumw n'Imana♥️♥️
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Hezagirwa cane
@oscarnsengiyumva4223
@oscarnsengiyumva4223 6 ай бұрын
Ntawagendanye n'Imana Ngo Amaramare!!! Nice Song And Message ❤❤❤
@NshimirimanaJeanmarie-q8v
@NshimirimanaJeanmarie-q8v 4 күн бұрын
Vyiz can kamikaz imana imuzigam ❤❤❤❤
@JPetitNizeyimana-c4n
@JPetitNizeyimana-c4n 6 ай бұрын
Nyemerera uwiteka ngendane naw thé good song respect. M'y tantine kamikazi god bless you
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Amen
@ErithierNiyonahabonye-dt7jb
@ErithierNiyonahabonye-dt7jb 7 ай бұрын
Ndakunze iyi ndirimbo ukuntu iryoshe nukuntu video yayo irimwinyigisho Nishi ❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@AdnetteGahezagire
@AdnetteGahezagire 7 ай бұрын
Uhoraho abane nawe 🙌 urampezagira
@JaénmarieBihoyubusa
@JaénmarieBihoyubusa 6 ай бұрын
Imana igufashe mu mur gospel ndundi ❤❤❤ 🙏🙏🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Amen
@bonifaceniyokindi425
@bonifaceniyokindi425 7 ай бұрын
Abakunzi ba kamikazi mumpe like
@ZawadSwedi
@ZawadSwedi 13 күн бұрын
kamikazi nyimbozazo zinanifariji atakama ninashida napozisikiriza nafarijika tena napatanguvu zakuzongambore
@alicenizigiyimana5174
@alicenizigiyimana5174 7 ай бұрын
Amen ❤indirimbo n'inzza cane
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 7 ай бұрын
Nukuri nagendanye nawe mana ntaramaramaza yoooo amen 💖 hama ndanagukeje .kuntabwe watere kubugukuri kirana 100k🎉❤❤❤❤🎉🎉
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@CRZITHU7
@CRZITHU7 7 ай бұрын
Tuzaragiza Amahoro ✅☀️Amen Amem
@FloribertNshimirimana-ri3ht
@FloribertNshimirimana-ri3ht Ай бұрын
❤❤❤ good good song i'm with you the singers Dr Acinet and shania me Floribert it's true i say courage the singers of God gospel .
@NyirabanyiginyaBeata
@NyirabanyiginyaBeata 5 ай бұрын
Ndagukunze imana iguhe umugisha
@nsabimanaeric3006
@nsabimanaeric3006 5 ай бұрын
Ndagukunda wiwacu!!❤
@Nzoyikorera
@Nzoyikorera 7 ай бұрын
Ame amen lmana iracakora abavuye kure tumenyane
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 7 ай бұрын
Amen men ❤❤❤❤ yesuw anguh umugish
@nadiaininahazwe1056
@nadiaininahazwe1056 7 ай бұрын
Kugendana n'Imana ntivyicuzwa, abahisemwo neza ntimukarambirwe🙌💃
@NzabahimanaBerekimas
@NzabahimanaBerekimas 5 ай бұрын
𝔸𝕞𝕖𝕟𝕒 𝕚𝕞𝕒𝕟𝕒𝕚𝕘𝕦𝕞𝕪𝕖𝕜𝕦𝕘𝕦𝕤𝕙𝕠𝕓𝕠𝕫𝕒 ❤❤❤❤
@MenedolaNiyibona
@MenedolaNiyibona 6 ай бұрын
Nyemerera Mana ngendane Nawe 🙏🙏🙏
@NyirahagenimanaAlphonsine-i6w
@NyirahagenimanaAlphonsine-i6w 3 ай бұрын
Imana igihe umugisha mubyeyi
@ismaelmushimiyimana7381
@ismaelmushimiyimana7381 2 ай бұрын
Good, Ndajyohewe cane. Nyuma ya Film urahimbaza Imana nukuri iguhezagire. KIGEME hejuru cane
@HakizimanaJeanbosco-ts7ok
@HakizimanaJeanbosco-ts7ok 11 күн бұрын
Ndagukunda cyane Imana iguhe kurama
@IsidonieHacimana
@IsidonieHacimana 6 ай бұрын
Ndagukund cn ukomez umurimw muvandimw iman iguhezagir muvyaw no mubaw iman igushoboz
@adelphineirakoze2590
@adelphineirakoze2590 7 ай бұрын
Amen🙏,nanje unyemerere ngendane nawe MWAMI
@BeolineYaranyumviye
@BeolineYaranyumviye 5 ай бұрын
Ubandanye guhezagirwa cane kubw,iyi ndirimbo yaramfashije cane mu bihe bigoye narimwo
@AdeAde-el5hl
@AdeAde-el5hl 4 ай бұрын
Kamikasi
@NaomieMasoka-xp4ob
@NaomieMasoka-xp4ob 7 ай бұрын
Mana numvise amarira yisuka 😢mugire umugisha ndabakunda Ndiho atubere ubuhingiro
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@adrienntakarutimana9429
@adrienntakarutimana9429 7 ай бұрын
Umuziki ni Sawa muga refrain, ijwi risohoka nabi, rirajwangarara ukuntu
@MeilleurGarc
@MeilleurGarc 6 ай бұрын
God bless you kukaririmb kez uduhay👐 Ilikee it😋 nikatamu sana👌
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Amen
@NadegeIrakoze-nb6gu
@NadegeIrakoze-nb6gu 6 ай бұрын
Waoooooô 🎉🎉nyemerera nanje Mana ugendane nanje iri niryo sengesho ryanje👏👏👏👏iyi song irampezagiye sana
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 ай бұрын
Hezagirwa cane
@KanezaSandrine-n4e
@KanezaSandrine-n4e 6 ай бұрын
Nyemerera nanj Mana 🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Hezagirwa cane
@MAHIRERMonique
@MAHIRERMonique 4 ай бұрын
Ndishimye@KAMIKAZISandrine
@ukwigizeclaude
@ukwigizeclaude 7 ай бұрын
Nukugendana ni Mana vyose bicavyikora 🙏🙏🙏🙏
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 7 ай бұрын
Amen ❤❤❤❤ kamikazi ubundi niwewe wacu🇧🇮
@MohammadMohammad-l1x
@MohammadMohammad-l1x 7 ай бұрын
Amene kamikaze ndagukunda❤❤
@YaranyumviyeBeoline
@YaranyumviyeBeoline 6 ай бұрын
Abo mwagendanye mwami wanje ntawamaramaye, nyemerera nanje ngendane nawe muribibihe bitoroshe ndimwo
@rameckniyomwungere7
@rameckniyomwungere7 7 ай бұрын
Much love from mabayi cobitoke
@alexndayishimiye1305
@alexndayishimiye1305 6 ай бұрын
Imana iguhezagure Pasteur wanje.
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 7 ай бұрын
Amen uhezagirwe cane🎉🎉🎉🙏🙏🙏🙏🙏
@jeanclaudecitegetse7591
@jeanclaudecitegetse7591 6 ай бұрын
Uhezagirwe cane Kami. Turagukunda kandi ibikorwa vyawe kuri Radio Agaseke FM biracako Imana ihezagire Joe Dan
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 ай бұрын
Murakoze cane
@cynthianiyongabire6546
@cynthianiyongabire6546 7 ай бұрын
Nukur ndafashijwe cane.ndayikeney
@نيوتانيوتا
@نيوتانيوتا 7 ай бұрын
Amin 🎉🎉🎉nanj nyemerer ngendane naw mana yanjye
@noahhabogora
@noahhabogora 7 ай бұрын
Amazing song imana ntimaramaza
@basomakivodo3516
@basomakivodo3516 6 ай бұрын
Amen amen Imana ninziza sana
@YvonneKwizera-q4s
@YvonneKwizera-q4s 7 ай бұрын
Nyemerera ngendane naw🎉🎉🎉🎉
@AganzeMarymia
@AganzeMarymia 7 ай бұрын
Amen nyemerera Mana ngendane nawee
@JeanineNSHIMIRIMANA-z3l
@JeanineNSHIMIRIMANA-z3l 7 ай бұрын
Niwe Mugendanyi mwiza adahemuka.Uwugendana Nawe ntateterwa
@MasengeshoAline-g2z
@MasengeshoAline-g2z 3 ай бұрын
Amen nacyan diii muvyey
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 7 ай бұрын
Kamikazi urampimbara cne🎉❤❤❤
@FerdinandBigirimana-s5k
@FerdinandBigirimana-s5k 2 ай бұрын
Imana ishishikare kugikomeza urampimbara mundirimbo zaw
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 7 ай бұрын
Amen ntawagendany ni MANA yigezamaramara
@NiyubahweSadock
@NiyubahweSadock 7 ай бұрын
Umuvyeyi wacu turamukunda
@niragirasyldie703
@niragirasyldie703 7 ай бұрын
Waaaw twahezagiwe kweri
@NshimirimanaJacques-o5x
@NshimirimanaJacques-o5x 7 ай бұрын
Warakozema kutatumarajeje Amin
@murenziinnocent6176
@murenziinnocent6176 6 ай бұрын
Courage Mama God bless you for nice song
KAMIKAZI SANDRINE Album HIMBAZA  2021
26:50
Kamikazi Sandrine
Рет қаралды 199 М.
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 725 М.
Family Love #funny #sigma
00:16
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 17 МЛН
ЗНАЛИ? ТОЛЬКО ОАЭ 🤫
00:13
Сам себе сушист
Рет қаралды 3,7 МЛН
ПРЯМОЙ ЭФИР. Золотой мяч France Football 2024
4:41:06
Человек паук уже не тот
00:32
Miracle
Рет қаралды 2,6 МЛН
Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)
5:20
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 978 М.
Kamikazi   Abasoda Official Video 2018 Original FINAL 2
6:38
Kamikazi Sandrine
Рет қаралды 720 М.
Kamikazi - GITANDARA (Official vidéo)
5:26
Kamikazi Sandrine
Рет қаралды 660 М.
Thacien Titus - Rwiyoborere official VideoHD
6:28
Thacien Titus
Рет қаралды 1,5 МЛН
KORA KURI YESU
5:42
Pst Emmanuel BIGIRIMANA
Рет қаралды 19 М.
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 1,2 МЛН
IBIKORWA  BY KAMIKAZI SANDRINE
6:27
Kamikazi Sandrine
Рет қаралды 587 М.
Family Love #funny #sigma
00:16
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 17 МЛН