KANGUKA YO KU WA GATANDATU 03/02/2024 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 26,881

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 119
@IrakozeDarlene-cv6lm
@IrakozeDarlene-cv6lm 7 ай бұрын
Yesu wanj mazogihe nkusaba umwana ndizeye caane ntarumviriza kanguk kondishurwa ndavyizey caane Amen.
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 7 ай бұрын
Amina . Vyukuri Imana Ibigukorere nk uko wizeye ncuti !
@IrakozeDarlene-cv6lm
@IrakozeDarlene-cv6lm 7 ай бұрын
@@naomendayishimiye2214 Amen
@IrakozeDarlene-cv6lm
@IrakozeDarlene-cv6lm 7 ай бұрын
Hama mufashe gusenga
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 7 ай бұрын
​@@IrakozeDarlene-cv6lmNcuti uze urakomezwa n intahe z abandi, igihe kimwe uzokwisanga warasamye utanabizi, nawe ushime Imana. Uzoze urumviriza intahe zaheze z aba mamans benshi basamye bakibaruka biciye muri Kanguka, hariho n umu maman wo muri Cameroun yasamye amaze 24 ans ari ingumba kandi adafise trompes, amaze kwumva ko Imana yo muri Kanguka Ishobora vyose, yarafashe arizera, Imana Imucira inzira ahatari inzira, arasama aribaruka, Umu dame adafise trompes,,nta vyizigiro yogira nukuri vyo gusama, ariko Imana Yarerekanye ko imbere yayo vyose bishoboka. Nawe ndakwinginze uze urakomezwa n intahe z abandi ncuti. Hanyuma muri Kanguka turasengeranira kuko umuvyeyi wacu Chris ni umurongozi mwiza, atubwira gusenga no gusengeranira, , Izoguha ibibondo nukuri,ureme rwose ncuti
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 7 ай бұрын
Amina.​@@IrakozeDarlene-cv6lm
@ikk3132
@ikk3132 7 ай бұрын
Yesu arakora,ni ukuri arakora,niba utarasubizwa ntukuke umutima Yesu arakoraaaa🙏🎉🙌🏿
@user-si9rz1sg6l
@user-si9rz1sg6l 7 ай бұрын
YESU ndizera ko uzbohora umwana wange joshua akareka inzoga na papa wabo Imana imukize mugwa hasi Amen
@jahbless4997
@jahbless4997 7 ай бұрын
Nongere Nkubone Nyakubahwa Imana😭🤲🙏🙏
@munyentwaribonaventure8988
@munyentwaribonaventure8988 7 ай бұрын
Amena najye ndimurwanda ndasaba umukozi wimana munsengere mfite umudamu urwaye kanseri yibere imana imukize kuko nizerako ahahantu harimana murakoze
@user-yx3qd2fb2m
@user-yx3qd2fb2m 7 ай бұрын
Mana data vyosebishobokerawewe nanje ndakwinginze ugendere ubugingobwanje ndakwinginze untabaze ubwenge nubwitonzi uzobukoze data amen
@paccyfirstclass4210
@paccyfirstclass4210 7 ай бұрын
Mana nizeyeko uzanyubacyira urugo ukampa urubyaro Kandi mana namukuru wanjye muzamuhe urubyaro amaze ijyihe agutejyereje mana😢😢
@ngendahayomariechantal4154
@ngendahayomariechantal4154 7 ай бұрын
Amen
@happylife2219
@happylife2219 Ай бұрын
Amen Mana mwunve♥️🙏
@estellahakizamungu7055
@estellahakizamungu7055 7 ай бұрын
Yesu wanje ndarindiriye ibitangaza unkorera uyumunsi. Ungendere nkuko ugendera abandi nanje unyibuke .wishure imitwaro yanje yose. Bibe nkuko ugomba ntibibe ukongomba ❤Amen kaze yesu ndakwakiriye Nakiriye ibitangaza unkorera unomunsi Amen 🙏
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 7 ай бұрын
Amina Umuriro w Imana vyukuri wake biciye mur aya masengesho , uturire kandi utongore ibituboshe, ibitubujije amahoro vyose, mw Izina rya Kristo Yesu !
@UwizeyimanaBetty-be2os
@UwizeyimanaBetty-be2os 7 ай бұрын
Yesu umbohore mubo ugiye kubohora
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 7 ай бұрын
Amen Hallelujah bikore Yezu bikore wiyubahiriz bikore urakoze Mana yanje kuturemamwo amashimwe🙏🙏
@alineniyonsaba1761
@alineniyonsaba1761 7 ай бұрын
Yesu munyanazareti untabare ubohore ubwenge bwumwana wanje thiana ndakwingize nkubone muvyeyi mwiza
@Gwiza737
@Gwiza737 7 ай бұрын
Mana uko ugenderera abandi nange ntunsige🧎🏼‍♀️🧎🏼‍♀️🧎🏼‍♀️
@NIYITEGEKAFrancine
@NIYITEGEKAFrancine 7 ай бұрын
Uyumunsi ungereho nanjye yesu umbohore imbaraga zabarozi impe numugabo
@UwimanabettyBetty-ej5ef
@UwimanabettyBetty-ej5ef 7 ай бұрын
Yesu nanjye ungenderere ndagukeneye
@nilvinenimbona-uc3sk
@nilvinenimbona-uc3sk 7 ай бұрын
Amen
@JeanineNihezagirz
@JeanineNihezagirz 7 ай бұрын
Imana ihabwe IC,ubahiro ibihe ni bihee
@user-ou6vt1jq1w
@user-ou6vt1jq1w 7 ай бұрын
Aman ndakiriye kubohoka🙏
@user-pg1sv2tc9n
@user-pg1sv2tc9n 7 ай бұрын
Uhoraho Mana yanje ,gendera umuryango wanje ,icubahiro n'icawe ibihe vyose , amen.
@ernestmisago4173
@ernestmisago4173 7 ай бұрын
Amen 🔥
@charlesTushabe-my9yd
@charlesTushabe-my9yd 7 ай бұрын
I believe in Jesus name Hallelujah Hallelujah Hallelujah
@user-yy6cr9ez5b
@user-yy6cr9ez5b 7 ай бұрын
❤❤amen
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 7 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana ❤❤❤
@user-li8ip8qx1e
@user-li8ip8qx1e 7 ай бұрын
Amen ❤❤❤
@imleen3909
@imleen3909 7 ай бұрын
Ameen
@user-ib4of4dn7r
@user-ib4of4dn7r 7 ай бұрын
Nanje ndagwaje umwana imyaka irenga cumi nibiri mufashe gusenga
@user-bx6uo2sz3c
@user-bx6uo2sz3c 7 ай бұрын
Mwami yesu utabare umuryango wanjye udukurehobkarande zimiryango niwowe mana duhanze amaso utwiteho amena ubushake bwawe bukoreke
@user-dw6nv7vz8q
@user-dw6nv7vz8q 7 ай бұрын
Data ndizeye ahugenderera abindi nanje ntundegane unkize indotombi zaranyizingiriyeko Amena
@eagleikizu8940
@eagleikizu8940 7 ай бұрын
Ungendere Yeshua
@bimenyimanalevoca8315
@bimenyimanalevoca8315 7 ай бұрын
Ndamera Koo imana ariyo ikiza Kandi isumba abaganga Bose naba doctor bosee barikwisi Amen Amen🙏🙏🙏🙏
@SleepyCap-qm4si
@SleepyCap-qm4si 6 ай бұрын
Amen shaka. Kukubona mana mushobora vyose amen
@user-kk6ol8gw4w
@user-kk6ol8gw4w 7 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro ku mirimo yama idukorera
@ancilleuwamariya7708
@ancilleuwamariya7708 7 ай бұрын
Nakiriye ibitangaza by'Imana mwizina rya Yesu Amen 🙏 🙌 👏 ♥️
@friseagakiza98
@friseagakiza98 7 ай бұрын
Mana ndashima cane ku vyiza vyose wama undonsa uko bukeye uko bwije hanyuma ubandanye ubana natwe amen
@philomenerubayiza2744
@philomenerubayiza2744 7 ай бұрын
Amen, uko ujyenderera abandi najye ntusige Mukiza, ndizeye, Amen 🙏
@wakandaaudry5133
@wakandaaudry5133 7 ай бұрын
Ameen🙏
@user-wf7gh8ni9t
@user-wf7gh8ni9t 7 ай бұрын
Amen nanje nditez amasengeshoyanje saba konzishugwa
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 7 ай бұрын
Amen Amen ndagushimye mana
@cynthiairera-ku7xq
@cynthiairera-ku7xq 7 ай бұрын
Naje Shaka kukubona Mana mushobora vyose
@NdayishimiyeMicheline-ml8tw
@NdayishimiyeMicheline-ml8tw 7 ай бұрын
Urakoze Mana icubahiro kibe icawe Mana 🎉
@meryorndi630
@meryorndi630 7 ай бұрын
yesu ndashaka Kubona ikiganza cawe kububabare mfise kumubir wanje
@alexisndayikeze6326
@alexisndayikeze6326 6 ай бұрын
Amen Amen
@anneemarienirutanya-vv7vt
@anneemarienirutanya-vv7vt 7 ай бұрын
Amen Amen 🙏🙏🙏
@dorineiraduha767
@dorineiraduha767 7 ай бұрын
Yesu niteze igitanga cawe
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 7 ай бұрын
Ameeeeeen🙌🙌🙌🙌🙌👏👏👏👏👏
@ggoman9781
@ggoman9781 7 ай бұрын
Yesu ushimwe.Alleluyaaaaa
@SoleiNyabarura-cv1gq
@SoleiNyabarura-cv1gq 7 ай бұрын
Yesu ukugenderera abandibose nanjye ndagukeneye
@senyanauwerajeanne4029
@senyanauwerajeanne4029 7 ай бұрын
Uwiteka nanjye unjyenderere🙏🙌
@user-rk1hu8qv9e
@user-rk1hu8qv9e 7 ай бұрын
Amen amen ,m6 Jésus
@kessieniyongere5543
@kessieniyongere5543 7 ай бұрын
Ndizera ubutabazi bwawe Ndiho wabariho ndavyizeye neza kombona igitagaza cawe aman
@sandirene
@sandirene 7 ай бұрын
Ameena amena🙏🙏🙏
@MbabaziElysee-l2r
@MbabaziElysee-l2r Ай бұрын
Mana urasubiza amen amen amen
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 7 ай бұрын
Mwarahezagiwe cane
@chanellamanariyo3699
@chanellamanariyo3699 7 ай бұрын
Mana niwew nizigiye uncire inzira ,imitwaro 3 imbujije amahoro niwew wokuyishura ,ntahandi hari ubutabazi atari iwawe ,,,nyemerera nanj nzobe mubashinga intahe
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 7 ай бұрын
Amen amen cneee🙏🙏🙏🙏🙏
@AriellaRukundorwimana
@AriellaRukundorwimana 2 ай бұрын
AMEN
@user-yh3vq8kv5k
@user-yh3vq8kv5k 7 ай бұрын
Amen alelua mana
@sandrineniyomwungere9857
@sandrineniyomwungere9857 7 ай бұрын
Ameeeen🎉❤
@berniqueshakimana2869
@berniqueshakimana2869 7 ай бұрын
Ameeeen
@ElianaMamy
@ElianaMamy 7 ай бұрын
Allleluaa allleluaa amen
@friseagakiza98
@friseagakiza98 7 ай бұрын
Yesu bandanya ubana natwe muri vyose na hose
@asdasadd7859
@asdasadd7859 7 ай бұрын
Amen Amen ❤❤❤🎉🎉
@JeanCorneil
@JeanCorneil 7 ай бұрын
Amen ndakiriye
@user-zr3pf9uc8z
@user-zr3pf9uc8z 2 ай бұрын
Amena
@abrahamnshimirimana2382
@abrahamnshimirimana2382 7 ай бұрын
Mana yanje ndaziko urimana itabara nanje ndakwinginze untabbare impwemumbi zindimwo zose zokwifuza ubusambanyi wongere umpishurire guse umpubwenge uzobukoze ndizeye kugiye kubinkorera mana yanje ndazinkuri nyishu muri vyose
@user-hh8xi9cg7c
@user-hh8xi9cg7c 7 ай бұрын
Yesu ahugendera abandi nanj ntunsige
@charlesTushabe-my9yd
@charlesTushabe-my9yd 7 ай бұрын
Thank you Jesus
@user-wf7gh8ni9t
@user-wf7gh8ni9t 7 ай бұрын
Imitwaro yanje urayiz man nanjungenderer nkukugenderer abandi
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 7 ай бұрын
Nkubone yezu ndashaka unyiyereke warahabaye yezu
@chantaldenize7485
@chantaldenize7485 7 ай бұрын
Nanje ungendere mwami wanje
@UmutoniwaseSoange
@UmutoniwaseSoange 7 ай бұрын
Abana banjye satani ibariganya ubwenge mwishuri no murugo mubasengere
@user-tr4uw2du4f
@user-tr4uw2du4f 7 ай бұрын
Mana niwewushoboy kandivyanj ntubinaniw ahugendereraband nanjntunsige
@UmutoniwaseSoange
@UmutoniwaseSoange 7 ай бұрын
Mana nange nshimyimana kubwibitangaza ukorera abantu ukabakiza nuburwayi nkubwo bukomeye nange nshaka gutabarwa nawe mfite uburwayi mumubiri bwaziyemo igicuri, ukowabagendereye nange mana igenderere mana
@jeanniemasengesho7978
@jeanniemasengesho7978 7 ай бұрын
Mana tabara ubugingo bwanjye umbohore mwizina ryayesu
@ntawigiraetiene
@ntawigiraetiene 7 ай бұрын
Mana yange ngushimiye ko wankijije ndagusaba icyiranguzo ngo mbashe no gukora
@r_i_c3
@r_i_c3 7 ай бұрын
Nanj mbohorer urug Mana ndavyizey
@user-id6ny4pp3l
@user-id6ny4pp3l 7 ай бұрын
Amrn
@abrahamnshimirimana2382
@abrahamnshimirimana2382 7 ай бұрын
Mana yanje ndasubiye kugutakambira nkumugaragu waw nyugururira imiryango yose yanje yose yugaye yivyanje wanyemereye satani agomba kunyaga ndabigaruje mwizinaryayesu
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he 7 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏👏🙌🙌🙌
@EMMANUELNi-yf8oo
@EMMANUELNi-yf8oo 7 ай бұрын
Kuko atacakunaniye mwami wanje imitwaro inanije ndayikweretse kuk urayizi urayisobanukiwe
@uzamukundajacqueline4780
@uzamukundajacqueline4780 7 ай бұрын
Mana urakoze kudukiza
@tamarumutoni3537
@tamarumutoni3537 6 ай бұрын
Amasaha basengeraho yo muburundi ni sangahe? Mwatubwira isaha chris asengeraho kugirango natwe tube mumwanya umwe murakoze
@user-pm4zp3wk9r
@user-pm4zp3wk9r 5 ай бұрын
Mwami wanje ndakwinginze nanje ungenderere niwagenderera abandi unkize umugera wa sida kandi uzoba ukoze cane
@user-zb2pv6le6l
@user-zb2pv6le6l 7 ай бұрын
Manaukogederaabadinajentusige
@jahbless4997
@jahbless4997 7 ай бұрын
Nongere Nkubone Nyakubahwa Imana😭🤲🙏🙏
@niyokwizerwanyiramutuzo1394
@niyokwizerwanyiramutuzo1394 7 ай бұрын
Amen
@alianeiribagiza5376
@alianeiribagiza5376 7 ай бұрын
Amen amen
@user-bx6uo2sz3c
@user-bx6uo2sz3c 7 ай бұрын
Mwami yesu utabare umuryango wanjye udukurehobkarande zimiryango niwowe mana duhanze amaso utwiteho amena ubushake bwawe bukoreke
@haineei5737
@haineei5737 7 ай бұрын
Amen Amen 🙏🏼
@NoellaNizigiyimana-wh8kx
@NoellaNizigiyimana-wh8kx 7 ай бұрын
Amen amen
@user-mx9ei4og3y
@user-mx9ei4og3y 6 ай бұрын
Amena❤❤❤❤
@charlesTushabe-my9yd
@charlesTushabe-my9yd 7 ай бұрын
Thank you Jesus
@IninahazweImelde-kv9xn
@IninahazweImelde-kv9xn 7 ай бұрын
Urakoze yesu
@charlesTushabe-my9yd
@charlesTushabe-my9yd 7 ай бұрын
Thanks
@Rwandaup
@Rwandaup 7 ай бұрын
Amen
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 7 ай бұрын
Amen
@user-cp2bm5gd7z
@user-cp2bm5gd7z 7 ай бұрын
Amen
@nyamahoroesperance8561
@nyamahoroesperance8561 7 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@phanyebenezer9860
@phanyebenezer9860 6 ай бұрын
Amen
@ghislain3938
@ghislain3938 7 ай бұрын
Amen
@ndikumanadanielferry84
@ndikumanadanielferry84 7 ай бұрын
Amen
@user-rf6zy1ep1d
@user-rf6zy1ep1d 7 ай бұрын
Amen
@ngendahayomariechantal4154
@ngendahayomariechantal4154 7 ай бұрын
Amen
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 06/11/2021 par Chris NDIKUMANA
34:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 47 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 10/02/2024 by Chris NDIKUMANA
36:48
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 26 М.
PRIÈRES POUR LA GUÉRISON, LA DÉLIVRANCE  et  L'ENFANTEMENT
PRIÈRES DIVINES
Рет қаралды 113
Rutuma ndirimba || James&Daniella
9:10
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 251 М.
AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA
1:00:53
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 69 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 24/02/2024 by Chris NDIKUMANA
35:07
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 29 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/01/2024 by Chris NDIKUMANA
37:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 35 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 15/01/2022 by Chris NDIKUMANA
35:20
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 40 М.
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 57 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 30/03/2024 by Chris NDIKUMANA
35:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 36 М.