KANGUKA YO KU WA GATANDATU 1/2/2025 par Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 29,671

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

Пікірлер: 257
@kangukakirundi
@kangukakirundi 5 күн бұрын
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
@JeanetteUwamahoro-g6w
@JeanetteUwamahoro-g6w 2 күн бұрын
Mwami nanjye gira ibyo uhindura kubuzoma bwanjye mwami unyize ubu burwayi umpe urubyaro urakoze ugire ibyo uhindura mwami ndizeye mwizina ryasu amen❤❤❤❤
@UwamahoJoseline
@UwamahoJoseline 6 күн бұрын
Mwamiwanjye ntanakimwe kidashoboka imbereyewe nizeyeko igiye kumindurira izina nanjye nkitwa umubyeyi nkumvuko biryoha ukama gutwita mwizina ryayesu kristo amen
@UwamahoJoseline
@UwamahoJoseline 6 күн бұрын
Kandi ume kukubona uyumunsi amen
@MashimweBrigitte
@MashimweBrigitte 6 күн бұрын
Kand mwami iyimbanyi ndonkey mwayamasengesh ndanguruy naband base basame uduh gutabarwa nawe aaaamen
@beatriceniragira9209
@beatriceniragira9209 5 күн бұрын
Urakoze Mwami Yesu kuntahe zubitangaza wakoreye abantu bawe.Uri Ndiho wamyeho uzokwamaho.ubushobozi bwawe bukimeze kuba mubumviriza iyi émission biciye kuwo watoranije umukozi wawe Chris.shimwa ushigwe hejuru kubwizi ntahe .Mana natwe uduhe kuzibamwo mwizina rya Yesu Chritso.Amen amen
@kayitesimartha599
@kayitesimartha599 2 күн бұрын
Mana yanjye ibyananiye abana babantu urabishoboye. ntakibazo utashobora byose urabishoboye mwizina rya Yesu.Amennnnn
@IrakundaSeconde
@IrakundaSeconde 2 күн бұрын
Nashaka gusaba uwobuzi ahobaca mugusengera murikanguka kumusi wasamedi harya cuminimwe gusengana numukozi wimana 🙏🙏
@niyontezeseraphine7192
@niyontezeseraphine7192 3 күн бұрын
Nzinezako ushobora byose Mana nkiza indwara zose ziri mumubiri wanje mu izina rya Yesu kristo Amen🙏🙏🙏
@MagnifiqueNduwimana-c8j
@MagnifiqueNduwimana-c8j 2 күн бұрын
Mwami Yesu nanje nzanye ubuzima bwanje kuri wewe kuko ariwewe ushobora ivyananiranye unkize nanje nzogushimira
@Rwanyong
@Rwanyong 6 күн бұрын
Mwami Yesu ndagusabye unyure mubuzima bwanjye ukuremo ibiboze byose ubujugunye kure unkize kuri 1/2/2025 ndakwinginze unkize 🙏🙏🙏Ukukwezi arinako mvukamo papa nyibuka data mwiza Amen
@ValentineKamanzi
@ValentineKamanzi 4 күн бұрын
MANA Nziza nukuri Twakiriye Gusama mukwezi kwa 2 turi benshi nukuri Dufite Kwizera kuzuye.Urakoze Mubyeyi Mwiza ko Wunvise Gusenga kwacu.Ubikorere kwiyubahisha Mubyeyi Dukunda Amen
@kayitesimartha599
@kayitesimartha599 2 күн бұрын
Shaloom shalom mukozi.wImana,nakiriye gukira indwara yuruhu.mwizina rya Yesu
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA Күн бұрын
Mana yanje nkweretse ibigeragezo ndikondacamwo niwewe ndavyeretse nizeye kuri Imana itananirwa amen 🙏🙏
@G.E.P188
@G.E.P188 6 күн бұрын
Ndagusabye Mana unkize ubushomeri umpe akazi kampindurira ubuzima!Imyaka ibaye myinshi Mana Kuva 2016 ntakazi untabare Mana Amen
@UwihoreyeNadina
@UwihoreyeNadina 6 күн бұрын
1/2/2025 Mana murukukwezi Mana unkize irwara zose ziri mumubiri Mana uzampe umugabo ndizeye mwizina ryayesu Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@SouavisNyandwi-z7j
@SouavisNyandwi-z7j 4 күн бұрын
Yesu simpengeshany kugushimir nizey vyos kuzobikor kuno kwez kuzobe mwinyish zibibaz vyanj uzoba ukoze kibirengey kizima amen
@kayisengesarah1559
@kayisengesarah1559 6 күн бұрын
Imana ishimwe kubo yahaye urubyaro,kubo yakijije uburwayi,kubo yabohoye bakava mu byaha.
@thielyve
@thielyve 6 күн бұрын
Yesu wanje Mana yanje nipfuza nanje uyumusi unyibuke unyishure imitwaro yanje yose ahu gendera abandi nanje uyu musi unge ndere unkoreko Yesu wanje ndakwizeye cane Amen
@nyiratungajacqueline8105
@nyiratungajacqueline8105 3 күн бұрын
Mwami mana ndagushimiye ko unkijie inrwara zose amen
@FidelBaregensabe
@FidelBaregensabe 6 күн бұрын
Mwami YESU ndaziko uri Imana Ishoboye vyose.Nje imbere yawe ndagusaba nanje ngo untere iteka unkize ingwara zose zobangamira ubuzima bwanje .Maze nanje ndakwamamaze nivuga Izina ryawe rihambaye.Urakoze kunkijije Mwami.Amen
@IshimweMunanira
@IshimweMunanira 3 күн бұрын
Ndagusabye Mana unkize ukukwezi irwara zose nakiriye gukira Amen
@IzodukizaDonavine
@IzodukizaDonavine 3 күн бұрын
Ndagushima Mana kubitangaz ukorer abandi nanj ndagomba kungirir nez nanj UMP ikibondo nzogushima Mana ❤
@JudithVuganeza
@JudithVuganeza 3 күн бұрын
Ijambo rimwe gusa Mana niryo rinzanye jukuvuga ko wakoze wagize neza Mana🙏🙏
@sandrineirambona8327
@sandrineirambona8327 6 күн бұрын
Uri Imana yakandi karyo uri Imana ihindura ibihe
@DusabeYvonne-z9t
@DusabeYvonne-z9t 6 күн бұрын
Mana yanjye woe utareba nkabana babantu woe ugira neza iminsi yose ndakwiginze imbabazi zawe ugirira abana bawe nanjye ndakwinginze uzingirire maze ukuboko kwawe nanjye kubone muriyiminsi indemereye ungenderere ndakwinginze ihindure ibyanze guhinduka mumubiri wanjye maze nanjye nzagaruke ndimo gushima izina ryawe kuko woe ndabizi ntacyakunanira mbisabye nizeye mwizina ryayesu Amen
@StanyBarahiraje-x3o
@StanyBarahiraje-x3o 6 күн бұрын
Mwami Yesu nanje Uno musi ndakwinginze ngo uze kunkorako Uno musi nanje unyishure kumitwaro yanje yose ,untabare mw'izina ryawe ryera Amen Amen
@AnabellaMugisha.-vi5gy
@AnabellaMugisha.-vi5gy 6 күн бұрын
Mana ndagusavye umpe guhuza nabanse kumbabarira ibidashobokera abana babantu imbere yawe birashoboka kndi umugororotsi azobeshwaho nukwizera amen
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 5 күн бұрын
Amen urakoz mukama Yezu kubwikigitondo uduhay turakwiragij uwumus wos uze kubana natw ujimbere natw inyuma niwagendera abandi Mukama nanj ntusig Amen 🙏
@jeaninetv
@jeaninetv 6 күн бұрын
Mwami yesu nkiza ibitero vy'abarozi bambangamiye ivyabo bipfe ubusa mw'izina rya yesu christu🙏
@twubahimanarachel7152
@twubahimanarachel7152 6 күн бұрын
Uwiteka weeeee niwowe ushoboye byose niwoe utanga urubyaro bdakwinginze ngo muri ukukwezi undemere amashimwe nukuri nanjye kwitwa umubyeyi byambera ndakwinginze ngo unkureho igisuzuguriro unkureho izina ryubugumba unyigaragarize nukuri kd umpe ikimenyetso uyumunsi🎉
@ValentineKamanzi
@ValentineKamanzi 6 күн бұрын
Rachel Uwiteka yumve gusenga kwacu.
@twubahimanarachel7152
@twubahimanarachel7152 6 күн бұрын
@@ValentineKamanzi yego peee
@Rudasingwabrian
@Rudasingwabrian Күн бұрын
Imana iruguhe mwizina ryayesu 🙏
@twubahimanarachel7152
@twubahimanarachel7152 Күн бұрын
@Rudasingwabrian Amen
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 6 күн бұрын
Amen Amen lmana ishimwe Cyane❤❤❤❤❤❤❤❤
@michelinekomezusenge4881
@michelinekomezusenge4881 6 күн бұрын
Mwami yesu ndakwinginze umpe amahoro mumutima wongere unkize ingwara zose zimbamiye ,wongere undose akazi ,amen
@Yvette54
@Yvette54 6 күн бұрын
Mana warahabaye kuko wandinze gukorwa nisoni❤❤
@FrancinechantaKWIZERA
@FrancinechantaKWIZERA 6 күн бұрын
Amen kandi Amen 🙏🙏🙏🙏 habwicubahiro Mana wakoze ,warakoze kubwababantu wakijije kd nanje warakoze kuvyumaze kunkorera vyose bandanya utubahafi utwiteho niwe muvyeyi dufise adahemuka ,uzizame na Chris Ndikumana nabo bakorana Bose uzobukoze .
@BestineIrankunda-mc2kn
@BestineIrankunda-mc2kn 6 күн бұрын
Hallelujah🙏🙏mana nyenisi nijuru ndakwinginze ushitse Icyo wanteguriye ndumunyanyege Nke unyongere inkomezi ziviwae mwijuru👏🤲
@MashimweBrigitte
@MashimweBrigitte 6 күн бұрын
Umpagararire mwino service papa wanj
@DiomedeNduwayo-s5c
@DiomedeNduwayo-s5c 6 күн бұрын
Urakwoze mana nanje kinyibuyse🎉🎉🎉🙌🙌🙌🙌🙏🙏
@jeaninetv
@jeaninetv 6 күн бұрын
Mwami yesu ndagushimiye kubantu bose wakijije nubihererwe icubahiro🙏
@leamariealiceuwera
@leamariealiceuwera 5 күн бұрын
Uwiteka Jehovah abahezagire kubwo kwitanga kwose mudusengera ngo dukire indwara n,imugambi ya Satani! God bless you indeed!
@NgombwaJames
@NgombwaJames 6 күн бұрын
Mana turagusaba akazi numwana amen
@BelyseNiyongabire
@BelyseNiyongabire 3 күн бұрын
Imana iragahezagira abanduha intahe vyukuri koharico zikora kindasazwe
@joliekayirebwa511
@joliekayirebwa511 6 күн бұрын
Urakoze mwmi Yesu kubyo ugiye kudukorera turagushimye 👏👏mubyeyi mwiza🙏
@seraphineniyonsaba7481
@seraphineniyonsaba7481 6 күн бұрын
Mana Yacu Data mushobora vyose utubehafi muvyo turiko turacamwo vyose murugo rwacu tubisenze mw'Izina rya Yezu Christ w'Inazareth.Amen
@kajeanne2001
@kajeanne2001 6 күн бұрын
Urakoze Yezu ndagushimiye kuba unkijije, ukijije Maman Moïse, n’abandi benshi 🙏🏻
@KankindiOdreille
@KankindiOdreille 2 сағат бұрын
Urakoze kunkijije yesu amena
@MuyenziRose
@MuyenziRose 6 күн бұрын
Mana yajye mpera abana bange ubwenge numugisha ubahe ingo nziza ubahe urubyaro Mana yange🙏🙏
@MukasangwaIlluminee
@MukasangwaIlluminee 6 күн бұрын
Mwami Mana yanjye nanjye ntumhiteho mukuza kundwara maranye igihe kirekire mbabazwa ndakwinginze niwowe nizera gusa nanjye nzavuga imirimo yawe Data nzabwira abantu ko ukiza urakoze Yesu shimwa iteka Amen haleruya ❤❤
@KukundaFaith-c1c
@KukundaFaith-c1c 6 күн бұрын
soma yohana 5.1_9 ,umunsi umwe uzabona gutabarwa 🙏🙏🙏🙏🙏
@AlexiaUWAMAHORO
@AlexiaUWAMAHORO 6 күн бұрын
Amen amen 🙏 🙏🙏 mana ubwo ugenderera abandi ntunsige mana
@nduwimanawarda
@nduwimanawarda 6 күн бұрын
Najiunganisha namazabawo ya yesu Cristo anifunguwe anivike nguvu zake anigeuze moto anivike holly Superty yake nimutumikiye anipe maco yapili naufahamu waroho aniangaze duniyani nabinguni 😭😭😭😭🙏🙏🙏
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 6 күн бұрын
Amina rwose Data tugusaba ngo vyose bihinduke bisha mu buzima bw abari mur aya masengesho y uku kwezi gusha bizeye, mw Izina rya Yesu -Murakoze kudusengera muvyeyi wacu Chris ,Yesu Abatwongerere inkomezi n urukundo
@leonelson4009
@leonelson4009 6 күн бұрын
Amen Amen Imana ihabwe icubahiro cane ❤❤❤❤❤
@AnnichouAnnichou
@AnnichouAnnichou 6 күн бұрын
Nubukene Nirwara Ndakiriye ugukira mwizina ryayesu 🙌✍️
@DianneNinkunze
@DianneNinkunze 6 күн бұрын
Abarushe nabaremerewe turaje imbere yawe mwami nguturemurure imitwaro yacu🙏🙏🙏 2:21
@NtakirutimanaFiacre
@NtakirutimanaFiacre 6 күн бұрын
Amen,Yezu nange ngwino ungenderere uyu munsi umpe urubyaro,umpe konsa,umpe guheka mwami mwiza! Kandi ndashimira abadusengera abatatuzi, Imana ibahe umugisha.
@Mpundukiki
@Mpundukiki 6 күн бұрын
Amen Merci beaucoup seigneur 🙌🙌
@nyirahakizayezufelicite
@nyirahakizayezufelicite 6 күн бұрын
Mwami Yesu ndakwinginze rwino mubuzima bwanjye ukureho ibibazo byose mfite
@JosetteNdayikeje
@JosetteNdayikeje 6 күн бұрын
Iman ibandany kubah ububash ninkomez zo kudusrnger amen
@MukamutaraJane
@MukamutaraJane 6 күн бұрын
Papa nanjye ndaje ngwino unkoreho data umpe imbaraga unyinze kuruka papa no guciragura data kd ukomeze wakire amashimwe yanjye mwami 🙌
@MukanoheliValentine
@MukanoheliValentine 5 күн бұрын
Imana inside indwara ,ubushomeli bwigihe kirekire.
@EvelyneKwizera-x1c
@EvelyneKwizera-x1c 6 күн бұрын
Mukam wampaye iteka mumuryo kandi naswe nabo ,warako wampaye kwihanga nubu lbikorwa vyamaboko yawe bimbonikeko buri musi amen
@ManirakizaEric-e3p
@ManirakizaEric-e3p 6 күн бұрын
Mana ndaguhay icubahir natwe twaj tubon amen amen imana imhezagir amen
@NshimiyimamaPascal
@NshimiyimamaPascal 6 күн бұрын
Ntabaza ndagutabara nkwereke ibikomeye biruhije Utamenya Ntimurambirwe Gutabaza Iyera IMANA Ibiteho mwex Mukurikira KANGUKA Nimuze Turebimbere☔☔☔☔☔☔☔
@TuyishimireEsther-n7y
@TuyishimireEsther-n7y 6 күн бұрын
Imana ibahe umugisha munsengere imana impe umugabo
@imbutoyumugishacynthia3802
@imbutoyumugishacynthia3802 6 күн бұрын
The first to watch this today! May the Lord grant the needs of our hearts ! Thanks Jesus Christ ❤
@ShsgZbdudh
@ShsgZbdudh 5 күн бұрын
Hallelujah hallelujah AMEN. Ndashima iman. Nari maze imisi. Ndwaye ariko ubu norohehwe. rero.ndashimiye iman cyan Yampaye korohegwa. 🙏🙏🙏🙏
@EmelyneMUKESHIMANA-m7m
@EmelyneMUKESHIMANA-m7m 6 күн бұрын
Imana ibahezagire kubikorwa mukora❤❤❤❤❤
@uwizeyeimmaculee4802
@uwizeyeimmaculee4802 6 күн бұрын
Ndabakurikiye Kandi ndabakunda Imana ikomeze ibuzuze umwuka wera
@IshimweMunanira
@IshimweMunanira 6 күн бұрын
Mwami mana ndimdere yewe. Niwowe unzi kurusha ukoniyizi🙏🙏
@AroysNsabimana
@AroysNsabimana 6 күн бұрын
Mana ndagusavye unkize amaso afise ikibazo Amen ♥️🙏🙏♥️🙏
@NsengiyunvaJouliene
@NsengiyunvaJouliene 6 күн бұрын
Amen muhezagigw🙏🙏🙏
@zawadiibrahim3852
@zawadiibrahim3852 6 күн бұрын
Mwami mana ndimbere yawe niwowe unzi kurusha ukoniyizi Ndakwizeyeko ukugirirwa neza kwawe kundiho🙏🙏🙏🙏
@NizigamaFlora-mj4fp
@NizigamaFlora-mj4fp 6 күн бұрын
Urakoze Mana 👏👏👏👏
@dusabeoliver1570
@dusabeoliver1570 6 күн бұрын
Data mwiza turaje ngudukize turizeye mwizana rya yesu Amen
@PerpetueRujariMukamuvunyi
@PerpetueRujariMukamuvunyi 6 күн бұрын
Uwiteka nashimwe kubwurukundo atugaragariza. Mweretse umuryango wanjye ibirimo bitameze neza byose abihindure maze tuzagaruke dushima tunahamya izina ryayo mubantu.amen
@KukundaFaith-c1c
@KukundaFaith-c1c 6 күн бұрын
na njye abihidure kuko arabishoboye muvandimwe reka twizere imana , ihinduranya ibhe nimyaka nawe yabihindura peeee
@jacquelineblessing6879
@jacquelineblessing6879 5 күн бұрын
Amen🙏🙏🙏urimana nyamana
@FrancineNdereyimana-qt3qq
@FrancineNdereyimana-qt3qq 6 күн бұрын
Ukingire n muryango wacu waboshwe Na sheteni .❤
@ByirigiroEtsiyen
@ByirigiroEtsiyen Күн бұрын
Yes ashimwe usengere mbone akazi ni etsiyenne ikigali
@uwizeyeannet9369
@uwizeyeannet9369 6 күн бұрын
Mana imirimo yawe irakomeye imirimoyawe iratangaje nukuri ungereho nange ume umpe umugisha
@ninzizamarierose6576
@ninzizamarierose6576 6 күн бұрын
Imana ishimwe kubyo yakoreye benedata!nanjye ungirire neza nkuko ugirira abandi!umerewe agakiza umutware
@mukamilizajeanne199
@mukamilizajeanne199 6 күн бұрын
Mana nkoraho nanjye🙏🙏ndakwinginze,ubwo ugenderera abandi nanjye ntunsige
@jdjwhwbhwjw7231
@jdjwhwbhwjw7231 6 күн бұрын
KWIZERA Adélaïde mwami yesu ndagusamvye unkize nanje tension iraduga cane imanuke mwizina rya yesu ukowakijije abandi nanje ubwanje wankijije vyinshi na tension ndizeye kuzoyinkiza yesu
@KizaFatuma
@KizaFatuma 6 күн бұрын
Imana ishime🙏🙏❤️❤️
@MuyenziRose
@MuyenziRose 6 күн бұрын
Mana Yacu nkuko ukiza abandi nange ntunsige 🙏🙏
@JeanineNsengiyumva-o6l
@JeanineNsengiyumva-o6l 6 күн бұрын
Mwami wanje ndagusavye umbohorere urugo rwanje,n'abana ubambohorere ubakureko imivumo ya karande mwizina rya yesu,uzoba ukoze
@OdetteUwimana-j2p
@OdetteUwimana-j2p 6 күн бұрын
Yesu nashimwe najye musejyere ndarwaye umujyera wa sida hamwe nimana nizerako ibikora nkajyira ubuzima buzima najye ikampa numugabo mwiza wubaha lmana usenga ikampidurira ubuzima Mana ndakwijyize urebe agahinda jyendana Nako nizeyeko ushoboye byose nibyajye ubikureho Burundu namwe mufashe musejyere
@EvelynMnumba-wb9xj
@EvelynMnumba-wb9xj 5 күн бұрын
Man of God thank you
@FrancineNdereyimana-qt3qq
@FrancineNdereyimana-qt3qq 6 күн бұрын
❤warakoze Mana.
@NDAYAMBAJECLEMENCE
@NDAYAMBAJECLEMENCE 6 күн бұрын
Yesu nashimwe🙌🙌🙌🙏🙏🙏
@Jeanette-v4k
@Jeanette-v4k 2 күн бұрын
Mana urakoze cyn 🙏🙏🙏
@UwurukundoAssoumpta-ir1ve
@UwurukundoAssoumpta-ir1ve Күн бұрын
Shimwa mana,witwa imana ibihe byose
@FannySerge
@FannySerge 6 күн бұрын
Merci seigneur Jésus Christ pour t'es bien fait dans ma vie merci à toute l'équipe kankuga soyez abondamment béni 🙏 merci au frère et soeur qui témoigne soyez abondamment béni 🙏 seigneur Jésus localise moi visite moi delivre moi des kisste ovarienne des mioyme des fibromes des infections vaginales 😢 localise mon mari Serge mon fils Düren seigneur peut importe là où ils se trouvent que t'a volonté sois faite seigneur Amen 🙏🇬🇦
@ZenaMukandinda
@ZenaMukandinda 6 күн бұрын
Imana ishimwe cyanee kdi lmana ibahe umugisha mwe mudusengera mutatuzi na Ecuppes yose ya Kanguka
@JosianeNzirumukeko
@JosianeNzirumukeko 6 күн бұрын
Amen ndizey Iman iranyishura
@MarieReineClaireIrankunda
@MarieReineClaireIrankunda 6 күн бұрын
Mana yanje aho ukiza abandi najewe ntunyibagire 🙏🙏🙏
@JacqulineKarakowe
@JacqulineKarakowe 6 күн бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏Nukuri gushima nibyiza
@antoinettewest3592
@antoinettewest3592 6 күн бұрын
Data watwese Uri NDIHO Jehova Shama,Shalom nange ungenderere nkuko genereye Sarah ba Hana uyumunsi ariko bibe iguhe wabiteguriye
@angecheillaigiraneza9766
@angecheillaigiraneza9766 6 күн бұрын
Ntundengane Mana ahugendera abandi😭🤲
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 5 күн бұрын
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏🙌♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@TuyishimireOdila-r2y
@TuyishimireOdila-r2y 6 күн бұрын
Amen Imana ishimwe cyane rwose
@AnnickKUBWIMANA-c1r
@AnnickKUBWIMANA-c1r 6 күн бұрын
Ameen urakoze Mana Yanj
@FrancineNdereyimana-qt3qq
@FrancineNdereyimana-qt3qq 6 күн бұрын
Merci seigneur.
@TuyishimireEsther-n7y
@TuyishimireEsther-n7y 6 күн бұрын
Maz e kumva ubuhamya ndizera
@fabiolaniyonkuru8947
@fabiolaniyonkuru8947 6 күн бұрын
Amen 🙏Imana yacu irashoboye
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 6 күн бұрын
Urakoze Mwami Mana kuvyukoze vyose dushimye nivy'ugiye gukora Ni mwizina rya Yesu Christo Amen
@JeanineMuhoza-h9y
@JeanineMuhoza-h9y 6 күн бұрын
Ndagushima Mana kurabo bose umaze gukiza intahe zabo zituma nizera nanje kugiye kuntwenza
KANGUKA YO KU WA GATANU 07/02/2025 by Chris Ndikumana
10:59
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 7 М.
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 56 МЛН
The evil clown plays a prank on the angel
00:39
超人夫妇
Рет қаралды 53 МЛН
MENYA UKO WASENGERA IBYIFUZO BYAWE NICYO IMANA YADUSABYE GUKORA
29:12
grace room ministries
Рет қаралды 10 М.
IYEREKWA RYO MW'IJURU by Chris NDIKUMANA
1:04:54
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 68 М.
INTAHE ZO KU WA GATANU 07/02/2025 by Chris Ndikumana
24:30
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 2,2 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/09/2021 by Chris NDIKUMANA
39:10
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 79 М.
KANGUKA DE SAMEDI LE 17/06/2023 by Chris NDIKUMANA
38:21
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 346 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 22/01/2022 by Chris NDIKUMANA
37:04
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 80 М.
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 56 МЛН