KANGUKA YO KU WA GATANDATU 17/12/2022 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 50,623

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776228228

Пікірлер: 91
@kangukakirundi
@kangukakirundi Жыл бұрын
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure. Chris Ndikumana
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Abamalayika ba Ndiho bame bagukikije impande zose , kandi Mpwemu Yera Akwongere inkomezi muvyeyi ! Tuzokomeza kubasengera .
@yromy6665
@yromy6665 Жыл бұрын
Uwiteka akomeze akuyobore mukozi w'Imana kuby'amasengesho yawe akora ibitangaza, natwe turategereje dukomeza gusengana isaha nishika imigozi izacika mw'izina rya Yesu. Amen🙏🙏🙏
@blaisendayisaba2585
@blaisendayisaba2585 Жыл бұрын
Chalm chalm mukoz wiman 'iman nikujimber ukomez gusigw amavut muvyeyi imanikwongr amavut naw yesumwiz icubahir kikugarukek mwizin ryayesu ukomez kumujimber mwizin ryayesu christ
@bisumbegusapierre4038
@bisumbegusapierre4038 Жыл бұрын
​@@naomendayishimiye2214 you by❤
@UmutoniwaseSoange
@UmutoniwaseSoange 8 ай бұрын
Imana numukozi wumuhanga,imana yitwa ndiho Kandi izahoraho imana yankijije ikibyimba mubwonko ndayishima cyane,Kandi mumfashe gusenga nubundi burwayi bwaziyemo imana nabwo ibunkize,rwaye igicuri ndagagara, ngira isereri cyane abantu mwese mwumva kanguka mumfashe
@yromy6665
@yromy6665 Жыл бұрын
Uwiteka Yehova, ndagusabye ngo uyu munsi wa nyuma w'amasengesho ya kanguka yuyu mwaka maze gusengana n'umukozi wawe Chris Ndikumana, unabe umunsi wa nyuma w'imitwaro nikoreye, imigozi yose imboshye icike mw'izina rya Yesu Amen🙏🙏🙏
@harietteineza2735
@harietteineza2735 Жыл бұрын
Ameeeen lmana ikumve mukundwa🙏🙏🙏
@mariereinemugoli8451
@mariereinemugoli8451 Жыл бұрын
Pasteur cris kanguka!nous avons reçu votre nom d'une petite sœur qui vit aux USA.je vous demande de prier aussi pour moi et pour ma famille. Priez pour le travail et la protection de ma famille et la guérison.je suis Jonas de la rdcongo, ville de bukavu.merci
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@ukuriverite4024
@ukuriverite4024 Жыл бұрын
Amen Amen nanjye nakiriye gukira kwanjye umutima!namaga ngira ama crises cardiaques.none lmana lnkozeho.
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 6 ай бұрын
Intahe ziratubohora Warakoze Mana kuduha Kanguka. Chris Ndikumana ubandanye umushungururirako imihezagiro myinshi. Hallelua, Amen
@OmanOman-cg1qd
@OmanOman-cg1qd Жыл бұрын
amen mana ndagushimira cane uburyo utahengeshanya kudukiza biciye murikanguka
@anithaishimwe7813
@anithaishimwe7813 Жыл бұрын
Imana irahambaye ,iratabara kd irakize .nizeyeko ntashidikanya ko mukwizera kwanjye nanjye rimwe lmana izankozaho ukuboko kwayo maze nanjye nkasubizwa mubibazo byanjye.mana mpa kukwemera gushyitse.mbifurije kuzagira noheli nziza numwaka mushya muhire 2023
@user-rd9cs2pk4z
@user-rd9cs2pk4z 8 ай бұрын
Amen amen Imana yongere inkomezi umukozi w Imana
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Yesu Kristo n Ashimwe ku bitangaza Yadukoreye vyose ! Noweri nziza n Umwaka musha w umugisha kuri twese abakunzi ba Kanguka , ku murwi Kanguka wose no ku muvyeyi wacu w Impwemu Chris ! Hanyuma tweeeeese ,tuze tuwuronkeremwo ivyo Ndiho Yawuduteguriyemwo vyose , bihwanye n ubugombe bwiwe. Amina kandi Amina.
@alineniyomugisha6606
@alineniyomugisha6606 Жыл бұрын
Amen amen Imana ni munyakigongwe🙏🏽 Irakiza kandi irabohora🙏🏽 Imbere y Imana imisozi icika ibiyaya🙏🏽🙏🏽 Mana ushimwe kuvyo wankoreye vyoose wongere ushimwe no kuvyo ugiye kunkorera🙏🏽 ur Imana ntubesha mumishishagu yawe niho tworonkeye gukira🙏🏽🙏🏽
@gatojulie7837
@gatojulie7837 Жыл бұрын
Amen. Murakoze cyane guhora mudusengera Imana ibahe umugisha mwinshi cyane. Kandi muzagire conge nziza. Merry Christmas and Happy New Year 2023.
@ineskindi9084
@ineskindi9084 Жыл бұрын
Ndagushima Mana kubw urukundo n imbabazi zawe ndagushima Yesu Christ nukuri turahakirira gose icubahiro nicawe uno musi n ibihe vyose🙏🙏🙏
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 Жыл бұрын
Amen Amen . Urakoze Yesu 🙏 Imana ibahe umugisha Umukozi W’Imana Chris na Equipe yose ya Kanguka .
@user-iw7gl5yu6b
@user-iw7gl5yu6b 2 ай бұрын
Manawarakoze gukiza ababose uyumunsi nanjye ndagutakiye ngunkozeho ikiganza cyawe mana ❤
@UmutoniwaseSoange
@UmutoniwaseSoange 8 ай бұрын
Ndashima imana yankijije ikibyimba narindwaye kubwonko nubwo nkirwaye nizeyeko imana nabyo izankiza ndwaye uburwayi bwomutwe,igicuri,isereri mumfashe munsengere
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 6 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro Amen
@alidamuhimpundu9979
@alidamuhimpundu9979 Жыл бұрын
Amen Amen 🙏 uhoraho abhezagir mwese👏👏
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@niyonsengabernadette940
@niyonsengabernadette940 Жыл бұрын
Amena nyagasani komeza ugenderere abantu bawe utwongerere ukwemera.
@sannik3605
@sannik3605 Жыл бұрын
Amen Yezu Nyumva🙌
@mariereinemugoli8451
@mariereinemugoli8451 Жыл бұрын
Pasteur!musambire Imana akazi n'amahoro omu mutiango gwani
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 9 ай бұрын
Ikanguro rya Ndiho Yesu ashimwe cane
@suzanantirampeba4548
@suzanantirampeba4548 Жыл бұрын
Amen 🙏 naje nitez kwakira uruvyaro 🙏🙏
@anithamugabekazi1254
@anithamugabekazi1254 Жыл бұрын
Imana iguhumugisha Chris🙏
@yromy6665
@yromy6665 Жыл бұрын
Amen, iyi kanguka yo guheza uyu mwaka irangirane n'ibyifuzo byawe, umwaka utaha uzatangire utanga intahe zuko ugiye kuronka urubyaro tugusabiye twizeye mw'izina rya Yesu kristo🙏🙏🙏Amen
@asdasadd7859
@asdasadd7859 9 ай бұрын
Amen Amen 🙌🙌👏👏🎉🎉🙏🙏♥️♥️
@user-sv7sj9qg7u
@user-sv7sj9qg7u 9 ай бұрын
Shimiye Imana Data watweseko ankunda
@francineingabire8510
@francineingabire8510 Жыл бұрын
Amen
@phionauwase1061
@phionauwase1061 Ай бұрын
lmana ishimweeeeeeeeeeeeeee halelluyaaaaaaaaaaaaaaaa
@umutesililiane9621
@umutesililiane9621 Жыл бұрын
Njyewe ndizeye ko imana izamfasha nkabona akazi ikarangiza ibibazo byose mfite
@MukamanaBernadette-bu2gr
@MukamanaBernadette-bu2gr 2 ай бұрын
Nakiye gukira.Amen
@ganzaalno8639
@ganzaalno8639 Жыл бұрын
Amen🙏uzaza mu Rwanda ryari
@joliembambane1749
@joliembambane1749 Жыл бұрын
Naomba tena groupe ya kanguka na Mimi nikuwe ndani
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 4 ай бұрын
Twarakiriye muri Yesu
@aimeekleine8764
@aimeekleine8764 Жыл бұрын
Amen🙏❤️🙏
@marietteniyoyita2735
@marietteniyoyita2735 Жыл бұрын
Emen
@AngeleNiyonzima-n5f
@AngeleNiyonzima-n5f 13 күн бұрын
Amen Amen 🙏🙏🙏👏👏👏👏
@moniqueniragira2190
@moniqueniragira2190 Жыл бұрын
Amena 🙏
@HirwaIneza
@HirwaIneza Ай бұрын
Amen mana
@vavameryMery
@vavameryMery Жыл бұрын
Ameeeeeeeeeen
@niyondikoeric9336
@niyondikoeric9336 Жыл бұрын
Urakoze Mana
@joycemuhoza9615
@joycemuhoza9615 Жыл бұрын
Imana Itugendere kuriri sengesho rirangiza umwaka🙏
@jeromendamuhawenayo5757
@jeromendamuhawenayo5757 Жыл бұрын
Nimuduhe numéro ya group kanguka
@mishelineamuri3618
@mishelineamuri3618 Жыл бұрын
Amen amen Dieu vous protéger toujour long vie
@ChimpanyeNyirantokye
@ChimpanyeNyirantokye 16 күн бұрын
❤❤❤❤❤Amen🙏🙏🙏🙏
@mkeykercy
@mkeykercy Жыл бұрын
Amen amen habwicubahiro Mwami w'abamu
@mkeykercy
@mkeykercy Жыл бұрын
Chris Ndikumana Imana imuhezagire naba partenaires bose n'abashinga intahe bose'ariko jewe narashinze intahe deux fois sinazumva nibajije KO mutayishimye n'umwana wanje nuko ariko ngira nibuhinga bw'ivyuma 'hama muzoruhuke neza Noël nziza n'umwaka mushasha kubanywanyi bose ba Kanguka aho Bari hose
@dodydos4322
@dodydos4322 Жыл бұрын
Imana ibahe akaruhuko keza Muzosanga narakize
@harietteineza2735
@harietteineza2735 Жыл бұрын
lcyubahiro kibe icy' lmana ishobora byose Ameeeen
@raissanshimirimana7654
@raissanshimirimana7654 Жыл бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏
@epiphaniebatalingaya9232
@epiphaniebatalingaya9232 Жыл бұрын
Muhezagirwe muhezagira benshi.🙏🏾🙏🏾
@joseuwizey8596
@joseuwizey8596 Жыл бұрын
Shimwa Yesu Kristo ko untabaye
@uwishemabelle4749
@uwishemabelle4749 Жыл бұрын
Nanjye ndizeye umwaka utaha muvuye mukaruhuko nzabasubijwe nzatanga intahe pe yaba ari ibibazo by’urwayi nibindi bibazo nfite mubuzima nfatira bizakemuka vuba vuba ndizeye,iyakoreye bene data ibi nanjye izabikonkorera
@MukamanaBernadette-bu2gr
@MukamanaBernadette-bu2gr 2 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Gloire à Dieu Tout Puissant
@ndayizeyemoise4651
@ndayizeyemoise4651 Жыл бұрын
Icubahiro kib icandiho ibihe vyose🙏🙏
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@musengimanadonatha9999
@musengimanadonatha9999 Жыл бұрын
Amen 🙏🏾
@looc3489
@looc3489 Жыл бұрын
👏👏👏👏👏🙏
@nirerebetty6936
@nirerebetty6936 Жыл бұрын
Amen ,Amen,Amen Imana ishimwe cyane
@louisendayizeye7209
@louisendayizeye7209 Жыл бұрын
Amen
@manzic9605
@manzic9605 Жыл бұрын
Ndiho akomeze aturengere
@umumararunguchantal4227
@umumararunguchantal4227 Жыл бұрын
Amena 🙌
@alicendayiragije3112
@alicendayiragije3112 Жыл бұрын
NDIHO nahabwe icubahiro
@veroniquegakobwa5094
@veroniquegakobwa5094 Жыл бұрын
Aaaaaaamen
@OdetteNsaburukundo
@OdetteNsaburukundo 2 ай бұрын
Mba 37:26
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he Жыл бұрын
Amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏
@joliembambane1749
@joliembambane1749 Жыл бұрын
Mimi nasikiyaka kirundi ila naongeaka Swahili,naomba numero ya WhatsApp ya kanguka niko na tatizo
@estellahakizamungu7055
@estellahakizamungu7055 Жыл бұрын
Amen
@marietteniyoyita2735
@marietteniyoyita2735 Жыл бұрын
Emen
@user-pd5ev4wq7c
@user-pd5ev4wq7c 3 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@irakozeshella695
@irakozeshella695 Жыл бұрын
Shalom shalom Imana iguhere
@joselyneniyibimpa2613
@joselyneniyibimpa2613 Жыл бұрын
Ameeeniii
@leahkaneza1731
@leahkaneza1731 Жыл бұрын
Amen
@alexisnshuti8616
@alexisnshuti8616 Жыл бұрын
Amen Amen
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 Жыл бұрын
Amen amen
@marietteniyoyita2735
@marietteniyoyita2735 Жыл бұрын
Amen
@uwishemabelle4749
@uwishemabelle4749 Жыл бұрын
Amen
@joliekayirebwa511
@joliekayirebwa511 Ай бұрын
Amen 🙏
@musabeyezuerna3588
@musabeyezuerna3588 Жыл бұрын
Amen
@niyonkuruesperence9525
@niyonkuruesperence9525 Жыл бұрын
Amen 🙏
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 16/04/2022 by Chris NDIKUMANA
32:38
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 22 М.
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 7 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 01/10/2022 by Chris NDIKUMANA
34:56
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 23 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 09/12/2023 by Chris NDIKUMANA
35:47
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 29 М.
AVRIL 2022 💥Kanguka NON. STOP - Réveillez - vous !💥📢
3:00:51
Vitamines Eternelles
Рет қаралды 515 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 19/11/2022 by Chris NDIKUMANA
31:50
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 20 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 06/11/2021 par Chris NDIKUMANA
34:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 47 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 05/02/2022 by Chris NDIKUMANA
35:27
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 37 М.
INTAHE IDASANZWE YA CHRIS NDIKUMANA (ANDY KENNEDY)
52:24
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 195 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 22/01/2022 by Chris NDIKUMANA
37:04
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 60 М.