KANGUKA YO KU WA GATANDATU 23/03/2024 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 38,632

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 159
@furahamucumashyinge4784
@furahamucumashyinge4784 4 ай бұрын
Mwami Yesu warakoze kundegera muriyi Kanguka Amen
@SuzanneKantengwa
@SuzanneKantengwa 5 ай бұрын
Mana uri UMUKIZA wacu ndagusabye unkize mw'Izina rya Yezu, ndwaye umugongo bikomeye, ndwaye nerf sciatique abaganga banyandikiye kubagwa birahenze cyane sinashobora kubyishyura, sinabona umurwaza nyuma ya operation kuko bivugwa ko umuntu asigara mu igare. Mana ndagushimiye ko ugiye kunkiza ku bw'Impuhwe zawe . Amen
@bakundefanny2392
@bakundefanny2392 5 ай бұрын
Fata wizeye Yesu azagukiza arakiza 🙌🙌🙌
@pascalsinzoyiheba5994
@pascalsinzoyiheba5994 4 ай бұрын
Amen shimwa Mana kwabo umaze gukiza nanje Ndiaye ibitangaza KO unkiriza ulwana arwae ibimubuza guhema inkorora arwaye umwaka wose umugongo wiwe ugoramye wiwe utagoroy ubifiseko ububasha hernie yavukanye imukize data ndavyizeye🙏🙏iyo ugenderera abandi nanje ntunsige unkize kwidodomba mwizina rya yesu🙏🏼
@PadonBizindavyi
@PadonBizindavyi 6 күн бұрын
Mana ndagushimiye ivyo udukorer vyose tugirir imbabaz mur vyos amen
@NyamuchoBeatrice-o5d
@NyamuchoBeatrice-o5d 6 ай бұрын
Mana ndizeye ko mukuruwanjye uzamuha urubyaro 🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿
@justemasezerano7982
@justemasezerano7982 5 ай бұрын
Mana nziko ushobora vyose atacakunaniye ubugingo bwanj mbushize mubiganza vyawe amen
@FlorideNshimirimana-l7f
@FlorideNshimirimana-l7f 20 күн бұрын
Mana warakoze kungabire yubuzima wampaye Noé ndagusavye unkize infection ,mutoya wanje umuhe uruvyaro uzobukoze Mana Amen
@evelynenduwimana-rt8it
@evelynenduwimana-rt8it 6 ай бұрын
Ameen Amen Amen
@bellashakaryimana3828
@bellashakaryimana3828 26 күн бұрын
Merci Seigneur
@Fofo-h9w
@Fofo-h9w 6 ай бұрын
Amen amen
@JOmani-h8p
@JOmani-h8p 4 ай бұрын
Nanje ndakiriy igitangaz c'lmana❤❤❤
@ClaudineClaudine-h9f
@ClaudineClaudine-h9f 5 ай бұрын
Amen
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 6 ай бұрын
Amen ndakiriy ugukir ndakiriy ukubohok ndakiriy ibitangaz bivuy iwaw Mana nzima Amen 🙏🙏
@dorianegusakaneza7549
@dorianegusakaneza7549 6 ай бұрын
Ndakiriye mw izina rya Yesu
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 6 ай бұрын
Urakoze Mana kwihesha icubahiro muvyukoze ushimwe cane
@SandrineNDEREYIMANA
@SandrineNDEREYIMANA 3 ай бұрын
Mana ndizeye kugiye ku nkiza amaso nimitsi yokwizosi
@niyeraennyacole6168
@niyeraennyacole6168 6 ай бұрын
Mwami yesu ndakwinginze chalome ufash gusenga maman yesu amurinde ibibazo arimwo nanj iman imp ivyonayosavye nzovyizera iman izofasha amen
@nickywimana-hb5qn
@nickywimana-hb5qn 6 ай бұрын
Imana ikongere amavuta ni mbaraga no gukomera
@niyeraennyacole6168
@niyeraennyacole6168 6 ай бұрын
Aleluya ndizeye ko iman izomp ivyoshak kuko nizera iman cyane
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f 6 ай бұрын
amen muhezagigwe cane❤❤❤❤
@kagoyireclaudine2165
@kagoyireclaudine2165 6 ай бұрын
Mana ndagusabye ngo unkize umpe urubyaro,unkize kwiheba .Amen
@clarissekansayiza7812
@clarissekansayiza7812 6 ай бұрын
Yezu Kristu agukize 🤲🤲🤲 yakire isengesho ryawe❤❤❤
@nahayoemelisa4386
@nahayoemelisa4386 6 ай бұрын
Amen nukuri imana imwumve kd nanjye inyumve iduhe Abana
@munyeshyakajeanpierre888
@munyeshyakajeanpierre888 6 ай бұрын
Imana ikumvire mu izina rya yesu
@HIGIROAMINADABU
@HIGIROAMINADABU 6 ай бұрын
Imana yumve gusenga kwawe maze iguhe ikibondo mu izina rya Yesu.
@bakundefanny2392
@bakundefanny2392 5 ай бұрын
Imana ibibuke ibahe ibibondo najye yarabize🙌🙌🙌🙌🙌 fata wizeye Yesu arakora
@claireineza7283
@claireineza7283 6 ай бұрын
Ndakwizeye Mana
@UmutoniwaseSoange
@UmutoniwaseSoange 6 ай бұрын
Mana njyewe numugabo wanjye uduhe guhuza iturinde guhuzagurika,kweretse na mama wanjye,nurubyaro rwanjye ubarinde Kandi mana utabare mama umwishyurire amadeni,uburwayi mfite mana urabizi ntawundi wokunkiza kuko nibitaribi ntibyakunaniye,nabantu nabonye iyi msg bamfashe gusenga
@NishimweYabes-rs4gn
@NishimweYabes-rs4gn 6 ай бұрын
Mana urakoze kubo wagiye ukorera ibitangaza Bose nizeye nanje kugiye kunkiza ugakiza na mama hamwe namushikanje mwizina risumba amazina yose Yesu kristo Amen
@bizimunguemmanuel1148
@bizimunguemmanuel1148 6 ай бұрын
Mana nzi kushobora byose ubugingo bwanjye mbushyize mu maboko yawe.Amen
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 6 ай бұрын
Hallelujah 🙌 ndizeyekoza gukira mwizina rya yesu amen ❤❤❤❤❤
@dorinenijimbere4870
@dorinenijimbere4870 6 ай бұрын
Nditeze kugenderegw mur ino kanguka Mana j'ai soif
@AmuriAroyizi-mw1nn
@AmuriAroyizi-mw1nn 6 ай бұрын
Mana ndakiriye ugukira indwara zose sengeye mwizina rya yesu kristu umukiza wacu Amen amen
@StandyEnglish-s4s
@StandyEnglish-s4s 6 ай бұрын
8years ago im wainting my miracle from god in kanguka
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 6 ай бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah shimwa Ndiho ugira neza caane ndakiriye kugendegwa mwizina rya YESU Christo umwami wacu 🙏🙏🙏👏👏👏
@EzéchielVyizigiro
@EzéchielVyizigiro 6 ай бұрын
Man ndakweretse maman umuhe gukira ingwara yo murubavu no mwitako nigufa ryavyimvye kukuboko ndakwinginz umube hafi nanj nyn ndakweretse ikintu kunkata munda ukinkiz uzob ukoz dusenze twizeye mwizin rya yesu amen
@claireineza7283
@claireineza7283 6 ай бұрын
Ndakwizeye Mana unkirize umwana kdi operation izagende neza mw'izina rya yesu akire neza Amennn
@umjumaAyiik
@umjumaAyiik 6 ай бұрын
Me and my husband please pray for me I need baby we have still no baby I’m wait can you pray for as please I got merry long time ago
@Jesusuislord6298
@Jesusuislord6298 5 ай бұрын
He knows you and he has heard your prayers. Just receive you miracle. His timing sometimes is questionable because it is different from ours but it's the best. Receive your miracle dear
@patiencesukane7869
@patiencesukane7869 6 ай бұрын
🙏
@DivineImanizabayo
@DivineImanizabayo 6 ай бұрын
Mana kiza mujyarugamba numuryangowe kiza niyonizera igicuri kiza ndababonye umugongo nange nkiza Ibimboshye byose bituma ntakwegera neza mbisabye mwizimwi rya Yesu Amen urakoze Yesu
@mugishaemmanuel5673
@mugishaemmanuel5673 6 ай бұрын
Mubizeye ibitangaza by'Imana nanjye ndimo Kandi ndizeye kugiraneza kw'Imana
@bimenyimanalevoca8315
@bimenyimanalevoca8315 6 ай бұрын
Ewe ndiho ndakwinginze ungendera nanj ndakwizigiye Amen 🙏🙏🙏
@UzimaBora-rt2mj
@UzimaBora-rt2mj 6 ай бұрын
Amen ❤❤❤❤ Mana ndakwizeye kuzampindurira amateka
@AnabellaNdayisenga-xk3nb
@AnabellaNdayisenga-xk3nb 4 ай бұрын
Mana ndizeyeko ugiye kundonsa akazi ndavyakiriye
@mustinziarnaud-gb5ln
@mustinziarnaud-gb5ln 6 ай бұрын
Amen amen 🙏
@DianeMunezero-e1u
@DianeMunezero-e1u 6 ай бұрын
Amen lman imukomeze cne adusengera atatuzi
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 6 ай бұрын
MANA ushiimwe gukiza abobantua Amen
@naomienikiza77
@naomienikiza77 6 ай бұрын
MANA ndakwinginze umbere inyishu yiyi mitwaro yose induhije.🙏🙏🙏
@NyirantibizerwaImmaculee
@NyirantibizerwaImmaculee 6 ай бұрын
Mana yanjye natwe murugo rwacu tugirire impuhwe uduhe kubyara tumaze imyaka irenga 20 kandi twugarijwe nindwara nyinshi dutabare Mana
@chantalmuhoza-r9q
@chantalmuhoza-r9q 6 ай бұрын
Turiteze ibitangaza vyawe Mana🙏🏼🙏🏼🙌🙌
@rebeccandayishimiye114
@rebeccandayishimiye114 6 ай бұрын
Amen uy'umunsi nanje nizeye Ko Imana ngenderera
@NusraBarwani
@NusraBarwani 6 ай бұрын
Ameen
@uwimanafridah8740
@uwimanafridah8740 Ай бұрын
Mana nkusabye gusama! nkuko ugenderera abandi nange ntunsige
@LovelyBirdNest-kk7rq
@LovelyBirdNest-kk7rq 6 ай бұрын
MANA nanje ndakwingize unkize,ibibintu bigenda genda mumubiri nanje nzogushima Yesu Kristo w'Inazaleti umpe kwidegevya nkabandi cancer zuburyo bwose uzindinde,umwana wanj,umurinde,Papa azavuke neza,Uhoraho orene,abone,amaraso ukukwezi,Uhoraho Mana yanje ndagutuye iyimitwaro gusher kumutwe Papa ibirozo,vyose biveyo ivyonarishijwe mwijoro,bisohoko on de Jesus christ
@adelendayizeye7462
@adelendayizeye7462 5 ай бұрын
Kiza abagwaye mu muryango Wacu Yezuuu
@StandyEnglish-s4s
@StandyEnglish-s4s 6 ай бұрын
I'm wainting my miracle from my god
@CynthiaclaraAkiteka
@CynthiaclaraAkiteka 6 ай бұрын
Amen uyu musi ndatabawe
@AnthonyGetala
@AnthonyGetala 6 ай бұрын
Ndagushima mana kubitangaza ugiye gukora mubuzimabwanje
@estellahakizamungu7055
@estellahakizamungu7055 6 ай бұрын
Be blessed servant of God I am waiting the miracles from God and I am receiving it today Amen
@bakundefanny2392
@bakundefanny2392 5 ай бұрын
Amen Amen 🙌
@HimbazumukizaViolette
@HimbazumukizaViolette 6 ай бұрын
Amen naje narakubonye mana
@HdjHdj-w6n
@HdjHdj-w6n 6 ай бұрын
Imana..idushobozekwihanatukarekakubisubiramwo
@esperancehabimana4719
@esperancehabimana4719 6 ай бұрын
Uyu musi abategereje abana twese turabakiriye mw'izina rya Yesu
@nahayoemelisa4386
@nahayoemelisa4386 6 ай бұрын
Amen nukuri nibaduhe turababaye woe umaze igihe kingana gt utegereje urubyaro
@bigirimanapatrick6515
@bigirimanapatrick6515 6 ай бұрын
God I just wanna thank you 🙏🏼
@ESPÉRANCEBAMWUBAHIRIZE
@ESPÉRANCEBAMWUBAHIRIZE 6 ай бұрын
Mana ni wowe niringiye Ijambo ryawe niryo ritanga ubuzima kandi ribeshaho🙏
@ummeMuhammed-bq1ky
@ummeMuhammed-bq1ky 6 ай бұрын
Mana nanj nkiza karande zomumuryango kukondaruhijwe nazo ndirako ushoboyevyose Mana ndakwinginze unkize
@providencentakirutimana555
@providencentakirutimana555 6 ай бұрын
Mana nange ndakwizeye untabare mu rugo rwange!!
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 6 ай бұрын
MANA nange ndagusaba unyize uburwayi bwose mumubiri kandi mana ndagusaba umpe urubyaro mana ndagushimiye Amen Amen Amen Amen
@nahayoemelisa4386
@nahayoemelisa4386 6 ай бұрын
Yooo Amen imana niduhe Abana nukuri
@nahayoemelisa4386
@nahayoemelisa4386 6 ай бұрын
Ubuzima bwogushaka urubyaro rukabura birababaza Cyn Cyn mana dutabare
@HIGIROAMINADABU
@HIGIROAMINADABU 6 ай бұрын
Imana ikumve maze iguhe icyo uyisabye.
@dorinenijimbere4870
@dorinenijimbere4870 6 ай бұрын
Najew ndamushaka niyumv amarira yabana bayo numv natakaje ivyizero nfash mana bizognde neza
@touregary1330
@touregary1330 6 ай бұрын
AMEN 🙏🏾🤲🏾🥹
@ElvisButoyi-b6o
@ElvisButoyi-b6o 6 ай бұрын
AMEN ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@SandrineNiyomuco
@SandrineNiyomuco 6 ай бұрын
Mukama ubishatse wonkiza ndakwizigiye.
@godelievemujawimana
@godelievemujawimana 6 ай бұрын
Ikigitondo Mama turakwiragije ubanenatwe Kandi tubone kugiraneza kwawe
@umubyeyiangel2173
@umubyeyiangel2173 6 ай бұрын
Mana ndakwizeye ko nanjye uzankiza
@muhimpundumelanie4295
@muhimpundumelanie4295 6 ай бұрын
Mana nkwertse mama urwaye amaguru numugogo ogera umuhe unuzima muhe kugenda muhe ibyishimo
@MediaManirakiza-b3u
@MediaManirakiza-b3u 6 ай бұрын
Mana uyumunsi nanje unyibuke ungenderere
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 4 ай бұрын
Mana turagukuriye ubwatsi Waratugendeye, waradukijije, waraduhaye akazi. Merci Seigneur
@TuyizereEpiphanie-q3j
@TuyizereEpiphanie-q3j 6 ай бұрын
Mana ndagusabye ungize inkondo yange yumura ibenzima inkize nibicurane ubuzimabwange bwose bwugushyize mubiganzabyawe bisabye nizeye izina ryawe yesu amen
@AudreyNiyongabo
@AudreyNiyongabo 6 ай бұрын
Mana ushimwe kubw'imirimo yawe ukomeje gukora
@FANNYFUNTVSHOW
@FANNYFUNTVSHOW 6 ай бұрын
Nyagasani ndakwinginze ukugenderera abandi nanjye unyize mwami
@BarutwanayoClaude-q2b
@BarutwanayoClaude-q2b 6 ай бұрын
Imana incirinzira nakir yezu nkumwami numukiza mubuzima bwanj imp nogushika mugakiza ndagashikamemwo
@jeanmba5100
@jeanmba5100 6 ай бұрын
🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@nahayoemelisa4386
@nahayoemelisa4386 6 ай бұрын
Muzashireho namasengesho yamugoroba nkasatatu abantu benshi bavuye mukazi natwe tubonereho tondo biragoye
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 6 ай бұрын
Mwene Data, insaha iyariyo yose wumviririjeko amasengesho wizeye, urabohoka. Igikuru ni ukwizera . N amasengesho yaheze uyumvirije wizeye uragenderwa.
@mariekampimbare2338
@mariekampimbare2338 6 ай бұрын
Ameeeeeeeeeeeen😭😭😭😭😭🔥🔥🔥🔥🔥😭😭😭😭
@KarayiDerphin-x5n
@KarayiDerphin-x5n 6 ай бұрын
Mana ndizeye ko unkijije amaso numugabo wange umukijije umukijije stroke
@HumuraClarisse
@HumuraClarisse 6 ай бұрын
Amen
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 6 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama udukorera
@DivineImanizabayo
@DivineImanizabayo 6 ай бұрын
Mana kiza mujyarugamba numuryangowe kiza niyonizera igicuri kiza ndababonye umugongo nange nkiza Ibimboshye byose bituma ntakwegera neza mbisabye mwizimwi rya Yesu Amen urakoze Yesu
@DivineImanizabayo
@DivineImanizabayo 6 ай бұрын
Ndakiriye mwizina rya Yesu kristu
@gabriellasifa8987
@gabriellasifa8987 6 ай бұрын
Amen amen
@اسيادايشيمي
@اسيادايشيمي 6 ай бұрын
Mana uze kungenderera nanje numuryago wacu wose Amen
@KanyamunezaErica
@KanyamunezaErica 6 ай бұрын
Ndakwizeye Mana ufashe umuvyeyi wanje ibibazo arimwo 🙏
@godelievemujawimana
@godelievemujawimana 6 ай бұрын
Ikigitondo Mama turakwiragije ubanenatwe Kandi tubone kugiraneza kwawe
@alianeiribagiza5376
@alianeiribagiza5376 6 ай бұрын
Amen
@irakozeclaude-iu4fr
@irakozeclaude-iu4fr 6 ай бұрын
Nana ndakwinhinze unkirize umwana avuge kunko ndarushe mbona atavuga afise imyaka itanu atanakimwe avuga kandi ndakwizeye neza kwazovuga Amene
@OdileCishahayo
@OdileCishahayo 6 ай бұрын
Yezu mukiza ahugendera mubantu nanj ntusige
@FANNYFUNTVSHOW
@FANNYFUNTVSHOW 6 ай бұрын
Nkweretse papa wanjye abavandimwe jamena Aunti mutoni marene utubohore ibisiriko byabasegoku nabasogokuruza nitwazira ibyo tutazi
@angelyncandiramiye
@angelyncandiramiye 6 ай бұрын
Amen
@EspéranceDushimimana-x3k
@EspéranceDushimimana-x3k 6 ай бұрын
Amen
@JosianeCyarisima-f9e
@JosianeCyarisima-f9e 6 ай бұрын
Amen
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 6 ай бұрын
Amen
@FelixMuhasha
@FelixMuhasha 6 ай бұрын
Amen Amen
@NorethNDAYIKUNDA
@NorethNDAYIKUNDA 6 ай бұрын
Amen amen
@mbanzendoreegide4582
@mbanzendoreegide4582 6 ай бұрын
Amen Amen
@Nininahazwesolange-i5b
@Nininahazwesolange-i5b 6 ай бұрын
Amen
@godelievemujawimana
@godelievemujawimana 6 ай бұрын
Amen
@KakaCikuruBaharanyi
@KakaCikuruBaharanyi 6 ай бұрын
Mana yachu nzinza wambabarire umpe ubumiza ndararugwaye chane babarira abana banjye bachari batoya chane unkinze iyi ndwara ndi mukobwa wimana muri Congo ibukavu musengere imana bene wachu ibintu si biza mukoze wimana crise ndikumana wasengere papa murakoze chyane
@KelineBukeyeneza
@KelineBukeyeneza 6 ай бұрын
Mana nanje ndizeye yuk uno munsi ungenderera nkuko ugenderera abandi turashaka uruvyaro wongere unkize na infection ndizeye kandi yuko ugenderera n papa umukize intestin
@AliceniNiyandiki1993
@AliceniNiyandiki1993 6 ай бұрын
Mana yanje ndizerako mulishishagu yawe ariho dukirira rero nibwirako ndindiriye nanje kuhakirira kandi niwewe gusa wakubikora
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 28/09/2024 par Chris NDIKUMANA
35:59
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 2,8 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/05/2023 by Chris NDIKUMANA
35:24
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 49 М.
Amazing Parenting Hacks! 👶✨ #ParentingTips #LifeHacks
00:18
Snack Chat
Рет қаралды 22 МЛН
HAH Chaos in the Bathroom 🚽✨ Smart Tools for the Throne 😜
00:49
123 GO! Kevin
Рет қаралды 15 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 17 МЛН
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17
KANGUKA DE SAMEDI LE 28/09/2024 par Chris NDIKUMANA
37:00
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 11 М.
IKIRERE C'IBITANGAZA by Chris NDIKUMANA
1:00:03
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 41 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 16/10/2021 par Chris NDIKUMANA
34:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 53 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/05/2024 par Chris NDIKUMANA
37:59
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 36 М.
The Best Of Christopher Mwahangila Songs 2021
1:35:00
CHRISTOPHER MWAHANGILA Official
Рет қаралды 8 МЛН
IBINTU BITANU BITUMA ISENGESHO RIGIRA INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
1:09:19
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 427 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 06/04/2024 by Chris NDIKUMANA
35:47
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 28 М.
GUMA MU GITABO CAWE by Chris NDIKUMANA
1:03:05
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 42 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/11/2023 by Chris NDIKUMANA
36:54
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 46 М.
Amazing Parenting Hacks! 👶✨ #ParentingTips #LifeHacks
00:18
Snack Chat
Рет қаралды 22 МЛН