KAREGEYA Reka Musubize🙄 JEAN PAUL Ku Ifungwa Rya Mimosa , DC Clement , Moses Ahishuye Byinshi MUTAZI

  Рет қаралды 28,417

JALAS OFFICIAL TV

JALAS OFFICIAL TV

Күн бұрын

Na Karegeya reka Musubize🙄 JEAN PAUL Ku Ifungwa Rya Mimosa , DC Clement , Moses Ahishuye Byinshi
Tanga abandi kubonera amakuru ku gihe, ukore share, like, subscribe na comment.
wanadukurikirana kuri : -FACEBOOK / jalas250
-INSTAGRAM / jalas_official
IGITEKEREZO ,ICYIFUZO ,IKIBAZO CYANGWA INYUNGANIZI WADUHAMAGARA kuri +250 788 510 107 CG WATWANDIKIRA KURI IZO MBUGA ZINDI TUBONEKAHO
#_0788510107 #JALAS_TV

Пікірлер: 94
@jalasofficialTvRwanda
@jalasofficialTvRwanda Жыл бұрын
Jean Paul tel 0788796262
@philimonmitoni9182
@philimonmitoni9182 Жыл бұрын
Ntimukabeshye baba babaciyeho bakabapangira ibyomuvuga ntawutabizi
@IsaacMayere-e7o
@IsaacMayere-e7o Жыл бұрын
Arko na karegeya muri ibyo yita ubusesenguzi bwe areke kwinjirira j paul
@gatanaziangele2625
@gatanaziangele2625 Жыл бұрын
Jp ndagukunda ariko nubona ibyukora byagutwara ubuzima uzarekere pe uwo mwana aragukeneye cyane❤
@alicedoudoundamama4265
@alicedoudoundamama4265 Жыл бұрын
Jalas &Jean Paul nkundineza turabemera✌
@FietteFifi-kw1jo
@FietteFifi-kw1jo Жыл бұрын
Ka jean poul sha kariyumva ngo karamuburanira umuhenerezo wowe c urigiki? Ko numva waje gucisha abandi imitwe kd ko ntawukurusha gushyanuka munkuru uvuga utanaziga ntawukurusha kurenga igipimo
@ildephonsesindayigaya6928
@ildephonsesindayigaya6928 Жыл бұрын
Oya bwana Jean Paul. Mw'itegeko mpanavyaha ryo muri 1981 peine capitale yari irimwo ariko kuva muri Code pénal de 2009 n'iya 2017 ntibaho
@asterendoricimpa7649
@asterendoricimpa7649 Жыл бұрын
Urabesha we J.Paul i Burundi igihano co gupfa cakuwe keraaa!
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
be informed ibendera ryazamuwe na kinshasa nahandi hose bashaka gusuzugura😢
@AimeGATORE-gu4xt
@AimeGATORE-gu4xt Жыл бұрын
Jean Paul NKUNDINEZA, courage. Umwuga rimwe na rimwe usaba passion kuruta inyungu z'umuntu. Je ndi Umwenegihugu w'Umurundi. Numviriza inkuru yose ivuga ku gihugu canje n'iyo yoba ari umukoloni. Ariko hari bimwe bimwe wavuze bitari ukuri kuko utabizi, canke ubigira nkana. Urwego rujejwe kumenyesha amakuru ni CNC (Conseil National de la Communicatio). CNL ni ikindi kintu gitandukanye na CNC. Igihano c'urupfu cavanywego kuva italiki 29/04/2009. Bunyoni rero n'aho yohamwa ivyaha, igihano gikomeye ashobora kuronka ni gufungwa burundu.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Hanyuma J.Paul kubintu ahejej kuvugira no muriki kiganiro harimwo ibigize icaha.Gusebya igihugu.Ubwo nugaruka uzacisiguraho kandi Ubu ntivyoba nkabiriya nukugufunga biri sérieux kuko uri gukora ivyaha vyinshi kandi bihanwa n'amategeko y'Uburundi wishe amazina y'inzego ngo CNL ngo nikigo citangazamakuru c'Uburundi ubesha vyivyicaha co gufa muburundi kitakihari uvuga ivya Tanganyika ivyo vyose uzaze uzabidusobanurira neza.
@KwizeraSteven-d8v
@KwizeraSteven-d8v Жыл бұрын
Urabeshya
@perfecttixitix8021
@perfecttixitix8021 Жыл бұрын
uvuga ngo bakwimye amakuru ya bunyoni sawaa tuzanire amakuru ya sankara naho aherereyee numv k bikworohera uduhe detail zosee nih uc umeny k har ivyo gutinyaa
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Ubwo bwamamare uriko uhiga kuri Bunyoni no Kuburundi ntabwurose.
@nahimanacelestin7592
@nahimanacelestin7592 Жыл бұрын
Jean Paul, igihano c'urupfu carahavuye kera caaaane
@ndayizeyeolivier1076
@ndayizeyeolivier1076 Жыл бұрын
Sha nanjye ndakwemeye.
@chantal347
@chantal347 Жыл бұрын
J.P.wambaye ishati nziza
@linkbusy5159
@linkbusy5159 Жыл бұрын
Turahabaye cyane
@MMOfficialTvRwanda
@MMOfficialTvRwanda Жыл бұрын
Turabemera Jalas official Tv✌️
@nshijado
@nshijado Жыл бұрын
Ko mbona ushishikajwe no kuvuga nabi uburundi mupfa iki?
@ndingimwananzeki5776
@ndingimwananzeki5776 Жыл бұрын
Jean Paul,wikigereranya na Karegeya. Ese ko wigize inshyanutsi urashaka iki iburundi?
@davidmujyambere1441
@davidmujyambere1441 Жыл бұрын
Buri wese arashaka fame !! Hari rero no kwiyahura😂😂😂
@alicedoudoundamama4265
@alicedoudoundamama4265 Жыл бұрын
Jean Paul courage bro 🙏
@bizimanaclaudine2228
@bizimanaclaudine2228 Жыл бұрын
Nkundineza wambaye ishati nziza cyane👏
@therockn1666
@therockn1666 Жыл бұрын
ishati isa niza magerageragere ubwo arimo kwiteganyiriza
@bizimanaclaudine2228
@bizimanaclaudine2228 Жыл бұрын
Ntawutajyayo ntawe haremewe nawewakisangayo
@philimonmitoni9182
@philimonmitoni9182 Жыл бұрын
Nozosubira iburundi bace bagufunga kuko urigusebya uburundi
@chezzoamam6811
@chezzoamam6811 Жыл бұрын
Jalas &Jean Paul nkundineza👍
@cizamagdalenamotherofmercy8334
@cizamagdalenamotherofmercy8334 Жыл бұрын
Jean Paul , Wakoze akazi kawe neza abo bakuvuga peee, abo bose bagiye navuga ko wewe utazi job yawe bose nabafite Jelous. Abanyakuru professional batabogama mbarafungwa kw'isi. Burundi ntabwo bafata rmail pe ni old school. Twandikira Marie kw'ibaruwa peee. Ariko uzasibireyo ntakibazo peee!!! Big Up
@rugambainnocent9180
@rugambainnocent9180 Жыл бұрын
Umuntu ukina n amakuru ark mureke guhangana mumazina NK abanyamakuru muhanganishe amakuru
@ildephonsesindayigaya6928
@ildephonsesindayigaya6928 Жыл бұрын
Urwego rujejw amakuru i Burundi ni CNC (Conseil national de Communication)
@ferreolkhami5937
@ferreolkhami5937 Жыл бұрын
Man urabesha kbsa ntagihano curupfu kibaho mu burundi
@noellalabiennereuse1402
@noellalabiennereuse1402 Жыл бұрын
Arikouyu mu type ngo ni Jean Paul ubanza byarivanze. Ca zisa n'izo za Burundi KO n'a Rda izifite, yabaye ari byo ajyamo. Ba Mushayidi n'abandi nka WE ntibuzuye gereza z'u Rda. Abo baguha utwi du tickets ni bo bakurelamo utwo du "confidences", debe tupu!
@rwemaignace-t1c
@rwemaignace-t1c Жыл бұрын
Svp uwo mugabo ese ko nta munsi numwe atari yiyereka mu maso ngwakore ikiganiro atambaye ibihishe amaso, kuko lunette yambara siza maso. Ashobora kuba hali impanvu ..,
@gedeonngabire9651
@gedeonngabire9651 Жыл бұрын
Nkiyihe utekereza? Suburenganzire bge? Nashaka ahashire inkweto icangombwa n, amakuru
@philimonmitoni9182
@philimonmitoni9182 Жыл бұрын
Usibyeko ntawanga ibye binuka wagereranya ubutegetsi bwuburundi nurwanda?
@Arsenaldidy
@Arsenaldidy Жыл бұрын
Jo Nagy da Ariko?
@jeanfxjeanfx
@jeanfxjeanfx Жыл бұрын
Ko iyo yivugishwa abakomeye aziranye nabo ndaseka 😅😅😅ejo ugasanga arataka 😂
@urujenichristine5507
@urujenichristine5507 Жыл бұрын
Umva ubwenge buke nku bwinyoni none se hali uwarushije Bamporiki gukomera , kugira amafaranga, kumenyekana none alihe ??? None uravuga ngo Jean Paul , iyo atavuza induru ubu aba alihe yaba yaragiye bye bye
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Ayo majambo uri kuvuga uzoze witeguye kuyadusigurira neza Abo bantu bata muri Tanganyika uriko uravuga Uzoce utwereka nabo batayeyo ubona cank murikumwe.
@manirambonaleandre6997
@manirambonaleandre6997 Жыл бұрын
Ubwo washatse ngutwika ntumvugishe ukuri
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Mu Burundi ntagihano c'urupfu kikibaho ntiwumva tukubwira kuvuga ivyutazi.Karegeya yavuze ukuri ukaba wumva urumva kuko inyankakubwira yabwiy nuko amaso atukuye.Nawe nya Nkuru urakomeza uze uzitare gusa tuzakwerekako igihugu kirinzwe kandi rutitaha.Urasubiriye ngo CNL ngo nurwego rw'itangazamakuru rw'i Burundi?ni CNC ureke kutwicira amazina y'inzego zacu.
@bahatiinnocent7626
@bahatiinnocent7626 Жыл бұрын
Abatwa ni aba ki?
@pastoraile7195
@pastoraile7195 Жыл бұрын
Sorry nilulize karegeya ww mtuu mzima mbona humukalishii chini Kasuku umwambie dunia iko vipiii????tunasubili Kovia 15/6/2023 ataenda congo Sadeki ikifika
@theonestenizeyimana9514
@theonestenizeyimana9514 Жыл бұрын
niko byagenze wishatseho amakuru
@nshijado
@nshijado Жыл бұрын
Jean paul yabaye mugenzi wa NEVA, ngo azamuhamagara ngo namenya ko bamuhagaritse bakagira icyo bamubaza. Ako ni agasuzuguro ku uburundi nubwo ari uburenganzira bwawe igihe wabonye ayomahirwe.
@philimonmitoni9182
@philimonmitoni9182 Жыл бұрын
Jean Paul uraberwa ariko iyoshati wambaye ni color yaba mama na bakobwa
@Uw81
@Uw81 Жыл бұрын
Yesu weeee.....ntuzi kurimba pe.uzashake abahanga mumyambarire bazakubwira iyo couleur ukuntu ibera abagabo.
@BEN25010
@BEN25010 Жыл бұрын
Bro uriya gatindi karegeya ubundi mbona we icyakora nuguhurutura ibigambo ngo abone icyagaburira abana ariko adakoresheje u bwonko ninayo mpamvu agufitiye ishyari nuko yabonye wowe umuruta muri byose cyane mumikorere
@jeanfxjeanfx
@jeanfxjeanfx Жыл бұрын
Hhh yewe😂wivunika karegeya ubumenyi na experience afite iri hejuru cyane niyo woe na JP mwakwifatanya
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Жыл бұрын
Niba harico usaba JP naguhe kabisa ntabumenyi urusha Karegeya pe.
@jeanfxjeanfx
@jeanfxjeanfx Жыл бұрын
@@carinemanirambona2708 JP ni simple paysan ntabumenyi , karegeya utanga amasomo muri za kaminuza ari hejuru ndetse cyane
@ndayishimiyepascal6503
@ndayishimiyepascal6503 Жыл бұрын
Jean Paul urabe ntubeshe igihano c urupfu carakuweho mu Burundi.
@yizerevalensyv2503
@yizerevalensyv2503 Жыл бұрын
Iyo uvuga ko umuntu ukora mu iperereza mu kindi gihugu ko Ari umwicanyi ubwo waba uzi ihame rivuga ko umuntu afatwa nk'umwere mu gihe ataracibwa urubanza uba untangaza, naho scovia we yavuzweho pe bamushinja Photoshop abandi bavuga ko yabeshye sinzi impamvu utabikurikiranye
@evaritek5885
@evaritek5885 Жыл бұрын
Ariko se koko umugani wa JP, kuki urugendo rwa Scovia na Popote muri M23 bitateye inkeke abanyamakuru nka Karegeya Omar ?!
@chantal347
@chantal347 Жыл бұрын
Urabeshya Joseph hakuzwe umuremyi nu munyenyanza ntabwo ari uwa huye
@habiyakareclaude7641
@habiyakareclaude7641 Жыл бұрын
Umvambese,inyanzase, nimukahekarere
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Жыл бұрын
Igihano c’urupfu ntakiriho i Burundi .Journalism yawe iri danger .
@alphonserumogi7693
@alphonserumogi7693 Жыл бұрын
Igihano c'urupfu ntakiriho mu Burundi,caravuyeho
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 Жыл бұрын
Kera cane cakuweho,ahubwo iwabo nibo bagisigaranye(nibukako barasiye abanyororo kuri stades)
@Nc-ut4rk
@Nc-ut4rk Жыл бұрын
Kazungu numugome iyo uhura nawe yarikukwica.
@pastoraile7195
@pastoraile7195 Жыл бұрын
Acheni umbea hamukuzidi Kayumba au Noble malala
@niyonkururichard1689
@niyonkururichard1689 Жыл бұрын
Urabeshe ntagihano cogupfa kibaho
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Ivyo muba mwigira ngo murabamenyeshamakuru murabatasi mwibazako tutabazi
@uwimana940
@uwimana940 Жыл бұрын
Turabemera kbs
@bizimanaclaudine2228
@bizimanaclaudine2228 Жыл бұрын
Kandi disi wasanga utazi nokubiro byakomine utuyemo ariko ukaburikwe zako yaje kubatata URwanda ibyotwarabirenze icyodushaka nimibanire myiza nabaturanyi
@bertrandhobayo7197
@bertrandhobayo7197 Жыл бұрын
Urabeshe ntagihano curupfu kihari
@davidmujyambere1441
@davidmujyambere1441 Жыл бұрын
Fame irabakoraho 😂😂😂!
@destinukwishaka670
@destinukwishaka670 Жыл бұрын
Nawe rwooose,ngo bibaye I Burundi? Iyo comparison ni fake rwose
@nestorsinzotuma6824
@nestorsinzotuma6824 Жыл бұрын
Muri make umumenyeshamakuru ategerezwa Kuba umuntu azi bike ariko kuri vyose, un humaniste. Ategerezwa Kuba azi un peu de mathématique, historie, géographie, biologie,droit,... JPaul azoheza umwuga wiwe nabi kuko ashaka kumenyekana kunguvu gusumba gushira imbere ubumenyi. Kwubahuka kuvugako mu Burundi icaha curupfu kikiriho mu Burundi ? Arateye isoni. Arasubira mwishure yige journalisme. Afise ico ashaka gushikako akivazako abantu batamutegera. Azobizira ! Ndi umurundi aba Swede. Ntiyibazeko abantu Bose ari ibijuju. Ashaka kwerekanako mu Rwanda ibintu bitameze neza. Umusi umwe azobivugira mu kinogo.
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 Жыл бұрын
Muri sued x abanyamakuru bakora nko muburundi aho batinye kuvuga kuri ministre wintebe wafunzwe
@weredetchikuru
@weredetchikuru Жыл бұрын
Nta photos nta cyabaye.Ubutaha uzifoze nka Scovia. Kaegeya Omar n'inama yaguhaga.
@ndabaathanase3801
@ndabaathanase3801 Жыл бұрын
Igihano c'urupfu ntikikibaho mu butungane bwo mu Burundi.Aho hantu urasubiramwo ubushakashatsi bwawe.
@weredetchikuru
@weredetchikuru Жыл бұрын
Mutesi Soovia yagiye muri M23 ariko ntabgo yatawe mu mvuto nkawe.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Iyo influence urondera y'urwanda kuburundi izo n'indoto zanyu ntimutuzi.Abarundi wewe n'Uburundi urabizi?ndagusetse.murikwishuka icyo gitekerezo uwakibabeshe agisubize inyuma mwarashutswe Ku Burundi ntibikunda wakina n'Abandi sha wowe uracari umwana J.Paul urumuntu muto cane ushatse ugende buke buke sha tuzi vyishi utazi
@jefferynishimwe3305
@jefferynishimwe3305 Жыл бұрын
J.P urashikuza cane kandi urumubeshi muvyo uri kuvuga. 1. ubwambere mu gihugu cacu ciza cane c'uburundi ntagihano co gupfa dufise. 2. Ngo urashaka kuja gukorera i Burundi, hama ngo umunyamakuru wi Burundi aramutse ashikirije amakuru bomusanga muri Tanganyika canke mu mufurege. None nkubaze JP wewe wifuza kuzisanga muri hamwe muraho😂😂😂😂😂. Tushobora kwifuza gukorera muri company runaka hama utagure kuyiharabika canke kuyivuga naba😅😅😅 oya ntibikunda nagato aho uri kubesha ico twite gushikuza. 3. JP turakuzi neza uko wewe utiyunvira kandi winjiye igihugu tukuzi uwo uriwe twikuteguye, karibu kandi ivyo uri kuvuga tuzobisuremwo neza.
@yizerevalensyv2503
@yizerevalensyv2503 Жыл бұрын
Uti umunyamakuru wavuga ibihuha ku muyobozi nka minister mu Burundi yahita yicwa menya u burundu utabuzi pe harya wambwira amazina y'abanyamakuru bangahe bishwe mu Burundi wagirango ntujya wumva opposition yo mu Burundi uko ivuga byose ishaka
@jeanblackndayizeye8329
@jeanblackndayizeye8329 Жыл бұрын
JP igihano curupfu i Burundi carakuwe
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Iyo Access yo gukorera kubutaka bw'Uburundi ntayo urose turakuzi kurumutasi.uzabeshe abandi.Abarundi urakeka turabana cank turinjiji worunguruka mu bwonko wewe ?ahubwo uzongere sha.
@Beyond2050tv
@Beyond2050tv Жыл бұрын
Hhhhh, ariko uravuga ibyo uribukako EAC tugiye kuba igihugu kimwe?!, Twese turi bamwe tureke gupfa ubusa!.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
@@Beyond2050tv wapi mwe mubishiramwo inzigo turamaze kubabona.
@Beyond2050tv
@Beyond2050tv Жыл бұрын
Ikigaragara muracyafite ikibazo, gusa abanyarwanda ntamutima mubi,gusa murekere Aho kwicyakacyeka,Ese murikanga n'umunyamakuru kweli?,
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
@@Beyond2050tv ibisigaye tuzabirabira kuri terrain aragaruka yifatire mugahanga inzego
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 Жыл бұрын
President wanyu arazwi wabashyizemwo inzangano nkurunziza Kandi uwo yarapfuye
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
J.Paul Abarundi twarakaye watwibasiye wibasira igihugu cacu ufovya inzego cacu uzihindurira amazina uzita amazina zizitwa wifatira mugahanga inzego wakoze kwivamwo twakumenye kandi twakwumvise ivyo kutwiyorobekako wapi.Ubu twakumenye neza kandi tuzabikubaza kandi umuntu naguha igiti uzabivuga n'abagutumy ukorera.ok.
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
JP nta matirite yifitiye aravuga gusa gusa
@bahatiinnocent7626
@bahatiinnocent7626 Жыл бұрын
Ikibazo si ababyibaza. Ikibazo ni wowe wagobye izo mpamvu. Impamvu scovia ajya muri Congo ntibibe ikibazo ukajya iburundi bikaba ikibazo . Iwabo wa abantu haba inka. Ikiganye inka kugira gute murugo bagiciye umugongo.
@KumurongoTv
@KumurongoTv Жыл бұрын
Ibyishimo n'byose ndetse Na kanyamuneza kuri WAMUDIASPORA Ati Blaise Na fanny Bari bampitanye🤲 kzbin.info/www/bejne/j3Slcp5jl51ofas
@MarcBuregeya
@MarcBuregeya Жыл бұрын
Gusuma urusaku bibi!
@jeanblackndayizeye8329
@jeanblackndayizeye8329 Жыл бұрын
JP igihano curupfu i Burundi carakuwe
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 2,7 МЛН
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 269 #shorts
00:26
Человек паук уже не тот
00:32
Miracle
Рет қаралды 2,1 МЛН
PUMA VS ADIDAS: IHANGANA N'URWANGO RW'ABAVANDIMWE BAVUKANA
23:12
ISMAËL MWANAFUNZI TALKS
Рет қаралды 48 М.
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47