Always the same jokes the same style of show (ama blague kubantu, umuntu tuzi twese uku nuku...🤷🏿♂️) nahindure gato🥴
@kalyka4107 Жыл бұрын
Kenshi umu comedien aba afise un style, iyo atagutwenza nibaza ko ataba ari ton genre.
@siiimz6067 Жыл бұрын
@@kalyka4107 of course, but ico nashatse kuvuga c'est que de mon point de vue, bona benshi bapfise ama style ama idée ashaka gusa, ntiba tuzana ibintu bishasha kandi justement ça fait partit du travail. Ego umu artiste abapfise style, mugab arashobora guhindura utuntu à gauche à droite😉