Franchement j'aime ce garçon !!! Urumva iyo sagesse yishurana!? Kirikou ndagufana nukuri kandi ndipfuzako woterimbere cane!!! Ndagukurikira all the way from 🇨🇦🇧🇮
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣yooooh umuntu urikubona ukuntu kiriku arikuzunguruka nakokajipo agaseka Mana nibutse kenshii
@kayanzakidsafricana Жыл бұрын
Kirikou akili wewe turakwemera cane one love from kayanza kids africana jah bless rasta 🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ushershim1796 Жыл бұрын
Kilikou uzagera kure hamwe n'Imana birashoboka💪 turikumwe nawe😍😍🥰🥰😍 I love you kilikou❤️❤️😍
@dismasbayubahe1379 Жыл бұрын
Zingiri zangara wiriri warara ❤️from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@fiacremutijima895 Жыл бұрын
Cyokoze yago akanyamuneza nikose. Kubera ko umugambi w'Imana suwejo👊🔥🔥👊👊
@balancedlifetv Жыл бұрын
Oya si indirimbo gusa asanzwe afite akanyamuneza nyamara
@lillysabushi7571 Жыл бұрын
Welcome back Yago wacu. Thanks for your great song SUWEJO 🙏🙏🙏🥰🥰
@prenciaiqram9382 Жыл бұрын
Kilikou erega waberewe 😅😅😅😅😅 mperuka iyi nyambaro mundirimbo ibisusu 🤣 ahahoho hagiye gusha🔥 cobikoze nkunda inseko ya Yago😘 umugambi w,Imana suw'ejo guys ilove you so much 😘😘😘😘
@balancedlifetv Жыл бұрын
Araberewe rwose 👌
@prenciaiqram9382 Жыл бұрын
@@balancedlifetv cane👌
@maraym1118 Жыл бұрын
Yago ndagukundap kuko urukundo ukunda abantu kiriku wacu nidanje
@jean-de-dieu6502 Жыл бұрын
Yagooo naremey suwejo kbs kand thnx. Nakirikou twaritumukumbuye👊👊✌️Jah bless
@balancedlifetv Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956 Жыл бұрын
Yago urumugisha kuritwe abarundi love from Burundi 🇧🇮 rumonge 🐟🌴
Umugambi w'Imana suwejo ✨💥💊 Love from 🇧🇮,, Thanks for your support to burundian industry,, Abarundi bose mumpe likes zanyu kugira du supporting yegoo one love 🇧🇮🇷🇼
@egideniyonsaba7048 Жыл бұрын
One Love 😍 One People, One Family 👪 🇷🇼 ♥️🇧🇮 Thank you Yago to Support our Artist.
Inciiii mama yago na kilikou ndabakunda cyaneeee❤️❤️❤️❤️🌹🌹
@dufitumukizaliliane2754 Жыл бұрын
Yago uyu mu tipe azi ubwenge kbx ariko condolences am attached for his testimony bas Yago Imana irusheho kukwagura. Again thanks for the best songs suwejo 🙏. Nawe kirikou umugambi w'Imana suwejo
@schollaschol3948 Жыл бұрын
Jewe narigukumbuye bienvenue Yaho nkunda na kiriku uratwenza cane❤❤❤❤