KIVUMBI kuva mu Rwanda 🇷🇼 yageze Buja DRAMA T na KIRIKOU🇧🇮 uko bamwakiriye neza muhira....

  Рет қаралды 11,377

Magic Channel TV

Magic Channel TV

Жыл бұрын

Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media

Пікірлер: 37
@kayitesijolly7291
@kayitesijolly7291 Жыл бұрын
Ikikubwira abajama bishwe nitabi, usanga bahekenya udu chicalette, ngo umuhumuro mubi witabi utabasohoka mwo!!! Ndebera uwo kivumbi kbs
@muhitiraamissy7198
@muhitiraamissy7198 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂🤣😂😂 ooooh my god buja bujumbura bjy my home towne respect 🏠
@anastasiebukuru7841
@anastasiebukuru7841 Жыл бұрын
Nimwe musigaye mweneyen mutarashobora gukunda ivyanyu!! Abandi twese twaramaze kujijuka
@tuyishemezeeric8411
@tuyishemezeeric8411 Жыл бұрын
Namwe muronder itik ryokuja Belgique minouche yaraduhenda kumbe ariko aturonderamwo agatik ngwaradukunda ubuho yaraduhevy rero ndabe
@Nidi337
@Nidi337 Жыл бұрын
Arko ko mbona abavandimwe babarundi bafite ishavu ngo Kubera iki abahanzi babanyarwanda bari kuza kubatwarira amafranga Hari uwuza kuyabakuramo kungufu Hari itegeko rihari ngo muze mugitaramo kungufu Abarundi muracyafite urugendo rurerure rwo gutera imbere mugihe mufite ishyari ringana gutyo Ishyari mumenye ko ariryo shuli ryanyuma umuntu yigamo. Kugirango abe umurozi Gusa Big up kubarundi batita kumashyari ya bene wabo bamenya ko umuziki utagira limit
@jeanbertinnihozeko2423
@jeanbertinnihozeko2423 Жыл бұрын
Nta mashari arimwo bro nawe ubushizemwo inzigo ..ahubwo abaririmvyi bose bo mu Rwanda tuzobazana Kuko nibo bantu bambere kwisi boroshe kuronka ...uwo dushaka wese turamuronka vyoroshe baranazimbutse sana
@cinque_stelle1
@cinque_stelle1 Жыл бұрын
let’s get it kivumbi hjuru cane 🎉
@mugabomoise3962
@mugabomoise3962 Жыл бұрын
Wow that's great hazashya
@emelynekwizerimana5158
@emelynekwizerimana5158 Жыл бұрын
Uyowew nuwahehe
@jimmysabu4382
@jimmysabu4382 Жыл бұрын
Arabesha canke arihenze Nyakabiga 2 nta 16 eme av ifise
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 Жыл бұрын
Naze atambe yirorera abanyamahanga twabahaze
@NIKIZA96
@NIKIZA96 Жыл бұрын
Noje kwirabir Drama T , Easy Boy , Kilikou , Double Jay , ariko kubera iryo Vumbi sinzonyara . Nyimba ari Umurundi naho ivyo yari kubikora twabanje gukemura ikibazo Co kuvogerwa .
@257media5
@257media5 Жыл бұрын
Nuwahe uwo
@umutoniwaserosine61
@umutoniwaserosine61 Жыл бұрын
Mumufate neza guyz 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@anthonyndayisenga1089
@anthonyndayisenga1089 Жыл бұрын
Je pense ko ndi mubambere 😂😂😂
@miraly2
@miraly2 Жыл бұрын
Ndabona yakiriwe neza nkuko bitahora.
@leandrenimbeshaho3328
@leandrenimbeshaho3328 Жыл бұрын
Nimba aje kurabira final ya world cup buja kuko ntagiteramo ajemwo
@twahirwajeanclaude9574
@twahirwajeanclaude9574 Жыл бұрын
Kivumbi wakabij ukuntu wagiye wambaye nkimbobo nibyangwe biba hano kgl hhhh
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 Жыл бұрын
Nuwahe uyo haaaa
@salomobizimana9151
@salomobizimana9151 Жыл бұрын
Uyose yaririvy iyihe??
@ndihokubwayorichard7100
@ndihokubwayorichard7100 Жыл бұрын
Non nkico kidoma 🤣🤣 uburundi bwaragowe
@lucksonbonfilsbrown907
@lucksonbonfilsbrown907 Жыл бұрын
😆
@madibamandela1218
@madibamandela1218 Жыл бұрын
Abarundi ntibarira busema nkuwo ntawumuz ngwaje kunezereza abarundi? Ego mwarabonye kwabarundi bafise amahera yokonona kbs kuraho iyombunuza atawumuzi ntawuzoza
@irakozebobette1769
@irakozebobette1769 Жыл бұрын
Ww nkande uvugira abarundi?ico utazi urabaza utamuzi bisigura k atamuziki uzi kandi udashigikira umuziki shit
@MANING41
@MANING41 Жыл бұрын
Ako kajama ngo mavumbi ko atakonzi?? Ntaningoma yako nzi ndakurahiye!!! Mumfashe uwoba azi hit yiwe nimwe ambwire tittre yayo!! Muratesha agaciro abana biwacu kakora ibikomeye!!!
@saloumburundi8672
@saloumburundi8672 Жыл бұрын
Uwihoreye ararokoka bro mbnanumutumba umusumvya🤣🤣ewe wangwarawe wateye muribamwebamwe🇧🇮nihatari
@jadohazardmukunzi6534
@jadohazardmukunzi6534 Жыл бұрын
Abanyarwanda batumenyereye kbsa uwo naw ngo afis hit izih ko atanuwotuzi shiiiit
@millionairemotivation2022
@millionairemotivation2022 Жыл бұрын
Ariko abarundi kuki mugirira ishyari Abanyarwanda? First of all icyo mugomba kumenya Abanyarwanda babarenzeho ahubwo muge mubigiraho Kandi Abanyarwanda Bo ntarwango nishyari bafitiye abarundi.
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 Жыл бұрын
@@millionairemotivation2022 Muturenzeho mubiki?
@asaacbusa2512
@asaacbusa2512 Жыл бұрын
Vyabavyiza asubiye iwabo ndunva akadiho ka sat b
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
icokizohomba kabsa
@saloumburundi8672
@saloumburundi8672 Жыл бұрын
Bikuryahe c🤷‍♂️
@irakozebobette1769
@irakozebobette1769 Жыл бұрын
Ww Imana kugira ubone ibizoba kukintu cank k'umuntu?shit
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
@@saloumburundi8672 🤣🤣🤣Tuzobihomvya tuuu
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
@@irakozebobette1769 🤣🤣🤣tuzoraba
@nduwimanajeannette5243
@nduwimanajeannette5243 Жыл бұрын
Urumwe ntaco wakora bro
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 8 МЛН
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 182 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 8 МЛН