Komiseri mukuru w'aba Scouts mu Burundi ahanura abo muri uwo muhari kuba akarorero mu kibano

  Рет қаралды 663

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

"Twese hamwe kubw'umuhari utuma tugira ico duterereye aho tubaye". Ico nico civugo c'isabukuru y'i 163 y'ivuka rya Baden Power, isabukuru yahimbajwe kuri uwu w'Imana. Komiseri mukuru w'uwo muhari mu #Burundi akaba yasavye abarongoye aba Scouts ndetse n'abandi kwama bitanga batiziganya kandi bakaba akarorero mu kibano ndetse no mu gihugu. Kurikira Komiseri Magnus Mahonda

Пікірлер
王子原来是假正经#艾莎
00:39
在逃的公主
Рет қаралды 26 МЛН
when you have plan B 😂
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 30 МЛН
나랑 아빠가 아이스크림 먹을 때
00:15
진영민yeongmin
Рет қаралды 15 МЛН
Célébration du Journée Mondiale du Mouvement Scout 2021
6:04
Scouts des Camps Militaires / Kinshasa
Рет қаралды 7 М.