Ku nama yo ku wa 18/10/2020 : iragi rya perezida Melchior Ndadaye

  Рет қаралды 24,102

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Inyuma y'imyaka 27 iheze incungu ya democratie y'Uburundi, perezida Melchior Ndadaye agandaguwe n'igiki dusigaranye nk'iragi ryiwe ?

Пікірлер: 12
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 3 жыл бұрын
Muraryosha ikiyago kweli. Murakoze kubw'iki kiganiro co KU NAMA.
@bangirgimanayustas5206
@bangirgimanayustas5206 3 жыл бұрын
Bwana Ambassadeur muvy’ukuri waronse amabere ya nyakwigendera Ndadaye ; eka na Kefa nawe nyene ndabona ko yibuka. Mutabazi we ndabona ko asa nugenda ahagaze nk’iryavuzwe na Ndadaye . Uyo mutama Leonsi ntatinya kuvuga ukuri. Jerome urazokwongera ubatuzanire Murakoze
@ibinyoma8067
@ibinyoma8067 3 жыл бұрын
Biragoye ko musubiza hamwe kubera amaronko
@augustinnzohabonayo4783
@augustinnzohabonayo4783 3 жыл бұрын
Yogaruka yorira abitegereje ngwiragi!!🤔
@Sensibilite
@Sensibilite Жыл бұрын
Mwaramutse. Kuki mutavuze ko yagandaguranywe n'abafasha biwe? Nabo nyene mukavuga amazina yabo nivyo bari bajejwe
@charlesdudu2168
@charlesdudu2168 3 жыл бұрын
Turasavye ko mwihora mutegezako amakuru burimunsi turakunda isanganiro
@eduard3936
@eduard3936 Жыл бұрын
Leonce endakumana uvuze ukiri👍
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
ahomwihendera nukomubaza gusa abobategetsi ntimubaze nabatobato
@ericakira248
@ericakira248 3 жыл бұрын
OOPooOOOOSiioouk GS w
@leopordnimbona3265
@leopordnimbona3265 3 жыл бұрын
None ubu atamahera yimirije kobatonona ingorozimigambwe
@croixrouge381
@croixrouge381 3 жыл бұрын
Ndayedaye yoze yo rira kubera ivyamoko biracahari.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 10 Nyakanga 2024
16:53
Isanganiro
Рет қаралды 1,9 М.
Ku nama yo kuwa 7/02/2021
1:10:12
Isanganiro
Рет қаралды 6 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 1,2 МЛН
МЕБЕЛЬ ВЫДАСТ СОТРУДНИКАМ ПОЛИЦИИ ТАБЕЛЬНУЮ МЕБЕЛЬ
00:20
Al Aqsa, 360° tour of Jerusalem's holiest mosque
6:38
Al Jazeera English
Рет қаралды 15 МЛН
SIBLINGS S01 EP10
20:40
TOPLINE TV
Рет қаралды 2,5 М.
The Future of Indian Democracy
1:08:19
Scroll.in
Рет қаралды 14 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 1,2 МЛН