Ku ncuro ya Mbere Hosy yatumiye SIMBIZI WA SEMAVUMBA/kuri beef yabo imaze imyaka/mariage ya Simbizi

  Рет қаралды 20,020

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 113
@deejayarmel6574
@deejayarmel6574 6 ай бұрын
Simbizi we ndakwemera sana ibintu uvuga kuma média biba birimwo ubwenge Kndi birahanura🔥🔥🔥👌🏾
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 6 ай бұрын
Waoooh niy mpamv nkunda Hosy ❤❤nta nzigo yifitiy ❤❤Hasigay ka Nellynat 😂😂kaze kwa Maman siren😂love u hosy❤❤ndagusabira ijuru 🙏ivy'isi vyo birahera
@IlaMrembo
@IlaMrembo 5 ай бұрын
Ako kantu ngo Imana ihe ubwenge abayobozi B'uburundi niko kanshikanye ahantu.
@CocoClaudine-v9k
@CocoClaudine-v9k 5 ай бұрын
Ubu ngiye gukunda simbizi nahora negura imvugo yiwe
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 6 ай бұрын
Twari tubakumbuye muri kumwe that's massive 👏 👌 Burundi 🇧🇮 one love ❤️ 😍 💖 ❣️ 💕 💘
@tedwewe4996
@tedwewe4996 5 ай бұрын
None ? Ubona mubaye iki mutabaye muraryana ? Uratumira na juste Gael
@odettekaneza3270
@odettekaneza3270 6 ай бұрын
Voila ivyo nivyo bitunezera kubona no kumviriza!!Simbizi afise strong critical analysis naho sometime atagira filter !! Hanyuma ivyo avuza vya Presentation ( ingene wambaye , ingene wifata …)nikintu gikomeye muvyunguka umugani wiwe ( Simbizi) !! Courage rero mukomere muri contribution changement ya Mindset ya Abarundi!!
@donnar3790
@donnar3790 6 ай бұрын
Maya - professeur wa physics ndamwibuka kuri Lycee du Lac😂😂😂
@lionelgahungu3442
@lionelgahungu3442 5 ай бұрын
#Simbizi Numuntu wumugabo canee 🤣🤣 imbabazi ntasaba , Mukazi kiwe
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 6 ай бұрын
Reka ntore agatebe nicare ndabe iyi interview 😂😂🙌✊
@leecharon
@leecharon 6 ай бұрын
😅😅😅 narinzi ko hahiye 😆😆 ndabonye simbizi l’intelectuel 😅😅😅 tres serieux kabisa🤣😂😂😂😂
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 6 ай бұрын
Ndaryohewe kubona @Hosy Irakoze yatumiye @Simbizi wa semavumba 😂😂😂,nukuri it’s so good thing ,kubera twari tuzi yuko hari icuka kibi hagati yanyu but from today turamenye yuko ata kibi kiri hagati ,komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🫶,Love from Sweden 🇸🇪
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 6 ай бұрын
Umunyoni Simbizi watoto wamuJini no bifuu twibereye muvyunguka 😂😂😂😍😍💚💚😂😂😂
@loulumony8519
@loulumony8519 5 ай бұрын
Kweli kbx watu wabiriman Njo wanakuag na bifu
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 6 ай бұрын
Hosy ni umusirimu yarengey amajambo maabi yamuvuzeko.Niconkundira abavuka mumuji ntanzigo (Hosy,Gael,Sat B,...),abavuka ruguru nibo bari compliqué badataniya kubr batabaye ku ligala(B Face,Fizzo,...)
@yvangrassi8359
@yvangrassi8359 6 ай бұрын
😂😂😂😂 uvuze ukuri pe
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 6 ай бұрын
Ewe Iddy 😂😂Bujumbura TV urayizi peeeee, Gusa Hosy ntavyo yarazi ukuntu twaganye kugira ibe Monetz biranka ✌✌
@Semavumba
@Semavumba 6 ай бұрын
ibaze..
@yoyaeric3533
@yoyaeric3533 6 ай бұрын
Uyo mubono Simbizi ntagucanganye yavuga wewe nyen😅 ahubw nasabe ikigongwe😂
@RareRobertha
@RareRobertha 6 ай бұрын
La prochaine fois urakor ikiganiro n NellyNat vraiment
@PrincEloge
@PrincEloge 6 ай бұрын
🤣🤣🤣😂😂😂hosy wagize ikintu gikomey cane kub watumiye simbizi duc tubona muvy ukora atzingo ubushiramwo kandi turagukunda cane🙏
@fabricenimubona5288
@fabricenimubona5288 6 ай бұрын
Aha ndahateba kwer ndazi numus kumutima haruguruka semavumbi🤗🤗
@cocoirankunda1884
@cocoirankunda1884 5 ай бұрын
Umu cherie wa Simbizi amu supporta gute ??? Hahaha nzogaruka kugura Visit Burundi T shirt muri Siren Boutique . Baguma bambaza ingene bozironka
@MarieGorethNduwayezu
@MarieGorethNduwayezu 5 ай бұрын
Hosy witwa Josiane?
@marcbuci
@marcbuci 6 ай бұрын
Ngo Mona murumonge ndamubonye afise akabido ka mamesa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 sha wewe urakenewe muri Buja fleva.
@julesspencer517
@julesspencer517 6 ай бұрын
Hosy ndakunda ibiganiro vyaw ariko ahanini nkunda entertainment na my journey kand keeep up utuzanire les celebrities
@Zadig_Le_Juste
@Zadig_Le_Juste 6 ай бұрын
Simbizi iyo ataba yishinga urwarwa aba yararenganye😂
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 5 ай бұрын
Umunyoniii😂😂 yahuye numu chr wacuuu😂😂🎉❤
@ArielTuza
@ArielTuza 5 ай бұрын
Hosy ndi umu fan waw mugabo English na french yaw😂😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 6 ай бұрын
Chazy Cool ndamuzi yize mu Giheta kuri ETM Giheta muma spectacle yakunda gutamba ama dance machine ico gihe nanj nari umu DJ twahurira no kuma stage ba Shazy cool mu Giheta i Gitega nitwe twari tuhayoboye nuko tutabandanij ivyo vyama interterment ubundi natwe twaraba Star mubihe vyacu kandi twari hit sana muga ubu twarakijijwe.
@DesireNtirampeba-s1o
@DesireNtirampeba-s1o 6 ай бұрын
Simbiz welcome seren vibes tv hose mwakire turangukunda simbiz nawe mumukunde kuko atuma kumenyekana
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 6 ай бұрын
Hariho abantu badatahura umukino baba barimwo
@raoulirakoze3031
@raoulirakoze3031 6 ай бұрын
Dushaka Juste Gaël umukubito nawe umutumire😅
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 6 ай бұрын
Abo bavyeyi buwomukobwa uzorongora barambabaje pe,izo niza divorce buca tubona ngo vyagenze gute 😅
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 5 ай бұрын
Yooh,Hosy ndagukunze cane ntanzigo ufise niwirambire mukobwa wa Yesu,gusa Simbizi araraba neza abantu ba Satubi baramukura amenyo yimbere hhhhhhhyeeeee gusa aratwenza uwomusore ati baza bafise umwotsi kukibuga cindege hhhhhhhyeeeee pol sana
@UbwengeNick
@UbwengeNick 5 ай бұрын
@Semavumba ;nizere ko wahawe au moins 120000fbu kugir ukore iki kiganiro kw iyi tv,itazi la majorite des choses qu'il devait savoir
@Nik-zv9mz
@Nik-zv9mz 5 ай бұрын
Man uradévoiyé les secrets du métier nkubu tuzoba tuzi ko bitari sériyé
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 6 ай бұрын
😂😂😂😂 shaa mavumbaa urabaye nka akes niwe yamaramayee ngo akes atandukanye na akes nyene shaa rero kuvuga ngo hosy wavuze siwe wuyu hoyaa bamwemera ko wavyonze ntabindi
@KayinamuraKabareNsolo
@KayinamuraKabareNsolo 6 ай бұрын
2003 wari umuririmvyi aho ntiwihenze?
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 6 ай бұрын
eshe reka ntoree agatebe simbizi ndake🤣🤣🤣🤣🤣
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 6 ай бұрын
I liké this 🤗🤗. Gusa Hosy uraraba amazi y tanganyika nyazokugirire nabi 🤢🤢
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 6 ай бұрын
Uyumus simbiz asanez kuber yaje kuma TV yisoney acab serieux ubund simbiz iyagiy kuriyama TV yab koreshumwany yimicaf ucusang nkab ucusa nkigihimbir gusa Uyumus urakeye usanez
@innocentdusabimana2034
@innocentdusabimana2034 5 ай бұрын
Bonjour. Urambariza Simbizi ko yibuka Collège Mère du Sauveur de Buhayira (Kaburantwa)
@Semavumba
@Semavumba 5 ай бұрын
ndahibuka caane
@MazimpakaYohaniPetero
@MazimpakaYohaniPetero Ай бұрын
​@@SemavumbaNdifuza kubona nber wsup yawe Simbizi noyikura hehe?
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 6 ай бұрын
Ka hosy turagakunda ❤ kandi kambara neza.
@Burundistartv
@Burundistartv 6 ай бұрын
Courage
@KayinamuraKabareNsolo
@KayinamuraKabareNsolo 6 ай бұрын
ndabona avuga nka NEVA neza haha
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 6 ай бұрын
Sha nukuri ndatangaye kwl narinziko mwankana c'est vrai '😂😂😂 nn muba mwibereye muvyunguka 'c'est Bon vrt
@pacomekadeste8121
@pacomekadeste8121 6 ай бұрын
Osy harikintu mutaramenya simbizi aguma abibabwira ntimurabitahura abantu kw isi bakunda urusaku sasa mwebwe urusuku murushiramwo inzigo oyaaaa kuramwo inzigo ivyo nivyo biteza imbere industrie yacu osy nzana urusaku simbizi agire icabivuzeko hm hashee😂
@ndayizeyefloride5277
@ndayizeyefloride5277 5 ай бұрын
Gusa nabakobwa bariyahura je simbizi sinomukunda
@Ida35715
@Ida35715 6 ай бұрын
Ndarose canke? 🤣 Next week muzobona Nelly Nat nawe 😂 nimukomeze uwo mutima wo gushira hamwe
@PierreDusabe
@PierreDusabe 6 ай бұрын
Simbizi ba wemera akabi urakuze wavuga hosy nyene ,yaco wihindukiza mwijambo urumugabo,Saba ikigongwe uvuge ko washaka guhiga ivyunguka mais ntawundi hosy wariko uravuga atari uyo nyene
@EpiSinBu
@EpiSinBu 6 ай бұрын
Kumbe vyabintu SIMBIZI amaze iminsi avuga
@julienhakizimana4447
@julienhakizimana4447 5 ай бұрын
Ikibazo ca Hosy ntatanga umwanya uwundi avuge
@djcedro7714
@djcedro7714 5 ай бұрын
Simbizi, il faut pas dénoncer les secrets du métier
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 5 ай бұрын
Umunyoni💪💪💪👏👏👏🤔🤔🤔👏🎧🎧
@Nidivin
@Nidivin 5 ай бұрын
Hosy & simbizi 😂
@remybizoza
@remybizoza 6 ай бұрын
slt j ndi umufana wwe ndashaka uze umpere ikiganiro D one!
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 5 ай бұрын
vyiza cane
@KubwimanaJoseph-k7k
@KubwimanaJoseph-k7k 6 ай бұрын
Muranryohey nukr ❤❤❤
@bizozalaphyno8177
@bizozalaphyno8177 5 ай бұрын
Ngoo ntacoo😂😂😂ntakibazo
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 6 ай бұрын
Simbizi muri siren vibes tuzane agasonga bugari twicare
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 6 ай бұрын
Uyu mukobwa atazi ivyo Pacy amaze muriyi ENTERTAINMENT 🤦🏾‍♂️
@CynthiereNsengiyumva
@CynthiereNsengiyumva 6 ай бұрын
Siryambere mukoranye ntutubesh rigiz kabir wibagiy muri yamburigani
@Godisgoodallthetim246
@Godisgoodallthetim246 6 ай бұрын
Simbizi yubahwe. Araciye ubwenge cane
@iradukundajonathan4714
@iradukundajonathan4714 6 ай бұрын
Simbizi niw ushikanye ngah si no by
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm 6 ай бұрын
Tumira juste Gaël nawe tubone ko atamutima mubi ufise
@ndtmagic8987
@ndtmagic8987 5 ай бұрын
Gusa nyene afis amasoni naho murko murayaga
@YvesBally
@YvesBally 6 ай бұрын
Mwubahweee 🎉🎉🎉🎉
@FrankLightlifeirakoze
@FrankLightlifeirakoze 6 ай бұрын
Simbizi content creator
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 6 ай бұрын
Yeee reka ntore agatebe
@viggoohb1263
@viggoohb1263 5 ай бұрын
16:00 " je ndbizi kunkunda" hakurikira intwengo yagahemo ihushanye nivyo avuze, hanyuma akaca akuraba ukuntu biboneka ko amufitiye umujinya akumva yomu😤😡....nicagwaci ndak, massage du visage ntihisha
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 6 ай бұрын
Show na show😂🔥🔥
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 6 ай бұрын
Ubundi kuvyara ntubimenyerey😂😂
@Romeopromoter
@Romeopromoter 6 ай бұрын
@simbizi muvyunguka arasara😀😀
@MurorunkweHawa-ry8im
@MurorunkweHawa-ry8im 6 ай бұрын
Hosy👏👏
@AlainBlaiseMasango-ub5gn
@AlainBlaiseMasango-ub5gn 6 ай бұрын
Gusa ndafise inquiétudes
@meryorndi630
@meryorndi630 5 ай бұрын
Kumbe.simbizi.numunyaGitega.wiwacu.Gitega.yubahwe
@RareRobertha
@RareRobertha 6 ай бұрын
Ingénieur Idriss w Semavumba 😅
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 6 ай бұрын
Imbonerakure yiyemera irahuye na Hosy
@bibikiki8437
@bibikiki8437 6 ай бұрын
Simbizi nahora ntaraba ivyunguka vyiwe ariko uno munsi ndamukunze cane. Ari très intelligent, aratwenza kandi avuga yitonze ntavyo namuzigako❤️❤️ Hosy ❤️❤️
@NgenziAfrica
@NgenziAfrica 5 ай бұрын
Maya yigisha physique yanyigishije muri 2nd
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 6 ай бұрын
Kabisa
@ericnshimirimana8781
@ericnshimirimana8781 6 ай бұрын
Nice
@minanipascal4971
@minanipascal4971 5 ай бұрын
Reka mbanze nsubirinyuma kuraba ingene sat bi yakiriwe nabambayikandambiri
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 5 ай бұрын
Simbizi uraswaganya 😊
@اوديلاوديل-ض2ز
@اوديلاوديل-ض2ز 6 ай бұрын
Komera
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 6 ай бұрын
Yooo Hosy vyayangaye inzara igire imwice! Ageze aho atumira umwansi wiwe kugira abone content? Yoo vyayangaye pe!
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 6 ай бұрын
Mwe murabantu babi none mushaka abadahuza 😢 canke abashwana bose barinda bapfa badasubiye guhuza? Ba mukura inzikira
@eladaiteriteka6916
@eladaiteriteka6916 6 ай бұрын
Ingo umugaburire wambwawe
@pacomekadeste8121
@pacomekadeste8121 6 ай бұрын
Uw mus ngirendabe ikiganiro cawe cose ubwambere
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤
@Bakariijr
@Bakariijr 6 ай бұрын
Eeeh 😂😂
@fabiennizigiyimana
@fabiennizigiyimana 6 ай бұрын
Umunyoni😅
@Musindi736
@Musindi736 6 ай бұрын
Yaaaayaa barahuye bwambere😂😂
@geazyboy2156
@geazyboy2156 5 ай бұрын
Ntabwo ari ubwambere muta .rondera kuri fb gutakaza umwanya .hosy ataranagera nahantu
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 6 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ErickNkeshimana
@ErickNkeshimana 6 ай бұрын
Umunyoni
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 6 ай бұрын
Simbizi mu vyunguka 😂😂
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
😂😂😂😂
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 6 ай бұрын
Simbizi 😂😂
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 5 ай бұрын
Simbizi vyanse ko avuga pardon kweri,umugabo wa vrai aravuuga pardon ubuzima bukabandanya,cela te valorise,nta wudakosa,ariko ugiye mu vyo kwisigura,ngo wamuhaye buzz,blabla.Murazi ivyo muvuga ku ma reseaux sociaux bigumaho,surtout kuri youtube,waragize ama emissions menshi uvuga ibintu Bibi kuri Hosy,umycafuza,nawe urabuzi,ayo ma videos abana biwe ni bakura bazoyabona,bumirwe,ntibazoca nibaza ko ngo yaronderera buzz maman,c,est du n,importe quoi,warakosheje kandi kuvuga sorry ntaco bikura ku Bugaboo bwabo.Abazungu barazanye ibintu mutumva neza,niinukuraba ingene mubikoresha,nivyo muvugiraho,naho kuza kwisigura ngo je ne regrette rien,ngo nashako kuguteza imbere,reka,reka,ikinyoma cambaye ubusa,naho Hosy yagerageje kubi banalisa,ni ukwisubirako,kandi please assume ce que vous faites sur les reseaux,ni vwo bugabo
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@IrishuraEdina
@IrishuraEdina 6 ай бұрын
🇨🇦🇧🇮🔥🔥🔥🔥
@DesireNtirampeba-s1o
@DesireNtirampeba-s1o 6 ай бұрын
❤❤❤🇧🇮💯💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏💓
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 6 ай бұрын
😅😅😅😅
@alidriss8031
@alidriss8031 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 6 ай бұрын
Uwomuhimb simbizi ab fans bawe bose urabaz bose bambar am costume wakigugu umufana ukwabar kose yaguha umutima wiw naw umukund ukwari wew uwozakurab ab fans baw bambar izahabu
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,3 М.
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
啊?就这么水灵灵的穿上了?
00:18
一航1
Рет қаралды 55 МЛН
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 111 МЛН
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН