KUBERA IKI GUSABA IMBABAZI ABAGABO BIBAGORA?UMUGORE YOCA AGUKANDAGIRA? || Mediatrice Ndahigeze

  Рет қаралды 14,169

Christ Life Center

Christ Life Center

7 ай бұрын

Muri iki kiganiro WARUBIZI, umupfasoni Mediatrice NDAHIGEZE yatubwiye uburyo abagabo bibagora kuvuga ijambo ngo MBABARIRA, ariko kandi atubwira ko abagabo bafite uburyo bwabo bwo gusabamwo imbabazi.
🎥 ushobora no kuraba iyi video: 🎥
• SIKO BEBE,SINDI MALAYI...
✨ Subscribe for More ✨
Don't miss out on future discussions! Hit the subscribe button and turn on notifications to stay updated on WARUBIZI 's latest insights.
👍 Like, Share, and Comment 👍
If you enjoyed this video, give it a thumbs up, share it with your friends, and leave a comment below. Let's keep the conversation going!
#imbabazi #Relationships #Communication #christ life center #Warubizi
Mediatrice Ndahigeze ni umurundikazi agiye gukwiza imyaka mirongo ine yubatse.
Haruwoba afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero "+1 (602) 525-4010". Muhezagirwe
Ishengero rya Christ life Center rirabashimiye mwese.

Пікірлер: 34
@mariekamikazi9308
@mariekamikazi9308 7 ай бұрын
Mama Ornella ndagukunze uvuga neza cane ijambo ry,lmana. Yoo ufise ubwiza bwa Yesu
@cyuzuzopatrick934
@cyuzuzopatrick934 7 ай бұрын
Turabakuriye, turabanezerewe kandi turabakunda muryango mwiza. Murakoze cyane. Yesu abahe umugisha
@faveur710
@faveur710 4 ай бұрын
Yesu Wanje Mama Ornella , na Familles yawe yooose Uwiteka abagirire neza mukomeze kuva mubwiza muja mubundi Au Nom de Jésus Christ ❤ Dada Imana iguhe imigisha itagabanije eka mwese. Mufise Ubwiza budasanzwe bigaragara KO harimwo la lumière du Seigneur 🙌🙌🙌🙏 Mama tu es la source de bénédiction Kubagira Namahirwe menshi ❤️❤️❤️🌺🌺🌺🌹🌹🌹💐💐💐🍁🍁🍁 Grâce From Belgique ❤
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 7 ай бұрын
Warubizi Da?? Uri so special et unique turagukumbuy caaaane !!! Thx kukugqniro
@saraumugwaneza2030
@saraumugwaneza2030 5 ай бұрын
Ndagukunze WA mubyeyi we Mama Ornella,Hari icyo nkwigiyeho ✍️✍️✍️
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 6 ай бұрын
Dada uraryoshe nabatumire bawe bose bararyoshe. Yesu ahezagire ivyo mukora
@lheureuse8636
@lheureuse8636 7 ай бұрын
Murakoze. Ndahezagiwe🙏
@HakizimanaRodriguez-on8fy
@HakizimanaRodriguez-on8fy 6 ай бұрын
Merci sana Dada urikubikoreshwa neza Imana ibahezagire ndakunda iki kiganiro kuko kiranyubaka💃💃💃💃❤️
@danielladushime6258
@danielladushime6258 6 ай бұрын
Merci Ornella d'être si genereuse ukadusangiza impanuro zumuvyeyi mwiza wawe!
@cizajacqueline3194
@cizajacqueline3194 4 ай бұрын
Mbeeeeega Mama Ornella😂😂😂 Ndakwibuka caaaane ,wibuke " WA MWANA YANGIRIRA AGACIMBA TURIKO TUMURONDERERA VOUX VEINEUSE ( CHUK) NCIYE NDAGUKUMBURAAAAAA.UHEZAGIGWE URUGO GWAWE N'ICITEGEREREZO PE.
@AlfredMusemakweri
@AlfredMusemakweri 6 ай бұрын
Mbanje gushimira lmana ukuntu iriko iratugirira neza ngaha mu Burundi kuduha abantu nkamwe mufise ibiganiro vyiza nkibi ndashimiye uyu muvyeyi wimvuga kuri lmana imuhezagire canee turamukunda
@user-wj4lh3il2f
@user-wj4lh3il2f 7 ай бұрын
Nukuri muru muryago mwiza cane dukunda kandi dushigira intahe. cane.Amen
@clementinenyirajambo7850
@clementinenyirajambo7850 7 ай бұрын
imana ibahezagire mukomeze mukorere imana
@alicefaisane4212
@alicefaisane4212 6 ай бұрын
Sortie des parents! Woow!
@raoul777
@raoul777 6 ай бұрын
I like this channel wouwww, I subscribe
@claudinekamariza9221
@claudinekamariza9221 7 ай бұрын
Dada ma belle sœur ❤
@joselynekwizera7758
@joselynekwizera7758 7 ай бұрын
Muranyubaka vraiment ndabakurikirana gose Imana ibahezagire.
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 6 ай бұрын
Murakoze cane Muhezagirwe
@scholastiquemukambabazi3819
@scholastiquemukambabazi3819 7 ай бұрын
Mediatrice, Akunda Yesu Bikomeye, kuva alizés, ni umunyakuti !!!
@gakizadavidloris5018
@gakizadavidloris5018 7 ай бұрын
Yooo maman Ornella nari ndagukumbuye. Mbega intahe!! Twabanye as neighbours pendant 15ans. Yari umu maman examplaire. Yashimwa na bose. Ornella am proud of you. Merci Dada kuri warubizi.
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 6 ай бұрын
Murakoze cane🙏
@dispineirankunda6096
@dispineirankunda6096 3 ай бұрын
Ndabakunz can
@scholastiquemukambabazi3819
@scholastiquemukambabazi3819 7 ай бұрын
MEDIATRICE !!! Yambi !!!!
@desireirambona2319
@desireirambona2319 7 ай бұрын
Umumama w'inararibonye. Ndafashijwe gose
@larakezamutima8066
@larakezamutima8066 6 ай бұрын
Top
@bushhab2402
@bushhab2402 2 ай бұрын
Nashaka kumenya aho muba, naho mukorera
@ndayishimiyefernand4359
@ndayishimiyefernand4359 7 ай бұрын
Mwarahezagiwe muvyeyi wacu.
@cizajacqueline3194
@cizajacqueline3194 4 ай бұрын
Ariko rero agohe ndabavunira,geragezaaa mureke kuvanga ikirundi n'icongereza kuko nkuko uvuga isaha aho bitangurira mukirundi ukabiheza mucongereza.nukuri......oyaaaa
@AlfredMusemakweri
@AlfredMusemakweri 6 ай бұрын
Amahoro y'lmana abane namwe
@rutayisiredamascene6786
@rutayisiredamascene6786 6 ай бұрын
❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@sarahakimana5123
@sarahakimana5123 7 ай бұрын
Bivana nimpamvu wamuha ayo mafaranga tubwire ayajana mubagore canke munzoga canke kuyasesagura waramuterurira uti akira bivana kabisa
@blaisekidasharira2372
@blaisekidasharira2372 7 ай бұрын
😂😂😂😂 31:38
@scholastiquemukambabazi3819
@scholastiquemukambabazi3819 7 ай бұрын
Ornella ndakwishimiye, ni bizarre kubona sbana bakura !!! Bagakomexa inzira ya Yesu !!!
@ritza3452
@ritza3452 6 ай бұрын
Ukure esclavage ngaho mugore, ibyo ni ibyawe ntibisa n ibyabandi. Urugi ewose rugira ingorane zarwo
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 15 МЛН
Useful gadget for styling hair 🤩💖 #gadgets #hairstyle
00:20
FLIP FLOP Hacks
Рет қаралды 5 МЛН
NTAHO IMANA ITOKURA UMUNTU, UWARI IMBORERWA YABAYE MAMA PASTEUR
2:01:47
Christ Life Center
Рет қаралды 23 М.
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 15 МЛН