Kubera iki haguma hibonekeza icikagurika ry'amatara kandi hari ingomero nshasha zubatswe?

  Рет қаралды 4,685

Mashariki TV

Mashariki TV

12 күн бұрын

Mu Burundi haguma hibonekeza icikagurika ry'amatara ya Regideso , bigatuma ibikorwa bitari bike bihungabana, ivyo bikaba mu gihe hari ingomero nshasha zavuzwe ko zoba zaratanguye gutanga umuyagankuba. Umushikiranganji ajejwe amasoko ntanganguvu amenyesha ko ivyo bitumwa nuko izo ngomero nshansha zitaratangura gukora, bigatumwa kandi n'imihora y'umuyagankuba isanzwe ishaje. Ibrahim UWIZEYE ariko arizeza abarundi ko vuba agahengwe kagiye kuboneka. Hari mu gihe abagize reta bariko bishura ibibazo vy'abanyagihugu.

Пікірлер: 23
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 10 күн бұрын
Muze m'urwanda tubaheho kuko twe ntabwo ucikagurika nkubu aho mba m'umwaka washize wacitse inshuro imwe gusa kandi ucika iminota 10 gusa naho muri uyu mwaka uheruka kubura mukwezi kwa 1 nabwo wabuze iminota 30 gusa kugeza muri uku kwa 6 ntabwo urongera kubura Karibu tubafungurire k'umuriro
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 10 күн бұрын
Birateyisoni pe uburundi bwacu buracarinyuma koko kuki uwurongoye Regideso wew adahindugwa ngo abandi berekane ubumenyi nikovyama ntaterambere pe😢😢😢
@Mkel890
@Mkel890 10 күн бұрын
iyo courage yo kubesha mukisubiriza muyikurahe? uzi aho mwavugiye ko ikibazo c'amatara kigiye gutora umuti.
@kamenabihu
@kamenabihu 9 күн бұрын
nibibazo gusa
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 10 күн бұрын
Uyomutama arakwiye gusubirizwa president wacu urajwiy kuvahasi kuko nikoyamavuga ariko ntagihinduka😮
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 10 күн бұрын
Cyokimwe na congo nubwo wumva ngo bafite barage ikomeye ya inga inacanira congo Brazzaville Goma hari igice kimwe gicanirwa nu Rwanda mwa bikunda mwa byanga hara agatambwe tu basumbya
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 10 күн бұрын
Nyamara abarundi batwangira ubusa urugomero rwa Rusumo rwa kagombye kuba ari urwa Tanzania nu Rwanda ariko tubahaho umuyagankuba bakatwanga
@paddynkunzimana2459
@paddynkunzimana2459 7 күн бұрын
None imihora isaza gute kandi abanywanyi tuguma twinjiza amahera meshi cane mwico gusata? Amahera ajahe? Kuki bidasubirizwa kandi amafranga ahari kuva kera? Mon pays❤😢
@rudahunganzideson7383
@rudahunganzideson7383 10 күн бұрын
Uyu mugabo arabeshye kuko umuriro uvuye Rusumo mu Rwanda turawubona
@afrigifttv1038
@afrigifttv1038 10 күн бұрын
Aba Islam bahora baba sérieux,ariko kuriyincuro birimwo kwanka.Mwakoze kutubariza icokibazo camatara namazi😊
@WiliamKimRgzm
@WiliamKimRgzm 10 күн бұрын
Uyumugabo ntavyiwe mvaturenze nububeshi gusa
@ezechielndayishimiye7181
@ezechielndayishimiye7181 11 күн бұрын
Niko mwama muduhenda
@NishimagizweSosthene-p7y
@NishimagizweSosthene-p7y 11 күн бұрын
kwizera ryari vyokunda?mbemwishirahamwe nkiryo ryogutangamatara namazi birashobokako habura abahinga bogusubiriza ivyasabumbutse hataje mvamahanga?abobarikikivi bajejwiki?bambabarire nkabenegihugutwobazeko nkigisata cumuyagankuba hojayo ababishoboye apana ababishatse
@afrigifttv1038
@afrigifttv1038 10 күн бұрын
Hama amazi nayo???vmt muburundi kubura amazi ninkigicumuro kuko Imana yaraduhaye Amazi akwiye ariko Amazi yo mwarasinziriye😢😢
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 11 күн бұрын
Muta imyaka ntigume ihera iyindi igenda mwama muvuga vyabindi ngo rema bigiye gutungana erega natwe dufise ihakiri hindure ivyo bitsinga muzopfume mukora imugambi umwumwe basi kumwaka ariko nimba arukwubaka amabarabara mubikore vyonyne kumwaka iyundi mwaka mukemure ikibazo cumiriro uyundi mwaka mukemure ikindi kimwe kimwe kumwaka ariko bihere kopo kopo aaaa kwama buri musi ngo tuzobikemura misi yose misi yose mwe muri mubiki? Ibintu bidakemuka imyaka cumi twoterimbere gt
@LameckNgabo
@LameckNgabo 11 күн бұрын
None ivyomwamamuvuga musubiramwo atagihinduka nimukurubureve ngaho
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 11 күн бұрын
Kandi biteyagahinda
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 11 күн бұрын
Amezi twahawe koyaratandatu azohera ryari igisagara kikaburamatara muvyumva gute
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 11 күн бұрын
Uyumutama natange imihoho
@clovissibomana4952
@clovissibomana4952 11 күн бұрын
Abo bagabo barabesh cyane
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 11 күн бұрын
Non nka wew uronder iki muri eden😮
@nancyina5241
@nancyina5241 9 күн бұрын
⁠looool
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 11 күн бұрын
Imakamba haribagiwe
Always be more smart #shorts
00:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 47 МЛН
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 36 МЛН
Weidel wünscht sich Trump als US-Präsidenten | ZDF-Sommerinterview 07.07.2024
20:20
tagesschau 20:00 Uhr, 07.07.2024
19:50
tagesschau
Рет қаралды 162 М.
Joe Biden : le naufrage et la panique #cdanslair 29.06.2024
1:08:58
C dans l'air
Рет қаралды 214 М.
kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu
25:12
LE MINISTRE MALIEN ABDOULAYE DIOP SANS LANGUE DE BOIS EN EUROPE
17:49
Mali-Online TV
Рет қаралды 506 М.
INGABIRE Victoire AVUZE K'UMUKANDIDA WA FPR HAMWE NO KUMVUGO TUZABAVUNA
54:58
IMBARUTSO YA DEMOKARASI
Рет қаралды 198 М.
Always be more smart #shorts
00:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 47 МЛН