Kubera iki u Rwanda n’u Burundi byanze kuba igihugu kimwe habura amasaha ngo byigenge

  Рет қаралды 66,005

Intsinzi TV

Intsinzi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 229
@WelldoneBujatweets
@WelldoneBujatweets 10 ай бұрын
Jewe nd'Umurundi, nagira ndakubwire ko honyene ururimi rw'ikinyarwanda rw'umvikana kuri jewe nk'umuntu ari kuvuga afise ubwoga. Kandi aho ntanzigo ndabisizemwo. Peace 🇧🇮🇷🇼
@christophemuhigira4679
@christophemuhigira4679 8 ай бұрын
😂😂😂😂 ururimi rw'ubwoba ...navukiye uBurundi, nkurirayo...ndabazi , pe! Muzokwemera uRwanda ryari! Twese turibamwe, Ntitukiri impunzi amateka twaciyemo, abandi nabo bayaciyemo...ariko iki kiganiro n'icy'amateka ( l'Histoire du Rwanda et du Burundi...)!
@hakizimanaj.helmes4399
@hakizimanaj.helmes4399 6 ай бұрын
The history you're referring to involves the conflict between the Kingdom of Burundi and the Kingdom of Rwanda. Both kingdoms had a complex relationship characterized by rivalry and occasional conflict. The killing of Rwandan kings by Burundi kings was a part of this historical rivalry. One notable event in this regard is the assassination of King Rwabugiri of Rwanda by his Burundian counterpart, Mwezi IV. Rwabugiri was a powerful and influential ruler in Rwanda during the late 19th century. However, he was assassinated, allegedly by agents of Mwezi IV of Burundi, in 1895. This assassination significantly affected the political dynamics of the region at that time. The reasons behind these killings were often rooted in power struggles, territorial disputes, and attempts to assert dominance. The history of the Great Lakes region of Africa, including Burundi and Rwanda, is complex and has been marked by numerous conflicts and shifting alliances over the centuries.
@barnabetwizeyeyezu3030
@barnabetwizeyeyezu3030 Жыл бұрын
Sinarinziko ikivumucyo mugiporoso Yari Amaremboy ,Umwami peee Murakoze cyanee !!!
@DavideNiyonzima-dv3id
@DavideNiyonzima-dv3id Ай бұрын
Nayobundi iyusanze inyange yanyagiwe ucuyita umukukwe.
@EnerstKiyola
@EnerstKiyola 8 ай бұрын
Icishe afirika nukutavuga ukuri niba utabesha izina kirundoryavuyehe?
@marcelnkomo7212
@marcelnkomo7212 9 ай бұрын
Très belle émission
@kiizajames3646
@kiizajames3646 2 жыл бұрын
Nitwa nyandwi ildephonse ndabakunda cyaneee kubwibiganiro byiza mutugezaho
@musicrecitals3996
@musicrecitals3996 Жыл бұрын
Twebwe mwezi gisabo yarwany nabadage imyaka 7 uriko urabasuzugura sha
@ngarambegaby16
@ngarambegaby16 2 жыл бұрын
Mwiriwe neza Gutaramana u Rwanda nimvugo ifite igisobanuro kibi imvugo nziza nugutarama u Rwanda, urugero mwibuke kungoma ya Rwabugiri aho umwami wa nkole yataramanye u Rwanda umugore witwa Nyirambibi yarabyanze ahubwo we ararutarama bituma Rwabugiri abimenya atera igitero kimigogo. Murakoze
@Rutembesa3-ue2ly
@Rutembesa3-ue2ly 11 ай бұрын
None independence yurwanda Burundi yoba yasinye nde?
@celestinnigarura6813
@celestinnigarura6813 2 жыл бұрын
Mbe nkubaze wobuzi kumateka y'intara ya kirundo Ubu uri muburundi yahora IRI murwanda
@felixntirabampa5146
@felixntirabampa5146 9 ай бұрын
Urabaza amateka y ' intara y ' UBURUNDI yitwa KIRUNDO.iryo zina iyo ryavuye.
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr 8 ай бұрын
Ryavuyehe tubwire
@Never-h5h
@Never-h5h 8 ай бұрын
Ahubwo muzarebe ukuntu u Rwanda nuburundi biba igihugu kimwe 👮‍♀️👮‍♀️👮‍♀️
@rwacommrade3738
@rwacommrade3738 Жыл бұрын
Nanjye ndabaza uwo muvandimwe rwakagara apfana iki na rutagabwa
@pierrendahigeze
@pierrendahigeze 2 ай бұрын
Ndumurundi nkunda ukuri.gute uvugako urwanda rwamye rukaze muntambara akaba Arrigo ruto mubihugu birukikije,Ayo matelas yabo simbona ico yafashije urwanda.
@nzitandung
@nzitandung 2 ай бұрын
😂 Impamvu y'ubuto si ku Rwanda gusa n'u Burundi nuko. Ibindi bihugu bya none ni binini kubera imipaka yakaswe n'abakoloni ntabwo abanyafrika twabigizemo uruhare. Twishimire ahubwo ko twagumanye nayo mazina original
@jean6030
@jean6030 2 ай бұрын
Uzakurikire amateka umenye aho rwageraga mbere y'uko abazungu barugabamo imirwi bakata imipaka. Abandi bahemutse ni abanze ko uRwanda n'Uburundi biba igihugu kimwe. Byashoboraga kuvamo igihugu gikomeye kuruta uko Uburundi cg U Rwanda kimwe ukwacyo gihagaze.
@ruginaolympe5587
@ruginaolympe5587 2 жыл бұрын
None Ko Nsanzabera uvuga ngo Urwanda gwagiye gwica abantu benshi mu ntambara zaruhuza n'Uburundi uzotohoze wumve izina Kirundo ryavuye kuki?Kandi Kirundo sikure y'a Bugesera.Kahise(histoire itubwira Ko muntambara yabereye ku misozi ya Shinge na Rugero(Kirundo) haguye ingabo nyinshi z'Urwanda)imirambo yabo irundwarundwa hamwe ariho havuye iryo zina Kirundo bivuye murivuga "kurunda".
@estherqueen6214
@estherqueen6214 Жыл бұрын
N ugutohoza du cote du Burundi.
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr Жыл бұрын
Ubugesera cyari igihugu ukwacyo
@niyitegekatheophile2014
@niyitegekatheophile2014 11 ай бұрын
Umutware,Umwami baruta kwica ingabo nyinshi, iyo Umwami yishwe urugamba rusoza
@dralebasakubu
@dralebasakubu 10 ай бұрын
​@@niyitegekatheophile2014uwiwanyu yaguma abunze nico gituma😂😂😂😂
@RUBERINTWARIErnest
@RUBERINTWARIErnest 5 ай бұрын
Niwumviriza neza witonze Nsanzabera amateka ye 100% ageze kuntambara zahhuza u Rwanda nubundi bwami ahita ahengama agatakaza kuba umunyamateka ahubwo akaba umufana, ahita agira yamvugo yabanyepolike ko igihugu cabo atakindi kwisi cogitsinda, bimwe bihendwa abana, uri umuntamateka yavuge uko uyazi ntagihugu kutagira intege nke, uti mu Rwanda hari itorero ahhandi barwana nkabiyahuzi😂😂😂 ibi birasekeje kweri, uyu musaza Nsanzabera byashoboka ko mumateka ye afana birenze kuba umunyamateka
@tresorlight625
@tresorlight625 8 ай бұрын
Uri umufana nturi uwufise ico azi uzosubire kwiga utohoze amateka yintambara zahuje uburundi n'urwanda . Uburundi nabazungu bagie mubiganiro intambara yananiranye Hama nawe uriko urasamanga ngaho ngo rurururuuuuu toka kure
@JonasMirenzo
@JonasMirenzo 2 ай бұрын
reka kwihagararako sha uvuga uvyutazi nyene
@fredhakamineza1275
@fredhakamineza1275 3 ай бұрын
Njye mbakurikirana gake ariko nababonante?mukora ikiganiro ryari ngo njye mbakurikirana kuko njyewe nkunda cyane amateka ,mbarizwa Muri Norvege Europe Nitwa Hakamineza Fred.
@jeanmariebizoza6013
@jeanmariebizoza6013 2 жыл бұрын
Mumbarize, ivya GIHANA NA RURINDA
@EnerstKiyola
@EnerstKiyola 8 ай бұрын
Rekakubesha abantu
@albertnsanze5377
@albertnsanze5377 2 жыл бұрын
Ibyo Nsanzabera avuga n'ukuri. Mu misa, abakristu baririmba bati : "Umwami, abaganwa, abahutu n'abatwa, bose barasa mu maso y'Iyabaremye". Bisigura ko kyera ubututsi, ubuhutu n'ubutwa bidafise ubukure nk'i Rwanda.
@thomasnyagatoma4546
@thomasnyagatoma4546 2 жыл бұрын
Original respect uri très très fort metci
@charlesnahimana3163
@charlesnahimana3163 2 жыл бұрын
Jewe nk'uwize amasomo makeya ya Kahise / Amateka, sinshobora gutahura uburyo uwo mushakashatsi canke umwiru Nsanzabera Jean de Dieu avugana précision amatariki amateka runaka yabereyeko kera batandika. Namusaba ko yaduha amasoko avomamwo ayo matariki.
@munyeshyakajeandamascene5691
@munyeshyakajeandamascene5691 Жыл бұрын
azadusobanurire aho izina "Kirundo" m' uburindi byavuye
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr Жыл бұрын
Ryavuyehe byabindi mwirirwa mubeshya abana banyu ubwami bwu Burundi bwatinya ubwurwanda cane
@ibyegeranyorwanda9852
@ibyegeranyorwanda9852 6 ай бұрын
Anatabwira impamvu abantu babi I Burundi babita abagesera
@HabimanaErize-hc9lw
@HabimanaErize-hc9lw Жыл бұрын
Ijambo Urwanda urarisobanuye numva birahura nibyo nanzi
@SalvatorAdamu
@SalvatorAdamu Жыл бұрын
Muzotumore Dr Rusa nayo uyo we arikwivugamazina ntavyo arikuvuga
@theonestemunyarugerero8968
@theonestemunyarugerero8968 28 күн бұрын
Nkotsi na Mico
@joemac7463
@joemac7463 2 ай бұрын
Nashaka mbabwire banyarwanda mwitondere kumateka nigihugu cacu cu BURUNDI !!! Abami babarundi bari indwanyi bidasanzwe kandi baragwanije abadagi nababirigi kuva kera !! Rero ntimuwivange kuri kahise kigihugu cacu !!!! Munitondere mutavanga ivyovyabatutsi nabahutu iwanyu , tw ivyontaco bitubwiye!!!! KIRUNDO ni izina rizwi neza kandi rifise iyoryaje riva !! Uzabaze rero abagukurira wamwana we
@imazimpakalambert225
@imazimpakalambert225 Жыл бұрын
Ibiganiro byanyu biradufasha rwose
@christophemuhigira4679
@christophemuhigira4679 8 ай бұрын
Nsanzabera we, nitwa Intare Kristof Muhigira, ntuye muri Canada...Nyabuneka nyandika muri iryoshule ry'amateka yacu.
@ArnaudNshimirimana-f1b
@ArnaudNshimirimana-f1b Жыл бұрын
uyo ntanubwo yaciye kuntebe yishure nukuri ivyo avuze vyose nubugugu gusaaa yewe kicucu kiraho😂
@umusomyiumusomyi9860
@umusomyiumusomyi9860 6 ай бұрын
Ntabwo byigeze bitekerezwa ko u Rwanda n'u Burundi biba igihugu kimwe.
@kingjulian1985
@kingjulian1985 2 ай бұрын
Merci mes frères
@Radioinganji
@Radioinganji 3 күн бұрын
Urwanda n’u urundi ntibyanze kuba igihugu kimwe ibyo byanzwe n’ abakoroni kuko baziko bari kuba badutije imbara zo gukomera ndetse ubwabo bari kuba bishe principle yabo: divide and rule’
@elyse-fabricengabirano1850
@elyse-fabricengabirano1850 2 ай бұрын
kirundo twarayibatwaye. mwabuze shinge na rugero
@benjaminnshimiyimana917
@benjaminnshimiyimana917 2 ай бұрын
Yego NSANZABE, none se muri uwo mulya wa philosophie y'buhanga karemano nyarwanda twatekereje uko twava muri repubulika mbirigi mputu tukajya muri repubulika nyarwanda iyobowe n'Umwami w'Umuco, Ubutabera, Umutekano n'Ububanyi n'Amahanga ariwe IVAN CYOMORO KAGAME KIRIMA maze abanyarwanda bagatora Perezida banyuze mu amashyaka ; ngira ngo na none hakwiye gutekezwa ku giteranya kikanavangura Abanyarwanda ; murakoze ben'Imana.
@ElogeNdayishemeza-cy3ml
@ElogeNdayishemeza-cy3ml 3 ай бұрын
Bisigura ikirundo c'imivyimba, hapfiriye abantu benshi
@ukunzwenimanaolivier3284
@ukunzwenimanaolivier3284 2 ай бұрын
Na nyamirambo
@danielbizimana2525
@danielbizimana2525 2 ай бұрын
Inyungu za bamwe zizotuma dupfa nabi
@DieudonneNzambimana-fm4py
@DieudonneNzambimana-fm4py 5 ай бұрын
Sinarinziko umugani uvuga ngo yabuze shinge na rugeru mu Rwanda ubaho . Iyo misozi yose iri mu Burundi mukirundo . Abarundi bakera barabaga sha .
@HabiyakareVenuste-cl5qf
@HabiyakareVenuste-cl5qf Жыл бұрын
Ibi bintu by'ubuhemu byahozeho abazungu bataraza ;iyo myaka yose .(kwagura u Rwanda nibyo biri guteza rwaserera , abo bose ntawubivuga ).
@maylaburundiantv9519
@maylaburundiantv9519 2 ай бұрын
Hanyuma se umwana w'umwami yitwa Gihana ntiyapfiriye i Burundi ?
@abcdefgger
@abcdefgger 2 жыл бұрын
Nsanzabera, Wazadusubiriye mumateka yabahondogo noneho ukabihuza nurwanda muvandi!
@BernardSindayihebura
@BernardSindayihebura 2 ай бұрын
Ubutwari bw'abarundi ntabw'uzi . Kuko Uburundi ntibwari kwaguka i Tanzaniya ngo buce bwagukira n' i Rwanda mu mwanya umwe .
@theonestemunyarugerero8968
@theonestemunyarugerero8968 28 күн бұрын
Nkotsi na Micyo
@frederiquemanirakiza2714
@frederiquemanirakiza2714 5 ай бұрын
Reka ndakwibarize . Umutwe umwe w'ingabo bagamo abantu bangahe? Amatsinda angahe? Umuyobozi wawo yitwaga ngwiki? Uyoboye itsinda bamwitaga ngwiki?
@simeonsmith6399
@simeonsmith6399 2 жыл бұрын
Hanyuma ijambo " kirundo" ubisobanura gute ?
@bizimanaegide7756
@bizimanaegide7756 Жыл бұрын
Ivyo Nsanzabera avuga ashiramwo amarangamutima menshi, ego ko aravuga amatariki, naze adusangiza ivyo avuga aho abikura kuko twese dushoboran guhimba amatariki. Nkivyo vy'abacwezi ubivuga utazi iyo bizanana. Hama natubwire uwo mwami wuburundi yiciwe murwanda.Nimba uvugako Ubugesera bwari igihugu ukwaco, umwami umwe w'uburundi yishwe numugesera. Ikindi uzatohoze neza, uburundi bwaraguwe. Niyo mpamvu kukumviriza mba ntaye umwanya
@NimbonaSalome
@NimbonaSalome 2 ай бұрын
Mukirundo habereye amahano uwutabizi abaze
@HabiyakareVenuste-cl5qf
@HabiyakareVenuste-cl5qf Жыл бұрын
Amateka ngo ntahimbwa !!!!! Yayayaya ; N'ubu arahimbwa .
@fredhakamineza1275
@fredhakamineza1275 3 ай бұрын
Nanjye ndabasuhuje
@kwidengemvyaesaie458
@kwidengemvyaesaie458 10 ай бұрын
Birababaje kubona urwanda nuburundi butabaye igihugu kimwe kandi dusangiye ururimi n’umuco bidusubiza inyuma cane
@modesteniyonsaba4965
@modesteniyonsaba4965 2 жыл бұрын
Jewe uyu mugabo nomuhanura kudashikuza, mukuvuga ngo Urwanda rurusha imbaraga uburundi etc. N'ureke sha ncuti yanje. Turi bamwe kandi turazinanye. Gupima inguvu ntibikenewe, reka twiyumvire ivyotwubakira, kuko turwanye nzi neza ko tutokiranya!!! Ndi umurundi nzi neza ko atawodutsinda!!! Ico uvuze nico: Uwugaye ubuto bw'ibuye, arirya urwara!!😊
@KayesuMiriam-xj1jz
@KayesuMiriam-xj1jz 5 ай бұрын
Gusogongera Inzoga bihereye kuwayizanye, impamvu yambere nuko ariwe yavunnye ayenga, ayikorera ayishyikiriza aband impamvu yakabiri Inzoga zirengwa, abenzi binzoga benga bitandukanye Ariko Amata yo ntasogongerwa kubera yuko Amata yo atengwa nabantu aremwa nimana iyaremeye mwitungo kuburyo budahinduka .
@donarldjerry94
@donarldjerry94 2 жыл бұрын
Liar! Kirundo hiswe Kirundo kuko abarundi bahiciye abanya Rwanda benshi caane, hagati yimisozi ya Shinge na Rugero, arinaho havuye umugani uvuga ngo “Kubura shinge na rugero”. Rero abarundi bari abarashi cane.
@jeanclaudebigirindavyi2101
@jeanclaudebigirindavyi2101 2 жыл бұрын
Uyo mugabo Sanzabera ivyo ariko aravuga ntabwo ari professional nagato vraiment, ariko akoresha emotions zubufana gusa, abarundi bafise amateka akomeye cane baraaguye igihugu cabo bimwe biboneka, bari bafise ubwami bukomeye cane bafise nimbaraga nyinshi, nimba adashaka kugoreka amateka natubwire ukuntu Uburundi nu Rwanda vyatanguye ? Uburundi gwitwa urundi Rwanda vyaje gute ?
@iradukundaissa1591
@iradukundaissa1591 Жыл бұрын
Reka reka ni Ruanda-urundi nawe urikuyiborwa na emotion, na video zirahari handitse Ruanda-urundi noneho capital city ikaba usumbura niyo mpamvu bujumbura yarifite amajyambere menshi kurusha butare na kigali.
@emmanuelnduwayezu2804
@emmanuelnduwayezu2804 2 жыл бұрын
Na Nsanzabera arahimba nako "ARATECHNIKA"
@alexisnimubona3801
@alexisnimubona3801 2 жыл бұрын
Mwoshobora kutubwira Izina ry,umwami w,iburundi yaguye I rwanda?
@musoniandre8934
@musoniandre8934 2 ай бұрын
Witubeshya.nibabikore kugirangowinjize
@Kkom22
@Kkom22 8 ай бұрын
Kandi Kagame ejobundi yaravuze ngo azarwana na Congo yiyahura
@bizumuremyifelix3748
@bizumuremyifelix3748 8 ай бұрын
Nta ngufu u bmBurundi bwigeze burusha u Rwanda. Ikimenyimenyi umwami wanyu yaje mu Twicarabami twa Nyaruteja mu mimaro (convention) yo gushaka amahoro. Uzabaze i Kirundo mu Migina ya Gihana na Nyamihana. Icyo gihe rwarahambikaniye umugaba w'igitero Gihana atahana iminyago y'abantu. Ubu ni Abanyarwanda nk'abandi. Wasomye amateka ya Bwiza bwa Mashira. Bwiza bwa Mashira yarenze ku isezerano ry'uko yari kurongorwa na Gahindiro bitewe n'ababyeyi be arongorwa n'umwami w'u Burundi, Bwiza yagaruwe mu Rwanda ku ngufu n'amayeri akomeye kdi abarinzi urugo rw'umwami bari aho........ Ibi byose n'ibindi ubikoreye ubushakashatsi. Cyakora nyine igihe cya gikoroni twayoborerwaga i Bujumbura ariko ku kijyanye n'urugamba u Burundi ntibwigeze buhiga u Rwanda kdi no kuba mufite superficie iruta iyacu ni byo ariko ntaho bihuriye no kugira imbaraga z'urugamba.
@FaustinNTAZINDA
@FaustinNTAZINDA 2 ай бұрын
Uzatubwire amateka ya banyakarama
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Uri umusazi wa gahungu we. Ngo iki?
@BernardSindayihebura
@BernardSindayihebura 2 ай бұрын
Kandi ubwami bw' Urwanda bufise uburambe kurusha ubw' uburundi kuko ntivyavukiye rimwe. Gutyo amateka s' amwe.
@DavideNiyonzima-dv3id
@DavideNiyonzima-dv3id Ай бұрын
None barikwica ntamwami wumunyarwansa kandi yaratinya kuvahzri ngo yinjire muburundi?
@celestinntirampeba6349
@celestinntirampeba6349 2 жыл бұрын
Abarundi barwanye n'abadage sinzi nezako urwanda rwarwanye nabadage
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 Жыл бұрын
Byahe se byokajya ko abanyarwanda bari barwaye intinyi.
@nahimanaremi8449
@nahimanaremi8449 2 жыл бұрын
Mbega kubura shinge na rugero bisigura iki?
@theonestemunyarugerero8968
@theonestemunyarugerero8968 2 жыл бұрын
Very good hari igitabo mperutse gusoma .Abatutsi bakomoka he?Mu kihe gihugu?
@lyricswordofgod90777
@lyricswordofgod90777 2 жыл бұрын
Umwami wo mu burundi tapfiriye mü ntambara minde? Ubwo n ibububeshi
@nduwimanalaurent5259
@nduwimanalaurent5259 Ай бұрын
Uri umubeshi, uvuga ivyo utazi. Mbe ijambo Kirundo rya vuye kuki? Canke umugani ngo: urakabura shinge na rugero wo wavuye kuki?
@rosegashirahamwe5119
@rosegashirahamwe5119 2 жыл бұрын
Kwiyemera gusa!!urabaza Ntare Rugamba Ayo yakoreye urwanda!!mukwagura uburundi,igice kinini yakinyaze urwanda.urabaza.
@NanaNadine-o5d
@NanaNadine-o5d Жыл бұрын
Tusigurire ubwoko bwa bahanza??
@guevacarlosngabe2483
@guevacarlosngabe2483 Жыл бұрын
Nibaza ko nsanzabera yibesha kuko kuba urwanda arigwo ruto nuko twarumaze turugabura
@martialrubibi4539
@martialrubibi4539 Жыл бұрын
Nsanzuwera atubwire uko byagenze ahagana mu 1700 n'iyindi myaka, ubwo ingabo z'u Rwanda ziciwe ahitwa ku Muharuro, hava kwitwa mu Kirundo ( n'ubu ni ko hitwa),.ikirundo cy'Abanyarwanda. No ku Munzenzi w'Icyorezo muri Province ya Kirundo, na ho bashiriye Abanyarwanda benshi bateye u Burundi. Ikindi, mu mateka batubwira ko agace la Nyaruguru kigezwe gufatwa n'Abandi bakamarana imyaka 11! Ibyo Nsanzuwera arabihakana? Abanyekongo bateye u Rwanda bica Ndahiro bamara mu Rwanda imyaka 11.Nyuma Ruganzu n'Umuhunda, utari Umunyiginya nk'uko ubwiru bwabibeshye kugira ngo bemere ko Ruganzu yari mwene Ndahiro wari waragiye kubundira i Karagwe kwa Nyirasenge Nyabunyana muka Ndagara umwami w'i Karagwe!
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Igufa riri ku kuguri ryitwa gute? Unurundi Umunyarwanda aryita gute? Umurundi. Ako guhungu ivyo gahoha ni ibiki?
@EmmanuelNiyibeshaho-b5k
@EmmanuelNiyibeshaho-b5k 8 ай бұрын
Twishimira ibiganirobyanyu .muzatubwire nokubami bumushumi
@ElogeNdayishemeza-cy3ml
@ElogeNdayishemeza-cy3ml 3 ай бұрын
Ndakuramutsa bwana NSANZABERA, watubwira ivyerekeye MITIMIGAMBA, wavuye i Burundi akinjira ikirimba c'umwami w'irwanda , mu ntambara yakurikiye hagati y ingabo z'iburundi n'urwanda bikaba vyarangiye batwaye umwamikazi w'irwanda ? Wobidusigurira?
@nsavyinganji
@nsavyinganji Жыл бұрын
Mu rya Gihana hariho ni muri komune Bugabira. Hakuno komune Ngenda. Tohoza neza ivyahabereye
@vivantianebinagwaho7409
@vivantianebinagwaho7409 7 ай бұрын
Yemwe muri 1962 ntanigisirikare Uburundi bwari bufite.Hari force Congolaise.Kugera 1965 igisirikare carimwo abahutu!!! abatutsi binjiyemwo kubwinshi muri 1972
@gilbertnkurunziza9643
@gilbertnkurunziza9643 2 жыл бұрын
Ntagih nakimw urwanda ruzigera rutsinda UBURUNDI wew beshera hiyo NDAZIKO MWIYEMERA NA KAGAME WANYU ATACO MUMAZ
@yromy6665
@yromy6665 2 жыл бұрын
Wa muhutu we
@claudinebigirimana5408
@claudinebigirimana5408 2 жыл бұрын
Amahe bisobanura : troupe URwanda bisobanura iki ?
@namirembedenise3393
@namirembedenise3393 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂ngontituvugadaaa😂😂😂
@aristidearakaza6723
@aristidearakaza6723 2 жыл бұрын
Namw muze muragira ibintu biri professionnels kugira naba intellectuelles baze bararaba ibiganiro vyanyu
@jeannzeyimana4688
@jeannzeyimana4688 2 жыл бұрын
Amahoro, mugenzi ,imbibe mufise mwazihawe nande. Ko Tuzi ibigabiro vy' Abami bi Burundi biri ngaho iwanyu. Uravye i gice Bugufi n'a Bushubi colonisation nyaze Uburundi . Kuri Ntare Rugamba urabona ingene bwangane? Urabaza ico bita Shinge n'a Rugero. Merci.
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 2 жыл бұрын
None se urwanda rugana gute? Ko rungana urwara! Hanyuma ivyo uvuga ngo ibihugu ntivyabaho haba ubwami!!!
@gaelmarieofficial4817
@gaelmarieofficial4817 2 жыл бұрын
Je nize ubuvanganzo nyarwanda nubwo ndi umurundi so uyu mugabo ndashaka débat yiwe ndamusobanurire mvyinshi ndumva hariho ivyo atazi neza.
@Berchiche14
@Berchiche14 Жыл бұрын
Dore na comment yawe baranze kugusubiza kubera wahava umunyomoza agaseba imbere y'abantu ku mugaragaro izuba riva.
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 3 ай бұрын
Vyamye ari üibihugu bibiri bizoguma gutyo
@Muber275
@Muber275 2 ай бұрын
​@@genevievemuhakwanke5926Kuba igihugu kimwe ntaco vyontwara kuko nubundi tuvuga ururimi rumwe tugasangira nimico mais kutubwira amateka yuzuyemwo ibinyoma nivyo ntemera
@nsavyinganji
@nsavyinganji Жыл бұрын
Mu Ryagihana urahazi?ni muri komine ya Bugabira aho Gihana yaguye aje gutera Ubugesera bw'Uburundi
@aristidesindayigaya8893
@aristidesindayigaya8893 Жыл бұрын
Ariko naho banze kuba igihugu kimwe,abatuye bino bihugu byombi ni bamwe kuko imiryango myshi usanga murwanda niyo usanga muburundi,kuko imbere y,umuzo w,abazungu abari batuye ibi bihugu bajagajaga uturere tugize ibi bihugu atankomyi.
@mfuranzimafred8904
@mfuranzimafred8904 2 жыл бұрын
Nsanzabera ni inzu y'ibitabo igenda.
@daveniyo5096
@daveniyo5096 2 жыл бұрын
Uyo mugabo mwatumiye ivyo avuga vyokwemera uwutaciye kuntebe y’ishure ivyavuga nivyo yumvise mw’irigara 🤣🤣🤣🤣
@ElogeNdayishemeza-cy3ml
@ElogeNdayishemeza-cy3ml 3 ай бұрын
Ariko barundi nabo Bari bakomeye muri renseignement,
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 2 жыл бұрын
Dr rusa niw yize apan ww kbx kuk ntavyuzi ugira emotion nkuwutnya kagame
@ClaverHakizimana-v8p
@ClaverHakizimana-v8p 8 ай бұрын
Rekasha kubesha ko twabatwaye Kirundo
@BoscoNiyonkuru-ou6tr
@BoscoNiyonkuru-ou6tr 8 ай бұрын
Nagira naba colonie bakase imipaka kumbe nabarundi bayikase burya murakaze
@OnesimeYANKUNDIYE
@OnesimeYANKUNDIYE Жыл бұрын
NSanzabera ku Rwanda rutaterwa rwatera,rwatey bande,kwisi rugira kangahe mubwaguke kobarwana bagura?mb ntahuza urwanda uwabaronderey ubwigenge ninde?
@kafu6168
@kafu6168 2 жыл бұрын
Abarundi turabanyahoro
@samsonbucyanaingenere9913
@samsonbucyanaingenere9913 Жыл бұрын
Rwose kuva kera Urwanda rwari rwubatse rudadiye rufite rufite ubutegetsi buhamyeee🇷🇼🇷🇼
@BLCKJSS-k7n
@BLCKJSS-k7n 7 ай бұрын
Benshi mu ma commentaire basubira kur KIRUNDO . Hitswe kirundo kuk hapfuye benshi mu banya rwand aho wacha wasang irundo ry ibiziga vy abanyarwanda
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Ako gahungu,
@nzitandung
@nzitandung 2 ай бұрын
Abanyarwanda n'abarundi dukwiye kureba kure tukamenya ko gushyira hamwe aribyo biteza imbere ibihugu. Tubanze dukomeze ubumwe mu bihugu byacu nyuma duhuze nk'uko twabitangiye duciye muri EAC kuberako nanone dufite ubuvandimwe n'abaturanyi bacu bose
@LadislasIrakoze
@LadislasIrakoze 6 ай бұрын
Mbe ndakwibarize mugabo urishuka ariko shimisha uwagutumye ivyuvuga ntavyuzi ngaho ivyabanjirije namateka twunva 23:09 mumateka ese ubu uritwenga kurugwamo 😅
@DerrickTuyishime-mc3bn
@DerrickTuyishime-mc3bn 8 ай бұрын
😂😂😂Uzobeshe abandi apana uburundi 😂😂😂
@EnerstKiyola
@EnerstKiyola 8 ай бұрын
Kandi kamere yumunyagwanda nukubogama
@nkeza68
@nkeza68 Жыл бұрын
Uyu mugabo avuga ivyo atazi!!! Mubaze Kirundo ico bivuga!! Hahaaaaaaa!!! Uyu n’umutabani!!
"INKOMOKO y'Ubuhutu, Ubutwa n'Ubututsi" Umusizi NSANZABERA
58:01
Intsinzi TV
Рет қаралды 23 М.
The Ultimate Sausage Prank! Watch Their Reactions 😂🌭 #Unexpected
00:17
La La Life Shorts
Рет қаралды 6 МЛН
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 53 МЛН
Real Man relocate to Remote Controlled Car 👨🏻➡️🚙🕹️ #builderc
00:24
KIRIMA I RUGWE waremye Ubuhutu, Ubutwa n'Ubututsi ni muntu ki?
42:22
X- SPACE : IBIBERA MU RWANDA BIRENZE RUSWA AHUBWO NI STATE CAPTURE
1:00:02
ITAHUKA IJWI RY' IHURIRO NYARWANDA
Рет қаралды 3,6 М.
The Ultimate Sausage Prank! Watch Their Reactions 😂🌭 #Unexpected
00:17
La La Life Shorts
Рет қаралды 6 МЛН