KUMBE bari m'Urukundo🙊😍/UMUKOBWA yampevye agiye kugira MARIAGE😢/ansavye kuzana UMUGORE wa2 nokwemera

  Рет қаралды 12,894

African TV

African TV

Күн бұрын

Пікірлер: 68
@AfricanTV-s6h
@AfricanTV-s6h 22 күн бұрын
Save the Date 🔥🔥 kzbin.info/www/bejne/oKa6qmaJmLeljcksi=pa3gvTCHoHV6zrEN
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 22 күн бұрын
Ababonyeko Nella n'a Chris umuceri Bari bawumaze bawuhekenya😂😂😂😂mumpe like🎉😂
@KhanKhan-h4t
@KhanKhan-h4t 22 күн бұрын
😍🤣
@AnnickNiyukuri
@AnnickNiyukuri 20 күн бұрын
😂😂😂
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 22 күн бұрын
Ibintu bitatu vyubak urugo. Icambere nurukundo icakabiri kwihangana icagatatu kwubaha uwomubana ukamuhagaciro ❤❤❤
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 12 күн бұрын
Ornella emera KO ukina neza.Kandi Chris muraberanye kweli.❤❤❤
@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y 11 күн бұрын
Izzo navyara agakobwa gafise mukanwa nkahiwe kazoba arikeza azoce akampa kambere agakazana kabisa afise mukanwa heza harenze niyo qualité ndamubonyeko🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@B-Y-N
@B-Y-N 22 күн бұрын
Mwoberana pe ariko mubicishije mumuco mwiza 🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️
@i-yvette
@i-yvette 21 күн бұрын
😂😂😂😂😂uwomuceri barawumara bawuhenya basha😂😂😂😂😂
@KezakimanaFausta
@KezakimanaFausta 20 күн бұрын
Nibarek kutumarir uw mucer nay ibind big up izzo n nella
@maryam1988-xm7pf
@maryam1988-xm7pf 21 күн бұрын
Baraberanye nobaduhe umuceri twirire
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 21 күн бұрын
Couple yanjeu😂 IzzOrny couple ❤ 🔥💯🇧🇮🥰🙌 mwarakoze kutubesh😂nubu j ndababay mukibanza canyu😂
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 21 күн бұрын
Iyo couple igezweho kbsa❤❤❤❤
@GatabaziFrancine
@GatabaziFrancine 21 күн бұрын
big up uyomu type avuze nezaaaaa
@AkimanaVanessa-ry8ni
@AkimanaVanessa-ry8ni 22 күн бұрын
Ornella nukur ndagukunda caaane numv nshak kukubona kbxa twisangirire utuyeri😂😂❤uri ikibajou vrt
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq 21 күн бұрын
Chris oyaha kwel gusa urumunyamabanga rek kutubesh 9ans na alvella watubwiy uko duciy tubona kubesha😂😂😂gus muraberany na ornella
@MarcelineUwizeyimana
@MarcelineUwizeyimana 21 күн бұрын
Nella na Chris ndabakunda cyane❤❤❤❤ muri frim cyakora nubwambere mbonye Chris aseka pe na Nella nimwiza cyane gusa Yaba umugure uha umugabowe keya pe biramusa pe ndabakunda cyane❤❤❤❤
@TUYISHIMEErnest-m3i
@TUYISHIMEErnest-m3i 22 күн бұрын
Ndabakundaa GS murabe nzaa harimwoo akantuu❤❤❤❤❤🎉
@francinekwizera6557
@francinekwizera6557 21 күн бұрын
Chris muraberanye ntawari kuvyanka
@Thinktwice257
@Thinktwice257 6 күн бұрын
So cute
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 18 күн бұрын
Ornella uyomucer banzuwutek😂😂😂😂😂😂
@eida4124
@eida4124 21 күн бұрын
Urugo rukomezwa nurukundo ikindi guhana ikiganiro ikindi kwizerana ivyobibuze murugo rurasambuka
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq 21 күн бұрын
Ufise kuburyo nacum urabarongora😂 Murugo kwihangana nogutahurana bivyara byose murugo Gus Chris ngir afis umutim mwiza 😂na Nella baguma itwengere Hama abahung nibo bahemuka cyane ubuho haje ba shuga mmy bifitiy inoti ohooo
@jacquelineniyosaba
@jacquelineniyosaba 20 күн бұрын
Nukuri Chris uvuze ukuri abhungu barakunda guhemuka nubwo nabakobwa biba ariko arik keshi nabahungu
@EricNshimirimana-x9o
@EricNshimirimana-x9o 22 күн бұрын
Asha baraberany
@belysebimenyimana7700
@belysebimenyimana7700 22 күн бұрын
Wibagiy gusenga Ornella
@محمدمقبل-ق6ط
@محمدمقبل-ق6ط 22 күн бұрын
Sha ndabakunda MWe n'a Ornella ❤❤❤
@AimédonelIshimwe
@AimédonelIshimwe 22 күн бұрын
kbx ndakunda nella na izzo chris ash ntubeshe umenga barikangue😂😂😂😂
@oliviauwamahoro
@oliviauwamahoro 19 сағат бұрын
ndabakunda cane ndi mugwanda
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 22 күн бұрын
Ngobaravyutse non bokwivyukira harico 😂😂😂😂 bose barakuze haruriyoya rurimo
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 22 күн бұрын
African TV ❤❤ hejuru cane 💯🎉💯
@Médiatricenizigiyimana-e7l
@Médiatricenizigiyimana-e7l 20 күн бұрын
Urukundo,kwihangana, imbabazi
@nizeyeFaswilati
@nizeyeFaswilati 21 күн бұрын
ww wabonye imipila j narabonye bambay isah zisa Kandi abantu babiri Bambara ibisa ni umugabo numugore
@Emily-k98
@Emily-k98 21 күн бұрын
Chris weee wabaye Emily ngaha mpore bro😂😂😂😂
@NadineUwimana-t7b
@NadineUwimana-t7b 22 күн бұрын
Baraberany ariko❤❤😂
@asetv
@asetv 21 күн бұрын
Courage cane
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 22 күн бұрын
Gusa babanye vyoba vyiza bagakora film babana nahonyene vyoba bitesa ❤❤❤
@EricNduwayezu-q7g
@EricNduwayezu-q7g 21 күн бұрын
Abobarimurukundokwl
@AimédonelIshimwe
@AimédonelIshimwe 22 күн бұрын
chris nimubikore mwibanire ndabibasavy😂😂😂 murantesa muranaberanye
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 21 күн бұрын
Turamumuhaye😂😂😂
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 18 күн бұрын
Kris ivyobibah umukobwawizey yukomuzobana ntumusabint
@IbraOman-s1n
@IbraOman-s1n 22 күн бұрын
Kwihangana imbabazi urukundo
@fredericnkurikiye
@fredericnkurikiye 21 күн бұрын
Nella avuzukuri kubera umugabo wiwe wambere ari mutomuto
@christella1725
@christella1725 21 күн бұрын
Vya kweri?
@EvelyneNsabimana-p6b
@EvelyneNsabimana-p6b 22 күн бұрын
Courage
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 21 күн бұрын
Uwo wa 9ans iyataguheb sha diaspora w arabie ntub waramumeny yarakoze kugenda sha😂 ubu tugufis uk urumukw w saudia❤😂 👌 gus ivyuvug ng urukundo ruraza rukagend situvyegerej umutim natw siruzogend sh😂😊
@AnnickNiyukuri
@AnnickNiyukuri 20 күн бұрын
Nn uyo mukobwa yahora saudia?
@Clara-m7h
@Clara-m7h 20 күн бұрын
Uwo diaspora wa saudia uvuga nuwahe😂😂😂😂😂😂
@زياد-ذ5ف5ه
@زياد-ذ5ف5ه 18 күн бұрын
Abo bantu tugende bukebuke 😂😂😂
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 22 күн бұрын
Twamuguhaye
@assoumptairampaye
@assoumptairampaye 21 күн бұрын
Umucerii baribawumazee😃🤦🤦🤦udatetse🙆
@MediatriceManirakiza
@MediatriceManirakiza 21 күн бұрын
Teka nera uwomucere uzimane abashitsi😂😂😂
@AlineIrishura
@AlineIrishura 21 күн бұрын
Kimw nuk mutubesh kbx
@ZawadZaoadi-po1us
@ZawadZaoadi-po1us 21 күн бұрын
Mutakunda ama skendo😂😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 22 күн бұрын
Yoooo nubwishim 🤭🤭 yoooo yoooo 🤭😂 hhhhhhh
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 22 күн бұрын
Mwaberana
@ArleneKwizera
@ArleneKwizera 22 күн бұрын
Abo nyene barakundana hasigaye igihe gusa
@AnnickNiyukuri
@AnnickNiyukuri 20 күн бұрын
Nubundi kbisa
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 20 күн бұрын
Ego baravyutse
@ديانابروندي
@ديانابروندي 22 күн бұрын
😂😂😂😂Ngo baravyutse🎉🎉
@AmallyIfrahil
@AmallyIfrahil 22 күн бұрын
@fredericnkurikiye
@fredericnkurikiye 21 күн бұрын
Gusa nimurabe mubikure munzira
@MediatriceManirakiza
@MediatriceManirakiza 21 күн бұрын
Reka nera uwomuceri ushaka usigare urawisangiza kandi uzi mumico yabarudikazi aeukwakira abashitsl
@NadiaIribuka
@NadiaIribuka 22 күн бұрын
❤❤❤❤❤
@AlphonsineNishirwehejuru
@AlphonsineNishirwehejuru 22 күн бұрын
Ego kwl turabibona
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 22 күн бұрын
😂😂😂😂 hhhhhhh 🤭🤭
@FgfRt-t6j
@FgfRt-t6j 21 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
The Ultimate Sausage Prank! Watch Their Reactions 😂🌭 #Unexpected
00:17
La La Life Shorts
Рет қаралды 5 МЛН
UMWANYAFULL MOVIE
1:14:01
Bella Official
Рет қаралды 13 М.
Zvakandibuditsa mumarriage - Part One
40:33
Chaplain Phiri Official
Рет қаралды 6 М.