Martha 2.. Film[Part 2] Haaa..iyo bakubwiye urudubi...nimwene ibi🙅🙅😥

  Рет қаралды 59,289

B.A.A MEDIA

B.A.A MEDIA

Күн бұрын

Ukaba wakunze ibikorwa vyacu,ntugende udakoze SUBSCRIBE_COMMENT_SHARE

Пікірлер: 465
@egilalight1624
@egilalight1624 2 жыл бұрын
Abari murukundo n Martha mundundek am like🤗💖💖💖
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Nukur iramara👍👍
@egilalight1624
@egilalight1624 2 жыл бұрын
@@mamacheiilla72 apan bisanzwe ahubw nibanyarukan iyikurikira
@angeirakoze2674
@angeirakoze2674 2 жыл бұрын
abari muyindirany igishika mumpe like🥰😘😘
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Abari murukundo na Martha tumenyan👌👌👌
@OmanOman-cg1qd
@OmanOman-cg1qd Жыл бұрын
waaaaawoooooo libart ndagukunda kanini courage cane ibijuju vyabagabo nka alegixi.mubikorereko
@belinenduwimana2309
@belinenduwimana2309 2 жыл бұрын
Wawuuu twari tuyirindiranye igishika série Martha team mwese mwubahwe kandi mubeho mutababaye muruwu mwaka tugire twinjiremwo wa 2023🇧🇮🇧🇮💪💪💓💓
@loulumony8519
@loulumony8519 2 жыл бұрын
Courage San abarundi musigay muzigukina filme kweli turarindirie iyikurikira💪💪🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮
@chamimmanirakiza9072
@chamimmanirakiza9072 2 жыл бұрын
Courage Fanny,Libert, Martha n team yos mwubahw
@iradukundaroselyne4905
@iradukundaroselyne4905 2 жыл бұрын
Libert&Fanny na team mukorana zose, respect. Nkunda ukuntu mukina film ziri sérieux. Mur qualifiés vrt.
@wizeyimanabey
@wizeyimanabey Жыл бұрын
🤎💜💜💜😢😢😢😢😢😢😢
@سنتياالشهري
@سنتياالشهري 2 жыл бұрын
Mana ibintu vyakaze Mbega Martha uwomutima wigira abantu bake courage sana
@jacquelineniyonkuru3306
@jacquelineniyonkuru3306 2 жыл бұрын
Mamama kombona bitagiye koroha 🔥🔥🔥🔥 ariko muze mutunyarukiriza muradutebereza namwe ntibagiye kubabwirako ndabakunda🥰🥰🥰
@niyorukundoemelyne6418
@niyorukundoemelyne6418 2 жыл бұрын
Abakunzi ba Martha muze dukore akazi j nahashtse tata chch courage pee
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 2 жыл бұрын
Marta ndakwemeye caneee uri intwarikazi kabisa abari murukundo nuko bitugendera job Big UP sana
@nyirandamyimanasophia999
@nyirandamyimanasophia999 Жыл бұрын
Jyenda libart unkoreye akazi kwwri ubundi wowe nkwemera cyne hamwe na lavine flm mutarimwo sishobora kuyireba kuko munkorera umuti kweri ndabakunda cyane esubu nababona nte koko gusa ndabakunda cyane frm rwanda
@myriam5411
@myriam5411 2 жыл бұрын
Yayaaaa hagiyegushape courage ndabakunda cane 💕💕💕🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@naomiehakizimana5000
@naomiehakizimana5000 2 жыл бұрын
Waooooo job et docteur mubikoze bien kuk abantu nkaba tambwe bakwiye gupfa Martha naw lavine courage duhe ikindi
@danickemerusenge5909
@danickemerusenge5909 2 жыл бұрын
Courage courage murashoboye mutunyarukirize ibikurikira
@الينابروندي-ج8ث
@الينابروندي-ج8ث 2 жыл бұрын
Alexis Hejuru can 🙌🙌👊👊 Urakina nez 🤸🤸🤸🤸🤸 Kiswahili 🤗🤗🤗
@ntirandekurajbosco8862
@ntirandekurajbosco8862 2 жыл бұрын
Ikosa mutokora n'uko mutoyihez'ubu. Abemeranya nanje mundemere twatuntu hama dutwik twimanukira😅😅😅
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 2 жыл бұрын
Wew.turikumw Kbx bazorabe baregere ntizohere vub🥰🥰😍😍
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 2 жыл бұрын
Waooo nawapend san jamani ✌️🥰🥰🥰🥰
@kanezasoso5878
@kanezasoso5878 2 жыл бұрын
Libert Aranyishe ukokuntu arikwareraguza araban na Lavine 😂😂😂❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤️ Ndabakunda mweseee Team🌹🌹🌹❤️🥰🥰🥰🥰 Martha Love you More 🥰🥰🥰🥰 Forever 💋
@alicebayisingize7607
@alicebayisingize7607 2 жыл бұрын
Kumbe naw wabinonye
@raissanshimirimana7654
@raissanshimirimana7654 2 жыл бұрын
Waoooooh mbay number one 💃💃🙋‍♂️🇧🇮
@bellirakoze4278
@bellirakoze4278 2 жыл бұрын
Yoooh bitey ubwob kwl, gus nyn félicitations ndumva mfis amatsik yukubon part 3
@iteritekayvette-si3sy
@iteritekayvette-si3sy Жыл бұрын
Ndabakunda cane gose 🥰🥰🥰 mwese murampombara gose 🥰
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 2 жыл бұрын
Iyi films iraryoshe cneeee muratwika eka nurudubi kwel nimuduhe akandi gace bantu bimana muzoba mukoze love you team Martha ♥ ❤ 👌
@nsanzamahorodominique9724
@nsanzamahorodominique9724 2 жыл бұрын
Ndagapfusha rukara mbakunda kanini🤣🤣🤣❤❤❤
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Waoooo twarituyirindirany igishik cinsh mwubahwe mubirimw nezaaa caneee❤❤❤ 👍👍👍
@irakevine338
@irakevine338 2 жыл бұрын
Iy yo ndabon ij Imara kbs sha nkunz Muco,Libert,Martha et Lavine mubirimwo neza vrt ♥️♥️ ni 🔥🔥🔥
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 2 жыл бұрын
Ewe Muco wanje ndagukunda uraberewe nubuganga🥰🥰🥰🥰🥰
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 Жыл бұрын
Iyoooo narinziko Fanny agiye gupfa courrage ❤❤❤❤🎉🎉🎉
@ericayvette
@ericayvette 2 жыл бұрын
Sha Film irimwo Libert na Fanny ndayikunda trop trop Umwam abongererez ubumenyi nukubandany mutunezereza
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Kbs courage mwubahwe film nziza cane irimwo impanuro zikomeye libert fanny muco nabomurikumwe vyukuri mwayiteguyeneza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅👌🙏
@sonianiyonkuru1901
@sonianiyonkuru1901 2 жыл бұрын
Waaaooo courage vmt irigish vmt
@nibarutajosette83
@nibarutajosette83 2 жыл бұрын
Mbega vyiza!!murik mubikora neza cane!courage neza ibikogwa bibashe kwivugira Hama Martha uri umuvyeyi wumutima
@berniceirambona3486
@berniceirambona3486 2 жыл бұрын
Martha weeeeeee courage vrt lavine na libert ivyanyu sinkivugaaa kure cane hashoboka niho mbifurije gushikaa 😘
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 2 жыл бұрын
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Hagiye gushaaaa ndakurahiye
@violaniyimbeshaho5621
@violaniyimbeshaho5621 2 жыл бұрын
Ndabakunda caneee mukomerezeho murashoboye
@usanasegenereuse3580
@usanasegenereuse3580 2 жыл бұрын
Ahwiiii!!!! Nari ngiye ngo doctor yemeye guhemuka! Ndaryohewe mushyireho Indi party👏👏👏👏👏
@zaujiyabugegene6389
@zaujiyabugegene6389 2 жыл бұрын
Bashaaaa dukomeza kwigumira mu munyenga winyigisho bashaaaa,mw mubirimwo neza,gusa rero umwana n, umwana knd atangwa n,Imana,Muco sasa ngo ni Dr, respect beza banje
@dorineniyorugira3333
@dorineniyorugira3333 2 жыл бұрын
Kwl shaaa mwubahwe kbs harasha ndababariye akand vuba cane bakunzi bacu
@fanfan9656
@fanfan9656 2 жыл бұрын
Wauuuuu merci mutwongere ikindi gice cihuta ndaryohewe mwubahwe muco umunyamuyinga wiwacu wubahwe
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 2 жыл бұрын
Hongera sana ndugu zangu.kweli
@florenceirakoze536
@florenceirakoze536 2 жыл бұрын
Imana ihora ihoze kwl, Alexis mumushir mugasho
@joselyneniyikigongwe276
@joselyneniyikigongwe276 2 жыл бұрын
Film nziza cyane vraiment mwubahwe
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 2 жыл бұрын
Nubwo nacerew ndabakunda courage kandi 🥰🥰🥰
@kandolojailosi9079
@kandolojailosi9079 11 ай бұрын
waaooh Lavine mbandanya ndagukeza kuri movie nziza, urakora kabisa ntawarengana atagukeje. terimbere.
@samuelndagijimana4330
@samuelndagijimana4330 2 жыл бұрын
Toujours libert ndagukunda ukina neza cane
@ingabirearlene5709
@ingabirearlene5709 2 жыл бұрын
Wooow!iraryoshe caneeeee.muzogere kure bantu mwe!
@dianeiradukunda5619
@dianeiradukunda5619 2 жыл бұрын
Ndabakund cane uko mukin vrmt murarenze sibang pe eeee Fanny ; Libert & Alexis mwubahw cane murakin nezaa eka team yose
@joselyneniyikigongwe276
@joselyneniyikigongwe276 2 жыл бұрын
Ribet ndagukunda caaaane nukuri wama useruka mubibazo
@alphoncinendayikengurukiye5883
@alphoncinendayikengurukiye5883 2 жыл бұрын
Waoooo vyiza can murajin neza iyiyo ijee arumurir vrm
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 2 жыл бұрын
Wow wow!Job you did a good job vrma ndabemeye na docteur Muco mukoze ikint kizima👍👍coup de chapeau vrema😅😅Marha congrats ukina neza knd war wambay neza vrma muriy serie eka war madame boss nyen😅😅mwubahwe can kuk murashoboye mwese ndabakunda🥰🥰
@odettetine5616
@odettetine5616 2 жыл бұрын
Twavuze umupfakazi iyiyo rero irarenze🔥🔥🔥 courage mubikora neza ndabakunda pe
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Merci beaucoup ndaryohew harimw inyigisho,muzane dukomeze kwiga
@NdayishimiyeMicheline-ml8tw
@NdayishimiyeMicheline-ml8tw Жыл бұрын
Libert vrmt♥️♥️ndabakunda mwena Fanny mukina neza cane courageeeeeeeee🥰🥰🥰
@erickmufugizi5508
@erickmufugizi5508 2 жыл бұрын
Waaaaaoooo ndagukunze muco urakoze cane kudakoribaraa
@ntirampebaange
@ntirampebaange 2 жыл бұрын
3FA hejuru vrt💪🏿💪🏿 Fanny-Libert-Muco na Gogo aje atavyorosha mwubahwe kbx😍😍
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 2 жыл бұрын
Martha hejuru cane ndabakunda cane yooo Muco na Ribert ukoze ikintu ciza cane ❤❤❤yoo fanny yarapfuye kwer team mwese mwubahwe👍🏻🇸🇦🔥🔥
@babywanje4784
@babywanje4784 2 жыл бұрын
Courage beza bacu mubikora nez Imana igum ibazigama impand zose
@odrickbanda
@odrickbanda 2 жыл бұрын
Mrs tambwe bigap Sana nakumis Sana kbx congratulation
@sandrine5916
@sandrine5916 2 жыл бұрын
Waoooo 💃💃💃💃💃 mubikora neza cane mukomer
@nishimwealine1535
@nishimwealine1535 2 жыл бұрын
Waaauuu ndabakund cn mwubahw fanny na libert na team yos 😍😍
@ndihokubwayomelance3163
@ndihokubwayomelance3163 2 жыл бұрын
Courage kbs ,zana ikindi gice
@dolianneyankunze323
@dolianneyankunze323 2 жыл бұрын
Ndabakunda mubirimwoneza gusamuradutevya zamutunyarukiriza
@NinaNina-le6qb
@NinaNina-le6qb 2 жыл бұрын
So congratulations mwabikoze neza beza banje 💓💋
@jimmycn7078
@jimmycn7078 2 жыл бұрын
Top
@inesfifi-dl3vn
@inesfifi-dl3vn Жыл бұрын
Mwubahwe ndabakunda caaaanneeee !!!
@inshutidanieldennis6207
@inshutidanieldennis6207 2 жыл бұрын
Mr. Job and Doctor More thanks for Appearing the case and try to handle. vraiment vous tes bons acteurs, uncoup de chapon quand meme. Martha and Lavine iyi film mutuma irushaho kuryoha kbsa. courage and try to proceed next episod if continous. From RDA
@sbdhdsvdhgd2886
@sbdhdsvdhgd2886 2 жыл бұрын
Libert hejuru cne urazi gukina pe bakureke uri umuntu muzima fanny courage ndage munyigishe gukina pe
@odettenduwimana6466
@odettenduwimana6466 2 жыл бұрын
Imana igume ibazamura muzamuke hejuru cane bakunzi gusa muze murayinyarutsa muratunyoteza ndabakunda sanaaaaaa
@adiosntwaru1773
@adiosntwaru1773 2 жыл бұрын
Waooohhhh murakina neza cane knd murigisha imitima yabeshi.gusa ico tubasavye nikimwe muze muranyarutsa ama ama episode
@jeannetteuwimana7945
@jeannetteuwimana7945 2 жыл бұрын
Fanny na Libert na martha respect ariko mwarimwatebeje kuduha martha 2 na libert yaradutembereje nsoro saison 3
@abayisengafabi1788
@abayisengafabi1788 2 жыл бұрын
Ndi murukundo na Martha vrm❤❤❤
@habibi5688
@habibi5688 2 жыл бұрын
My favorite movie MARTHA🥰🥰🥰yarikumbuwe cane gose 🙏🙏
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 2 жыл бұрын
Waaaoo courage muriko mubikora neza cn ♥️♥️♥️♥️♥️ mwubahwe ariko mutunyarukiriz part 3
@fleene1653
@fleene1653 2 жыл бұрын
Nari ndayinyotewe gose hma courage beza nkunda
@francikwizera5974
@francikwizera5974 2 жыл бұрын
Ndakunda uyu mugwi urakina umuntu akaryoherwa akaniga,courage libert et lavine
@rrrxomam740
@rrrxomam740 2 жыл бұрын
Qa Waooo vyiza cnn🥰🥰🥰🥰
@irankundadevotte600
@irankundadevotte600 2 жыл бұрын
Courage ingero yicaha nurupfu
@odetteniyokwizera3761
@odetteniyokwizera3761 2 жыл бұрын
Waaaooo Docta muco umubanyi aussi courage
@nkurunzizafrancine724
@nkurunzizafrancine724 2 жыл бұрын
Twari tuyirindiye kweli courage bakundwa banje
@omarelhabibi4071
@omarelhabibi4071 2 жыл бұрын
Kabisa movie nzuri sana😍😍😍
@chamimmanirakiza9072
@chamimmanirakiza9072 2 жыл бұрын
Hewe Kari umuriro 🔥🔥🔥🔥🔥nukur munyaruts Part3
@smdr23
@smdr23 2 жыл бұрын
Waouh Vrt muriko mubikora neza'. Courage
@vanessanizigiyimana9422
@vanessanizigiyimana9422 2 жыл бұрын
Wauuhh ndbn bitagiy kworoha✌️💕💕💕💕💕
@rossikirossiki6518
@rossikirossiki6518 2 жыл бұрын
Nukuri mubirimwo neza kabisa nahonatevye kuiraba ntaco iyi filmé irimwo inyigisho kabisa
@lakeniaakayesu1566
@lakeniaakayesu1566 2 жыл бұрын
Job wubahwe!!Martha big up
@samuelirakoze6830
@samuelirakoze6830 2 жыл бұрын
Murashoboye le👍
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 2 жыл бұрын
Duhe part3🙆🙆🙆
@yvetteiradukunda425
@yvetteiradukunda425 2 жыл бұрын
Bravooo vrt Martha hejur Ribert ukoze umuti lavine nawe wakoze umuti mwihwe
@prosperndayishimiye1982
@prosperndayishimiye1982 2 жыл бұрын
Courage fnny na riber turabakund cn
@raissanshimirimana7654
@raissanshimirimana7654 2 жыл бұрын
Ndabashimira mutanga iminota ikwiy peeee nico nkundira film ndundi zacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘😘
@nadineirakoze666
@nadineirakoze666 2 жыл бұрын
Fanny, libert muranezera vrt, courage turabakunda, muratang inyigisho nziza
@gashashaaudrey3883
@gashashaaudrey3883 2 жыл бұрын
Libert nsh👌👌👌🥰wubahwe cane.hama ikibazo isohok ryari n'a ryari plz mutwishure
@baamedia257
@baamedia257 2 жыл бұрын
Ntitugiye kubatevya 2023 irungu ritube kure
@didacememeur
@didacememeur 2 жыл бұрын
My favorite ♥️♥️♥️ bien joué vrt
@sarahlabelle8688
@sarahlabelle8688 2 жыл бұрын
Waaoouuu💪 libert urintwari kabisa
@sarandayisenga6686
@sarandayisenga6686 2 жыл бұрын
Film nziza cane abagabo nkabo babaho
@madubalairakora7167
@madubalairakora7167 2 жыл бұрын
Yoooo!!!courage bambe gusa ndababaye.mukomerezaho murindatwa muri film
@amnahasd9746
@amnahasd9746 2 жыл бұрын
Eeeeeeeee iyi fim iratwira kuranj bashr bacu mwubah💋💋💋4
@clairiantiranyibagira5942
@clairiantiranyibagira5942 2 жыл бұрын
Mubirimw nez. Arik bamuz muraz murasigur mukirund kuk sibos numv izonfim muzemuratwandikir cini muzob.mukoz courage tur
@niyeraarlette8390
@niyeraarlette8390 2 жыл бұрын
Libert vrt urashoboye ❤️
UKURI KUBABAJE FULL MOVIE RIVER ARABIKOZE GLORIA ARARIZE
1:12:40
B.A.A MEDIA
Рет қаралды 97 М.
NZOMUKURAHE FULL FILM PART1 HD 1080p 🇧🇮🇷🇼
1:42:58
B.A.A MEDIA
Рет қаралды 56 М.
The Best Band 😅 #toshleh #viralshort
00:11
Toshleh
Рет қаралды 22 МЛН
To Brawl AND BEYOND!
00:51
Brawl Stars
Рет қаралды 17 МЛН
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 56 МЛН
Beat Ronaldo, Win $1,000,000
22:45
MrBeast
Рет қаралды 158 МЛН
MARCELO WAMAZE GUSEZERA UMUPIRA W'AMAGURU NI ICYI TUZAMWIBUKIRAHO??
23:56
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 2,3 М.
UKURI MOVIE EP 2
11:19
I E TV
Рет қаралды 8 М.
ESCROC   FULL MOVIE 🇧🇮🇷🇼 FANNY LAVINE TOUSSAINT RICHMAN
2:10:28
NZOMUKURAHE FULL Movie PART2
1:34:29
B.A.A MEDIA
Рет қаралды 42 М.
MUHOZA FULL MOVIE BURUNDIAN RWANDA FILM 🇧🇮🇷🇼
2:26:49
B.A.A MEDIA
Рет қаралды 320 М.
The Best Band 😅 #toshleh #viralshort
00:11
Toshleh
Рет қаралды 22 МЛН