No video

Kylian Mbappe yakiriwe nk’umwami muri Real Madrid

  Рет қаралды 405

Indundi TV

Indundi TV

Ай бұрын

INDUNDI SPORTS : 17.07.2024
- Umukuru w’Igihugu c’Uburundi yakeje abakinyi ba Basketball batarenza imyaka 16 baronse uburenganzira bwo gukina inkino za Afrobasketball U 16
- ⁠- Amahirwe angana gute yo kwakirira inkino mpuzamakungu ku kibuga c’itiriwe intwari?
- Inkino za Academy Zoe zirabandanya
- Imigwi imwe imwe muri Primus League ibandanya yitegura mugihe iyindi itaratangura imyimenyerezo
- Musongati FC igiye gukina urukino rwa Kivandimwe
- Inkino zo mu cicaro ca 3 mu bigeme zigiye kubandanya
Muri Africa
-----
- Cecafa Kagame Cup
- Rayon Sports yaguze Haruna Niyonzima
- Ayavurwa muri Young Africans na Simba Sc
- Mercato muri Africa
I Buraya
----
- Kylian Mbappe yakiriwe nk’umwami muri Real Madrid
- Gareth Southgate umumenyereza w’ubwongereza yatanze imihoho
- Igitsindo Lamine Yamal yinjije muri Euro 2024 atsinda umugwi w’ubufaransa Nico gitsindo car aze ihiganwa
- Argentine n’ubufaransa birashushe, inyuma y’abakinyi ba Argentine gutuka abakinyi b’ubufaransa
- Real Madrid yasubiye kurondera Alexandre Arnold
- Mercato

Пікірлер
jp show 12 aout 2024 sou radio uni fm 102.7
1:42:26
Uni Tv
Рет қаралды 6
🔴 Toos: Casharada Dawrada 2aad || Maalinkii 163aad
3:22:16
Dawra Ta'siiliyah Official Channel
Рет қаралды 270
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 45 МЛН
The Joker kisses Harley Quinn underwater!#Harley Quinn #joker
00:49
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 10 МЛН
Ugwaruka gwa Diaspora ya Amerika twogwitegako iki?
47:20
Indundi TV
Рет қаралды 2,2 М.