LinoG Na Monia Fleur Muyabira/Ararize Cane Ndamukunda Vyogupfa Arampemukiye Kubera LinoG

  Рет қаралды 5,757

ASE TV

ASE TV

Күн бұрын

Пікірлер: 96
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 2 ай бұрын
Uwapfuye yarihuse uwunawe ashaka hit kabisa😂😂😂😂😂😂
@_umugajo05
@_umugajo05 2 ай бұрын
ubushikiranganji bw'amagara y'abantu buremeza ko urumogi ruriko rurica urwaruka muri kino giheee
@JeanneBrillantine
@JeanneBrillantine 18 сағат бұрын
Uwonumwijogonyoro 😢😢akabura ntikabonek n'inyina w'umuntu abakobw baruzuy😢😮
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe Ай бұрын
Andy wubahwe kbx narinkukumbuye peee 🥰😘🇸🇦🇧🇮
@Juliana-z7z
@Juliana-z7z 2 ай бұрын
Uwonawe yafashwe nibisazi😂😂😂😂, nyimba umukunda vyogupfa burironderera isandugi
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 ай бұрын
Izomogi mumwa zirabica mumutwe😂😂❤ ushaka kudugira kuri andy😂😂
@EloiNiyonkuru
@EloiNiyonkuru Ай бұрын
Ibint biraz nabiii walah😂😂😂😂😂 itab niribii nkeseraa
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂reka kurekereza ubugoro sha😅😅😅
@fjri9333
@fjri9333 2 ай бұрын
Andy uratewe nukuri ngo gwiki 😂😂😂muranyishe pee 🤣😂 Andy imbavu zanje muraziriha 😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷
@John-bBurundi
@John-bBurundi 2 ай бұрын
Gukunda 😢bibaho nubu ndimunzu ndagway 💝💝💝💝💝💝💝💝💝
@AXELLAassia
@AXELLAassia 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂mpore sha urukundo nuburozi bwambere maze kubona
@Recho-s6z
@Recho-s6z 2 ай бұрын
Reka reka sha ​@@AXELLAassia
@FlorenceNiragira
@FlorenceNiragira 2 ай бұрын
😂😂😂 por kwel wihangane
@tygauzy
@tygauzy 2 ай бұрын
Uwutarapfa avuga kwijuru riri Hafii😂 hama non ico kiragoye kwishuraaaaa ni mere toujours
@AdelphineNishimwe-xb4dx
@AdelphineNishimwe-xb4dx 2 ай бұрын
Nn nkizibwebwe nukur uwapfuy ntiyinukur nukur ndapfuy nogutweg ewe bash ibint biraz nab😂😂❤❤❤
@ChachaChany
@ChachaChany 2 ай бұрын
Umukuru w'igihugu niki imbere y'umuvyeyi reka reka
@TiticoolThierry
@TiticoolThierry 2 ай бұрын
Monia akunda aba ligend ese wewe uri umu ligend cnk wewe waririmvye iyihe 😂😅
@GawaherH
@GawaherH 2 ай бұрын
Andy wagurishije umugore wabandi😁😁😁😁😁
@Ariellairakoze-v9x
@Ariellairakoze-v9x Ай бұрын
iman irihangana nukur Andi wubahwe kwl 🎉🎉😂😂😂
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 2 ай бұрын
Muhazitabi😂😂 ukundande
@stiveciza
@stiveciza Ай бұрын
Uwoninde akundavrema❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 ай бұрын
Jewe noyumvira maman yavyaye❤❤😂
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂ibintu biri kuyindi pwemu😂😂😂. Murahaze😊
@ttyy7642
@ttyy7642 2 ай бұрын
Uwonumuboyi rwaba kumutanganor abafuye barihuse😅😅😅😅
@chnae-k5o
@chnae-k5o 2 ай бұрын
Iyichw nayiheruk kera abar bayikubuy nkanj mumpe lik 😂😂😂
@NellyHabumugisha
@NellyHabumugisha Ай бұрын
Andy ngo canke ni monia shugwe 😂😂😂😂😂😂uranyishe pe
@clairiairishura3985
@clairiairishura3985 Ай бұрын
Shurwe moniya😂😂😂😂
@NahumuremyiPeace
@NahumuremyiPeace Ай бұрын
Nivyamonia freur vyanse gose hhh iyaba mwaimuzi ivyotumokoramwo ino mur kenya ntimwisubiriye kwiriza😂😂😂😂😂
@saramoni-c6w
@saramoni-c6w 2 ай бұрын
Kuza mudusetsa nyabur zamugeza ahoooo
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe Ай бұрын
Umu chr wiwe ngontamwibuka🙄😳🤣🤣🤣😏😏🇸🇦🇧🇮
@HiHi-wh6ig
@HiHi-wh6ig 2 ай бұрын
Maman nakabura ntikaboneke umukur wigihugu nawe aravaho tukaronkuwundi mn
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe Ай бұрын
Urukundo ni bisazi😂😂😂🤣🤣🤣😏🇸🇦🇧🇮
@sozvin1869
@sozvin1869 Ай бұрын
Woyumvira maman wawe
@Vanessandayisenga-z1t
@Vanessandayisenga-z1t Ай бұрын
Pangi hizo😂😂😂😂😂😂😂😂
@KikikingQueen
@KikikingQueen 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂❤❤ ndamanyutse muranjogonyoye ntamuhungu aririra umukobwa ibyobyerekanako utarakura 😂😂😂uracari bebe pole sana😂😂😂😂😂 ukwo nuguchaka kuba hiti gusa😂😂😂❤❤🎉🎉
@niyomukizalambert-pk3rs
@niyomukizalambert-pk3rs 2 ай бұрын
Ura muha ikiganiro uwo mutipe ,akunda monia ,,,,,,kugira, abantu bunve ukuri,areke kurira tu menye ko ,Ari umufana. canke ashaka gutoba urukundo rwabo baririnvyi? hama mumuhe impanuro. Twikomereze game 🎯
@cynthiaburundi5116
@cynthiaburundi5116 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂Iyonizara. Ibaragasayikoreyibuye😂😂😂😂
@1MDiego-dp4zk
@1MDiego-dp4zk Ай бұрын
Brother muze muraba nabantu mwoshira muri video hamwe nivyarivyo
@sursur3897
@sursur3897 2 ай бұрын
Nihatari Andy uratew kbs😂😂😂
@TargertRevelationTeam
@TargertRevelationTeam 2 ай бұрын
Ngo aca anyibuka😂😂😢😢
@NellyHabumugisha
@NellyHabumugisha Ай бұрын
Vyakomeye 😂😂😂😂😂
@Néné-x3r
@Néné-x3r 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 Imana irih1ngana
@SamuelTuyishime-h9i
@SamuelTuyishime-h9i Ай бұрын
ibi nibiki barundi bacu🇷🇼🇧🇮😂
@MichouChalome
@MichouChalome 2 ай бұрын
Jama analia kwelia 😂😂😂😂
@desirebigirimana-r5c
@desirebigirimana-r5c 2 ай бұрын
Ubwoburofa kugir ..ahokarakomey neza kwer
@ciatt9587
@ciatt9587 2 ай бұрын
D.ONE YADUGIYE KURI SANTA😂😂😂,NAWE URAJE UDUGE😂😂
@tygauzy
@tygauzy 2 ай бұрын
Uwutarapfa avuga kwijuru riri Hadi!
@JoselyneNiyokwizera-jg8zp
@JoselyneNiyokwizera-jg8zp Ай бұрын
Mam nakabur ntikabonek
@FurahaBukur
@FurahaBukur 2 ай бұрын
harahiy pee😂😂😂😂
@charleneirateriteka8710
@charleneirateriteka8710 2 ай бұрын
😂😂😂uyumwak ntimwitek kwaramez 12😂😂mpaka 30😂
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe Ай бұрын
Uyo nawe amachetani aramufashe 🙄🤣🤣imana irihangana kweri ngwakunda Monia 😂😏🇸🇦🇧🇮
@YvesIrankunda-d7n
@YvesIrankunda-d7n 2 ай бұрын
Uwo yanweye moba
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 2 ай бұрын
Wokunvira mamawaw
@MichouChalome
@MichouChalome 2 ай бұрын
Uyomuhungu mutuzanire vuba adusobanurire ivyobintu
@Yvette-y2g
@Yvette-y2g 2 ай бұрын
Ahubwo nagasema atoke uko
@Agiraneza7346
@Agiraneza7346 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂inzoga nimbi
@Recho-s6z
@Recho-s6z 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣Ati ndamikund
@manariyoalphonse3537
@manariyoalphonse3537 14 күн бұрын
None nk'ico kirofa mushira mukiganiro ntimubona ko muriko mwica ikiganiro vrmt. Ngo ch Monia fleur😂aho nta nubwoba yumva kwl?
@kizz-brown1
@kizz-brown1 2 ай бұрын
Imbwa ziragwira nkesera😅😅
@OdetteNduwayezu-m5k
@OdetteNduwayezu-m5k 2 ай бұрын
Abakozibimana duhura nibizazane uwo ngwashakande gayemwe??😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 2 ай бұрын
Ubugugu buragwira nukuri
@FlorenceNiragira
@FlorenceNiragira 2 ай бұрын
Uwo nuwishakira hit ubundi ibintu vyogusarirumuntu nguramukunda ntibibaho dej numuntu utabganyubushobozi nawe urumuhingu utoshabora kumubeshaho 😂😂😂😂 muraturangirizonkyndiyoziva natwe twige gusara
@ChachaChany
@ChachaChany 2 ай бұрын
Mbe wewe unwa ubugoro ga nani ngo ngwiki ukundanye na monia fleur ibintu biraza nabi kweri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@JoseKing-i1f
@JoseKing-i1f 2 ай бұрын
Gusara ni kwinshi 😂😂😂
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 2 ай бұрын
Ibintu ndabona biguma bifata iyindi ntambwe .karabaye noneho harahiye
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@cynthiaburundi5116
@cynthiaburundi5116 2 ай бұрын
Nokumviramaman
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂ewemukam
@ديانابروندي
@ديانابروندي 2 ай бұрын
😂😂😂😂Ahwiii
@HahaNcnx
@HahaNcnx 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂arakaz
@Gugu-z7f
@Gugu-z7f 2 ай бұрын
Hhhhh muranyishe
@webbryr5568
@webbryr5568 2 ай бұрын
😆😆😆😆😆🇸🇦🇧🇮🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@LeaPapa-p8o
@LeaPapa-p8o 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
@GawaherH
@GawaherH 2 ай бұрын
😁😁😁😁😁😁😁
@FAFABurundi
@FAFABurundi 2 ай бұрын
😂😂😂
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@yuui1878
@yuui1878 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Marymamah-q8f
@Marymamah-q8f 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@Nonohassan-vr2kt
@Nonohassan-vr2kt 2 ай бұрын
😂😂😂😂😮😅😮
@بيراتاوبسوالباقيخس
@بيراتاوبسوالباقيخس 2 ай бұрын
😢😢😢😂😂😂😂😂
@manelaaad1873
@manelaaad1873 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@KanzageEmelyne
@KanzageEmelyne 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@FgHh-w4g
@FgHh-w4g Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@بيراتاوبسوالباقيخس
@بيراتاوبسوالباقيخس 2 ай бұрын
😂😂😂😂😢😢😢😢
@wyisisomiy9722
@wyisisomiy9722 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🙋🙋🙋🙋🙋🙋🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦🤦👆🧏‍♂️🧏‍♂️🧏‍♂️🧏‍♂️🧏‍♂️🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🤚🤚🤚🤚😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛😛🙅‍♀️🙅‍♀️🙅‍♀️🙅‍♀️
@wyisisomiy9722
@wyisisomiy9722 2 ай бұрын
😛😛😛😛😛😛😛😛😛🙅‍♀️
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@GigiBlaise-n5e
@GigiBlaise-n5e 2 ай бұрын
😂😂😂😂😅
@Thierryhatungimana-c6z
@Thierryhatungimana-c6z 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@alankubwamana170
@alankubwamana170 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@marthasonia5005
@marthasonia5005 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@AnetaR-n4f
@AnetaR-n4f 2 ай бұрын
😂😂😂
@ntigurishajeannette3654
@ntigurishajeannette3654 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
Learn English quickly with podcast | English learning Conversation | Episode 1
18:01
English Podcast Zone
Рет қаралды 1,1 МЛН
Jaidarman TOP / Жоғары лига-2023 / Жекпе-жек 1-ТУР / 1-топ
1:30:54
🎈🎈🎈😲 #tiktok #shorts
0:28
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 4,5 МЛН
Почему Катар богатый? #shorts
0:45
Послезавтра
Рет қаралды 2 МЛН
Jaidarman TOP / Жоғары лига-2023 / Жекпе-жек 1-ТУР / 1-топ
1:30:54