@@MisterGoodman.600 sha kuri tweeter na KZbin imbonerakure hamwe na drone mwarabimaze, mukomeze intsinzi ni rwanyu kuko ubu congo muyifise mubiganza😏😏.
@ajn908710 ай бұрын
@@ClaudetteYambabariye gutangaza ukuri. Uko kuri kwanyu ndabona ari kwiza pe mukomeze nimba ariko mubibona, gusa wibukeko genocide yabaye aho iwanyu media zico gihe zabigizemwo uruhare mugutangaza amakuru acanishamwo, ubu congo hapfuye abarenga millioni 15 Hari impunzi z'abacongo ziri munkambi icongo (kuba impunzi mugihugu cawe) barenga 100mill bahunze m23 hama media zimwe zaho iwanyu zigaca zirengera ivyo vyoose zigatangaza ngo ni ihonyabwoko riri gukorerwa abatutsi mukirengagiza gutangaza inyungu mukura congo hamwe na balcanisation mwipfuza. Ubundi abo 15 millions n'abatutsi koko bishwe ko muvyita ihonya bwoko? Izo mpunzi zirenga 100mill n'abatutsi? Canke ico mwipfuza ni ugukangurira abatutsi kurwana nkaho batewe Kandi muzi ibiri kuba, ivyo ninsvyo vyskozwe na media zohambere namwe mubisubiyemo nkaho ataco vyabigishije
@emmanuelntirushwa34610 ай бұрын
Uyu mu ADPR yambaye I biki nneho rah hhhhhh
@Willyniyibigira-hm4ol10 ай бұрын
Nta watinyuka se ubwo ushatse kuvuga nde ? Uzabanze usobanuze ahubwo nta makuru wigirira ku ntambara zirwana muri iyi si ! Ibihangange byinshi byarahangamuwe ! Rindira rero ahubwo uraje wumirwe !
@patrickmwambutsa773810 ай бұрын
Marshal ntugahezinguni birazwi
@JeremyMbonabuca10 ай бұрын
Nizere ko kadafi atarabuze intwaro
@jeandelair674710 ай бұрын
Interagahinda gusa!! Ese Intambara zose zizajya zigira ba Kantano!!
@daviirizima748510 ай бұрын
Abamenyeshamakuru murwanda murabarwayi vraiment? Urugamba rwo kubohora igihugu rwa hehe? Romeo Dalaire ko adahari muzabyitwaramo gute? Murwanda mwishwe no kwiyemera! Rero kira kintu kigira intango niherezo. Mwaranyoye amaraso yinzirakarengane umwanya muremure none ubu harageze ko muvyishura! Uti intambara kurwanda ntawatinyuka? Nuko utazi ayo RDFM23 ayo bagowe mumisozi ya Congo! Iyaba umwe muri famille yawe mungabo zurwanda ziri kumacuniro muri Congo ntiwadedemba ukwo! Intambara mu rwanda iri kumarembo ntubure kutavunja udufranga twawe mumadorare.
@ClaudetteYambabariye10 ай бұрын
Uwarusha abarundi kuhagorerwa sinzi uko yaba ameze pe! Niba barahagorewe ko batarasubirana ibice byafashwe se, muratwemgrje kbs! Niba muri abagabo ngaho nimutere tu!
@flpk89710 ай бұрын
Akagabo katihaze ntikarongora inkumi
@RwemeraJeannepomuscene9 ай бұрын
Abarundi murihasiiiii ,chini kabisa muzashire agapira hasi Sha,ese kuberiki mufata urwanda mugateranyaho M23 nibintu 2 bitandukanye urunva neza wa ngurubewe