Triste.Bravo au peuple du Burundi qui a pardonné.Du Québec,je vous admire😍
@sebastienberengercoulibaly88792 жыл бұрын
18mn '' c'est grâce à la prière que nous nous sommes tous convertir '' ❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏
@speaklifepodcast5 жыл бұрын
Thank you for making this video
@LiNa-cd3on5 ай бұрын
❤❤❤
@nteziribatanguyherbert75664 жыл бұрын
Thank u for the video😞
@misstroh7872 жыл бұрын
Les saints martyrs Priez pour moi
@sylvananahayo4673 Жыл бұрын
Q'ils prient pour nous ils etaient innocent.
@jaugahu4 жыл бұрын
21:55
@jinamajody2 жыл бұрын
Jewe ariko ndafise ikibazo Babajama batwara igihugu bahawe n'IMANA bakemanga ko banayishira imbere ko bazi neeeza ko barekuriwe/ bahariwe niguki batozanana n'iyo mana yabo kugira bemange ivyo bakoreye abo bamalayika hanyuma banakenguruke ku kigongwe ca gusa baronse? Yego niko ngo hasigaye bake kuko Jiji yarabamize, ariko harimwo abakiriho. Ingoooo ingo mushimire IMANA yabagize abacunguwe ku buntu.
@fredericnzeyimana82832 жыл бұрын
Ikinyoma camaze imyaka 50 Kuva ku wa 20 Kigarama 2021, Parlement y'Uburundi yaremeje ko mu 1972, mu Burundi, habaye ihonyabwoko ry'abahutu, batikizwa na Leta yari yiganjemwo aba Tutsi b'abahima bo muri Diocezi ya Bururi. Ivyo PatiriZakariya Bukuru arabizi neza!
@jinamajody2 жыл бұрын
@@fredericnzeyimana8283 Hahahaaa Umenicekesha stupid one. Hama diocèse ya Bururi mukwica abahutu ihitamwo guhera ku batutsi bo i Vyanda Mabanda na Rumonge? Rka kuzana umwanda ngaha muri unonmwanya wabo bamartyrs unamenye ko Génocide ce n'est pas juste un fait, un evenement ou un phénomène...c'est plus que ça kandi kugira yemezwe si juste abantu basunitswe n'amarangamutima yabo bakubita ibidodo ngo Genocide ✅ Hoyaaa kandi jew ndabikubwira narabuze datawacu muri 1972 umenye wongere umenyere ko genocide atari ururirimbo. Ntipfa uwoyagiriye no mu Rwanda yemejwe n'isi yose nokubwira ko idashobora kwagirizwa abahutu bose kk iyo abahutu bo mu Rwanda booose bari gukora genocide nta mututsi aba ahasigaye kuko ibiharuro birerekana ubusumbane bwiyo mirwi ibiri. Bivuga ngo hari abahutu bakingiye abatutsi. Sur le cas yo i BUTA abishe abo bana barazwj kubahamagarira kwihana no gusaba imbabazi jewe n'umva umengo nta kosha ririmwo.Erega tubayeho ngo dukeburane twubakane twuzuzanye. Nta rubanza rurimwo ni hamwe umuntu akebura uwiwe nawe akibaza ngo uriko uramusaba🐒
@dorianeingabire4118 Жыл бұрын
Gutanga no kwakira ikigongwe vyonyene nivyo bizokiza igihugu cacu!