Umugwi AIGLE NOIR watahukanye igikombe citiriwe Nkurunziza Cup utsinze ADF la Rambla wo muri Espagne

  Рет қаралды 3,035

Mashariki TV

Mashariki TV

9 күн бұрын

#Burundi Umugwi AIGLE NOIR CLUB SPORTIF ( the Fighters )waraye utahukanye igikombe citiriwe #Nkurunziza_Cup utsine umugwi wa Academia Fútbol Base La Rambla waje uva mu gihugu ca Espagne. Imbere yurwo rukino habanje kuba ibirori bitandukanye harimwo defilé y'urwaruka rwaserukiye intara nshasha zigize igihugu c'Uburundi. Kurikirana .

Пікірлер: 3
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 7 күн бұрын
Bien joué ❤
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 7 күн бұрын
Bazombanza yaronse ico akora 😂😂😂😂Imbunuza zibaho😂😂
@albinndayisaba86
@albinndayisaba86 7 күн бұрын
Ico kibuga ko umengo niciza naco ntabwo chemerewe kwakira inkino mpuzamakungu? Nka champions ligue na confederation cup?
DON'T FORCE LOVE (Ntugahate urukundo) #series EP1 #burundi
20:12
ISEKE FILMS
Рет қаралды 48 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:25
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 15 МЛН
🌊Насколько Глубокий Океан ? #shorts
00:42
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 113 МЛН
I defire yatanguriye Nkurunziza cup 2024 i Makamba
20:20
Indundi TV
Рет қаралды 1,7 М.
Kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina mw'isengero
22:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:25
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 15 МЛН