Umukuru w'Igihugu aratera intege Abarundi baba mu mahanga bamaze kuza gukora imigambi y'iterambere.

  Рет қаралды 7,983

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Mu gihe Abarundi boheba kugira ubugunge nta kibuza ko U burundi butera imbere kuko umutahe igihugu kirawufise. Igihugu gikeneye abantu bashaka gukora atari abanebwe bipfuza guhindura ibintu nk'uko urwaruka rumaze kubitahura.

Пікірлер: 9
@KellyLovemore
@KellyLovemore Ай бұрын
@user-xj8vt6ur3x
@user-xj8vt6ur3x Ай бұрын
Uyumugabo ariko ahuma amaso abasore go aratukunda tukiko twica ninzara hawe igitoro nita ryagaciro kamahera turabibona😢😢 koko utukunda kweli
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Ай бұрын
Kura amaboko mumpuzu ukore hma igitoro kiboneke wantumva we😂😂
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s Ай бұрын
❤🕊️
@ntakirutimanavicent-lj2tn
@ntakirutimanavicent-lj2tn Ай бұрын
😂😂😂 igitoro igitoro igitoro
@user-ze1tp2lb4o
@user-ze1tp2lb4o Ай бұрын
ubutare bwimbwa gute ata electricite ata ma barabara , ubutare kubwimba bisaba ubuhinga n abahinga bavyo , biga n amasoko mpuzamakungu yabwo
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Ай бұрын
None u mushikiranganji yokora nabi nt umuhane ? Ntibitahuritse
@user-ze1tp2lb4o
@user-ze1tp2lb4o Ай бұрын
Ubwa mbere ya vyose mu gihugu haboneke electricite ikwiye , nta gihugu gitera imbere kitagira electricite , hanyuma igitoro , amabarabara , ivyo vyose biboneke bishigikiwe n ubutungane kugira uwuzanye umutahe wiwe ntarenganywe , kugwanya ibiturire , ivyo nivyo bibanziriza imigambi yose .
@OrthoMedic
@OrthoMedic Ай бұрын
Komera muta
مسبح السرير #قصير
00:19
سكتشات وحركات
Рет қаралды 11 МЛН
Gli occhiali da sole non mi hanno coperto! 😎
00:13
Senza Limiti
Рет қаралды 24 МЛН
Amakuru yo ku wa 06 Myandagaro 2024
36:59
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 17 М.
مسبح السرير #قصير
00:19
سكتشات وحركات
Рет қаралды 11 МЛН