Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yaruguruye urugomero rw'amatara KABU16.

  Рет қаралды 56,521

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Urugomero rw'umuyagankuba #KABU16 rwaraye rwuguruwe n'Umukuru w'Iguhugu Evariste Ndayishimiye rukaba ruzotanga umuriro wa meagwatt 20 (20MW). Urwo rugomero rukaba rwubatswe na Angelique International Limited yo mu gihugu c'Ubuhindi. Umukuru w'Igihugu akaba ashima ko urwo rugomero rwaheze inyuma y'uko rwari rurindiriwe igihe kitari gito.

Пікірлер: 106
@Jdmcs19-81
@Jdmcs19-81 Ай бұрын
Uyu mubyeyi amajambo ashyikiriza nkunda kumvamo ijambo "IMANA" nkabona atandukanye cyane na benshi muri aka karere,kuko ndanabizi ko abivuga akomeje. Nuko rero babyeyi mwabyaye mujye mumufatira iry'iburyo kuko igihe muzaba mutakiri kumwe nawe nibwo muzibuka neza ko mwamugize avuga Imana kenshi.
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Avuga imana ariko wagira ngo ntiyakandagiye mu ushuri akaba atazi ko imana ari ikinyoma cya bagashakabuhake (Abakoroni) Gusa niyo yabaho iyo mana yaba itandukanze nibyo akora kuko ni "Rukarabangabo"
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 Ай бұрын
Imana Iguhezagire
@SamsonNdereyimana
@SamsonNdereyimana Ай бұрын
Ijambo muvuze ndaryemeye kweli nukwubaka kabarya mpaka barware umutima murumva ico gitutsi no uburundi ni ubwambere bushonje!! Uburundi igihugu ciza Amazi meza natural Kandi meshi Akayaga keza Imvura nziza Ibindi kora barware umutima .😊
@salimramadhani740
@salimramadhani740 Ай бұрын
Wow so beautiful viva africa Viva Burundi 🇧🇮 ❤❤❤❤❤💪💪💪💪Good news 👏
@Alex-k2i1i
@Alex-k2i1i 24 күн бұрын
Good job mutama wachu wallah ubikora neza pe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Mutama uvuga ukuri,rejidezo harintara n'a makomine yima umuyagankuba ukamengo lbaha lvyagusa.
@DavideMunyaneza-k2d
@DavideMunyaneza-k2d Ай бұрын
Uburundi muzatera imbere cyane kuko tuba tubireba
@ELOGERUHIMBASA
@ELOGERUHIMBASA Ай бұрын
Yes yes get them resolt my president 💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾
@marietheresenyandwi8671
@marietheresenyandwi8671 Ай бұрын
❤ beautiful country Burundi 🇧🇮 ❤
@panacool978
@panacool978 Ай бұрын
Umu Président No1 ...hagakurikira Ibrahim Traoré
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba Ай бұрын
Ngwiki?
@ViyaneKiki
@ViyaneKiki Ай бұрын
Ntabwo ari nkawawundi uvugira kumutsi wiryinyo
@DjKhasiff-p3n
@DjKhasiff-p3n Ай бұрын
Mu Rwanda turamwemera umukuru w'igihugu cy'Uburundi❤❤
@Lock940
@Lock940 Ай бұрын
Ivugire wenyine ntawemera kiriya kiroofa
@Chad-y7r
@Chad-y7r Ай бұрын
Terimber burundi❤❤❤
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira Ай бұрын
uburundii bwi ngandaa burashobokaa dufise umuyagankubaa viva muzee wa cuu dukunda cane imana ikurinde kabisa🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏
@ElyséeNdayizey
@ElyséeNdayizey Ай бұрын
Ilove mu country ❤❤❤
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial Ай бұрын
Naho amatora atoba niwigumireko waratotse kera never wacu❤❤❤
@JTV19880
@JTV19880 Ай бұрын
Imana irakoze
@VyizigiroDeo-lu1gv
@VyizigiroDeo-lu1gv Ай бұрын
Turagusengera❤❤❤ nyakubahwa
@RashidiMubiri-l3d
@RashidiMubiri-l3d 18 күн бұрын
Mashaallah ❤❤❤
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz Ай бұрын
Bwembere Evariste Ndayishimiye uvuze ijambo rizima ririmo ibizima
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 Ай бұрын
Ijambo Riba rizima canke rikene bivanye n'uwuryumva bo na capacity yo gutahura Wibuke Kandi ko umuntu yumva ivyo ashaka kwumva
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 Ай бұрын
Reka reka sha.regideso iyaba ar'umuntu yoja mu muriro.
@NduwayezuThomas-h4l
@NduwayezuThomas-h4l Ай бұрын
Komerereza aho
@ManirakizaAlexis-z9v
@ManirakizaAlexis-z9v Ай бұрын
Terimbere Burundi bwiza🇧🇮
@shebbylove3140
@shebbylove3140 Ай бұрын
Those who want to tear our country down need to be hold accountable
@alexisberry6542
@alexisberry6542 Ай бұрын
Tukwumvise uvuze duca twibagira ibibazo dufise😊
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 Ай бұрын
Sha ntubeshe,,sindambigwa kumwumviriza
@FrankImani-cb3in
@FrankImani-cb3in Ай бұрын
Sawa kabs
@AlexisBarakamfitiye
@AlexisBarakamfitiye Ай бұрын
Nukuri biriko biraza.komereza Aho papa wacu turakwemera
@IradukundaFrank-m9o
@IradukundaFrank-m9o Ай бұрын
Nkunda uburundi hazagire untembereza muburundi nukuri🙏
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv Ай бұрын
Urakaze neza mwiza
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 Ай бұрын
Nuko ntari iBurundi nokwakiriye neza Muvandimwe, kuva ushitse kugeza usubiye inyuma
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Igisata cumuyagankuba uri kurwego rwohasi Muburundi,reta lrakwiye guhiga abanyamitahe bikorera utwabo bakarwiza umuyagankuba mugihugu
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Igisata kiri hejuru se ni ikihe? Uburezi se ashwi? Igipolisi se ashwi? Igisoda se ashwi? Ubutabera se ashwi? Ibukorwaremezo se ashwi? Uburimyi se ashwi? Ububabyi n'amakungu se ashwi? Ikoranabuhanga se ashwi? None se nkubu m'urwanda ko 3,000 uyakoresha uhamagara ndetse no kuri Internet igahagarara aho bizashoboka ryari? Ubu ngewe aho mba umuyagankuba m'umwaka ushobora gucika inshuro 2 cg 1 gusa nabwo ntiwarenza iminota 30 utaharutse. Niba mbeshya hagire unyomoza
@samsungmobile589
@samsungmobile589 Ай бұрын
Ego niko bimeze ntubesha muga uburundi nabwo buzobishikako ntawuvuka rimwe ngo ace yuzura ingovyi hewe!​@@MsafiriValens
@FrankImani-cb3in
@FrankImani-cb3in Ай бұрын
Sawa
@sekaa_africa
@sekaa_africa Ай бұрын
Wow" 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Ай бұрын
Nawewe urimwo.mukuyarya
@MedodiMedodi-l5n
@MedodiMedodi-l5n Ай бұрын
Itwengere sha namahera yamagande yaguciyeko ibu muri afirika nibwo bwanyuma kugaciro kamahera nukuri uburundi murakwiye gusengegwa pe
@userk23456
@userk23456 Ай бұрын
None amafaranga agira gaciro bivuye kuki ?? Ni Neva aduza agaciro ?? Mubintu vyose neva yavuze,biri mu vyotuma agaciro k'amafaranga yacu kaduga,niyo mpamvu wumva yariko aravuga abarwizatunga bakoreshe uwo muyagankuba,batangure bahingure.erega ntayindi nzira,nuko abarundi twigorenza umwibu mu gihugu,si Neva azoduza agaciro
@rretro2042
@rretro2042 Ай бұрын
Ariko ikibazo gihari, ni ryari hazoboneka umuyaga nkuba ku mugwa mukuru w'ubutunzi i bujumbura akaboneka amasaha 24/24 kuko abafise ivyo barangurira yo bisaba umuyaga nkuba baragorwa. Ico kintu kirihutirwa niba dushaka kugwiza amahinguriro no kworohereza ibikorwa vy'abengihugu.
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx Ай бұрын
Bubanza twarabuz conteur
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
igihugu cacu kiri kumurindi witerambere
@Angedangel
@Angedangel Ай бұрын
I love my country. ariko kuvuga ngo u Burundi ngo burrakenye nivyo kandi cane .
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Nobewoe wakoziki ngobukire ubwobukenuvuga😂
@Surprises3558
@Surprises3558 Ай бұрын
​@@MporanimanaDonacien Uwuja gukira indwara arayirata❤
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
​@@Surprises3558uyiratirande?
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Nyamba ariso nanyoko bakenye turira amangati kumusozi nakanwa gatuma ubutuku
@joananailla3643
@joananailla3643 Ай бұрын
Ni wewe ukenye
@ChandaSethmwanse
@ChandaSethmwanse Ай бұрын
Kbxaaaa imana iducire icanz
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza Ай бұрын
Komera mutama🎉🎉
@Ericburu1
@Ericburu1 Ай бұрын
Mutama aratweza ngo batwadikishije ikaramu itukura 😂😂😂😂
@NaphtalManirakiza
@NaphtalManirakiza Ай бұрын
Uburundi bwacu bwubahwe can
@JeanboscoKanyamusivya
@JeanboscoKanyamusivya Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@MarieRoseNdayishimiye-v5c
@MarieRoseNdayishimiye-v5c Ай бұрын
Nibakongere ikaramu subire mubiro kuko ivyuvuga nivyukora nivyiza kugihugu cacu cuburundi.
@JeannineNyiramahwirwe
@JeannineNyiramahwirwe Ай бұрын
Good
@remesha
@remesha Ай бұрын
Babarire nyakwubahwa, amatara turayariha nibayadute
@MudahigwaEmmanuel-fr2fp
@MudahigwaEmmanuel-fr2fp Ай бұрын
Icyonkukundira nuko uvuga mururimi rwawe bwite
@uwamahorograce-xu6eg
@uwamahorograce-xu6eg 26 күн бұрын
Nikokuri
@MudahigwaEmmanuel-fr2fp
@MudahigwaEmmanuel-fr2fp Ай бұрын
Urasobanutse
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Turasavye nagakungwe baduhe amatara boba bakoze ahamja hryguru musi ya kimina
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Muze m'Urwanda tubahe umuriro udacikagurika
@ChandaSethmwanse
@ChandaSethmwanse Ай бұрын
Wumv ngo twawubasavy???? Nimutange amahoro mur Congo 🇨🇩 gsa ibind mubirek
@NgiruwonsangaAphrodis
@NgiruwonsangaAphrodis Ай бұрын
✋🙏
@CyriaqueNAHAYO-ij6hm
@CyriaqueNAHAYO-ij6hm Ай бұрын
Mutama wavuga ntuvura kubona umwaka uheze ata compteur ya matara itangwa ngo twigurire nikibazo😢
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
N'ubu ivyo bintu uracabivuga musaza ?
@PascalNdiwenumuryango
@PascalNdiwenumuryango Ай бұрын
Niwivugire abagabo bararya imbwa zikishura
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx Ай бұрын
Vyiza non amaconteur yamatara mwayajanyeheh kotwazibuze ugiy kubir vyaréjudes bakubwir kohahez umwaka atamaconteur ahari muburund nimuyizan tubashorer
@Floribert-r7c
@Floribert-r7c Ай бұрын
Komera mutama ese regideso yomenya KO umuyagankuba ari business bareke kuza barasaba amahera y'ama extension kandi bazokwongera bakariha Ama raccordement.
@didasmugenzi4960
@didasmugenzi4960 Ай бұрын
Ese umurinda nkuba Niki?
@DiogeneImaniriho-j8u
@DiogeneImaniriho-j8u Ай бұрын
Uburundi nta buyobozi bufite.mwagiye mureba urwanda
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi Ай бұрын
Urwanda muribijuju.none ushaka uburundi burabire urwanda mufisiki😂.konamwe mwatijwe
@Artistfromburundi
@Artistfromburundi Ай бұрын
Kayanza luri Lomatec ntamuriro baraduha
@RwasaFenias
@RwasaFenias Ай бұрын
Oyaaaah! Banyakubahwa Se Barundi ntimugire ngo nabarundi babikora sibo kiretse namadayimoni yihindura abarundi kugira adushire mukaga atwice! Ibuka ivyodusoma muri bibiliya ivashikiye Yobu hajumuyaga utera inzu yarimw abana biwe bariko basangirira hamwe uwomuyaga wakubise impande zine! Bitangaje ukuwomuyaga warufise ubwenge ukava iburasirazuba ukongera akava iburengero, ukongera ukava iburaruko ukongera ukava ibumanuko uhiga inzu imwe yarimwo bene Yobu gusa! Mbega ntazindinzu zarihafi yayo kozitashikiwe nuwomuyaga. Munyuma hakaboneka abasuma basanga mururagiro haragiwe inka za Yobu bica abungere banyaga imitungo yose, naharintama zakemurwa naho hatibutse umuriro waje uva mukirere urayigiza intama nabungere bahari, uyo yari wa shetani yazarihindagura amashusho kugira atoteze Yobu! Natwe twaramaze kumumenya ishusho yose azohirahira gucamwo turayiranduye mugihugu ntagire icoyihishamwo mwizina rya Yesu arekure uburundi bwacu mwizina rya Yesu Amen!!!
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Ayo madayimoni niyo yohereje abasoda muri DRC abagore babo bakaba barahindutse abapfakazi? Nibo bohereza abasoda muri DRC ntibagaruke akoherezayo abandi kd aziko ujyiye k'urugamba M23 ihita imutuma k'uwiteka? Nibo babaza impamvu ibifungugwa bizimbye ati ntabwo nabimenya kuko m'urugo "mfite itoni zitanu zibiharage niz'ibigori" ati ibyo kuba abarundi bashonje ntibindeba?
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Uwo muyaga ninaho urimo kuza gukubita aho abasoda banyu batoreza abashaka guzaza guhungabanya umutekano wo m'urwanda?
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Sha nabatoze namubwira iki gusa icyo nzi ni umwiyahuzi washatse guca karonda ingona undi ashaka kwagaza intare maze imukubita ijanja
@orivierhakizimana
@orivierhakizimana Ай бұрын
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏💪
@KageraGonzage
@KageraGonzage Ай бұрын
None yamatara azoba akwiye imitumba yose jewe ndacarindiriye iwacu kuhagera
@FirminNDIHOKUBWAYO
@FirminNDIHOKUBWAYO Ай бұрын
ivya regideso ni amayobera hari umuntu nzi yasavye kontere imyaka 2 iraheze baguma bamubwira ngo ntiziraboneka
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 Ай бұрын
Ni ntango nziza cane! Umuyagankuba n' amazi mu Burundi bwose! Ego, cane birashoboka, ni gute abarundi nka bose umengo, ico bize ari ukubiba amacakubiri n' ubwicanyi gusa!? Twese abarundi, dusabwe guhindura ingendo n' ivyiyumviro!? Imana nayo izoca ihezagira Burundi bwacu!
@MsafiriValens
@MsafiriValens Ай бұрын
Igisigaye nyiricyubahiro ni uguca inzu z'ibyatsi
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 Ай бұрын
Ziriwanyu mu Rwanda.
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Baraguhenze harikera ubu ntanyakazi zirangwa iwacu zisigaye iyiwanyu
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
namba izonyakatsi ziriwanyu murwanda nayo uburundi ubuheruka kera
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
namba izonyakatsi ziriwanyu murwanda nayo uburundi ubuheruka kera
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
namba izonyakatsi ziriwanyu murwanda nayo uburundi ubuheruka kera
@DesireNkengurukiyimana
@DesireNkengurukiyimana Ай бұрын
Nyenicubahiro cuburundi yababwira nuko batumva .ibaz kubura compteur yamatara kandi ufis amahera.ukamara deux ans 3ans urindiriy inyishu nn abo bakoz ninyabaki
@NdikumanaGabriel-py2it
@NdikumanaGabriel-py2it Ай бұрын
Nyenicubahiro lvyuvuga nukuri ariko abenegihugu turinyumayawe n'aho harintovyi zankiterambere
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo Ай бұрын
Mutamawanj nukur ntakutagira ahubw ndabasab muzofate muhindure ingingo. Muzofat bijeyose yigihug tuyishir kukintukimw gkenew ndaz bizokundanez kwingorane zirimugihug zizohera. Ex duher kumuyagankubanyen tuwumenemw imitaheyose yama bij yibind bisata. Tuwukuy munzira tujekuyind project ukouko bizohav bigendaneza
@PeterKwizera-h8s
@PeterKwizera-h8s Ай бұрын
Abomwicaranye ubona basa nabahaze? Ivugire sha
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Ай бұрын
Mbega nihe hatari ubukene. Uretse amatekenika ko tuzi aho muri murwanda . Amazu nayagatsiko abandi buririra mugatubika uwavubi. Harya ngo aho kigari mufise ibiryo bisumba kampala? Ndabayweze ! Nigikiki murima ngaho atari urumogi muri nyurwe 😂😂😂. NGO mwibatse za Arena nda stade, nzijiza angahe . Arena nstade ninganda? Nako ngo mufise made in Rwanda ( kumatisi mwaguze za DRC na Nigeria) gushona gusa ngo made in rwanda 🇷🇼 ahahaha. Havuye itekenika ico musimbije abandi namazu uagatsiko kusaaaaaaaa . Ibindi ni itekenika g gusa
@userk23456
@userk23456 Ай бұрын
None guhaga ushaka bahage gute ?? Tubwire ivyo bihugu,abantu bahaza bose !!
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
abahaze basa gute zana foto yawe turabe ingene uhaze
@PascalNdiwenumuryango
@PascalNdiwenumuryango Ай бұрын
Uyomuministre uhayagiza arigera afata tourne vice canke pince agacahembwa umurengera ariko umu technicien abikora agacahembwa 87mille
@Lock940
@Lock940 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@NimbonaAudifax-h7c
@NimbonaAudifax-h7c Ай бұрын
Spider man
@bluehada2151
@bluehada2151 Ай бұрын
Warundi sisi ni wajinga tutaijengaje nchi yetu kama hatutaki kuwa pamoja.!!
Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.
2:54
Как Я Брата ОБМАНУЛ (смешное видео, прикол, юмор, поржать)
00:59
MITSUTSU COMEDY :Ubusinzi bukabije 98 UBUKWE Part2
31:13
Mitsutsu Comedy
Рет қаралды 553 М.
PAPA SAVA EP1132:DORE UBWAMBURE BWAWE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comesdy)
29:06