Ikiyago c'Umukuru w'Igihugu n'umwenegihugu w'i Mukike, mu rugendo Inkebuzo mu ntara ya Bujumbura

  Рет қаралды 61,851

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 48
@Eyocapetown
@Eyocapetown 3 ай бұрын
Amashurwe kuruwomuntu p barundi kanguka
@wellarsmunyaneza9267
@wellarsmunyaneza9267 4 ай бұрын
Mr president I love the way you love agriculture but agricultural production value adding is what Burundian need.
@florent8425
@florent8425 5 ай бұрын
Imana ibandanye iguhezagira
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 4 ай бұрын
❤❤❤Imana ihezagire uburundi bwacu bwiza
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 5 ай бұрын
Ndakunze caractère yiwe. Ça rénove sa simplicité.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 5 ай бұрын
President Visionnaire❤ 🎩 ✊🏾🇧🇮
@BayinganaEburadi
@BayinganaEburadi 4 ай бұрын
Nibyiza cyane
@odilonJ
@odilonJ 5 ай бұрын
Intahe iryoshe sanaa muhezagirwe🎉🎉🎉
@ntakarutimanaaudace9767
@ntakarutimanaaudace9767 5 ай бұрын
Bt
@ntakarutimanaaudace9767
@ntakarutimanaaudace9767 5 ай бұрын
Mwofasha terefonezanyu
@RugingoTv-lve
@RugingoTv-lve 3 ай бұрын
Ivyo vyaranciye intege narinziko nanje ngiye gutera imbere ariko novugako nasubijwe inyuma nawe nukuri ndabasavye icombona yitwazako arikure ntobasha kumushikira ngo nshikire ivyanje nukur ndabasavye mungarukire nanje muzoba mukoze Umwami abahezagire maye ndashima
@habonimana
@habonimana 5 ай бұрын
Intahe nziza cane iranyigishije can
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 5 ай бұрын
Uburundi buzaterimbere kugera kurwego ruzaba urwambere muri Eastern Africa!! Kubera ntibiyemera bemera uburyo buke bafise!! Ndabibakundira mukomerezaho!!
@EgideManirakiza-ic8cc
@EgideManirakiza-ic8cc 5 ай бұрын
L
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 5 ай бұрын
❤❤president twashaka kurim tukaburumutah zurawuduh dukor
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 5 ай бұрын
Kbx❤❤
@DieudonneNizeyimana-hu4cz
@DieudonneNizeyimana-hu4cz 5 ай бұрын
Abarundi gutera Imbere biri muminwe yacu dushak twokora tukirinda ibidusamaza
@RogerButoyi
@RogerButoyi 5 ай бұрын
Abakozi ba Leta muhebe akazi muje kurima niho muzokubaka impangu. Ngira mwumvise
@habonimanajeanbosco4647
@habonimanajeanbosco4647 5 ай бұрын
inkuru iryoshe cane nibaje kukivi umusaruro uboneke
@Nkurunziza-w8l
@Nkurunziza-w8l 3 ай бұрын
Kumbe!
@bajenezaeugene6652
@bajenezaeugene6652 4 ай бұрын
Ba Sabin na Ba Yago na Ba Irene bajyehe Ndabona NEVA Yabishyize kurundi Rwego!!!🤣🤣🤣🤣🤣
@Chadoubuhad
@Chadoubuhad 5 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮oye
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 5 ай бұрын
Ntakintu kimbabaza nko kwumva bavuga ngo uburundi burakenye ndavyumvise ndasesemwa pe pe abategetsi mwese murakwiye guhinduka mukaba nka never mukababazwa mwese nijambo ngo uburundi burakenye biransensema shaaa wapi kweri
@ErnestManirakiza-l5l
@ErnestManirakiza-l5l 5 ай бұрын
Uburundi ubwabwo buratunze ahubwo ababutwara nibo bakenye.Nshatse kuvugako ivyo butunze vyibwa nababuganza,ababutwara bivuze abategetsi batwara igihugu aho kugiteza imbere mukugikorera ngo bakibere abakozi bakibera abanyonozi bakagifukama munda bigatuma rer uburundi bukena.Ubundibwo abarundi ni abakozi munzira zose zibaho.Nubu ikibazo kiri kwaba batware nyene nayo abato bari kukivi
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 5 ай бұрын
😢😢 UBurundi ntibukenye ahubwo hakenenye ivyiyumviro vyabarundi nababutwara ariko ubu Abatahura basi Jew na wew nabandi nubwo Atari beshi turabona ko turiko turaja kwigenga muvyubutunzi 🎉🎉🎉 Mana hezagira UBurundi Najew nzogire ico ndabumarira 🙏🏾🙏🏾🙏🏾💯💥
@Mocha_211
@Mocha_211 5 ай бұрын
Nta goundron mu gahugu kinyegeje ?
@ekaiesikiria2104
@ekaiesikiria2104 5 ай бұрын
Umwana aritonda cane Kandi azoterimbere nimwamuba hafi
@vangoz8
@vangoz8 5 ай бұрын
Ndabarahiye uburundi buzatera imbere burenze dubai wait and see
@MagnoliaHabra
@MagnoliaHabra 4 ай бұрын
True
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 5 ай бұрын
Icirwa umuntu yokuramwo nuko umutahe tuwufise ni inguvu n amaboko yacu igisigaye ni umutahe w amafaranga naje ashoboka yokugura umwavu n imbuto zirobanuye.
@IrankundaVian
@IrankundaVian 5 ай бұрын
Iyo ninkubuzo kurijew vrt
@rahaytv26
@rahaytv26 5 ай бұрын
🎉🎉 🎉
@Shani-b1c
@Shani-b1c 5 ай бұрын
Nanje nyakubahwa urampa Aho ndima nzohagusubiza nguze rwanj
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 5 ай бұрын
Abategets jw nibo nshaka kubaza ikibazo kimwe gusa aho mwebwe kweri murashaka ko uburundi buterimbere konzi abarundi turabakozi rutura kandi babahanga nka jw mwozana igitoro amatara namabarabara ivyo gusa jw mumyaka cumi irimbere imbono noba narayisize kera
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 5 ай бұрын
So jw ndibaza ko harabategetsi badashaka guhinduka ngo bemere bakorere igihugu duterimbere vrmt jw sindavyumva pe
@jinamajody
@jinamajody 4 ай бұрын
Please our president rka guhenda abantu Ngo umutahe wo muri 2005 wigwijeko na cumi? Hubwo wagabanutseko incuro icumi. Reka gukora ibiharuro vyo muri yagamukama kandi ubigira inkana. Rka nkwereke: Uyumunsi umuntu yinjiza 1.500.000Fbu ku kwezi nukuvuga 200$ Muri 2005 ayo 1.500.000Fbu yangana na 1200$ None ivyo usigura wumva ubikura he? Ko isuka, ibati, umusumari ama carreaux.... ....... Vyooose bigurwa mwayo ma devises🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️ Rka kubesha abantu kandi ubikora nkana☹☹☹
@JeanmarieSinzotuma-u2g
@JeanmarieSinzotuma-u2g 5 ай бұрын
Nyakubahwa avuze neza kuko n'a jewe ndashaka gukora ariko uburyo nkabubura kandi hariho aboduhereza ibikoresho ariko ntibaduha
@fundimorisho8230
@fundimorisho8230 5 ай бұрын
Nuakubahwa komera turikumwe imana nayo irimbereyawe komera
@NiyokwizigiraIsaac
@NiyokwizigiraIsaac 5 ай бұрын
Directe
@RugingoTv-lve
@RugingoTv-lve 3 ай бұрын
Ndagize mwiriwe nyakubahwa mukuru wigihugu ?ndabashimiyeko muyaga nabanyagihugu,jew nagomba nishure mumbabarire ariko ubu harabantu binryarya biragoye kwizera umuntu atihe rima tuzogabura ,akarorero jew naguze agashopu muri zambiya ndayibwiwe numugenzi gotwiteze imbere ngura gwanje ambwiyeko burukwezi nzoza ndonka 1million na majana ariko kuva aho nayiguriye nubu nkaba ntararonka nuruceri ,sigusubizwa basi mbona aguma ankwepa mwoba mukoze nanje mugarukiye nkayasubizwa mwoba mukoze
@NshimiyimanaJoel-xc7ne
@NshimiyimanaJoel-xc7ne 4 ай бұрын
Ark president akora ibiganiro bya KZbin channel
@NgenziAfrica
@NgenziAfrica 4 ай бұрын
Ufise ubwenge buke biragoye gutahura Son Objectif
@AllyPro-h9b
@AllyPro-h9b 5 ай бұрын
Badutemwo ayachu rero umwewese yimenye 😂😂😂
@lilianempinganzima2762
@lilianempinganzima2762 5 ай бұрын
Perezida sha wumunyamakuruuu😂😂😂😅
@NgenziAfrica
@NgenziAfrica 4 ай бұрын
Ivyo ariko arakora ufise ubwenge bike biragoye gutahura.Ivyo biramotiva less autres jeunes burundais comme ça nabo babone ko bishoboka baje kukivi
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 5 ай бұрын
uwomuntu nawe ubwoba buramwishe .umengo umutima ugombumucemwo yicaranye na.ppa buntu
@NdihoNdiho
@NdihoNdiho 5 ай бұрын
Nukuri
PAPA SAVA EP1085:NYEREKA NYASHI!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
39:20
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 380 М.
It’s all not real
00:15
V.A. show / Магика
Рет қаралды 20 МЛН
Quilt Challenge, No Skills, Just Luck#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:32
Family Games Media
Рет қаралды 55 МЛН
Abantu bitwaje intwaro bishe umuntu umwe abandi barabazirika.
5:00