From my guy Mr Wabuja ❤❤❤ urazi ikirundi sana more than me bro.
@famoustv4588Ай бұрын
keep it up hosy!! turakeneye abantu nkawe baduha ibintu bishasha!! much love from @famousTV!❣
@dushimeyann-n7gАй бұрын
Hello hosy Much love I really like your videos you've really doing great with Wabuja it was amazing that parcours with that guy, and hope our fellow brothers and sisters, Burundians got the message ( .... ), and about badminton 🙈 😂 ... It doesn't belong to you 😅 Well thanks for the share of the moments and vibes from 🇨🇳🔥 Much love again🙏🙌
Iyi video nayikunze kuko itwigisha ivy'ubuzima bwo muBushinwa. Jewe icantangaje n'uko les jeunes chinois usanga bitwa Jim, John kandi mumazina yabo nyakuri iryo ritarimwo. Kuri ivyo vy'amareligion nanje hari ivyashikiye. Kuri campus ya universite hariho groupe ya Maranathan yatumira foreign students kandi waraharonkera na repas. Jewe nagiyeyo pour voir comment les americains vivent leur foi. Barampaye bible, hanyuma nanje ndayiha uwundi, umunyafirika twajanayo yaranshavuriye rwose.
@Claudine. Mbega uri umunyeNgozi wa he? Jewe nize College Don Bosco y'iNgozi (1964-1971). Narinzi ko mw'iBomba aho nize umwaka wambere primaire ari muri provinsi y'iwacu ya Karusi, mugabo nasanze aho hantu frontiere ikurikira ibarabara et non le petit marais/ruisseau qui passe a l'ouest de Bomba. Mumyaka iheze iBomba barahubatse paroisse catholique nshasha.
@@stansiyomana1239 ego kl biratahuritse nkubu nkumugenzi wnj ndashobora kumubwira ati waravyibushe shn wambwawe weni saw ubu inoti naha naha ahowibaza kwashura wp ntatima ribi kl
@stansiyomana1239Ай бұрын
@@Nidivin Nko muri Amerika les jeunes noirs baba mumaghetto baritana nigger. Mugabo en general muri societe americaine iryo jambo ntawubahuka kurivuga. Bavuga the N word. Jewe rero mbona abantu bokwitana amazina yabo atawundi abumva. Kuko ushobora kwita mugenzawe umuhimbiri kandi hari nk'umushinwa nawe amubona nk'umuhimbiri kuko yagiye mugihugu ciwe kurondera ubuzima. Birambabaza nk'iyo numva abanyarwanda bitana abaCaritas kandi abantu bafashwa na Caritas bagumana leur dignite humaine.
@bellamanishimwe109Ай бұрын
Keffa ndamwumva m sindamubona
@felixniyokwizigirwa2044Ай бұрын
Wabuja ndamukunda trop wang
@EricNdayikengurukiye-i9pАй бұрын
Vyiza cane
@donnar3790Ай бұрын
Salim nuwakera china
@NidivinАй бұрын
Yifitiye imana muhira ndagasui 😂
@evelynenkurunziza287Ай бұрын
😂😂😂😂 2:40 ngondafisimana muhira😂😂😂
@subikasam4911Ай бұрын
Wabujaa Ni ubwa mbere mumvise avuga uvuga ikirundi. Nkirikira channel ye ya English gsa ni uwa mbere
@imidythelegendtv2048Ай бұрын
I like it
@ngendakumanajeanmarrie7490Ай бұрын
Mimi nimkalimu sana 😅😅 wachini nimewapenda kupitia hapa
@user-of8mq5fr2tАй бұрын
Hosy love u💖🫰
@itekavaa528Ай бұрын
Dragon fruit😂 next Time try izisa na orange 😅
@user-ju9rd1pe7bАй бұрын
nikundiye mazina yanje Mimi
@uwimanaestere9347Ай бұрын
Courage hosy❤❤
@NidivinАй бұрын
❤❤❤
@iradukundaange-rw8eyАй бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@nimbonadieudonneАй бұрын
Ndimo ngukurikirana ndi kigali kicyukiro.
@dianeinamwizaАй бұрын
Hosy,uyo muhungu ko wamujaniranije,umubwira ko aba chinois batagira imana,utangura kuvuga ivyo aba chretiens bavuga babwiwe n,abazungu,ko ata mana yindi ihari atari imana wewe usenga,donc kes chretiens,none niko uhora ubwira aba musulmans,bobi barazi kwidefendant ntuwovyubahuka,ukuntu relo wabiwuze na orgueil irenze.Imana nimwe ncuti,Bouddha,allah,imana y,aba chretiens,bose basenge imana,aba chretiens murakwiye kureka ivyo kubona ko ari mwebwe musenga imanagusa,muri 2024 nta muntu akibivuga,uyo muhungu vyanse ko yisigura uca uramwifatira pe,ito uhura n,umuchinois azi sa religion wari kumirwa
@ismaelray6840Ай бұрын
Kabisa wagize Bien kumuronka @wabuja
@regismfuranzima6312Ай бұрын
Iga icongereza ntiwandike titre mu congereza ngo uvuge ikirundi hari nk umuntu ari Nigeria ataba yoshobora gutahura ibiri indani kandi titre yayitahuye