Melanin Boy ISEZERANO( Official music video)

  Рет қаралды 2,090,910

Melanin gusto

Melanin gusto

Күн бұрын

hello ladies and gentlemen after ELENA and NO FORCE IN LOVE another romantic song is here for you guys, enjoy it,sharing with the most person you love in the world

Пікірлер: 3 600
@bfaceofficial
@bfaceofficial 4 ай бұрын
Uyu muhungu asa na Matata😅😅 🙌👌👌 ngoma kali muri somalie twayikunze😅😅
@NkirekubwamunguOlipro-gi2uy
@NkirekubwamunguOlipro-gi2uy 4 ай бұрын
wavuye mur Palestine ugez somalie ga b fc???Arik ndi mur mood yiki kigoma cuyumuhung!
@fleuryburna
@fleuryburna 4 ай бұрын
b face
@Adujeanclaude
@Adujeanclaude 4 ай бұрын
Asa na Lucifer akiri mwijuru
@NdohoAud
@NdohoAud 4 ай бұрын
Acha uongo bro ahubwo asa na wewe gusa ubu abaririmvyi bo muburundi muriko muvyifatamyo neza muduha ama hit song gusa gusa mwubahwe ubu ntazo hakurya yacu tucumviriz ntamwanya tukizironkera kuko ntimudutezurira ndipfuza kwo mwokwogera aka Volume kugira tubarenze urwamo umuziki wuburundi bwacu bwiza cane usamirane mumakungu
@Nidivin
@Nidivin 4 ай бұрын
Ngondimuri somalie nukuri 😂😂😂
@godleientertainment6411
@godleientertainment6411 4 ай бұрын
niba uri uwi kigali mpa like @melanin Boy keep going mn nice song
@Isaniroempire
@Isaniroempire 2 ай бұрын
I can listen to this song 24/7. Love from Rwanda!!
@PrinceMwami-pm8ou
@PrinceMwami-pm8ou 4 ай бұрын
Congo🇨🇩 Melanin Boy tunakupendaka sana ❤Love from BUKAVU 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
@B_lyriics
@B_lyriics 3 ай бұрын
Unasikia kirundi😅😢
@IrakozeDiane-vi9dy
@IrakozeDiane-vi9dy Ай бұрын
Vy vrai unasikia Kirundi ❤❤
@raymanalangri1479
@raymanalangri1479 26 күн бұрын
​@@B_lyriicsBukavu na bashii baravuga kimyarwanda
@Evelyne-t6d
@Evelyne-t6d 24 күн бұрын
Err6
@Evelyne-t6d
@Evelyne-t6d 24 күн бұрын
Urashoboy urakamba turagufana
@admin-b2x
@admin-b2x 4 ай бұрын
Isezerano dukwiye kurikurikiza Nice song kumu brother nemera mumpe ize like bakunzi ba Melanin boy
@Fabenice-vq1cs
@Fabenice-vq1cs 4 ай бұрын
,kzbin.info/www/bejne/Zpume6Kumbp8ipIsi=I5Vbr57e_xgGbq8v
@madjaliwaimidy6679
@madjaliwaimidy6679 2 ай бұрын
Melanin raba umutumire uno muntu araboneka ko ari umu fans wawe
@UWIRINGIYIMANAEvariste-f6s
@UWIRINGIYIMANAEvariste-f6s 2 ай бұрын
A​@@madjaliwaimidy6679
@BenjaminImanirabaruta
@BenjaminImanirabaruta 4 ай бұрын
Kuva murwanda rwagasabo niho tuba twibereye love from rubavu Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@UwarirayeChristine-c1s
@UwarirayeChristine-c1s 28 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤ love
@ellaangeleizere-ki6tz
@ellaangeleizere-ki6tz 4 ай бұрын
Isezerano🔥🔥🔥Hashe Hashe🔥🔥🔥Uyo niwe Mélanin OG umu Yuda yiyemera!🔥🔥🔥💫Umwana w'igihugu akira amashugwe yawe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@MediqueKwizera
@MediqueKwizera 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉
@PatrickKwizera-r7q
@PatrickKwizera-r7q 4 ай бұрын
ufise umu compositeur muzima ntabushizi bwisoni courage amajambo yindirimbo zaw nayibihe vyose🎉
@JeanNduwayezu-e2n
@JeanNduwayezu-e2n 4 ай бұрын
Eg vrt indirimbo ziwe zirimwo amajambo meza yakanovera
@dauphindauphin1173
@dauphindauphin1173 3 ай бұрын
❤😂🎉 0:54 0:57
@JumaJumix
@JumaJumix 4 ай бұрын
I like this song you are the one we niwe uzosigarana ikibanza ca Big Fizzo bandanya uku urikiza pole pole🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NtakarutimanaViolette
@NtakarutimanaViolette 3 ай бұрын
Bone
@elswaggerpromoter
@elswaggerpromoter 4 ай бұрын
First coment mumpe izo like nyimba uyumva yakunyuzee
@PamellaIrakoze-c4f
@PamellaIrakoze-c4f 4 ай бұрын
Gusto Gusto🔥🔥mpaka hashe✨abemeranya nanje KO ino song itwika mump izo like🥳🥳
@GranellyNiyongere
@GranellyNiyongere 4 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@JustinHakizimana-ly9yp
@JustinHakizimana-ly9yp 4 ай бұрын
Iyi song irareuze pe big up sana uri Mr buryohe gikundiro umwanditsi mwiza
@IbreezyOneWay
@IbreezyOneWay 4 ай бұрын
A BIG HIT MAKER 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥☄️ THIS SONG IS SOMETHING FOR REAL🔥🔥🔥
@Top_Up_Tv
@Top_Up_Tv 4 ай бұрын
One way ❤
@AkashPro-lj3cr
@AkashPro-lj3cr 4 ай бұрын
Nshirirako like nyamba wayumvirije akarenga gatanu😭😭😭😭❤️❤️
@tontonduwa6412
@tontonduwa6412 Ай бұрын
Je l écoute tous les matins
@hfbthydhfby179
@hfbthydhfby179 Ай бұрын
​@@tontonduwa6412❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ amasezerano
@elvisiradukunda7990
@elvisiradukunda7990 3 ай бұрын
Naditse commentaire mumpe like naryo n' isezerano ,good song big broo
@audryniyongabo2787
@audryniyongabo2787 4 ай бұрын
Ivyiyumviro bikaze cane nivyo biranga uyumusol tumuh amashurw yiw so nc song🇧🇮🔥🔥🔥
@NoéBunt
@NoéBunt 4 ай бұрын
Uy niwawundi Nasengera 😂 ndatanguye Kubona inyishu kbx🤭🤭🎉🎉🎉
@ArdonNzoba
@ArdonNzoba Ай бұрын
Urarenze nukuri icokunyereka amasokuyandi noguha buzzzzzzz zirenz iyindirimbo iranyica❤❤❤❤❤
@Mrmorgan257
@Mrmorgan257 4 ай бұрын
Uwemerana nanje ko song iryoshe ampe izo like 👍🎉
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 4 ай бұрын
✌✌✌🧢🧢
@Hollympano-p7k
@Hollympano-p7k 4 ай бұрын
Respect my brother ntago nabikekaga ko ufite before Yuko utangira umuziki ndakuzi Gusto tukurinyuma am Hollympanofrom Rwanda 🇷🇼
@CedricNduwayezu-yg1cq
@CedricNduwayezu-yg1cq 4 ай бұрын
Muta urakaze
@IssaMANIRAMBONA
@IssaMANIRAMBONA 3 ай бұрын
Mwiza wanje
@chrispainbigirimana1812
@chrispainbigirimana1812 3 ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/oHm3cmCwpNCfY5Ysi=3Oo-68rstgPObyCQ
@JohnBosco1
@JohnBosco1 4 ай бұрын
Niwe gusa dufise muri ino game. 🎉🎉 Good melody,, best video 📹 🎉🎉❤🇧🇮🇧🇮🇧🇪
@EspéranceNahabandi
@EspéranceNahabandi 26 күн бұрын
😂😂 Kiramukunda sana nkanje
@denisenijimbere5802
@denisenijimbere5802 3 ай бұрын
Uwumv nkajew ko melanin aterur akamber muburundi mubavug voice iryosh like
@jadosmith6794
@jadosmith6794 4 ай бұрын
Uwemeranya nanje KO uyu muhungu ari mukazi agonge like ngaha
@LkingValentin-yu9wl
@LkingValentin-yu9wl 4 ай бұрын
Nanje reka ndaguhe isezerano kuba umu fan wawe forever abo tuvyumva kumwe give me like👍
@inziratech7686
@inziratech7686 3 ай бұрын
Great song.
@joananailla3643
@joananailla3643 4 ай бұрын
I'm in love with this song❤, nice song.
@Protais-Tv
@Protais-Tv 4 ай бұрын
uwumvirije iyi song incuro irenze imwe ampe iyo like🥰🥰
@BigiVictor
@BigiVictor 4 ай бұрын
Umwana wigihugu tumuhe like nyishi👍👍hit song 🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮
@asake3.official
@asake3.official 4 ай бұрын
Talent yiberey aho
@MelissaGateka
@MelissaGateka 2 ай бұрын
Urarenze
@FrancineMpundu
@FrancineMpundu 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤ iyi song irimo amajambo meza cane. Melanin komeza uja imbere ❤❤❤
@AvithNTAKIRUTIMANA
@AvithNTAKIRUTIMANA 4 ай бұрын
Nice song hejuru cn melanin hejuru caneeee isezerano hejuru cn nahonacerew mump like abotubibon kumw kuyumuhungu AJ kuhatwika😂😂
@janvierlomorgan2876
@janvierlomorgan2876 4 ай бұрын
shaaaaaa urankomyeeeee kbx nanj nubona ntakir umu fan waw nanje bazo bandoze kuko sinobikora ndimuzima 🤜🤜🤜indirimbo yibihe vyose hit song , good song 🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️
@TonybrunelISHIMWE
@TonybrunelISHIMWE 3 ай бұрын
Asha vraiment ntaworeka kuvuga kw'iyi song utarenze hab kuri arrangement musicale,mélodie,vidéo.Audio yo ntitwovuga ukuntu iremereye.tubishizemw inguvu 1M mu ndwi 4 vyoshoboka .iyo n'indirimbo n'umwuzukuruza wanje azokumviriza ntarambirw nay'ahandi ho Nta kuntumira Na kumw abanyamahanga botwinjirana mugihe tugifise umuziki nkuyu.Much respect for you my brother 🙏🫡🫡🫡
@AristideDk
@AristideDk 4 ай бұрын
Nkaneye like y'Umuntuu yemera ko Melanin ashoboe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@OrnellaBajju
@OrnellaBajju 4 ай бұрын
Ego arashoboye🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ I LOVE YOU mélan boy❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ELENA Ntupfuhe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@JamilaNizigiyiimana
@JamilaNizigiyiimana 4 ай бұрын
Cane❤
@MediatriceNduwimana-z2q
@MediatriceNduwimana-z2q 3 ай бұрын
❤❤❤ndakwikundira maz 😅❤❤❤
@AnthonyBraiseMartial
@AnthonyBraiseMartial 3 ай бұрын
Namukubar
@LishTwzr
@LishTwzr 4 күн бұрын
Nje ndavyemera kugusumvya
@AbubakarNishimwe-jb8gf
@AbubakarNishimwe-jb8gf 4 ай бұрын
Yewe uwemera k uyu muniga arenze ashirehi like nibereye Mwanza Tanzania 🎉🎉
@RukundoOlivia-ib1of
@RukundoOlivia-ib1of 2 ай бұрын
Saramambosiwe,ni,Olivier,rukundo
@AbubakarNishimwe-jb8gf
@AbubakarNishimwe-jb8gf 2 ай бұрын
@@RukundoOlivia-ib1of n
@AbubakarNishimwe-jb8gf
@AbubakarNishimwe-jb8gf 2 ай бұрын
@@RukundoOlivia-ib1of man sinagutahuy Neza vrt
@rvicent3215
@rvicent3215 3 ай бұрын
Yes Landry sb na Melanini Boy ndanezerewe iyi Video uko mwiyumviyekuyikorera hanze zirya mukorera munzu ninziza ariko apana buri video big up uraziko nkwemera love from R Vicent womu Rumonge.
@ChrisMB
@ChrisMB 4 ай бұрын
Tonton Melanin 🫡Respect 🔥
@Top_Up_Tv
@Top_Up_Tv 4 ай бұрын
❤❤❤
@OlivierNfuranzima
@OlivierNfuranzima 4 ай бұрын
Mutima rwanje uraho??
@Ericofficial257
@Ericofficial257 4 ай бұрын
I'm th One kuyireb isezerano disiii❤❤❤
@GracienneBigirimana
@GracienneBigirimana 4 ай бұрын
Indirimb nkiz nizotuba duchaka melanin wubahwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Muvyambusniper
@Muvyambusniper 4 ай бұрын
Uyumuhungu agomba gutuma subira mur love❤ so namba wayikunze nka nje mpako ka like
@CrevineNiyera-fn9zw
@CrevineNiyera-fn9zw 4 ай бұрын
hhh ng gusubirayo
@Friendshipslove
@Friendshipslove 4 ай бұрын
😂😂rab ururaremw
@SamuelNiyomwungere-h2m
@SamuelNiyomwungere-h2m 4 ай бұрын
Kawuka comme conseil😂
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 4 ай бұрын
Let's reach some 500k of views in less than 2 weeks. Let's go. This song is amazing guys😍😍
@BernitheNduwimana
@BernitheNduwimana 3 ай бұрын
@yazzbennyYazz
@yazzbennyYazz 4 ай бұрын
We love muzik uwemera wese karabambere muri est afrique nampe like
@moullaommywayneofficial1199
@moullaommywayneofficial1199 3 ай бұрын
Another one Another hit woow my boy ntiwogwishaaaa
@PacifiqueManariyo
@PacifiqueManariyo 4 ай бұрын
Aratwika sana atuma uja murukundo sana❤️❤️abavyemera mumpe like 🎉🎉
@SilasBitangimana
@SilasBitangimana 4 ай бұрын
New indirimbo zuyumutip siniger ndazihimba vrt kimwe ndamwipfurije jugera kure hashobok isezerano disiiii❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@DJ_KEY257
@DJ_KEY257 3 ай бұрын
Nimba uyimviriza 2fois kumusi imp liké 🇧🇮🔥
@Daking-rh4lj
@Daking-rh4lj 4 ай бұрын
Ico ukoze urazii kwandika ukamenya no kuririmba.courage sna.turgukunda❤
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 4 ай бұрын
Abemera kwari Hit mumpe like 🇷🇼🇹🇿🇧🇮🔥🔥
@jeanrichardniyongabo3019
@jeanrichardniyongabo3019 3 ай бұрын
I Kinshasa yadushikiriye Ku mwanya. Quel talent!! Big up.
@pacifiquendayikezapeace5629
@pacifiquendayikezapeace5629 4 ай бұрын
Uwumaze kwumviriza iyi song incuro zirenga 5 ampe likes. An other step an other level 👏👏 big up san Gusto melanin boy
@PrincedigniteAkimana-ef1sz
@PrincedigniteAkimana-ef1sz 4 ай бұрын
🥳🥳🥳muhungu wanje sha 👏niwew utum nja murukundo mbere😂😂😂
@ItekaChrisDonDeDieu
@ItekaChrisDonDeDieu 3 ай бұрын
Tubandanye kuraba inshuro nyishi indilimbo isezerano ❤ 1M tuyikwize vuba🔥
@AkashPro-lj3cr
@AkashPro-lj3cr 4 ай бұрын
Nshirirako like nibereye Kenya Nairobi tubandanye twumiza Fernando yibaza ko bidashoboka adahari😅🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪😭😭😭❤️❤️
@YamuremyeIsaac-nt7sg
@YamuremyeIsaac-nt7sg 3 ай бұрын
Mon frère nimba fernando umwanka ntiwibaze ko twese ari uko kandi mwebwe abisi ntamwanya tuba tubafise mwashatse guteranya melanin na fernando ariko vyaranse
@Friendshipslove
@Friendshipslove 4 ай бұрын
Uy mu Tipe ndamwumvis rimwe mpise nkund iy song mashallah ❤❤❤❤
@FabriceMurengerantwari-ry6po
@FabriceMurengerantwari-ry6po 3 ай бұрын
Komeza
@VincentIrakoze-bp4ql
@VincentIrakoze-bp4ql 3 ай бұрын
Pls umvirz nizind ndaz urashm
@kelvinduhimbarwe
@kelvinduhimbarwe 3 ай бұрын
Sha iyi ndirimbo uraryohey ugutwi pe!!ninyuma yimyaka iza izoba igifise akanovera Texto nziza ikoze neza courage muhungu wacu
@hervebigirimana7994
@hervebigirimana7994 4 ай бұрын
Uwakunz iy song nkanj amp like melanin boy hejur caaan good song ❤
@DiivinButoyi
@DiivinButoyi 4 ай бұрын
Nubu ndakazindukiyeko uwumvirije iszerano mugatondo nkanje amp like❤
@innocentniyizishura9684
@innocentniyizishura9684 3 ай бұрын
Big up san my big brother nakubali kabxa you are the best artist from burundi toujour hejuru tuzetubonan mucibitok kwidogodog thx
@aymarghislainirakiza428
@aymarghislainirakiza428 4 ай бұрын
Neza cane Grand🔥🔥💯muriyi mood nyenee song kali🙌
@imebebonfils
@imebebonfils 4 ай бұрын
Gumaakukivii musore w'Igihugu 🇧🇮 jew umurundii nkawee ndakwemera ndanagukunda trop komeza tukurii nyumaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@PascalNdereyimana-ir3wk
@PascalNdereyimana-ir3wk 4 ай бұрын
Imana ibahe imyaka myishi muricogikorwa wew Melan hamwe namugenzawe DJ Fernando mwempi ndabemera muranduhura sana .
@ArmelGateka5
@ArmelGateka5 4 ай бұрын
Take this good music from Burundi 🇧🇮🇧🇮 to the World !!! Love from Canada 🇨🇦🇨🇦🎉🎉
@KevinNdayizigiye-hn7gw
@KevinNdayizigiye-hn7gw 4 ай бұрын
Ndakunda ukuntu udu songs twawe tuba dusukuye nukuntu tuba turimwo discipline. Tu es un professionnel ! God bless you Mr Gusto aka melanin boy
@Bph1xz
@Bph1xz 2 ай бұрын
I still repeat this song is so sweet to listen it nubutamu kbx🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@Short_story12316
@Short_story12316 4 ай бұрын
mbega hit song bwabundi ndabonye kuri Kur level zaba super star cane si bwabwana imyandikire yawe top cyane❤❤❤🔥🔥🔥
@NduwingomaAbdoulshakur
@NduwingomaAbdoulshakur 4 ай бұрын
Nsimbesha mubantu bambere dufise muburundi bafis ijwi ryiza uri mubambere love this tune more thanks for make ma day ❤❤❤🎉
@edmondirakoze6450
@edmondirakoze6450 2 ай бұрын
Noo sikwijwi gusa arafise impano ikomeye cane vrmt yo kuririmba 🤜🤜
@UrbainNiyongabire-hs7mu
@UrbainNiyongabire-hs7mu 3 ай бұрын
Congraturation brother kuri 500k in 2week
@PatienceMbanzabugabo-sc4xp
@PatienceMbanzabugabo-sc4xp 4 ай бұрын
Burya harimpano zinyegej kuk abantu mudashigikira izimpano😢😢😢😢 vrt numv umubabaro impamv tudashigikira melanini boy ❤❤❤❤ bg up szn bto vyos Iman izobikora 1M 2semaine🎉🎉🎉🎉
@KwizeraFerdinand-yf2kq
@KwizeraFerdinand-yf2kq 4 ай бұрын
Kbx
@aaronbizoza5973
@aaronbizoza5973 4 ай бұрын
❤🎉🎉🎉
@djumabiniddy9010
@djumabiniddy9010 4 ай бұрын
Waooooooo this is burundiano buja Flava 🎉🎉🎉😂 Mumpe like zanje twimanukire
@ralphnick9304
@ralphnick9304 4 ай бұрын
Brooooo wubahweee 🎉🎉🎉🎉🎉iyi song irasosa nukuriii😢😢😢
@taysonsugar2579
@taysonsugar2579 4 ай бұрын
URARENZE BRO abakuzi barakuzi keep moving forward
@Tiba_official
@Tiba_official 4 ай бұрын
Hi hiii seriously 😳😳😳 hayibo iko right kunjani namushlanje Proud of you guys
@AboubakalNizigiyimana
@AboubakalNizigiyimana 3 ай бұрын
My brthr iyi song irarenze uramfise kbs respect💯♥️🔥
@EricNDAYIKENGURUKIYE-h9o
@EricNDAYIKENGURUKIYE-h9o 4 ай бұрын
Umwana wisezerano ❤❤❤adutamw isezerano yadusezeraniye 🎉🎉🎉
@lovepounder8843
@lovepounder8843 4 ай бұрын
Waaaaaaaoooooooh song tuba dukeneye nizi iyi izokwamaho ❤❤uwo yaroheye nkanje ampe iyo like
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 4 ай бұрын
Cyakoze ufite ijwi ryiza cyane😢❤❤❤ courage vmnt ndagukunda cyane❤❤❤❤❤❤
@RadegondeNkunzimana
@RadegondeNkunzimana 4 ай бұрын
Eeeeeeeh mélanine iyindirimbo ikubere umugisha kuko niyo iriko IBA hitty❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@JabaguhirwaJeandedieu
@JabaguhirwaJeandedieu 2 ай бұрын
Iyindirimbo irikubikoratoo niba umwemera impa aklike pee
@wizbreezyob
@wizbreezyob 4 ай бұрын
Abemera Melanin Boy mumpe like
@ircorneillengendabanka-lq8kp
@ircorneillengendabanka-lq8kp 3 ай бұрын
Nice song nukuri amajambo meza yubwenge, ter'uja imbere bro.
@elvis_official8907
@elvis_official8907 4 ай бұрын
Big up Melanine boy this song is my favo uwayikunze nkanje ampe ama liké👍🇧🇮
@fleury257
@fleury257 4 ай бұрын
Bazoba bandoze oya sinobikor nkiri muzima ❤❤❤❤❤this song deserve a trophy Like pls
@aimablengarukiyimfura2815
@aimablengarukiyimfura2815 Ай бұрын
🥰🥰🥰😘😘wawouh quel bon chanteur ❤❤courage vrement imana izagufash ibihe vyos izokwama ikurind abasi baw
@Short_story12316
@Short_story12316 4 ай бұрын
Runo Ru Beat ndake rurakaze cane namajambo rero shize muri subwoofer numvise norara ndakinda ijoro ryose nitambira melani boy babiri bkawe ntabahari🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@NumerousHashazimari
@NumerousHashazimari 4 ай бұрын
Wubahwe can ❤️❤️❤️uririmvye amateka yanje gusto hejuru can💪💪
@IsidoreNDIHOKUBWAYO-zg2gi
@IsidoreNDIHOKUBWAYO-zg2gi 3 ай бұрын
❤❤❤iyi song ndayumviriza kensh/jr
@igabanezasablinciel4218
@igabanezasablinciel4218 4 ай бұрын
Harukunt nkund indirimb zuyumujam bikandeng kwijwi ryiwe narya ryakura umushaha wanjy uzanansaz kbx ❤❤❤ ISEZERANO kurinjy ni FOREVER ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤
@adonainissiyakinntore8769
@adonainissiyakinntore8769 4 ай бұрын
Uwemeranya nanje ko uyu muhungu agiye kudusubiza mu bihe vyaba Canjo Amissi ampe izo like❤️❤️
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 4 ай бұрын
Tuvyumva kumwe .
@DianeIcimpaye-nw8hg
@DianeIcimpaye-nw8hg 2 ай бұрын
Kurecane nihonnda kwivurije Mélanine ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@PacificIrakoze-wh9et
@PacificIrakoze-wh9et 4 ай бұрын
Nice song Melanin boy. So, take flower 🌹🌹 and we support you too 🥳
@emerynduwimana13598
@emerynduwimana13598 4 ай бұрын
Gusto wa kwetu gitega,the best artiste, chukuwa mauwa yako, walllah nyimbo kaliiii xaaannna🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
@JimmyIrakiza
@JimmyIrakiza 4 ай бұрын
Hit song mélanine ndakwubaha ndanagukunda ❤
@AmigöFabrice
@AmigöFabrice 4 ай бұрын
Ndetse ko sat-b arusha imyaka melanin boy Ari mukazi ariko ntamurusha kwandika neza indirimbo. Ikindyohera nuko atabijambo bibi aririmba!!!
@BonneNishimwe
@BonneNishimwe 4 ай бұрын
Oooh iyi Ngoma ni Kali.Melanin boy hejuru cane
@djover9300
@djover9300 4 ай бұрын
Waaa nice song brother imana imbere vyose irabikora ikabigerura
@GuyArnaudIrangabiye-mk7cj
@GuyArnaudIrangabiye-mk7cj 4 ай бұрын
Ndagukeje can iyindirimbo iraryosh can Kandi irimwamajambo yubaka indirimbo zaw nagir ndakubwir naho zitaba hit caan arik courage kuko nizandirimbo zidapfa❤❤
@SamuelMurishi
@SamuelMurishi Ай бұрын
iy song ndayikund kubi vrm big up san brooo kbx uhabw inteb yimber kbx
@An7_Official530
@An7_Official530 4 ай бұрын
Kbx iyo Ndirimbo hejuru cyaneee 🎙️🔥🇧🇮 #Melanine Boy
@odetteniyo4866
@odetteniyo4866 4 ай бұрын
Amagambo umu ex yumva akaja mur hypo😥😥 good job mélanine abari mwisezerano 👍 ndababone
@DieudonnéNdagijimana-t6z
@DieudonnéNdagijimana-t6z 3 ай бұрын
Nawel uramukomye😢😂
@DieudonnéNdagijimana-t6z
@DieudonnéNdagijimana-t6z 3 ай бұрын
Nawel uramukomye😢😂
@Alainprincengabirano
@Alainprincengabirano 3 ай бұрын
Abemeranya nanje KO mur 4weeks izoba ikwije 1M mumpe like
@sindayigaaudace
@sindayigaaudace 4 ай бұрын
Courage 💪 Melanin boy Namba wemera KO ari hejuru impa likes 🎉🎉
@tk-padonniyonsaba
@tk-padonniyonsaba 4 ай бұрын
❤❤❤ Akazi k'umutse💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮Uno mwana abandanye kwamamara.Slowly slowly u will jump to another level🎉🎉🎉 From my 🌹🌹🌹from🇰🇪
@BilaliAkimana
@BilaliAkimana 3 ай бұрын
Uranyiza kuririmba nanj ndagufana cane ❤❤ Mungu mbere
@abdoulirakoze-zh1wy
@abdoulirakoze-zh1wy 4 ай бұрын
Kubwanyu WE love music ntanikindi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@desireirambona5701
@desireirambona5701 4 ай бұрын
Aho nyene urahejeje konona ugwaruka uradometse urigiriye gusa ❤
@Fabiolairadukunda-xl1gu
@Fabiolairadukunda-xl1gu 2 ай бұрын
Nanj yaray ampay uburozi kubw'iyi song😂
melanin boy no force in love"visualizer"
3:34
Melanin gusto
Рет қаралды 2,1 МЛН
Kadie Kay - MON LOGO - ft We Love Muzika (OFFICIAL VIDEO)
4:47
KADIE KAY ENTERTAINMENT
Рет қаралды 2,1 МЛН
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН
Миллионер | 2 - серия
16:04
Million Show
Рет қаралды 1,4 МЛН
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 41 МЛН
How I Turned a Lolipop Into A New One 🤯🍭
00:19
Wian
Рет қаралды 10 МЛН
Big Fizzo - Superman(Official Video)
3:38
Big Fizzo Official
Рет қаралды 3 МЛН
Melanin Boy_ Uri Sweet(Official video)
3:13
Melanin gusto
Рет қаралды 613 М.
We Love Muzik   Like You feat Vichou LOve (Official music video)
4:25
We Love Muzik
Рет қаралды 797 М.
B Face - Nosara (Official Music Video)
3:36
B-Face Official
Рет қаралды 2,3 МЛН
Elena by Melanin boy{we love muzika}
3:14
Melanin gusto
Рет қаралды 1,5 МЛН
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН