Menya ibintu Hosy ivyo yagiye gukora Dubaï/yatemberanye n’abakunzi biw🥰abarundi bahuriyeyo baratesa

  Рет қаралды 30,953

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #hosyirakoze

Пікірлер: 288
@ENGENIER
@ENGENIER Жыл бұрын
Cz mai sister so ndishimye nukuri ikintu nkundira aba Rundi mwerekana burikimwe ntabwo mushyiramwo akiryo, Hosy I love u soo much I'm Rwandan boi
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰♥️♥️✌️✌️one love
@user-ey3ui2yq3h
@user-ey3ui2yq3h 2 күн бұрын
Ozi niwe wanj vuba nanj Ninza iburundi ndagukeney twiyagire❤❤❤❤
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Narabivuze,ndasubiyemwo kubivuga kandi nzokwama ndabivuga uyu mukobwa @Hosy Irakoze ni uwa mbere mu Burundi 🇧🇮 vraiment 🙌🙌🙌👏👏👏kandi azoshika ku ibintu vyinshi vraiment iyo trip yokuja dubai ni intango azoshika kuvyinshi kubera she is so intelligent,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Thank you Cadeau wa Siren🥰♥️
@MeilleurGarc
@MeilleurGarc Жыл бұрын
I'm so verry happy to see Dubaï nubw ntarareng kanyaru ntawuzonyiratak kwandush kumeny Dubaï 🤣🤣 cyakoz nabony kuri Cotebu 🤔 God bless your projects My sister Hosy Irakoze keep going and keep suporting New generation✌️ We love you so Much🥰
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Terimbere shn hosy ndakwikundira cn vraiment imana ikuje imbere cn iyo uri bize bigende neza ushitse Nino bize bigende bien kandi ❣️
@ericnshimirimana8781
@ericnshimirimana8781 Жыл бұрын
Thank you so much nukur warigoy pee ntawutogushimir
@bigirimanaevrard9500
@bigirimanaevrard9500 Жыл бұрын
Mercii ndagiy Dubaï nciy kwa Hosy kabsa ntamuntu numw yari bwiyumvir ivyo bintu vrt!
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
Courage 🇧🇮❤️🇮🇹❤️💕DUBAÏ
@joelndayisaba2310
@joelndayisaba2310 Жыл бұрын
Courage Hosy mwiyo business yaw ubirimwo neza Bface Pablo hejuru cane ham wagiz neza kutwereka Prophète Modeste
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 Жыл бұрын
Merci hosy 😘👌
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Жыл бұрын
Courage Hosy imbere niheza
@akis9134
@akis9134 Жыл бұрын
ooh amazing courage Hosy
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Eg turabantu beza sha ❣️
@aleckisumbingabo697
@aleckisumbingabo697 Жыл бұрын
😍 Bless up ❤️
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Girl you're a star 🌟
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Жыл бұрын
OMG rek mbanz mpez akazi centeram ndab hosy munda yindege😂😂😂
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
Thank you for this vlog 🤝☺️☺️
@DavySmith5
@DavySmith5 Жыл бұрын
Love from UAE(Dubai)🇦🇪 to 🇧🇮
@tuyisabegloria8580
@tuyisabegloria8580 Жыл бұрын
you are smart Cherie❤️
@akezagaella7868
@akezagaella7868 Жыл бұрын
Merciiii sh hosy kudutembereza😁
@josephmvuyekure304
@josephmvuyekure304 Жыл бұрын
Félicitations 👏👏👏👏👏
@kamikazinellyraissa2457
@kamikazinellyraissa2457 Жыл бұрын
💕💕💕wotubwira aho udandariza🇧🇮
@bebehafsa1141
@bebehafsa1141 Жыл бұрын
Courage Hosy turakwemera
@namulivictoria9164
@namulivictoria9164 Жыл бұрын
Imana imbere vyose bizogenda neza hosy
@ndayipfukamiyeemelyne1903
@ndayipfukamiyeemelyne1903 Жыл бұрын
Hosy courage vrm ubirimwo neza
@marleneitrtk
@marleneitrtk Жыл бұрын
Bcp du courage🙌🙌 imbere n heza👌🤗 cnee
@rodmanrodriguez4831
@rodmanrodriguez4831 Жыл бұрын
Hosy in dubai I love it
@nnno989
@nnno989 Жыл бұрын
May, siste, courage
@iyizirethedreamer9931
@iyizirethedreamer9931 Жыл бұрын
that's awesome, fly high girl 💪🏿
@sonerimanaeddy4753
@sonerimanaeddy4753 Жыл бұрын
Courrage pour votre nouveau business
@giamaryse8898
@giamaryse8898 Жыл бұрын
Nice vlog babe 😍 we need more of this uratesaaaaaa kuri vlog 👌🏾
@user-xg9qn9if8t
@user-xg9qn9if8t Жыл бұрын
Waoooo terimbere kbx ndabona ibintu arisawa
@gatjimmy2099
@gatjimmy2099 Жыл бұрын
Keep it up hosy...
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 Жыл бұрын
Courage Hosy terimbere nkunda🎊🙏 B-face kubi uhorutwenza😂😍
@beltrandstarwhite
@beltrandstarwhite Жыл бұрын
Thanks kudutemberez dubai
@boboyann
@boboyann Жыл бұрын
I love you baby gal 😘... ter imbere kabisa we are behind you
@NduwimanaSammy
@NduwimanaSammy Жыл бұрын
Courage terimbere Sister
@madozoe3161
@madozoe3161 Жыл бұрын
Très bien Hosy😍 courage muvyo ukora vyose,ndagukunda ❤
@muben3774
@muben3774 Жыл бұрын
Good luck with your business MGBU 🙏
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 Жыл бұрын
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ hosy hejuru cane👌✌ am so happy for you am proud l love you from🇿🇦
@ondedonaldebagondoze9180
@ondedonaldebagondoze9180 Жыл бұрын
Courage ceo wa Siren no mubindi terimbere
@kayiamanda1117
@kayiamanda1117 Жыл бұрын
Ndagukunda cane hosy,mbona uri umwana mwiza nkunda akajwi kawe ibiganiro vyiza ❤,courage komeza utera imbere.
@benicharlesnzeyimana1482
@benicharlesnzeyimana1482 Жыл бұрын
Kgli is on hit everywhere u go. Utegerezwa gusigura ko utari uwaho iyo babonye usa neza. 😂😂😂
@vivantjournalist
@vivantjournalist Жыл бұрын
😍🔥🔥🔥😍Amazing
@NDUMUDU
@NDUMUDU Жыл бұрын
Good job Hosy! Ubandanye uvuga neza igihugu cacu neza hanze!
@user-jz5jr7uq2g
@user-jz5jr7uq2g Жыл бұрын
😂 😂 😂 😂 Yewe Mana yanj niryambere ugiziki love from 🇴🇲 🇴🇲
@dalylanizi9499
@dalylanizi9499 Жыл бұрын
Murakoz kuntembereza😘
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Courage hosy ngukunda Kanini pe.hejuru hashoboka
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
Courage hosy
@angenoellanduwimana3331
@angenoellanduwimana3331 Жыл бұрын
Merci Hosy ,femme formidable kutwereka Doubaï.urakunzwe p.terimbere mwiza wanje
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Merciii mwiza🥰
@kadidine151
@kadidine151 9 ай бұрын
Tu m’as donné envie de visiter Dubai
@Nik-zv9mz
@Nik-zv9mz Жыл бұрын
Josy kirazira kuvuga uriko urarya I mean ijojo😩🤌 ,Hama tuzogushoreraaaa🔥💞
@raissafabien4285
@raissafabien4285 Жыл бұрын
Aba ari mukazi namwe ntimugakavye😂😂😂vyoba bibi abigize atampamvu nimwe
@marielulu2331
@marielulu2331 Жыл бұрын
Nivyiza Ma chr Nkukunda kubi
@raissamuhimpundu4470
@raissamuhimpundu4470 Жыл бұрын
Courage, Mbe wagenje gute gutwara dubai ko map yaho ihandagurika,
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Жыл бұрын
Big up osy
@manasseart
@manasseart 9 ай бұрын
Merci kutwereka Dubaï
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Mercii Hosy kuba wadutwaye Dubai ni heza canee
@azibossladykenny2455
@azibossladykenny2455 Жыл бұрын
Hosy washitse America kweli🤗🤗🤗🥰🥰
@user-yr9bj3po6h
@user-yr9bj3po6h Жыл бұрын
Urudandazwa rwawe ndarwatuyeko umugisha rurwiiiire cane in the name Jesus.
@lysebelyseofficial6091
@lysebelyseofficial6091 Жыл бұрын
Courage Hosy
@bruceniganze290
@bruceniganze290 Жыл бұрын
Kalibu mwana w'i Burundi
@bijoux20
@bijoux20 Жыл бұрын
Waooh
@migazocumba7212
@migazocumba7212 Жыл бұрын
Woow wicay mukibanza ciza mu ndege ushaka gusamara neza wicara inyuma kwidirisha
@sososonia1956
@sososonia1956 Жыл бұрын
Gusa Hossy ndamwikundira 😘😘 naho rimw na rimw umez nkumu comedienne 🤣🤣
@nkurikiyeviateur8018
@nkurikiyeviateur8018 Жыл бұрын
Courage my sister
@user-kb5zk1kw6m
@user-kb5zk1kw6m 9 ай бұрын
Biraryoshe hosy.courage
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 Жыл бұрын
Waooooh proud of u m sister🥰
@adobenigneirakoze5821
@adobenigneirakoze5821 Жыл бұрын
Courage sha amahirwe masa umuntu nuwotera imbere
@liessendayiziga4558
@liessendayiziga4558 Жыл бұрын
Yesuuu weee uri ino?? Impa location basi duhane utu bzu😘😍 karibu muri Damac hills uturamutse natwe
@nsabimanaelissa6562
@nsabimanaelissa6562 Жыл бұрын
Courage Hosy.Ese abarundi tws twokwigirako.Kd vyose ni kwizera nta mahra aba mak.
@lolajaytizzo7150
@lolajaytizzo7150 Жыл бұрын
Big up Hosy, gusa nagira nkubwire impamvu indya zaho zakunaniye, nuko bwari ubwambere, naho ubund ziraryoshe, hama kwl urumva ko babaza barabitiranya ngo you from kigali, il faut ko tumenyekanish our country, kuko hino muzindi continent uhagenz bakwita umunyarwanda, hama kwl courage utere imbere can, 💞💞💞
@chantalndikumana6220
@chantalndikumana6220 Жыл бұрын
Bon voyage.
@sandy_ira-2711.
@sandy_ira-2711. Жыл бұрын
Nuko nkaba ndahejeje gutembera Dubaï😜😂...merci Hosy, courage et bonne chance mur business utanguye
@muscatoman2766
@muscatoman2766 Жыл бұрын
Merci🥰🥰🥰
@joselynekwizera7758
@joselynekwizera7758 Жыл бұрын
Very nice
@liakatali9699
@liakatali9699 Жыл бұрын
Urakoze kunyereka modeste ibindi twaragutanze kuhabona karibu tena
@hannick1nicktahhatungimana74
@hannick1nicktahhatungimana74 Жыл бұрын
Amazing Dubai👌enjoy sister Hosy🥳🥳🥳🥳
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 Жыл бұрын
Waouuuuh 🤗😍😯abaryohewe numuziki nintambo yayomazi murih? Big up sna 👌🏿 Lamabuja siren ❤️👄 Wubahwe nibikorwa vyaw nabakwakiriy,asha stress zooose piiiii😂🤣😂🤣🤣🤣🤣
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
😂😂😂😂narinzi ko arije gusa amara stress😍 enjoy dear 🥰
@francinenahimana7289
@francinenahimana7289 Жыл бұрын
Gaga yara gabanust sha asaneza
@festineirakoze4386
@festineirakoze4386 Жыл бұрын
Mrci Hosy kudutembereza Dubaï ninajayo sinzozimira😂😂
@ndayizeyeaboubakar4585
@ndayizeyeaboubakar4585 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣 Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇧🇮🇧🇮
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia Жыл бұрын
Good job hosy ✌✌urimukazi kose wowe
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
🥰🥰🥰♥️♥️♥️
@michaelmasiyah5307
@michaelmasiyah5307 Жыл бұрын
burundi connect rwandaise it’s blessed ❤❤❤❤❤😊😊😊😊😊
@habimanaaloys9647
@habimanaaloys9647 Жыл бұрын
Arko kigaliiii kweli yubahwe urwanda kumutima ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️👍✌️
@joselynekwizera7758
@joselynekwizera7758 Жыл бұрын
Uradutembere vraiment
@inganjijoe6252
@inganjijoe6252 Жыл бұрын
Hosy muri DUBAI uzonzanire channette 😎😎
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Modeste is such good guy twarabanye Dubai, kwanza nari ndamupangiye nkiba Al Doha!
@alexisnsengiyumva3914
@alexisnsengiyumva3914 Жыл бұрын
Abarundikazi bubahwe kabisa.....ubirimwo neza nabandi bitinyuke
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
MISS SHARJA🙂🙂 Babazungu b'iBurundi ngabo😃😃 Again, on your Buzness Venture congratulaçaõ🎩👍🏽 All the Best✊🏾
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Thank you so much🥰
@jeanmariebizoza6013
@jeanmariebizoza6013 Жыл бұрын
Reka sha nta un million yokujana hiyo, ndazi wagiye kuri map yo mu misenyi shaaaa! Ibihendwabana ngo nyokuru numugore, ibihendwabana ngo Hosy yagiye kuranguza one million !!!
@ernestniyonkuru3599
@ernestniyonkuru3599 Жыл бұрын
Urakoze kuntembereza doubaï ikiganiro giheze amaguru yarushe🙈🙈
@anefamm9802
@anefamm9802 Жыл бұрын
Courage my sister hosy gutembera nivyiza caane Aho ucukura mumutwe ukundi gushasha.urabonako hameze neza
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Cane peeeee en tout ka ntuhava Uri vide mu mutwe peee
@lydiawamaana8527
@lydiawamaana8527 Жыл бұрын
More blessings mrembo❤️
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Asante mama🥰🥰
@kumugwa
@kumugwa Жыл бұрын
Hosy courage
@lydi791
@lydi791 Жыл бұрын
Terimbere ❤❤
@godsjoy3885
@godsjoy3885 Жыл бұрын
Ucuza Europe naho umu chou 🥰❤️ more blessings and success bby mama 🥰❤️
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
❤❤❤❤
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Ayiii inshallah 🥰
@alinelareineb.9762
@alinelareineb.9762 Жыл бұрын
Vraiment ndajyohewe ko Hosy yagiye mu ndege nko yabyifuzaga... Que Dieu soit loué
@nadiarukundo3636
@nadiarukundo3636 Жыл бұрын
Girl! Urakoresha igifaransa 2much ntitubitahura..
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Жыл бұрын
Number one ....go ahead hosy...terimbere
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Thank you 🥰
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Жыл бұрын
Thank you 🥰
@arnaudniyongabo3537
@arnaudniyongabo3537 Жыл бұрын
Courage pour votre nouveau business
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@nadia9793
@nadia9793 Жыл бұрын
Courage
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 19 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 34 МЛН
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 59 МЛН
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 19 МЛН