Рет қаралды 13,431
Mika Sengazi ati: "Burya rero ico abantu batazi,ndafise amasoni😂. Ikindi,iyo mfise show,ubwoba buranyica saaaaaana nkabura ukwo nifata.Muga nyene..nashitse kuri scène birahera". Kwega kagatebe tumukurikirane😉
📹📸🎞️: @akadirishaprod305