Mkombozi Lucifer - FAT'IMISARABA ft Waidi Yoyada (Visualizer)

  Рет қаралды 381,580

Mkombozi Lucifer

Mkombozi Lucifer

29 күн бұрын

Follow Mkombozi Luxfer on
Instagram: / mkombozilux. .
Facebook: / mkomboziluxfer
Twitter: / mkomboziluxfer
Contact
Booking : mkombozofficial@gmail.com
© Mkombozi Lucifer 2024

Пікірлер: 2 600
@MkomboziLucifer
@MkomboziLucifer 27 күн бұрын
Imana yishure isengesho ry Umurundi ahari hose nivyasaba vyose ariko n umurundi nawe akore ibiheshi icubahiro Imana kugira ngo dushike kare kuri VISION YACU 2040-2060🙏🏿🙏🏿🙏🏿 Ndabasabiye Kuryohegwa muhana agahengwe🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 27 күн бұрын
You legend ☝️
@tresortuyizere
@tresortuyizere 26 күн бұрын
Wubahwe bwana 🇧🇮 @mkombozi
@AmadiKibwana
@AmadiKibwana 26 күн бұрын
❤Ahsant Sana mkomboz
@WillySmith-gg6rh
@WillySmith-gg6rh 26 күн бұрын
Ndarinkumbuye amajanbo yawe kl ndakumva king wacu wa hipap
@LewisNiyonkuru-rw9dz
@LewisNiyonkuru-rw9dz 26 күн бұрын
Ameeen ariko gusenga gusa nibikogwa birakenewe cane urakoze cane Gose hama twebwe umengo amaso ntayo dufise kweli Big up sana nice song ❤
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 27 күн бұрын
Abemer mukomboz nkanj munyiher like namwariry niberey uwamber Rr ntimumbanir mump like ❤❤❤❤❤❤❤
@Ingarukatv
@Ingarukatv 27 күн бұрын
Duh urandijije peee😭😭😭 nimba iyindirimbo harico yakwigishije kora like
@ArivellaNtiranyibagira
@ArivellaNtiranyibagira 26 күн бұрын
Mpol
@TuyisengeClaude-mu4np
@TuyisengeClaude-mu4np 24 күн бұрын
Uyumwan yubahw😂😂😂😂 itey agahind
@NiyibiziMechack-fz3oy
@NiyibiziMechack-fz3oy 24 күн бұрын
Welcome back in your game. Songs like this is only for you in 🇧🇮 abemeranya nanje mumpe like
@charitemanirakiza1200
@charitemanirakiza1200 23 күн бұрын
Mukombozi lucifer nuwambere kuri iyi song naho B face naw ashoboye ariko mukombozi naw afata iya mbere abemeranya nanj mumpe ama like ntimumbanire ❤❤❤
@CharmentDc
@CharmentDc 27 күн бұрын
Fatimisaraba good song kbx abayikunze nkanje nimumpe izo like vrt nukuri
@osielmuhoza8493
@osielmuhoza8493 27 күн бұрын
Nihari
@lamberttwamemaso
@lamberttwamemaso 26 күн бұрын
Nice song
@DonSmith-lo5yi
@DonSmith-lo5yi 13 күн бұрын
Ego kbx
@dantony-g2575
@dantony-g2575 24 күн бұрын
Uwushaka yuko hasta yobandanya aduha umunezero nkuwu akore like ngaha
@jsmmpande7039
@jsmmpande7039 25 күн бұрын
Guys, rwino dushigikirane .kk nawe numurundi mugenzacu🇧🇮 natwe yamaze kudusharamwo Zambia 🇿🇲🇿🇲
@ElogeKeilon257
@ElogeKeilon257 27 күн бұрын
Abayumvirije incuro nyinshi nkanje j'aime ngaha👍👍
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 26 күн бұрын
Jewe nguma ndaba
@davidhitimana5645
@davidhitimana5645 25 күн бұрын
Sinshobor kumar 5min ntayumvirij😢😢😢
@AngeEdouardIRAKOZE
@AngeEdouardIRAKOZE 24 күн бұрын
Je maze kuyumviriza plus de 50 fois
@mrngwea7950
@mrngwea7950 27 күн бұрын
Nipo tanzania kigoma huu mwamba anajua nipe like zangu jamani i liv you song
@MANIRAKIZASylvere
@MANIRAKIZASylvere 26 күн бұрын
Aman muzeh urumw PE
@user-yn2xf3eb8c
@user-yn2xf3eb8c 24 күн бұрын
❤❤
@HatungimanaOmer-fc1kh
@HatungimanaOmer-fc1kh 25 күн бұрын
🙏🙏🙏abashaka ko iyi ndirimbo igera kure igakwiza 1milions wa viuzi ampe like ngaha kuko baba raperi nibatukane uwu naw aduhanure
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 25 күн бұрын
InshaAllah
@N_Onetv-vz5om
@N_Onetv-vz5om 23 күн бұрын
Ewan kl uk mmoja dunia nzima nakupnd kbx I'm Lucky from makamba🤗🤗🤗🤗🤗🤗
@HatungimanaOmer-fc1kh
@HatungimanaOmer-fc1kh 23 күн бұрын
​@@uwinezajohara8362 🙏🙏
@FerdinandNikundana
@FerdinandNikundana 26 күн бұрын
Nice song ntihagir uwurengan adafyonz like nanj iziwanj ndazikeney hano Big up san Mkombozi wubahw❤
@WillyIrambona-gs6is
@WillyIrambona-gs6is 26 күн бұрын
Amina abemera uyumujama mump like
@irakozejosiane2337
@irakozejosiane2337 27 күн бұрын
Uyu mu type aracie ubwenge rwose, uwumvise ico yashatse kuvuga nimunyihere izo like, big up Mutama akira 🌷🥀🌹💐🌺🌸.
@user-di5oj7po2p
@user-di5oj7po2p 21 күн бұрын
W,❤
@NiyukuriClemene
@NiyukuriClemene 25 күн бұрын
Abemera nkanje ko Mkombozi ariwe muririmvyi wambere azi kuririmba ibintu vyubwenge Muze mumpe like Hama mumisi nzobabwira ico twomukorera nka surprise but God protect our child
@AngeEdouardIRAKOZE
@AngeEdouardIRAKOZE 24 күн бұрын
Uwu niwe muririm yo wambere mu Burundi. Abandi bo uzawumva ngo nosara nka b face. Mukombozi nukuri ndagusabiye imihezagiro uruwambere
@shabajims2966
@shabajims2966 24 күн бұрын
Afise msg nkizaba bob marle
@cizaeliphaz7924
@cizaeliphaz7924 24 күн бұрын
Lucky dube w'igihugu cacu
@NiyukuriClemene
@NiyukuriClemene 23 күн бұрын
Ni number one
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 9 күн бұрын
ego vraiment mukombozi avuga neza caane , aririmba ivyubwenge koko. I like him
@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz 24 күн бұрын
Umuntu ritorenga atumvirije inondirimbo 3fois ampe like yanje ❤️
@obedbestman2295
@obedbestman2295 26 күн бұрын
Abafana bamukombozi nkanj ndasavye like tubandany rumushigikira kk nitwari
@TuyisengeClaude-mu4np
@TuyisengeClaude-mu4np 24 күн бұрын
Itey agahind😭😭😭😭
@NyabendaOscar-oj8he
@NyabendaOscar-oj8he 12 күн бұрын
Sha yogenda buhoro mbona ivyubu bigoye suko noe?
@startv257.
@startv257. 27 күн бұрын
Number one jewe starboy The Sheep Nahageze Iyindirimbo Ko iryoshe caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤
@mulundi
@mulundi 25 күн бұрын
Eeeeh nimbaya iyi ndirimbo way wayunvise neeeza ndibaza aricho mwooba mwatahuye kubita like nyiinshi👍👍❤❤on lov bujumbura
@richardndayizigiye7079
@richardndayizigiye7079 26 күн бұрын
Ah!!!!! Voila. Uwu niw mukombozi tuzi. Twar tugukumbuy mukuvuga ibihanze abarundi
@UwimanaFrediane
@UwimanaFrediane 27 күн бұрын
Nka fabelove ngo hit pop mumpe like kubwiy song ndake
@dieudonnetuyisenge7551
@dieudonnetuyisenge7551 26 күн бұрын
Nonee we uri Fabelove ???
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 26 күн бұрын
Na b face twemera ibi ntavyo yovuga yishinga gutukana
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 25 күн бұрын
​@@EmileSinzoyihebab face ntiyegera na gato wapi
@BestEzeboy-bk5el
@BestEzeboy-bk5el 27 күн бұрын
abemerak mkombozi wakera Arik ariw agaruts nyiher like naomba
@emmanuelnkurunziza7167
@emmanuelnkurunziza7167 3 күн бұрын
Bwana mukomboz numuhanga mukuririmba jew sinumva nukuntu nabivuga numuhang gusa imana asenga ibona vyose izomukomeza
@gwidjiqshabani2082
@gwidjiqshabani2082 26 күн бұрын
BEST SONG. LUGHA YA TAIFA UKIIMBA VIZURI UTASKIKA INCHI NZIMA NA JAMII ITAKUELEWAA. NYIMBO YENYE MANUFAA
@NgendakumanaAmosi
@NgendakumanaAmosi 27 күн бұрын
Numvirije impanuro ziri muriyindirimbo numva ndanezerewe kwer 😮 Nimba wayikunze nkanje numpe like 🔥✊❤️🇧🇮
@bienvenuentihinduka
@bienvenuentihinduka 26 күн бұрын
Umuntu iyi Ndirimbo ikoroje amosozi ashirako like tenyene😭😭😭😭😭😭😭😭😭umurundi wumutima akunda Uburundi natumva akabonge kubwiyi Ndirimbo uwo ntazoba arumurundi😭😭😭
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 26 күн бұрын
😭😭😭
@user-ed5xd5np8r
@user-ed5xd5np8r 25 күн бұрын
Twebwe amarira yaramaze guhera
@nathanaelnihorimbere2463
@nathanaelnihorimbere2463 25 күн бұрын
Warumye bro ntamosozi kabisa​@@user-ed5xd5np8r
@DisimasNumvayose-wl8nw
@DisimasNumvayose-wl8nw 25 күн бұрын
Jewe maze kuyumviriza incuro zirenga Cumi
@ibindiboy7109
@ibindiboy7109 24 күн бұрын
Hongela san brother Ngoma kalisa pig up💪💪💪
@dedecobie9216
@dedecobie9216 25 күн бұрын
Uwuriko arasoma presque tous les commentaires ampe like😂 Mukombozi nturya umunwa I Burundi tuvyita guta indero(wababuriye indero). Ariko ntivyarivyo uvuga ibiriho.
@sibomanaadrien9182
@sibomanaadrien9182 14 күн бұрын
Wubahwe kbx nigusenga muri vyose mukombozi ndakwemera
@user-sq1pe9li6v
@user-sq1pe9li6v 27 күн бұрын
Fatimisaraba Uwayikunze Ino song Ashireko like Hano
@dstes
@dstes 27 күн бұрын
Mukombozi Lucifer umu Patriotes dufise mu baririmvyi bo muburundi ubundi wewe turakwemera abavyemeza mushireko like 🎉
@EliasNdayikengurukiye
@EliasNdayikengurukiye 26 күн бұрын
Namupend mkombozi
@dstes
@dstes 26 күн бұрын
​@@EliasNdayikengurukiyeIndirimbo za mukombozi Lucifer nyishi nizo kwigisha kand zihanura apana abaraho birirwa baturenza,induru baririmba ivyinkyndi gusa
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 25 күн бұрын
​@@dstesntaririmb uburofa nibitutsi nkabaraho
@dstes
@dstes 25 күн бұрын
​@@user-qq6mv6vh3e oya ntabitutsi aririmba Mukombozi Lucifer un seul artiste très intelligent que nous avons au Burundi 🎉🎉🎉 aririmba ivyubaka Imana imuturindire🎉❤
@VitalHavyarimana
@VitalHavyarimana 25 күн бұрын
Nagiy ndakund indirimbo zaw arik iyi yoy ije iri kurund rwego kbx! Nuko gusa abant tutumv ubund waruhanuy kbx! Wubahw knd Imana iguh kuramb nogutez imber Afrika yacu❤❤❤
@muhozabertrand-geoffrey2405
@muhozabertrand-geoffrey2405 19 күн бұрын
AMEN AMEN . GIRA UMUGISHA UR'Umwana w'IMANA
@hetmanrene
@hetmanrene 27 күн бұрын
Mbaye uwa 2 muzane like
@charlesAkimana-tc5il
@charlesAkimana-tc5il 27 күн бұрын
Mukombozi ndamufana abamufana nkanje nimumpe liké👌👌🇧🇮🇧🇮
@NduwayoJastin
@NduwayoJastin 25 күн бұрын
Nanje ndimwo pe
@nsabiyumvajeanmarie7374
@nsabiyumvajeanmarie7374 8 күн бұрын
Mkombozi,uvuga ukuri,twari dukumbuye impanuro nintererano yawe,urijwi ry'umunyagihugu,uhoraho akuzigame
@RamOG-xg5my
@RamOG-xg5my 4 күн бұрын
Wewe mukombozi urafise umutima ukomeye gusohora iyi ndirimo mwiyi ngoma ya . evariste❤❤
@boboboxtv
@boboboxtv 27 күн бұрын
Abemera koyadukomye shirako like
@seriousboyofficial277
@seriousboyofficial277 27 күн бұрын
Courage sana Lucifer good song abayamanitse munyihere like dufate imisaraba dusenge❤
@user-on6xl4gd7p
@user-on6xl4gd7p 20 күн бұрын
Uyuhungu amajambo afise mutwe wiwe abandi hasi ngo ba b face ngo El pro bishinga gutukana uyumwana mukombozi 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 20 күн бұрын
Asante sana mukombozi ndazi aba CNDD ntibakunda kumva ukuri bashobora kukugirura nabi ariko niwe ku patriote wacu wukuri wemeye gufata risque kugira uvugire abanyagihugu bagowe big up sana ✊🏾✊🏾✊🏾❤️❤️❤️
@g-zoman1081
@g-zoman1081 26 күн бұрын
Iyi song irarenz kbx🔥🔥🔥🌍 mnipe izo like jaman🇧🇮
@Official_budiboy
@Official_budiboy 27 күн бұрын
Kuva uvuye mubuhungiro niho uki nyereka Kuri Mkombozi Og reka nkufane nka kera papa 💓💓💓💕💓💕💕💕 Fata imisaraba🎺🎺🎺🎶🎶🎶🎶
@tuyisengepascal-xb5ig
@tuyisengepascal-xb5ig 23 күн бұрын
Umushingamateka Uvugira aburundi mkombozi Abavyemera mpa like❤❤
@GloriaIhangame-nu1jz
@GloriaIhangame-nu1jz 25 күн бұрын
Tu es notre fierté 🎉🎉🎉🎉sois abondamment béni mon frère
@semugishajeanpaul9503
@semugishajeanpaul9503 27 күн бұрын
Imana yumve ibyifuzo byabavandimwe babarindi Lv u from RWANDA
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 26 күн бұрын
❤🎉❤
@jaycburundi257
@jaycburundi257 27 күн бұрын
Abandi Bose bazimye ibirofa twifatirimisara Dusenge dukizwe gi pantecote❤❤❤
@cizaeliphaz7924
@cizaeliphaz7924 27 күн бұрын
Neza cane mkombozi Lucifer ni urundi rwego nari nabizi
@IradukundaErnest-gk1ck
@IradukundaErnest-gk1ck 21 күн бұрын
Mpaka ikwije umuriyoni imbere yuko ukwezi guhera isohotse mkombozo akira🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@KagomaJoseph-hr6dg
@KagomaJoseph-hr6dg 13 күн бұрын
Kwl mukombozi jewe ndakwemera man.wababwira nuko batumva.ariko naho bakugwanya ntaho bazogushira imvuga kuri nkawe nizo dushaka naho muri bake.
@dianeniyonsaba5666
@dianeniyonsaba5666 26 күн бұрын
Iziniz ndirimbo tuba dukeney iwacu mu Burundi apna birya bahuragur vya mpezi mungu mbele musore wacu mwiza❤❤
@user-jl7dh1jt8c
@user-jl7dh1jt8c 26 күн бұрын
Uwu mwana wigihugu ivyo aririmba haraho nibaza ko no kuvugishwa n'Imana birimwo!!!
@donhubertndayishemeza1172
@donhubertndayishemeza1172 18 күн бұрын
Wari watunyotej turasavye ntusubir kuja muvyi nkundo umudiho waw nuyu nyen🙏
@user-oq8ef9pe6f
@user-oq8ef9pe6f 9 күн бұрын
Mukombozi respect kuri song abumva ko yasubijemwo ❤❤❤❤❤
@prosperirambona809
@prosperirambona809 26 күн бұрын
Ngizi indirimbo tuba dushaka ndasavye abarundi bose bunvirize iyi ndirimbo nacanecane impanuro mon ami MUKOMBOZI atanga❤❤❤ you so much big up Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮
@ImberimanaNazaire-mn6fh
@ImberimanaNazaire-mn6fh 27 күн бұрын
You're really Mkombozi of Africa especially Bdi wew si mwimbaji tu Bali ni mwalimu🧏 nipeni like thafadari
@NisubirePrince-xz4mi
@NisubirePrince-xz4mi 26 күн бұрын
Iyi song irarenze abemerana nanj nimunyihere like mbon koturikumwee
@Jamsamisi022
@Jamsamisi022 23 күн бұрын
Amasengesho yae imana iyuumvee 🙌
@AliceNzeyimana-zv5ti
@AliceNzeyimana-zv5ti 17 сағат бұрын
Nice a song wubahw kandi kwifurije kugera kure mkombozi
@user-kt5ly8qt3s
@user-kt5ly8qt3s 26 күн бұрын
Mkombozi wakera aragarutse ❤❤🎉Uvyemeza Mpizo likes 👍
@SingirankaboJohnbaptiste
@SingirankaboJohnbaptiste 26 күн бұрын
King hasta ❤ nibumwemera mpa like
@yesuyarishuye3380
@yesuyarishuye3380 24 күн бұрын
Abaririvyi ba gospel nabumuziki twaridukwiye kwifatanya tugashigikirana kuko Imana yaduhaye ingabire zitandukanye dufashanye mukuzikuza ❤I love this song from Australia 🇦🇺
@EricNkurunziza-kg2nk
@EricNkurunziza-kg2nk 17 күн бұрын
Mkombozi akira amashurwe yawe ukiriho 🌷🌷🌷🌱ukuri kwawe Imana izikuguhembere ndakunda ukuntu udatinya urukamvye❤lmana iguhezagire cane nkuko yakurinze2015 nubu ikugumize mumababa yayo❤
@teamlovejesus
@teamlovejesus 27 күн бұрын
Uyu mugabo numuntu wabantu natwe tuyisubiyemwo 10 fois Abayisubiyemwo 10fois muduhe like yacu😂
@kimross5979
@kimross5979 27 күн бұрын
Kama unamukubal mkombozi nipeni hizo like
@user-cf7of7gf7d
@user-cf7of7gf7d 26 күн бұрын
Hasta la Victoria siempre good song Dufate imisaraba dusenge kuko inyishu iva KU MANA
@thankyoubizimana2088
@thankyoubizimana2088 25 күн бұрын
If u see this video in 2090 u will notice that I was also listening to this song..go like the comment so that whenever I come I will listen to this song again
@user-ey9qr4ph2m
@user-ey9qr4ph2m 26 күн бұрын
Nciye nkorora amasozi numvise iyo song nibutseko ndi umurundi.harabuze ukuri nkuku kwa mkombozi
@hittoptv
@hittoptv 26 күн бұрын
Super Star wacu ni wewe🔥🔥🔥
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 24 күн бұрын
Iyi niyo ndirimbo yu mwaka muyi promote cyane ni mwatanga na ma words nizabure
@RichardGirukwishaka-fh3uk
@RichardGirukwishaka-fh3uk 19 күн бұрын
Mkombozi agire aho aba yubahwe kuba adushikirije ubu butumwa Kwa mutama wacu EVRA
@Christiannduru-no4fm
@Christiannduru-no4fm 12 күн бұрын
Ndo Musani Burundi mwanajuwa maneno. Uyu tunamukubali
@user-wf8jy7yh5y
@user-wf8jy7yh5y 27 күн бұрын
Nuwank'urukwavu aremerako rwiruka, Mkombozi niwe Murundi wambere arinda kand'avug'ukuri yubahwe ninayo mpamvu ivyiyumviro vyiwe nivyanje ari bimwe forever and ever.
@OlaveNIYINGEJEJAHA
@OlaveNIYINGEJEJAHA 26 күн бұрын
Fata imisalaba 😮 Mukombozi wajew 🎉 Uwugufana nkanj aguh likes ngaha🎉❤
@Mcprince257
@Mcprince257 24 күн бұрын
Kabisaaaa amajambo asobanutseeee🎉🎉❤💚🤍🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@edmondndahayo5836
@edmondndahayo5836 25 күн бұрын
👍👍 From Rwanda, once again nice song.
@ChegveraenerstMagufuli-wl5nc
@ChegveraenerstMagufuli-wl5nc 27 күн бұрын
Nice hit bro, nimala ya Kwanza ya ku comment kwenye wimbo wa Mkombozi, Sasa basi wakwanza leo au wa mwisho naombeni 200 likes zangu 🤣 🤣 for hit Burundi 🇧🇮🇯🇲🇨🇮🇰🇪🇺🇸🇷🇼
@user-op6dn6df8p
@user-op6dn6df8p 26 күн бұрын
Mkombozi lucifer salute 🙌 isengosho usengeye uburundi rihagije abumva bumvise gitwe cuyundi yumvireho abarundi ahobari hose bagukwirikirana 98%
@user-sh4tw4zd7q
@user-sh4tw4zd7q 4 күн бұрын
Mungu abariki muziki wako
@user-oe3rx4lk1f
@user-oe3rx4lk1f 19 күн бұрын
Nukur sinogend ntavuze abayisubijemwo incuro nyish nkanj mugonge ngah👊
@richardsalamandre3917
@richardsalamandre3917 26 күн бұрын
indirimbo nziza cane.Ifumbire ya Yehova irakenewe.
@LewisNiyonkuru-rw9dz
@LewisNiyonkuru-rw9dz 26 күн бұрын
Ameeen ntako utagira lucifer kweli jewe naguhaye kera like ibindi numutima nugukora nuguhindura ibintu ubwacu kugira umuntu wese aronke ico ashira kumunwa Big up sana ♥️ ❤️ song 🙏🙏
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z 2 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz 👌
@MamanViapro
@MamanViapro 18 күн бұрын
Mukombozi Jew ndamwemera kuko avuga ukuri nashaka iyind song nkiyi ariko sibose baba bashaka kuvyumv kuko hariho abo Uba uriko urambwire you never give up ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@DakidBright
@DakidBright 26 күн бұрын
Abumv nibumv bibwigwa bensh bikumv benevyo gud song kbx mpak like mutam wanj
@ElogeIRAGANJE-dg4do
@ElogeIRAGANJE-dg4do 26 күн бұрын
Imana ikomez mukombozi ndibuk kera yarahanur nkuku ariko vyarangiy atuntujwe aromoka
@kbhygue
@kbhygue 20 күн бұрын
Mkombozi ndumwe mubakwemera Iyo uduhaye amajambo agezweho twirukira kugu support Sinipfuzako wosubira kuvuga ivyijishorya3 zuraca hejuru mukuvuga kuko ntipfuza ko wota paradizo kandi big up sana toma Sankara wuburundi✊🏿✊🏿✊🏿✊🏿🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@BoasBwizzy
@BoasBwizzy 14 күн бұрын
Ewana courage urashoboye amajambo yawe akangura abantu
@KirundoMusic
@KirundoMusic 26 күн бұрын
Abayikunze nkanje Lulu Jay like nyishi
@SezeranoAlexis
@SezeranoAlexis 26 күн бұрын
Shaaa nyabwenge kbx nn nkawewe wagiye mumiziki gukoriki vyaribikwiye ukaba nkomutwaro❤❤❤❤❤
@StevenMugando-ei6vb
@StevenMugando-ei6vb 23 күн бұрын
Mkombozi ariyumvira kabisa nintwari mumuziki,
@GatekaNene
@GatekaNene 21 күн бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭 Mukombozi ico novuga IMANA ikomeze kukurinda wewe ni raisi wa kitaa mtetezi wa wanyonge ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@jonathanniyonsenga8100
@jonathanniyonsenga8100 26 күн бұрын
Mkombozi vyukuri urarinda iyo ndirimbo usohoye muri ibi bihe mu Burundi
@KubwimanaPacific
@KubwimanaPacific 26 күн бұрын
Wubahwe Mr mkombonzi mbere ww niwe ukwiye kuba umusani wa mbere kuk ww ugish'ukuri ntury'umunwa pe!!!!! Respect 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@BizimanaSaduni-hx2fz
@BizimanaSaduni-hx2fz 18 күн бұрын
Mukomboziii nkabivuga uyumwana azanabica ubawateguye kbs
@LeaNdagijimana
@LeaNdagijimana 20 күн бұрын
Sinahora ngira commentaire muga uyu muririmvyi arampezagiye cane vyukur Iman ibandany iguha vyinshi birenze Aho .abaririmvyi nkaba nibo tuba dukeneye
@FalesNimubona-cx1ri
@FalesNimubona-cx1ri 27 күн бұрын
Hama bfce ngo mupinge sha ndakeneye kwumva bfce icavuga mukombozi juu sana
@PatrickCimpaye-bj7df
@PatrickCimpaye-bj7df 26 күн бұрын
Yigeze king mugutoteza Fab love b face niyiparature gusa yigirumwami Iyi game niya Mkombozi na 19th nahivyiw twumva bike nayo b face nuwubu bajejo na Fablove. Ariko over do team, 19th Mkombozi tubazi kuva kera
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 26 күн бұрын
Rap niyo ya mukombozi uravye nivyo ba Tupac bavuga ,bavuga ivyo babayemwo apana birya vyaba b face😅😅
@leonardnduwimana4132
@leonardnduwimana4132 26 күн бұрын
Iyindirimbo bayituvugirize kumaradio yose nkimisi 2 ariyo yonyene ivuga❤😢!!
@gerardniyogusenga5126
@gerardniyogusenga5126 26 күн бұрын
Mukombozi weeee hejuru kabxa sibwabwana
@user-go9ss2sz9e
@user-go9ss2sz9e 20 күн бұрын
Hi Mkombozi! I love you so much. Your songs are informative.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@JeanClaudeFX1
@JeanClaudeFX1 26 күн бұрын
RUNDI BOY 🔥 MUCH LOVE FROM RWANDA 🇷🇼
@junior6ntakarutimana364
@junior6ntakarutimana364 26 күн бұрын
Lucifer Imana ikwonger kuramba,ata Mkombozi twes twokwibagir patriotisme✌✌
@MinisterYvanNik
@MinisterYvanNik 22 күн бұрын
Your number one Legend abemera Mkombozi nkanje mumpe like ❤️🥰🥰🔥🔥🔥👌
@NikuzeDiomede
@NikuzeDiomede 15 күн бұрын
Ndakwemera mutama wanje uvuga ukuri❤❤❤❤
Mkombozi Lucifer - Afrika (Official Visualizer)
5:01
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 171 М.
小女孩把路人当成离世的妈妈,太感人了.#short #angel #clown
00:53
I Built a Shelter House For myself and Сat🐱📦🏠
00:35
TooTool
Рет қаралды 29 МЛН
Melanin Boy ISEZERANO( Official music video)
3:24
Melanin gusto
Рет қаралды 321 М.
MB Data - Tuzonabica ft Dj Philbyte [Visualiser]
3:03
MB Data
Рет қаралды 1,1 МЛН
Ninde? TUVAHE TUKAJAHE
40:55
TV RTNB
Рет қаралды 150 М.
Reverien Ndikuriyo yongeye gukora igisa namahano  13/06/2024
48:25
URUGENDO NEWS
Рет қаралды 14 М.
PAPA NZEYIMANA By MKOMBOZI FEAT RWAGASORE &NDADAYE
5:50
Adrien Rugambarara
Рет қаралды 135 М.
B Face x Mkombozi - KIMWE KU KINDI (Official Music Video)
5:15
B-Face Official
Рет қаралды 548 М.
DAKELOT - ROZALINA [M/V]
3:15
DAKELOT
Рет қаралды 122 М.
Ернар Айдар - Шүкір [official MV]
5:00
Ernar Aidar
Рет қаралды 68 М.
Селфхарм
3:09
Monetochka - Topic
Рет қаралды 3,6 МЛН
Максим ФАДЕЕВ - SALTA (Премьера 2024)
3:33
Төреғали Төреәлі & Есен Жүсіпов - Таңғажайып
2:51
Nurbullin & Kairat Nurtas - Жолданбаған хаттар
4:05
Ademim
3:50
Izbasar Kenesov - Topic
Рет қаралды 71 М.