Mu mwaka w'2040 nta murundi yoba akigenda kuvoma ahantu arenza iminota 15 atararonka amazi.

  Рет қаралды 3,207

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Uburundi bwipfuza ko mu mwaka wa 2040 ata murundi yoba akigenda iminota 15 aja kuvoma amazi. Umukuru w'Igihugu yabishikirije aho yagendera komine #Matana ku mutumba #Rubanga mu rugendo yitiriye #Inkebuzo aho yanagendeye aho ishirahamwe #AmaziWater ryahereje amazi imiryango ishika 900 hakoreshejwe uburyo bwo kuyimba mu kuzimu (forage).

Пікірлер: 15
@NtabirangiraJeanpierre
@NtabirangiraJeanpierre 2 ай бұрын
Byiza cyane , muzahigure uwo mugambi Kandi imana izabibafashemo
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@ubuzimaonlinetv9463
@ubuzimaonlinetv9463 2 ай бұрын
Ese mwe mu Burundi ntago mutanga amahera kugirango muronke amazi?
@Bobleeswagger586
@Bobleeswagger586 2 ай бұрын
Iyo simigambi
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 ай бұрын
Bahe ayo munzu ntakubaha ayo kugahinga,kuko namwe muyagise mukazi yanyu
@AristideIngabire
@AristideIngabire 2 ай бұрын
Turagukunda mutama tuzokwongera nyenicubahiro
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 ай бұрын
Amatara mbanze muyabahe
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 ай бұрын
Akarini ko kuresha ibi juju Koko muragafise.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 ай бұрын
Banza wikuremwo ko uri umuhutu wigishe ubukwe Atari UBWO kukarimi bivurwe bivuye mumutima
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 ай бұрын
Nkajewe sinorindira 2040 yose ntaratera imbere noba nasamaye ahubwo nkeneye mumyaka 3 irimbere gusa abarindira inyigisho za neva nibo bazorindira 2040 nayo abandibo baravyitatagurira hakiri kare😂😂
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Uyu ntaco azopfa agejejeko abarundi atari amarushwa n amagogwa gusa. Au diable soit le cndd fdd
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 ай бұрын
Reka tukwetege wewe igihe uzoba umukuru w igihugu uzoduha amata n ubuki.😃😃😃😆 reka akore ivyashoboye abandi muzoza mukore ibisumba ivyo yakoze.
@calebciza2568
@calebciza2568 2 ай бұрын
Citorere reo Hama ugiteze imbere mumwanya muto😂😂😂😂😂
@panacool978
@panacool978 2 ай бұрын
Mufite ishari gusa, umutima gwa caini. U Burundi buri gutera imbere kandi ubutunzi bw'uburundi buri mumaboko yab'abarundi. Different nu Rwanda ubutunzi bufise abazungu
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 ай бұрын
@@panacool978 wewe turikumwe kandi tuvyumva kumwe burya Perezida akora ivyo twebwe tubatwakoze neza. Kandi mwibuke yuko kuva mu 2015 y amahera bahora baha uburundi barayahagarikije kubera imvururu zari zihari n urwanko banka Umugambwe uri kubutegetsi hama imbere yaho mwibuke yuko Corona yari yabihuhuye igira nabi ubutunzi bw igihugu haca hiyongera ibihano bafatiye igihugu twibuke ko hafi ibice 55% vy amafaranga Reta yakoresha ku mwaka yava ku Bihugu bigenzi vy uburundi. Abarundi nabo umwimbu ucugenda nabi kubera uruzuba n imvura yagiye irwa nabi ikindi amashirahamwe mpuza makungu menshi arugara kubera yanse gukorana na Reta.
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 14 МЛН
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 19 МЛН
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 13 МЛН
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39