Mugisha yaguze INZU nshasha || Abarozi || Barandoze ndakira || Umugore wanje aciye ubwenge caane..

  Рет қаралды 17,406

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 163
@aliceuwimana9291
@aliceuwimana9291 4 жыл бұрын
Mugisha urakoze cyane unsobanuriye neza ishyari ni byo numurozi kweli Nyagasani abaturinde apishe mbari
@shaidaniyonkuru3007
@shaidaniyonkuru3007 2 жыл бұрын
Ma shaaa allah allah abandany yorosha mugish ivyukor biratunezer can wubahw kbc
@josephstones142
@josephstones142 2 жыл бұрын
Mugisha turagufana cyane from Kigali rwanda uzadusure uhae ikaze
@amarsabre922
@amarsabre922 4 жыл бұрын
Mungisha wavuze neza mugambo abanu ngambo babita bajarunj nyiny musonge mbere na Mungu awa bariki kazi yamikono yenu
@amissahussein3658
@amissahussein3658 4 жыл бұрын
Wallah issac wagize neza kubagirisha ikiganiro abobantu ndabakunda vya trop❤❤
@ashuraseif3020
@ashuraseif3020 4 жыл бұрын
Masha Allah . Allah Awabariki na mudumu Katika hiyo ibada.
@mmll8533
@mmll8533 4 жыл бұрын
Manshallah nunanifurahisha san
@uwimanagrace3455
@uwimanagrace3455 4 жыл бұрын
Ndabipfurije gutera imbere,Imana ikomeze kubafasha.
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 4 жыл бұрын
Uyomugore sinarinzi kari wamugisha
@tharcissemanirakiza6654
@tharcissemanirakiza6654 4 жыл бұрын
Mugisha ndamukunda sana aratwenza sana ariko arishura tres calme tres serieux
@uwimbabaziaaliyah1080
@uwimbabaziaaliyah1080 2 жыл бұрын
Manshallah Allah abahe kuramba kuri yisi nubuzima bwiza busesuye Allah abarinde ishyari nibigeragezo byi yis allahum amiin yarrb much lv madam aisha❤❤❤❤❤❤😍
@daphie_la_rwandaise3084
@daphie_la_rwandaise3084 4 жыл бұрын
Ubaza neza ariko wabangamiye mugisha kuko umuri hejuru cyaneee kbsa mwe ntimutinya corona
@oookkk3965
@oookkk3965 4 жыл бұрын
Jmn Aisha nakupenda jinsi ilivyo may love
@smotaibi6725
@smotaibi6725 4 жыл бұрын
Ebn inkino zanyu vrment ziramaze kunyigish vyinshi cn iman ibongereze imigsha myinshi
@inesirankunda8648
@inesirankunda8648 4 жыл бұрын
love sana Mugisha na madame we Imana ibasikane aho bashaka
@samuelngendakumana
@samuelngendakumana 4 жыл бұрын
Mugisha ndamwemera numuntu wakamaro mugihugu muterimbere n'a Isaac
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 3 жыл бұрын
Uko nukuri mazina wanje Nugushima 😍😍😘😘nicambere kimeze neza pe
@anitanahimana2115
@anitanahimana2115 4 жыл бұрын
Mashaa Allah mugisha uko vizuri imana ibaje imbere murugo rwanyu nais
@llanllan9901
@llanllan9901 4 жыл бұрын
Muratwenza kwer Aisha félicitations
@majaliwajerome7809
@majaliwajerome7809 4 жыл бұрын
uvuzukuri kabisa u burundi nibwiza ntagihugu nakimwe gisanaco naje ndishimiye kuba umurundi😍
@halimahalima1984
@halimahalima1984 4 жыл бұрын
Masha allah ndabakunda kabisaa
@nonoamis5983
@nonoamis5983 4 жыл бұрын
Niho navukiy mugish Ndagukunda 😍😍
@habonimanayusra8729
@habonimanayusra8729 4 жыл бұрын
Mashaallah nawapongeza nyie wote kwakazi zenu kweli mko wapambanaji sn Allah awazidishie kila lahkeri na awawekee wepesi kwakila jambo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@isaactv1725
@isaactv1725 4 жыл бұрын
Ameeeeeen
@sharifakassimmossi8154
@sharifakassimmossi8154 3 жыл бұрын
Waoooh mugisha&Aisha nawapenda mpaka basi yaani Allah akomeze kubahezagira abahe nibindi nibindi Burundi💕💕💕
@bigfafa8531
@bigfafa8531 4 жыл бұрын
Mugisha na bi Aisha ndabafanaaa saana💞💞💞
@milym2713
@milym2713 4 жыл бұрын
Sha abaroz ntawubakund nabagom bagum bahig ahobar hos kwer ntaciz agomb kuwund kimushikir ivyonukur kwer
@lindaziti7545
@lindaziti7545 4 жыл бұрын
Ndabakunda cane imana ibarinde🙏
@josehenry7333
@josehenry7333 4 жыл бұрын
Murakora pe!! Imana ihezagire ibikorwa vy Amaboko yanyu
@nagibanagiba5088
@nagibanagiba5088 4 жыл бұрын
Mashallah
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Mashalla tabarakallah💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
@samuelngendakumana
@samuelngendakumana 4 жыл бұрын
Wabavumbuye pe mugabo ndemey mugisha aba heza narahabonye neza niheza
@nellyniyonkuru7784
@nellyniyonkuru7784 4 жыл бұрын
Thx wanj ubikora neza🥰
@lilianeerica3675
@lilianeerica3675 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂muranyishe kwel Mugisha ni comedy wahatal😃😃😃😃 Isaac ababantu nubwo wobazana imisi yose sinokwigera ndeka kubaraba baranezera cane😘😘😘😘😘
@dellyrutayisire4206
@dellyrutayisire4206 4 жыл бұрын
Mugisha avuze ukuri abarundi bafise umutima wubumuntu kiretseko imigambwe ibavangira bagacanamwo ariko ubundi ntaribi
@dullydullahsenior756
@dullydullahsenior756 4 жыл бұрын
Leo umenifurahisha Isaac Classic 🤣❤️🔥🔥
@passyk9968
@passyk9968 4 жыл бұрын
Nice interview! Mugisha yishura neza kandi ari calm.
@drlafoo7650
@drlafoo7650 4 жыл бұрын
Grand mrc isaac kutuganiriza abobantu ❤❤
@mrsmurama8703
@mrsmurama8703 4 жыл бұрын
Yoo nukuri Nkunda ino couple from Australia ❤❤❤
@dullydullahsenior756
@dullydullahsenior756 4 жыл бұрын
MashaaAllah ❤️🙏❤️❤️🤲🏽
@esther8032
@esther8032 4 жыл бұрын
Mashaallah mmependeza
@مارياكافشى
@مارياكافشى 4 жыл бұрын
Uwiteka abaje imberre🇧🇮🇧🇮
@nkurunzizajonathan2308
@nkurunzizajonathan2308 4 жыл бұрын
Sha umurozi tumwangakimwe
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 жыл бұрын
Isaac wew kweli kweli urashoboye kweli mugisha kweli nawe urakaze kweli
@hajerafric5727
@hajerafric5727 4 жыл бұрын
Mash'allah ndabikundir ♥️
@uwinezavanessa5652
@uwinezavanessa5652 4 жыл бұрын
Mugisha na madam wawe ndabakunda cane gose mukina neza kbx
@salah9748
@salah9748 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 4 жыл бұрын
Mugisha ndamukunda aratinya uburozi niryakabiri abivuze
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 4 жыл бұрын
Munapendeza san 💞💞💞
@milym2713
@milym2713 4 жыл бұрын
Mugish nukur iyo ndavy ahubur hose nukur kesh mbandany kurab aruk mbanj kwibuk film yamugish yarambabaj can uryamimm yagutotez narinaramwas sinibaz kwar film narinz kwarivy
@princessramihakim3828
@princessramihakim3828 4 жыл бұрын
Ndabakunda sana ariko ndashaka kubaza none ntimuraronka umwana 🤔🤔🤔🤔
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Жыл бұрын
Mugisha yubahwe umuryango mwiza witahura ndabakunda
@niyongabodesire7775
@niyongabodesire7775 4 жыл бұрын
Uvuzukuri nanje ntagihugu nakimwe ciza nkuburundi
@jeremieniyonkuru631
@jeremieniyonkuru631 4 жыл бұрын
Nyakubahwa Mugisha uvuze ukuri cane, mwisi yose nzima natwe turi mur'Amerika ntiturigera tubona I Gihugu ciza nk'u Burundi. Burundi n'igihugu ciza kirenze.
@bestbamvuga7426
@bestbamvuga7426 4 жыл бұрын
Nukuri kzbin.info/www/bejne/on_bpXifYtWpibc kzbin.info/www/bejne/mGKlg2Srq7hmh6s
@salimajuma5530
@salimajuma5530 4 жыл бұрын
Mugisha egooo.naje ndanka abarozi pe.Allah aborohereze.
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 2 жыл бұрын
Mugisha aganira neza n'ubwenge bwinshi, kandi ashobora kuba un bon comédien
@sandrasandrah9453
@sandrasandrah9453 4 жыл бұрын
😂😂😂 Mugisha uratwengeje kwel 😘😘😍 Isaac ntatwenze cane
@letalove4396
@letalove4396 4 жыл бұрын
Issac turagukunda kandi turakurikirana ibiganiro vyawe ndetse turakunda numuryango wamugisha nibikprwavyiwe Issac icongisavye imbarize mukamugisha icabigeme naco bokorera abakunzi babo kugirango urukundo rwabo ruterimbere akidusigurire nkuko uahisiguye kubagore murakoze
@gej6242
@gej6242 4 жыл бұрын
I like story
@irakozemwanaidimwanaidi1151
@irakozemwanaidimwanaidi1151 4 жыл бұрын
ManshaAllah✌
@dyanad2439
@dyanad2439 4 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe pe❤
@webnyyt2507
@webnyyt2507 4 жыл бұрын
mansha allah
@kimdiditonny7930
@kimdiditonny7930 3 жыл бұрын
Issac na Mugisha family ndabakunda cyane.🇧🇮🇦🇺🙏🙏🙏
@nshimirimanaolinca7940
@nshimirimanaolinca7940 4 жыл бұрын
Mugisha ndabikundira mwenumugore wawe
@shadiamurisho9226
@shadiamurisho9226 4 жыл бұрын
Isaac uregera umuntu chane mpaka ukamubunza kwisanzura yani umemfyinya mugisha mpaka ametamani umalize uwende
@wab5141
@wab5141 4 жыл бұрын
Iki kiganiro cari kimara kbx Family nziza naw Isaac, thx sana kand courage
@jaydencynthia4555
@jaydencynthia4555 4 жыл бұрын
Mugisha numugore wise bararyohera cane
@ffr7137
@ffr7137 3 жыл бұрын
Babita abanyagihuha hhhhh nzoza ndabeko munyakira
@mariamam5719
@mariamam5719 4 жыл бұрын
Mugisha uvuze ukuri aborozi nabo kwanka
@jeannettemukeshimana577
@jeannettemukeshimana577 4 жыл бұрын
Yaniiiiii muranyishe peeee
@amadinduwayo5831
@amadinduwayo5831 4 жыл бұрын
Novuga vyinshi, Mais Respect Isaac TV. ndabakwirikrai iminsi yose
@zuzubintabdu4701
@zuzubintabdu4701 4 жыл бұрын
Manawe mugisha na Isaac murantwenza peee
@hamidahamida3796
@hamidahamida3796 4 жыл бұрын
Manshaallah
@jeannettemukeshimana577
@jeannettemukeshimana577 4 жыл бұрын
Nukuri mana muranyica cane Isaac urandamukiriza aicha ndamukunda caneeeee peee
@emelyneigiraneza3033
@emelyneigiraneza3033 2 жыл бұрын
Nanje ndakunda iyo couples yabo from USA 🇺🇸 ♥ ❤
@ggraci39
@ggraci39 4 жыл бұрын
Hariho abantu bagenewe kuvuga gusa nibitabaraba
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 жыл бұрын
Basha abanyarusaku kabisa nukubamirira kure kabisa
@hakizimanafatma4978
@hakizimanafatma4978 4 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe caane, jewe i ticket namaze kuyigura pe, niho nzoba nibereye Imana ituje imbere nukuri bizoba biryoshe caane nukuri
@jamilanimbona3692
@jamilanimbona3692 4 жыл бұрын
Uyu mu Maman ndamukunda cane
@mtumishiDanny
@mtumishiDanny 4 жыл бұрын
Nice samandari Na aisha
@alindu2576
@alindu2576 4 жыл бұрын
Aisha na Mugisha ndabakunda mubandany muterimbere!
@ggraci39
@ggraci39 4 жыл бұрын
Isaac nubu ndicakubwira urabaza wohura nababana biburiyi ikintu cose baba ari why mwohuza! Nanje nzoza ndakuvumbure umusumwe ndakubaze
@shadiamurisho9226
@shadiamurisho9226 4 жыл бұрын
Isaac ndakunda ibiganiro vyawe ariko geragenza ureke kwegera umuntu ukwaha mukanwa ka mugisha uguma utwenga ubusa ntamunyamakur amenze uko vrm isubireko
@chantosu123
@chantosu123 4 жыл бұрын
Wow twaridukumbuye mugisha 😀urasesta Isaac 🤣
@habonimanayusra8729
@habonimanayusra8729 4 жыл бұрын
Ila kaka Mugisha wewe uzokine comédie kubera urayishoboye😀😀😀😀😀😀😀kbs kubera nimecheka mpaka
@lilianeerica3675
@lilianeerica3675 4 жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Ntawukunda umurozi sha twese turabanka🤨 Mugisha nawe aranyeguye ngo harabaguma baniha😂😂😂😂 kbx ntabwo boryoherwa Bose kndi ntawukundwa na bose arko jewe ndabikundira ndakunda Aisha madame wa mugisha❤❤❤ na Ashura madame Ally😘😘😘😘
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 4 жыл бұрын
Nimweza nyamba atiyambiza nimwiza
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 4 жыл бұрын
Mugisha nsanzwe ndamukunda ariko atubwiye ibijanye nukuntu abantubashobora kubabarozi nciye ndamukunda more than double.
@baudunekwizera6842
@baudunekwizera6842 4 жыл бұрын
Mugisha ndagukeje, turahuza mu vyiyumviro vyo gukunda igihugu cacu, jewe ndi muri arabiya, ariko mbona ntakintu nakimwe kinshimishije ino kuruta igihugu cacu.
@bonaventurembonabuca9293
@bonaventurembonabuca9293 4 жыл бұрын
Vrt avugukuri uburundi nigihugu ciza cane gusumba ibindi bihugu vyose kubamaze gutembera mubindi bihugu
@aminatakibalu1202
@aminatakibalu1202 4 жыл бұрын
Burya abantu birabura rero ntibasukuye??
@alicefaraja7712
@alicefaraja7712 4 жыл бұрын
Turagukunda Isaac Tv
@milym2713
@milym2713 4 жыл бұрын
Vyukur ntanahamw mubind bihug vyiz bisumb uburundi uburund nubwamber pe
@wardah8988
@wardah8988 3 жыл бұрын
Mugisha ndagushigikiye ntagihugu ciza nkuburundi nanje muhomaze gutembera ntaheza nkomuburundi ndabona
@halimahalima1984
@halimahalima1984 4 жыл бұрын
Uburundi bwacu nibwiza kbs
@passyk9968
@passyk9968 4 жыл бұрын
Vyiza cane kurukundo ufitiye our Burundi😁
@اسيابروندي
@اسيابروندي 4 жыл бұрын
Hiyo siku ya Laid sisi hatuto kuwepo. Tuwekeeni. KZbin. Tuinjoy nasisi. Tuna waomba
@aishandayishimiye5127
@aishandayishimiye5127 4 жыл бұрын
Allah awajaalie mafaanikio mema
@fidesinimahye7445
@fidesinimahye7445 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣ariko Mugisha arasetsa sana ngontabwo wofasha nawe ùgowe🤣🤣
@karl-mlldfrc2021
@karl-mlldfrc2021 4 жыл бұрын
Linah blanche brooo umutuzanire
@halimahalima1984
@halimahalima1984 4 жыл бұрын
Umwitero mutandiyo
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 4 ай бұрын
Mbonye kiganiro cuyu mubingwa nca ndengana
@amissahussein3658
@amissahussein3658 4 жыл бұрын
Vrement iyi couple irama😘
@oookkk3965
@oookkk3965 4 жыл бұрын
Hahahaha et wichar hagat acha ufala
@lydiawamaana8361
@lydiawamaana8361 4 жыл бұрын
Iyo couple vrmt ndaykunda, Allah akomez kubarindira indowa yabo
@fashaburunditvenglish6114
@fashaburunditvenglish6114 4 жыл бұрын
Amin
兔子姐姐最终逃走了吗?#小丑#兔子警官#家庭
00:58
小蚂蚁和小宇宙
Рет қаралды 9 МЛН
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 67 МЛН
NIKO KURI KU BAMBAJIJE|MBABWIYE IBYO NZI BIKORA|ISIMBI TV Ep 03
37:54
Shangwe by Al madrassatul firdaus official videos
4:11
FIRDAUS MEDIA
Рет қаралды 20 М.
兔子姐姐最终逃走了吗?#小丑#兔子警官#家庭
00:58
小蚂蚁和小宇宙
Рет қаралды 9 МЛН