Musenyeri Simoni

  Рет қаралды 42,582

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Inyuma y'aho Umurwi #CVR wari uhejeje kuzura kuri uwu wa gatanu ibisigarira vy'abantu bahambwe mu binogo rusangi vyo muma komine yo mu ntara ya #Gitega aho bita #Mutobo na #Nyambeho, Musenyeri Simoni Ntamwana arongoye Diyoseze nkuru ya Gitega yarasomye inkuka y'Imisa y'uguhereza Imana abo bantu. Umviriza ivyo yashikirije muri iyo nkuka y'Imisa

Пікірлер: 27
@consoleekabatesi2790
@consoleekabatesi2790 4 жыл бұрын
Imana ibabarire abatugize impfuvyi
@clementphilipo3340
@clementphilipo3340 4 ай бұрын
Pole sana
@UwingabireShartine
@UwingabireShartine 7 күн бұрын
Good
@audrickkwizerimana7664
@audrickkwizerimana7664 10 ай бұрын
Imana,ibagire mubwami bwayo baruhuke mumahoro.
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 9 ай бұрын
Murandabira musaza wanje arimwo hummm
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 4 жыл бұрын
Ariko Barundi benewacu ndakeneye kumenya ingene umutima w'ubwicanyi watse indaro mu gihugu ciza twari twarazwe na basokuruza. Jewe gushika ubu ntinya mu Burundi kurusha uko ntinya mu muriro udahera. Siniyumvisha ingene mu bantu twahura batwenga, twahurira mw'isengero, mw'isoko, mw'ishure, mu kazi, mu manza eka ahantu hose naciye nagendeye hoba hari harimwo abantu bashobora kuba bafise amaraso ku ntoke. Ivyo bisigarira murabona ko bitakigira ya mazuru mubesha ko dupfa kandi vyukuri dupfa ibibanza vyo gusayangana na ya nda ndende ihumira indya ikica akokize. Ni mutwate w'intwari azoshobora gusubizahamwe Abarundi akarandurana n'imizi ubwo bubisha🤔 Nizere gusa ko atabiyititira kubura ababo bonyene kuko aho uwoduhenda ngo ivyo bisigarira biri mu bwoko bumwe yoba yirengagije vyishi na benshi n'ibigira nkana. Hari ibintu birenze ubwenge kwibaza ko hari abahiga gusubiramwo ayo marorerwa y'ubwicanyi. Mwiyumviriye Abarundi bataye bakomoka, abandi babuze aho baca canke iyo baja kugira bahunge ubwo bubisha bweruye mu Burundi mwibaza ko kubana neza twubahana n'aho tutoba dukundana bizokunda gute? Ni akamaramaza ndabarahiye. Imana rero yoyo mube murareka kuyimena amatwi n'ibisabisho vyuzuye uburyarya. Uwudasonera, ntakunde, ntababare abandi abona nta Mana yohenda ngo arubaha. Murabanza mureke ubuswaganyi n'ubusambo muzoheze mukoranire hamwe musangira akabisi n'agahiye. Ibindi vyose ni amanyanga, ni ubuhumvyi be n'uburyarya.
@ritza3452
@ritza3452 Жыл бұрын
Sha iyaba nari nkuzi two yaze. Uburundi nakuze ababanyi dusangira ibintu vyinshi, twubahana gushika no kubotungwa.dusabikana mais umunsi Uri izina ibimwenyi baraba ibimwenyi. Bakoresheje abanyagihigu batazi nico inda ndende isigura kuri bo. Uburuarya nibabwigumirize Imana niyo izoca urubanz kuri buri muntu kuvyiwe yakoze. Ntarusangi izoduhana mwo
@mishline3815
@mishline3815 3 жыл бұрын
Birababaje😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@juvenalmugisha8328
@juvenalmugisha8328 4 ай бұрын
Scenario. Ibiziga abihezagira ngo bigende gute? Iyo ubutunganae bubarenganura ivyabo bikaja ahabona nico nyamukuru
@user-bg7vb4ut2f
@user-bg7vb4ut2f Жыл бұрын
Twige kwiyakira iman ituj imbre
@nbyokubwayokeven4703
@nbyokubwayokeven4703 Жыл бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@sisqospecialtv4114
@sisqospecialtv4114 4 жыл бұрын
Africa intera agahindaa gusa , Reba kweri ibintu birenze ukwemera nkibi
@franicaniyoyankunze-up2ol
@franicaniyoyankunze-up2ol Жыл бұрын
Nihatri
@hakizimanaomar8055
@hakizimanaomar8055 Жыл бұрын
Shade nihehe iburundix
@shedaniilakoze1064
@shedaniilakoze1064 2 жыл бұрын
😭😭😭😭
@DieudonneBarayandema
@DieudonneBarayandema Жыл бұрын
Nqkkk
@jeannetoure4593
@jeannetoure4593 Жыл бұрын
2015??? Ou qoui
@anithantakarutimana623
@anithantakarutimana623 4 жыл бұрын
Ico no kubwira ikibibwe Nico kimera,iyo hatabaye kubona KO indimiro yabibwemwo ibidakwiye ngo birandurwe kare , nuko nyene ibintu bigenda. Nkakubwiranti isi yose irafise kahise, kayo .rero natwe nk'abarundi dukwiye kumenya KO vyabaye hanyuma duhakane KO vyasubira kuba kuko jewe nagomba kubabwirako atabwoko buhari harubwo muvyiyumviro
@laudaringak2475
@laudaringak2475 4 жыл бұрын
Where is that please ?
@ThierryNiyizgma-wx5xu
@ThierryNiyizgma-wx5xu Жыл бұрын
Burundi my brother
@jeannetoure4593
@jeannetoure4593 Жыл бұрын
Nabo muri 2015??? Kom on a ari bishasha
@pasiensiabel7278
@pasiensiabel7278 4 жыл бұрын
Mimi sielewi kirundi, naomba msaada wa tafsiri tafadhali. Hayo ni mabaki ya watu gani na walikufa kwenye mazingira gani na kwanini.
@dingwes
@dingwes 4 жыл бұрын
mauaji ya kimbari ya 1972 dhidi ya kabila la hutu
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Mwaka wa 1972 president MICOMBERO aliekuwa madarakani alifanya genocide kwa kabila ya wa HUTU. walikuwa wakiwatosha ma nyumbani ,kazini ma padiri ma askofu kanisani, na wanafunzi ku masomo nyuma ya kuwauwa wazazi wao na kuwauwa nao pia. Jinsi walikuwa wengi mno walikuwa wakicimba ma shimu usiku wanawatosha kwenye vituo vya polisi wanawapakiza gari aina beni wengi wao wazima wengine wamekufa na kucapwa fimbo ao baillonnette usiku wanawaelekeza kwenye ile mashimu wanamwanga modele majiwe wala mcanga mashimoni na caterpillar inatia udongo na inapita juu kwa kushindilia wale walizikwa wangali wazima. . Mikowa yote Burundi yiko na ile mashimu fosses communes wako wana fufua moja moja mpaka jinsi watamaliza. Wengi katika warundi milimani wanajua mahali gani wazazi wao ao wanao walizikwa na ndio mana wakitangaza kwenye watafufua ma restes ya maiti wanaenda huko wanaona ma nguo wanalia. Na siku wanamaliza kufufua hio nafasi askofu anafanyia misa pale na kubariki ile ma restes. Mazishi bado .itakuwa mpaka wamalize kufufua fasi yote. Na 1993 wa hutu vile vile waliona wanamuua Ndadaye wengi wao walikuwa wamejicagulia kuuwawa wakafanya revanche kwa wa tutsi wakiogopea yaliopitika 1972 itawarudiria tena. . Ndio vile historia ya Burundi. Wakufufua wakingali kwa 1972. Badae ya kumaliza wataingilia mwaka wa 1993.
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 4 жыл бұрын
Birandijije kko si narinzi ko twishimira umubiri ubora mbe ko dupfa ubwoko twitwa je amazuru kwayo magufa hari amazuru mubona. Ko abantu mwese tusangir tugahurira kumisa kuki twicana
@BarackIsack-qe6yd
@BarackIsack-qe6yd 11 ай бұрын
à
@sergegbah5330
@sergegbah5330 2 жыл бұрын
18 Jérusalem, c’est la cité de David, c’est la patrie terrestre des prophètes et du Christ! Jérusalem n’était pas digne d’un si grand mal! Je puis m’imaginer ce grand rabbin troublé et tourmenté! Il ne pouvait pas accepter que ces démons déambulent çà et là, balançant les bras en avant, s’entortillant comme cela! Jérusalem n’en était pas digne ! 19 Frères, il y a cinquante ans personne ne pouvait s’imaginer que ces agneaux qui rentraient dans cette vieille patrie pouvaient tolérer cela sur leur terre! Regardez Israël, Regardez ces juifs, tout était spirituel et le plus vieux drapeau du monde, frappé de l’étoile de David flottait à nouveau ! Tout chrétien, où qu’il soit, était dans la joie ! Vous voyez ? Israël dont la Bible parle était à nouveau debout! Et ce 14 mai 1948, quand David Ben Gourion déclarait la naissance de l’Etat d’Israël disant qu’Israël allait être «fondé sur la liberté, la justice et la paix selon l’Idéal des prophètes d’Israël », il ne savait pas que cette nation serait Sodome, lieu d’exhibition des homosexuels et lesbiennes de la terre. Il ne savait pas que cette nation serait Égypte : le lieu de pèlerinage de tous les dieux des églises de la terre ! Vous voyez ? 20 Plus les bombes palestiniennes tombent sur eux plus ils deviennent mauvais. Ni la déportation, ni la Shoah et les camps de concentration ne les ont changés! C’est pourquoi Dieu leur envoie à la fois les deux plus grands prophètes qui voient continuellement la face de Dieu! Car les Juifs croient aux prophètes. Et il fut dit : «Oh Dieu! Laisse les palestiniens, ne nous tourmente plus avec les arabes... si d’entre tes saints prophètes, quelqu’un va leur parler, ils croiront ». Dieu a dit: «Ok ! Non seulement Moïse mais je leur enverrai aussi Élie !». Et toutes les créatures qui sont dans le Ciel, et sur la terre, et au-dessous de la terre, et sur la mer, et toutes les choses qui y sont, crièrent à haute voix disant : «À Celui qui est assis sur le trône et à l'Agneau, la bénédiction, et l'honneur, et la gloire, et la force, aux siècles des siècles!». Et ils tombèrent sur leur face et adorèrent! [Ndr: L’assemblée dit : « Amen! »]. www.Philippekacou.org
У ГОРДЕЯ ПОЖАР в ОФИСЕ!
01:01
Дима Гордей
Рет қаралды 6 МЛН
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 7 МЛН
1ОШБ Да Вінчі навчання
00:14
AIRSOFT BALAN
Рет қаралды 5 МЛН
Harya Ubwenge n'Ibitangaza, Yezu Ibikura Hehe? - Patiri Felix Fupi
29:32
Kubandwa nk'uko byakorwaga kera mu Muco Nyarwanda
1:24:17
Muganga RUTANGARWAMABOKO
Рет қаралды 17 М.
У ГОРДЕЯ ПОЖАР в ОФИСЕ!
01:01
Дима Гордей
Рет қаралды 6 МЛН