Mutima le comedien agiye kwishuza sebukwe hagutanga inkwano bamusavye | Cisha ado aramwimye umugeni

  Рет қаралды 63,560

Indundi TV

Indundi TV

2 жыл бұрын

Mutima le comedien atashe zirayoye🤣🤣🤣Mubukwe bwiwe baramwimye umugeni kubera yitwaye nabi🤣🤣🤣Ariko yishuza mubukwe turumiwe😳😳😳Sebukwe wiwe Cisha Adopted aramwirukanye Mutima yabaye nk'ikimata yanse kuhava🤣🤣🤣🤣

Пікірлер: 242
@fatumafatuma8332
@fatumafatuma8332 2 жыл бұрын
Abarundi tumenyane mutima ukorumuti turakwemera😍😍🇧🇮🇧🇮❤
@chezzosirballo8852
@chezzosirballo8852 2 жыл бұрын
Mutima 2022 utumye tuyitinya 🤣🤣🤣🤣Much love from Rwanda
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@Sal-upDon
@Sal-upDon 2 жыл бұрын
Abemera mutima tumenyane🤣🤣🤣🤣🤣
@mutamagerrardofficial
@mutamagerrardofficial 2 жыл бұрын
Love from Mutama Gerrard Official ❤
@user-ip9fe5le8r
@user-ip9fe5le8r 2 жыл бұрын
Huhuhu mutima urumuti wamenyo nuguharura vyose nakwano nero bagiye kuza batanga ahohoho😂🤣😅🤔❤️
@jacksonsalimu1540
@jacksonsalimu1540 2 жыл бұрын
Cisha nukur ndagukunda simbeshere😂🤣😂🤣😂
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣Ewe mutima sha 😂😂😂iry niry jambo ushikirij 😂😂Bash murashoboy courage 🔥2022 ije itavyorosh 🤣🤣🤣facture ihav ingan n inkwano 😂😂😂Ndapfuy 🤣🤣🤣🤣🤣
@user-cv6ze5me8c
@user-cv6ze5me8c 2 жыл бұрын
Courage ndabakunda mutima ndagukunda urahanura ukongerugatwenza ndabakunda mwubahwe from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦✌✌✌👍👍👍
@cishahayoadolphe2808
@cishahayoadolphe2808 2 жыл бұрын
Emwe mutima baramugemye pe!😂😂😂😂
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 жыл бұрын
Wew murayanganya pppp amanyama 🤣🤣🤣
@meddyiranteturuye5739
@meddyiranteturuye5739 2 жыл бұрын
Ewe cihahayo ukora nkuwikorera nuterimbere yamaruwomukwe wawe ntuzomuvimbere ibintubizanabi🔥🔥
@furahatv2578
@furahatv2578 2 жыл бұрын
🤣🤣😅😅😅 mbavu zanguuuu bytheway mwubahwe kuko mutanze icigwa ciza ndabira Ado aburiyelwo nkuko nabandi boburiramwo twikebuke kbxa🤝 love from Furaha TV
@emmanuelnsengiyumva2731
@emmanuelnsengiyumva2731 2 жыл бұрын
Nuyu cisha ado arabizi...!
@chrismuganwa8634
@chrismuganwa8634 2 жыл бұрын
😄😄🇧🇮🇧🇮guys murashoboye kabisa!! Keep it up guys!! 🇧🇮🇧🇮 Turi inyuma yanyu!!
@babubabel3498
@babubabel3498 2 жыл бұрын
Mugabo came mani yisubireko yagiye arashiramwo intoke zarononye cane ariko comedy nama vuya😍😍🥰
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 жыл бұрын
Jew icombona mwoyikomez ikabandanya abo tuvyumv kumw ✋✋✋✋
@mfurayuburundi2421
@mfurayuburundi2421 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂Naheruka kurira kera Mutima balikiwaaa sanaaa Mungu Mbelee #IMANAUMWAMIUBURUNDI
@shimirimanamarie5295
@shimirimanamarie5295 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Yooo ewe Mutima guharurira mubukwe ivyo watanze kubera inkwano 😂😂😂
@tcs2573
@tcs2573 2 жыл бұрын
MUTIMA NIWE FISE KL KOMEZA🔥🔥🔥❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@longinnduwabagabo2787
@longinnduwabagabo2787 2 жыл бұрын
Mutima vrt!! Team yawe respect
@aliceniyo1642
@aliceniyo1642 2 жыл бұрын
Mbaye uwambere nukuri......Ryeeeeee Ndibonyemo....komeza Muryango wanje iyo yo 🙈🙈🙈🙈🙈🙈
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 2 жыл бұрын
Ije itavyorosh kbsaa 2022 🤣🤣🤣Alice waragenz urabon 😂😂😂Ubu rr utahiy zero ndapfuy 🤣🤣🤣🤣🤣
@amanijackson8085
@amanijackson8085 2 жыл бұрын
Alice ndakwemey uraz gukina cane
@sfkl8257
@sfkl8257 2 жыл бұрын
Murazi gukina kweri ndabakunda🥰🤣🤣
@arynxbaba9091
@arynxbaba9091 2 жыл бұрын
😀😀😀😀😀Boss langu Mutima😀😀😀😀
@bucutiarsenelupin164
@bucutiarsenelupin164 2 жыл бұрын
Bravo mwese team sana sanaa abavyeyi bakinye rôle neza... mutima wubahw
@LibereNIYONGABO-qp6ob
@LibereNIYONGABO-qp6ob 4 ай бұрын
Ahorer mutima wakweze ishat ngo ugiy gukwa namwe murakawuk
@yousuffbimenyimana2542
@yousuffbimenyimana2542 2 жыл бұрын
Sha ibyo yakinye nibyo nibyo nkibona comedy yamutima inyubaka ahubwo nanje ngiye kuza ndaharura mama wanje batozonyiama umugeni
@francoissemana2529
@francoissemana2529 2 жыл бұрын
much love from Rwanda
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Factor ya mutima iranyishe 😂🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂manayanje mutimaweee big up team mutima fire 🔥👌
@francineciza1994
@francineciza1994 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣Mamaweeeee facture Ya mutima 🤭🤭🤭asha urumuti wa menyo 🤣🤣nukuri big up cane time mutima
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 2 жыл бұрын
Ewe mutima yooo yatura umube 😄😄😄😄2022 courage
@japhetbanda2831
@japhetbanda2831 2 жыл бұрын
Sha mutuma nuwambere ntawomundutira meet🥰👏
@shadow-nw6sc
@shadow-nw6sc 2 жыл бұрын
Big up Sana nn komwatwemereye ama series Yatimu mutima kwatayotubona
@gloriaishimwe9309
@gloriaishimwe9309 2 жыл бұрын
Haha mutimaaa vmt atiii yaragway infection urinaire😂😂😭🙌ndumiweeeee 😂😂😁na cotex vmt washizeko
@niyobujmv1305
@niyobujmv1305 2 жыл бұрын
Mutima slt 💕➡️🇷🇼
@alainpascalngendabanka3735
@alainpascalngendabanka3735 2 жыл бұрын
Team Mutima mubikora neza courage my team❤️💓
@allytawfikirwagashayija9383
@allytawfikirwagashayija9383 2 жыл бұрын
Courage nyinshi ndi i Kigali mu Rwanda mbakunda vyindani
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 2 жыл бұрын
Kandi muratwigushije cane 🥰 nkajew ndimukurongora ndahakuy icigwa
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 2 жыл бұрын
Team Mutima never disappointed
@Wolf-Junior205
@Wolf-Junior205 2 жыл бұрын
Mutima Ubahwaaa🤣🤣😂😂🤣 aha abasole bahakure icigwa😁😁😂😂
@BelyseB
@BelyseB 2 жыл бұрын
Ewe Mukama Mutima azongwaza imbavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣 courage team mfana 🔥🔥🔥🔥
@abdonianastazi4032
@abdonianastazi4032 2 жыл бұрын
Abanyacamazi tumenyane 😅😅
@emeryoungpro658
@emeryoungpro658 2 жыл бұрын
Hahahahaahaahaa Big Up Mr........
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Aaaahaaa muramvuny imbavu kbs narimaz imis ntaseka mwubahwe
@moosak7650
@moosak7650 2 жыл бұрын
Amahangurugere ndapfuye😀😀😀ehe iyo factur ya mutima hhhhhh😂😂
@giselingabire2204
@giselingabire2204 2 жыл бұрын
Nukuri mutima yubahwe na team yose😀🤗
@albertnipfukamirwe4237
@albertnipfukamirwe4237 2 жыл бұрын
Mutima we nibon. Barareze ariko imyaka tugendana badukosoma vyishi navyone nukubishiramwo
@jamesetienne783
@jamesetienne783 2 жыл бұрын
komera murasekene😁😁😁😁😁🥰
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 2 жыл бұрын
18:24, Mutimaaaa🤣🤣🤣Aba Bo tumenyane. Mukina neza kandi harimwo inyigisho. Mukomere
@jeffojunior9671
@jeffojunior9671 2 жыл бұрын
Cisha Ado much respect bro😍🙌🏽🇧🇮
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 2 жыл бұрын
Mutima we urigisazi kabisa iryojambo ryawe nukuri warisariye
@gasukubarcacomedy8498
@gasukubarcacomedy8498 2 жыл бұрын
Love from gasuku Barça comédie
@user-ks7fi8do1s
@user-ks7fi8do1s 2 жыл бұрын
😂😂😂
@historia1217
@historia1217 2 жыл бұрын
Mutima uri umu comédien akomeye cane. Kandi comédie zaw zirimwo ubwenge bwishi
@pwaluluezzy5020
@pwaluluezzy5020 2 жыл бұрын
Hahahaha abarwanyi bamuteye, harinivyo yibagiye nyinarwaye yaramurihiye hahahaha
@chanciellantahimpera1928
@chanciellantahimpera1928 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Uranyishe ewe Mutima niwubahwe.
@tuyizeredaniella1704
@tuyizeredaniella1704 2 жыл бұрын
😂😂😂mutima Sha arabakoreyeko
@mariairishura7134
@mariairishura7134 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣💕 mutima uranyishe pe😄😄😄
@bizimanaclaude6786
@bizimanaclaude6786 2 жыл бұрын
Cisha ndakwemey kbx Basha urarenze
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 2 жыл бұрын
Ewe mutima sha. Warisaroye kabisa. 😃😃😃😃😃😃😃
@Gloria26799
@Gloria26799 2 жыл бұрын
Bivanye nukuntu inkwano zikunda kuzana induru abahungu nibaze bitegura barongora baguze kirakintu comunzu hama baheze bumvikane inkwano neza
@dinenadi1702
@dinenadi1702 2 жыл бұрын
Mbeg contrôle ya mutima kuber inkwano 😂😂😂😂 gusa imbavu zanj urazirih sinkubesh turagukunda cn 🇦🇪🇧🇮
@emmanueldotto9535
@emmanueldotto9535 2 жыл бұрын
Hahahaha mukovuzl sana hapo una beba bure maana hio pesa nindefu sana
@samuelnzoyihaya4321
@samuelnzoyihaya4321 2 жыл бұрын
Murakoze
@christianfunnyburundi
@christianfunnyburundi 2 жыл бұрын
Twiteze imbere
@nicy-stella
@nicy-stella 2 жыл бұрын
Courage Ange 💞💞
@musanabaganwabelso2901
@musanabaganwabelso2901 2 жыл бұрын
Ewe mutima Sha😂😂😂😂😂
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 2 жыл бұрын
Uwujejwe son yaretse indagala😎
@dmpseasons1467
@dmpseasons1467 2 жыл бұрын
Mutima niwe yavyononye,yitwaye nabi kwa Sebukwe!
@claudineitangishaka2226
@claudineitangishaka2226 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣muranyish mutima ,mubabarir imbavu ziranyish😅😅😆😆🤣
@yvonneniyonsaba9288
@yvonneniyonsaba9288 Жыл бұрын
Ati mucamazi😂😂😂😂urahazi wewe cisha?mucamazi hoho shaa no hafi yo kumupaka barongogwa muri tanzania babakwa muma shilingi
@kaburaberchimas6515
@kaburaberchimas6515 2 жыл бұрын
Nukur murashoboye caaaaaaneeee!!na uyomuhungu wishati ryibirongo arazi kuvuga ijambo rya gishingantah
@jacksonsalimu1540
@jacksonsalimu1540 2 жыл бұрын
Hhhhh nawapenda sanaaa
@nadaiasd9284
@nadaiasd9284 2 жыл бұрын
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 Mukhama uwuranvy azobon 😂🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈
@martinemati7969
@martinemati7969 2 жыл бұрын
Ha ha ha uti sikazima yataha ijoro atura imibe....
@gabbylupittatv5607
@gabbylupittatv5607 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂none se inkwo ni lazima kweli none se inkwo niyiki
@dannytvshow9453
@dannytvshow9453 2 жыл бұрын
Nice
@fatmahff1000
@fatmahff1000 2 жыл бұрын
Ntibizakworoha 😅🤣🤣
@FleuryOG
@FleuryOG 2 жыл бұрын
Muba muhazee😂😂🔥
@melchiademarisasi6584
@melchiademarisasi6584 2 жыл бұрын
Ewe mutima uri gito 🤣🤣🤣
@manirunvadieudonne3158
@manirunvadieudonne3158 2 жыл бұрын
Mutima courrage vrt,ndakwemera,
@thierryniyonizigiye
@thierryniyonizigiye 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣Ebana team mutima mwubahwe kbx
@erickzaraka8369
@erickzaraka8369 Жыл бұрын
Xoool
@alexandrenisubire8168
@alexandrenisubire8168 2 жыл бұрын
Mutuma arahumwe nukuri nimbombo yaguze arazishuza bahava ariwe bakWa
@thaddeeiradukunda415
@thaddeeiradukunda415 2 жыл бұрын
Jado urantwenza caane iyo wakirye rôle uri papa wa Alice!! Nokubona noguha icupa ndake. Urarya ubuseriye ugaheba ukarenza!!
@antony7519
@antony7519 2 жыл бұрын
Mwubahwe😂😂😂
@oseebenofficial6425
@oseebenofficial6425 2 жыл бұрын
Uzikarivyo ga henwe!!! Rega baraturenganya dukora kubarera nokubakwa
@vianneyndizeye8714
@vianneyndizeye8714 2 жыл бұрын
Mwabahungumwe muze murandika 🤣2022 numuti
@user-xd3kt2bs1r
@user-xd3kt2bs1r 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Mutima uzindiha imbavuzanj🤣🤣🤣🤣Nukuri muracarabamber
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 2 жыл бұрын
None weho kutaharuye ako wamuriye?? 😂😂😂
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Alice waravyibush kabisa hama mwirambir murakoz
@Geming-xb7iy
@Geming-xb7iy 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣 team mutima ndabemera
@desireshemezimana9031
@desireshemezimana9031 2 жыл бұрын
Mutima weeeeee uzobehafi nzokwitwazaaa too
@merissapati9630
@merissapati9630 2 жыл бұрын
😁 😁 😁 😁 😁 Yoooooo nukuri
@claireclara8458
@claireclara8458 2 жыл бұрын
Narindabiz KO mutima aazakugumuka munyum hahhhhhh abahung nk mutima wapi nukur ivyowamuh vyose warandika hahhhhh
@dieudonnendayishimiye9631
@dieudonnendayishimiye9631 2 жыл бұрын
Jewe ga Mana Mutima 🤣🤣🤣🤣
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 2 жыл бұрын
Sawa😀😀😀
@LibereNIYONGABO-qp6ob
@LibereNIYONGABO-qp6ob 4 ай бұрын
Cisha ntumaramay kwer
@floraflora9622
@floraflora9622 2 жыл бұрын
Adooo arazikuvugijambo murubanza
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 2 жыл бұрын
Mutima arakoze umuti mutima jew imbavu zanj vuba umvuze ahahahaa
@nassemjosileen8597
@nassemjosileen8597 2 жыл бұрын
Ni Economique weeeeee,
@meschackniyonkuru9534
@meschackniyonkuru9534 2 жыл бұрын
Aho di cisha ado kunkumi umyawe ukagara
@nkeshimanacluadine7807
@nkeshimanacluadine7807 2 жыл бұрын
Nic
Mutima le comedien atukiye indya Cisha Ado ababanyi barumirwa
8:23
터키아이스크림🇹🇷🍦Turkish ice cream #funny #shorts
00:26
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 27 МЛН
OMG😳 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:58
Potapova_blog
Рет қаралды 3,9 МЛН
NYANGE YOUSSOUF
2:17
GAME IN
Рет қаралды 9 М.
gorobeza na MUTIMA le comedien
13:59
radio 96.5 FM
Рет қаралды 22 М.
MUTIMA LE COMÉDIEN NIWE NIYUMVISEMWO, CHANCELINE BUNTU AVUZE NEZA
8:01
Пугает людей игрушкой аллигатора в воде
0:14
Короче, новости
Рет қаралды 3,3 МЛН
Арестовали наглых мошенников 🤯
0:52
Фильмы I Сериалы
Рет қаралды 2,9 МЛН
Щенок Нашёл Маму 🥹❤️
0:31
ДоброShorts
Рет қаралды 6 МЛН