My life, My Journey:Umukenyezi yavutse ari NYAMWEMA ariko bitamubujije guter’imbere mu buzima bwiwe!

  Рет қаралды 19

ODL TV (Our Daily Lives)

ODL TV (Our Daily Lives)

Күн бұрын

Constance KATIHABWA n’umukenyezi w’imboneza mu bandi (Femme Leader). Yavukanye Ubunyamwema Hama ahura nintambamyi nyinshi igihe yakurira mu KIBANO aho abantu benshi badatahura ubuzima bw’abanyamwema . Muri iki kiganiro aratwiganira ivyamushikiye vyose yongera atanga impanuro nyinshi ku bandi batazi ivyo ba NYAMWEMA bakenera nuko bofatwa mu kibano . Afise ishirahamwe yise LIVE TOGETHER AS FAMILY (LTOFA) risanzwe ryitaho imiryango myinshi irimwo aba NYAMWEMA.
Mwomusanga kuri zino mbuga ngurukana bumenyi kugira mumenye ibikorwa vyiwe:
www.instagram....
www.facebook.c...
livetogetheras...

Пікірлер: 1
@nahumuremyishadrak93
@nahumuremyishadrak93 Сағат бұрын
GIANT Gummy Worm Pt.6 #shorts
00:46
Mr DegrEE
Рет қаралды 135 МЛН
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
Зу-зу Күлпаш 2. Бригадир.
43:03
ASTANATV Movie
Рет қаралды 531 М.
Sales Interview #4 with Tina Baghaturia
25:55
SalesAlchemy
Рет қаралды 440
Nseko Buseko!!! 10 Years of Madrat & Chiko 2024 - Season 5 [Full HD]
54:15
Ordinary magic (Обыкновенная магия)
1:34:03
Наталья Eлисеева
Рет қаралды 6 МЛН