MyJouney:NARAMU DRAZE ARANCA AMAZI PENDANT 3 mois 🙆🏽‍♀️HABUZE GATO MARIAGE YACU IPFE🥹

  Рет қаралды 17,386

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Ай бұрын

#myjourney #burundi

Пікірлер: 49
@TimothyLova-jm5bz
@TimothyLova-jm5bz Ай бұрын
Nous sommes dans *Un Monde Évangélisé Riche et Prospère* Ishengero ryuno musi twikangure dukor Un chrétien doit être exemplaires pour tout le monde Amen
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Ай бұрын
Yooo uburundi buriko buja heza kuko ijambo ry,IMANA turarikeneye rijanye nibikorwa vyamaboko yacu kugira ihezagire ivyodukora kandi n,abariduha bafise ubumenyi amaraso mashasha muciyubwenge uwunva yunvise jewe nakuyemwo rwanje❤❤
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Ай бұрын
Hosy wangu unapendeza Sanaaaa,mumutwe uratesa mumaso nuko nuko,nabatumire Baraberewe nintahe itesa yigisha
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
Helloooo bakunziiii❤️❤️❤️ My Journey yagarutseee😍😍 uyu musi reka twumvirize inkuru ya Floriant na Gaella ❤️❤️ Ikiganiro kiraryoshe caaaaanee😍 ukaryoherwa ugihejeje turagusavye ugisangize abantu bawe❤️❤️
@AthanaseStone
@AthanaseStone Ай бұрын
Courage cyane kiratwubaka kandi kikatwigisha hama nkigitekerezo cyanje nasaba ko naba jeunes mwoza murabatumira kuko natwe turafita intahe nyinshi nubwo umenga ntitugaragara rero nkigisabo kubwanje naba jeunes turazifita kandi nyinshi
@marleneitrtk
@marleneitrtk Ай бұрын
Imana ibahezagire cne intahe yabo iraryoshe🥹🥰 merci Hosy kri émission nziz✨✨
@belgeniyomwungere6597
@belgeniyomwungere6597 Ай бұрын
Ako kantu ngo naho yobari Imana ivuy mwijuru ntimuzoje muragashira muduhigo twanyu
@DominiqueMuhoza
@DominiqueMuhoza Ай бұрын
😍😍😍murakoze cane for all the advices, wow the show is top, dushaka kubaka uBurundi bwiza nkuku!!!
@QueenFideliteISHIMWE-ex4wz
@QueenFideliteISHIMWE-ex4wz Ай бұрын
Aba pasteurs b'ubwenge n'ubwitonzi n'urukundo rwiza👌😍😍
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine Ай бұрын
Mbega impanuro nziiza,ni ukuri handitswe ngo Imana izohezagira ibikorwa vy'amaboko yacu Kandi burya ubunebwe n'icaha gikwega ibindi vyinshi
@TimothyLova-jm5bz
@TimothyLova-jm5bz Ай бұрын
Hosy ico Gitabo wavuz ndagishak.Les invités vous êtes super merçi🎉
@inesnduwayo9313
@inesnduwayo9313 Ай бұрын
Perfect questions Hosy!!!les invités muri très interessants biraryoshe kubumviriza 👏🏾
@christasarahsezerano6129
@christasarahsezerano6129 Ай бұрын
Wowss😍... iyi couple ihezagirwe cane. Ndabakunze❤️
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Ай бұрын
Mbega Couple itesa weeee❤❤❤mu Mana turakora kand udakoze nturonk nic uha Imana rer urondere Imana ihezagire ibikorwa vy'intoki zawe❤❤❤
@martinekwizera5104
@martinekwizera5104 Ай бұрын
Hosy essaie de poser des questions courtes pliz. Turashaka kwumviriza ivyiyumviro vyabatumire kurusha ivyiyumviro vyawe. Uzoze uraraba l'émission "ça commence aujourd'hui " sur France2 ou youtube et inspire toi de la journaliste Faustine Bollaert.
@user-fh4xd1im2c
@user-fh4xd1im2c Ай бұрын
Émission imeze neza,Hosy yitondeye ibibazo vyiwe,en tout cas ni Émission irimwo ubwenge,muyaga nk'abanyabwenge,ndabakunze❤❤🎉🎉
@DodoAkimana
@DodoAkimana Ай бұрын
Intahe nziza cane muter imber goos abavuga koyambay bigifi bivana nivyo mwatahuye.afise agakiza ko mumutima ntiyambara kugir mubon koyambay birebire.yambara uko arongowe mumutima bamukizwa kugiti canyu apana gukizwa kuvyo kwambara.impuzu ntizizoja mwijuru bandugu
@dondirce
@dondirce Ай бұрын
Merci hosy nabatumire❤muhezagigwe
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 Ай бұрын
Ils sont juste magnifique ❤. Imana ibahezagire.
@user-ht7uf6zv4w
@user-ht7uf6zv4w Ай бұрын
Imana ibahezagr kumpanuro nziza je ndaz umunt yasivy skl gukor examen ng yagiy gusenga araatemuka ng yar yagiy gusenga so nivyiz ko dusenga dukora kuk IMANA ihezagir imirimo yamaboko yacu
@ClaudineNshimirimana-oy9bm
@ClaudineNshimirimana-oy9bm Ай бұрын
Hahahahahahahaha Imana ibubakire vyavuye kure .Hosy be bless
@user-km9kr3dj2o
@user-km9kr3dj2o Ай бұрын
Sha nanje nzoza kubasangiza intahe yanje kuko ndazi kwizofasha benshi hosy wubahwe ndagukuna❤❤❤
@liesseprinciaINGABIRE
@liesseprinciaINGABIRE Ай бұрын
Hosy merci kuri émission nziza, nabatumire beza.mutubwire église bakoreramwo
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 Ай бұрын
Egliz yitwa MAVUNO iri imbere ya kira
@perleblancheakaneza9366
@perleblancheakaneza9366 Ай бұрын
Merci pour ce témoignage.
@NishimikijimanaBelyse
@NishimikijimanaBelyse Ай бұрын
Iki kiganiro ko umengo kiratesa reka nicare ndacumvirize.uwomudamu yisize akantu keza kumunwa
@umuhumure
@umuhumure Ай бұрын
Hosyy youre awesome. Songa mbele
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro Ай бұрын
Woah 🎉🎉 kuvyo wavuz vyose
@patiencebukuru3166
@patiencebukuru3166 Ай бұрын
Excellent couple. Muraryoshe kwumva
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Florian na Gaëlla ndabibutse muri Bon Berger ,Florian arongora louange ,Gaëlla nawe adusomera bible en français muri Bon Berger muri lundi,Vendredi
@angeange4342
@angeange4342 Ай бұрын
Iyonyambaro ya maman Pasteur umubwire yihanure ibisigaye iyontahe ninziza yubwenge
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k Ай бұрын
Usaneza bj wnj ❤❤❤
@Lucky_boy_257
@Lucky_boy_257 Ай бұрын
HOSY NGIRIRA ICIZERE UMPE IKIGANIRO,NDI UMUNYAMUZIKI ABIJEMWO MURI MARS N'INDIRIMBO NISE MARRY YOU BY LUCKY BOY.MFASHA IKIGANIRO KIMWE GUSA IMANA IZOBIGUHERA UMUGISHA MWINSHI.IGITUMYE NSABA N'UKO ATAHO NDISHIKANA 🙏
@user-pn5ij1rm6i
@user-pn5ij1rm6i Ай бұрын
Courage sha Lucky bizoza.
@Lucky_boy_257
@Lucky_boy_257 Ай бұрын
@@user-pn5ij1rm6i MERCI INFINIMENT ✌️🇧🇮🙏
@ingabiregrace5810
@ingabiregrace5810 Ай бұрын
ikiganiro ciiza caane❤
@calebkaze
@calebkaze Ай бұрын
Mbega vyizaa .
@niyubuntualine233
@niyubuntualine233 Ай бұрын
Ikiganiro kiryosh,nkunda gaga Can n'a hosy
@TimothyLova-jm5bz
@TimothyLova-jm5bz 5 күн бұрын
Ico Gitabo *My work my Ministries* ndagishaka merçi d'avance 🎉
@sarahetcaleb
@sarahetcaleb Ай бұрын
merci Hosy n abatumire ikiganiro kiraryoshe
@irakozemediatrice2577
@irakozemediatrice2577 Ай бұрын
Chère pasteur Gaella Mubisanzw iyumunt yenfluanca abantu benshi hariho ibint aheba kubwa abamukurikirana. Nukuri ntiwambaye nk'umukozi w'Imana .kubera abantu bose batari kurugero rumwe rw'impwemu zurafasha bose wambare wikwize nk'umuvyeyi en plus yubaha Imana
@Ida35715
@Ida35715 Ай бұрын
24:49 😂 😂 😂 ngo ngwiki?
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Ай бұрын
KO muhinduye titre 😂
@sandraniyineza9030
@sandraniyineza9030 Ай бұрын
Umu pastorikazi yicara gutyo imbere y'a caméra yambay nimini arateyisoni vrt😢
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Ай бұрын
Ikiganiro cuza Hosy, ndakiravye ndagiheza,mbega couple nziza,ntibafise ya langage fake y,abakizwa n,aba pasteurs
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r Ай бұрын
Maman pastor ariko yambaye bigufi ibi jambes biradutsitaza
@MecaerriJoy
@MecaerriJoy Ай бұрын
None kumengo uyomugire niwaguma avuga
@Ida35715
@Ida35715 Ай бұрын
Senga umenye kuraba ibintu bikuraba akaba ari navyo ushirako ubwenge n'umutima wawe
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 32 МЛН
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.