Nagiye ngiye kwiyahura menye ko mfise VIH😥|Rosin na Happy bavuze amajambo akomeye|baramfashije cane

  Рет қаралды 7,109

Siren Vibes TV

3 жыл бұрын

#twikingire #dufateimitineza #twigishanye

Пікірлер: 54
@jameseric7123
@jameseric7123 3 жыл бұрын
Nanje nari narayihagaritse ariko Imana indinde ngiye kwongera kuyifata
@alainnahimana8542
@alainnahimana8542 3 жыл бұрын
Kuba mwiyakira. Vyonye bizotuma muramba gusumba abakomeye murakoze kunyigisho mutanze Imana ibandanye ibaha inkomezi naw happy iyo molare uzoyigumane
@hp-ne3ke
@hp-ne3ke 3 жыл бұрын
Kiri mubiganiro umaz gukor nkunz can ab bant nabo force bafis iratangaj kubon baj bakabivugir ahabon nukur courage
@wondersofcreation2344
@wondersofcreation2344 3 жыл бұрын
Courrage les jeunes.vous etes un modèle pour les autres.Ozy,pour moi,uri une KZbinuse qui bosse bcp au Burundi.toi aussi courrage!
@ingoma257media
@ingoma257media 3 жыл бұрын
Yoooo😥😥😥🥺témoignage nkizi nisawa canee
@JHappy-ph7vq
@JHappy-ph7vq 3 жыл бұрын
Ooh courage caaàaane...kandi mukomeze mufasha abandi kugirango nabo biyakire..kandi vyukuri sida ufashe neza imiti nibaza ko itakwica .mukomere goose
@joyjoy2747
@joyjoy2747 2 жыл бұрын
Yoooo happy ndakuzi kuva depuiiiiis ark sinigz mnya kufs ako kagwara. Tu es tr bll sur l coeur ça saute aux yeux nukuri. Je veux te connaitre en peu plus
@arniellejulineineza9372
@arniellejulineineza9372 10 ай бұрын
☺☺☺☺warahezagiwe
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 3 жыл бұрын
Ohhh Merci sana kwiyakira ukomuri kandi nibintu bisanzwe Kimwe nabishimiye
@elvirasiphrose2902
@elvirasiphrose2902 3 жыл бұрын
Ndabakunda c'est tout 🥰
@nyonijacky93
@nyonijacky93 3 жыл бұрын
Happy ma princesse a moi a part yo kumva nkiyi interview simpora nibuka ko unafise VIH kuko uri muzima kumutima no kumubiri kurusha benshi vraiment.tu es ma perle rare💕💓💕💕💖💖💖
@divinendayishimiye7841
@divinendayishimiye7841 2 жыл бұрын
Yubahwee kabsaa elle est si gentille pé♥️♥️
@arniellejulineineza9372
@arniellejulineineza9372 10 ай бұрын
@nadegekarire2886
@nadegekarire2886 3 жыл бұрын
Courage les amis. Imana ibahe kuramba no kuyiorera
@darlenemugisha4434
@darlenemugisha4434 3 жыл бұрын
Ndabanezererewe cane ukuntu mwugurutse,Imana ibampezagirire cane
@bremiteef9221
@bremiteef9221 3 жыл бұрын
Mana yanj nihatali Imana igutabare frère
@isruchosen1037
@isruchosen1037 3 жыл бұрын
❤❤❤
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 3 жыл бұрын
Ndabakuze. Cane
@mucoladouce4929
@mucoladouce4929 3 жыл бұрын
💕
@ClaudineNiyongere-pi2nw
@ClaudineNiyongere-pi2nw Ай бұрын
Umukama abakomeze kandi abahe kuzoza mubivuga kugir mubere akarorero abandi
@niwemugeniannefrida82
@niwemugeniannefrida82 3 жыл бұрын
👏
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 3 жыл бұрын
Mwakire. Gukira. Mwinzina. Rya. Yezusku.
@yvesntonona1462
@yvesntonona1462 3 жыл бұрын
Igikorwa kidasanzwe
@jean-marientezahorigwa5565
@jean-marientezahorigwa5565 3 жыл бұрын
Happy nuwakera ndamuzi yaj muri lycée kanyinya
@ndayikengurukiyeange3259
@ndayikengurukiyeange3259 3 жыл бұрын
Ndabakunze
@horumpenderosin435
@horumpenderosin435 3 жыл бұрын
merc
@qqqqbj2059
@qqqqbj2059 3 жыл бұрын
Yoooo ababantu ndabazi twarabanye kandi uyo mukobwa twaraniganye ndabakunda caneeee Juline ❤❤
@arniellejulineineza9372
@arniellejulineineza9372 10 ай бұрын
🥰🥰
@fabienndikuriyo5787
@fabienndikuriyo5787 3 жыл бұрын
Merci Rosin et Happpy Muri RNJ+ hari cas zaba jeunes et ados bapfuye kubera ngo abapasteur ngo babasengeye bakize. Abo bapasteri kobatabipimira kubiwabo?
@horumpenderosin435
@horumpenderosin435 3 жыл бұрын
bambarize sha Fabien 😃
@claudiamuhoza9480
@claudiamuhoza9480 3 жыл бұрын
Rosino wanje sha😍 gusa j ntavyo wambwiye😂😂😂
@horumpenderosin435
@horumpenderosin435 3 жыл бұрын
😂😂😂😂 naw urabimenye😂😂
@claudiamuhoza9480
@claudiamuhoza9480 3 жыл бұрын
@@horumpenderosin435 ahubwo ndaj ubimbwire neza😂😂😂
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 3 жыл бұрын
mpore lmana irabakunda
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 3 жыл бұрын
muzoze mukwirikiran kanguka
@legerbigirimana3294
@legerbigirimana3294 3 жыл бұрын
@@jeannettehabonimana2825 kugira bahendwe kandi ngo bahebe umuti?yoba itanga impanuro nziza nkizo itangwamwo nubumenyi nkubwo?cank niguhendwa ngo barakize nkuko kwabo bapfungakiwane bandi baguma babahekura? Nibazako kanguka atakinini (inyigisho) yofasha abantu kuruyo mugera nkuko urworwaruka rwinzobere rubikora. Imana ishimweko batanze impanuro nziza cane kugira ntihagire abasubira kurwa mumutego wabapasitori bibinyoma babesha abantu kobakiza. Bokurikira cane urworwaruka numvise rutanga impanuro nziza kubijanye nukwirinda uwomugera kubatarawandura, nuko bofata imiti neza kubamaz kuwandura, kubwineza yamagara yabo. Ibiganiro nkibi vyari bikenewe n'ingirakamaro. Merci à Siren Vibes
@You-kr3gj
@You-kr3gj 3 жыл бұрын
Dufashany kuko ubu ntibakiyivukana kuko medecine yaratey Imbere ubu barayironderera ntamuntu atinya kuryamana numuntu batikingiy nibara
@fabienndikuriyo5787
@fabienndikuriyo5787 3 жыл бұрын
Mon frère ou ma soeur nibaza ko uriko uvuga ibikuje mu mutwe kuvuga ngo ntabayivukana uno musi.nogusaba ko wogenda muri ministère ya Santé urabe ibitigiri vy'abana bavukana umugera wa SIDA uno musi.
@You-kr3gj
@You-kr3gj 3 жыл бұрын
@@fabienndikuriyo5787 bayivukana kubera ugusamara kubera ufis inda ubu baragupimisha mugih wagiy kwa muganga kugir baze barayikurikirana utagiyeyo reo nizo ngaruka mbi uza guhura nazo utiteguriy
@manaljan3943
@manaljan3943 3 жыл бұрын
Nne uwo muhungu ntiwamwanduj GA mugenzi???
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 3 жыл бұрын
Harya bitegwa na situation nimba umugungu yasiruye afise 60 % de chance yokutaandura. Nimba nakiresheje agafuko ni 99.99% yo kuta andura. Hanyuma nimba bat agira sex ni 100% yo kutaabdura. . Haricots nizindi chance . Umuntu yogira yo kutaabdura naburya arumuhungu. Vyiza nu uyo muhungu yagomba kwipimisha
@manaljan3943
@manaljan3943 3 жыл бұрын
@@kelvinsauveur6264 murakoze cne bavukanyi bacu uwiteka abazigamire mubuntu bwiwe
@niyonkuruvictoremmanuel1593
@niyonkuruvictoremmanuel1593 3 жыл бұрын
Congratulation les amis ,muravyuye akakera (sensibilisation zakorwa ) kandi mukomeze kuko Ubu harabaheba imiti ngo basengew abana bakatujana uko ,murabizi bagenzi,mukomeze ibiganiro ivyo kuvuga ndazi KO biriho Hama mbwirr managers Wiyo TV arondere micro zibiri kuko Corona yaratey ,cank anyandikire noyibaha
@horumpenderosin435
@horumpenderosin435 3 жыл бұрын
nivyo twiyemej tuzorwana gushika kukanyuma hama arakimva arakwandikira uyimuhe
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 3 жыл бұрын
Muzoze murafata muri KANGUKA mwizere muzokira bagenzi
@harerimananadia3433
@harerimananadia3433 3 жыл бұрын
Cane gose bazokira kuko nabandi birirwa barashinga intahe ko bakize
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 3 жыл бұрын
Bazikari kabisa ntandwara nimwe idakira usengeye muri kanguka.Ndabateye intege.
@harerimananadia3433
@harerimananadia3433 3 жыл бұрын
@@adolpheniyibizi4252 gusa nuko wumv Hari naba Pasteur babesh ngo basengey umuntu yakize gusa wumvise intahe zomuri muri kanguka urumv KO atarwara nimwe ibaho idakira
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 3 жыл бұрын
@@harerimananadia3433 Ego barahari benshi cane.Ariko muri kanguka ntaho yigera abuza abantu gufata imiti.Wew urasenga hanyuma ukizera ububasha bw'Imana kurya yakijije lazard ,wa mukobwa w'Ikafalanaumi, ....etc niko ashobora gukiza naba ,ikindi hariho temoignages nyinshi zabakize indwara zitandukanye zikaze ,najew ndafise exemples nyinshi zabantu nzi bakize kubwo ukwizera bifashishije amasengesho yo muri kanguka. Merci
@harerimananadia3433
@harerimananadia3433 3 жыл бұрын
@@adolpheniyibizi4252 ego ivyo ndabizi ko bakira kubwinshi kuko na Jew ndayikurikirana
@francoisendayikunda4001
@francoisendayikunda4001 2 жыл бұрын
.,k
Как бесплатно замутить iphone 15 pro max
00:59
ЖЕЛЕЗНЫЙ КОРОЛЬ
Рет қаралды 8 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 10 МЛН
Useful gadget for styling hair 🤩💖 #gadgets #hairstyle
00:20
FLIP FLOP Hacks
Рет қаралды 9 МЛН
Как бесплатно замутить iphone 15 pro max
00:59
ЖЕЛЕЗНЫЙ КОРОЛЬ
Рет қаралды 8 МЛН