Namaze imyaka 7 mva, Abaganga bati nta mwana uzosubira kuronka

  Рет қаралды 6,956

Ubugingo Busagutse TV

Ubugingo Busagutse TV

Күн бұрын

Пікірлер: 33
@aliceniyosaba8689
@aliceniyosaba8689 Жыл бұрын
Iyi ntahe irasa niyanje uretse KO jewe ntagiye kubaganga beshi je nagiye kuri bake nizeye igitangaza c'Imana cane kurusha kwizera abaganga je namaze 3ans mva bidahagarara kugeza Imana yigaragaje ikankorera ibikomeye
@aldinenezerwe5232
@aldinenezerwe5232 4 жыл бұрын
Ntaho Imana itokura umuntu ntanaho itomushikana. Uyumusi ni Belyse, ariko iracakora humura w uri mukibazo nkico cank kirengeye ico, ahari inyishu ni muri Yesu gusa
@jeannefrancoisenduwayezu2322
@jeannefrancoisenduwayezu2322 2 жыл бұрын
Murakoze ku ntahe yanyu.Intahe zirafasha cane.Ijambo ry'Imana n'ukuri kandi rirarema.Yesu ni muzima , arakora
@apostlekevinsibomana7507
@apostlekevinsibomana7507 4 жыл бұрын
Yesu agira neza cane murushirize guhezagirwa
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 4 жыл бұрын
Imana ihabwe icubahiro kandi niyo iha ubwenge abaganga.Imana yabakoreye ibikomeye kugirango muyimenye.
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 3 жыл бұрын
Yesu arakoraaaa,nukuri arakoraaaa,n'ubwo utarasubizwa,ntuzakuts'umutima Yesu arakora🎼 atuy'inyuma y'ibihe aruta itangiriro...... Merci Jésus Christ pour tes bienfaits envers cette famille !!!
@marienoellaigihozo509
@marienoellaigihozo509 4 жыл бұрын
Tuguhaye icyubahiro mwami ayiiiiiiiiiiiiiiiiiiii ushimwe kristo wowe ukorera mugihe cyawe.
@christinekamikazi5593
@christinekamikazi5593 4 жыл бұрын
Hallelujah Imana,ihabwe,icubahiro
@graceniyukuri3882
@graceniyukuri3882 4 жыл бұрын
Imana yacu ihabwe icubahiro kubw'ivyo yabakoreye; intahe yanyu yongeye kunyibutsa ugukomera kwayo.
@dusabeange6385
@dusabeange6385 4 жыл бұрын
Yooo Imana ishimwe cyane mama wari wahuye nikigerazezo kibi pe nubwo ntakigeragezo cyoza
@dusabeange6385
@dusabeange6385 4 жыл бұрын
Ntakigeragezo cyiza
@carmenkanyambo7263
@carmenkanyambo7263 4 жыл бұрын
Imn
@consolatenshimirimana9780
@consolatenshimirimana9780 3 жыл бұрын
Imana ishimwe
@perpetuebwitonzi7321
@perpetuebwitonzi7321 4 жыл бұрын
Yeweee,ntabgo biba byoroshye,ariko du fit Imana ihindura ibyanze guhinduka
@Possible204
@Possible204 4 жыл бұрын
Imana ishimwe weeeee na nyuma ya zero irakora, shimwa wa MANA we
@carmenkanyambo7263
@carmenkanyambo7263 4 жыл бұрын
Jesus est fidele.... sa bontE dure a tjr
@nsenganjinaz5349
@nsenganjinaz5349 4 жыл бұрын
Murakoze cane
@thestrategist3412
@thestrategist3412 4 жыл бұрын
Waouh générique yanyu ni sawa
@nimenyastacey4174
@nimenyastacey4174 4 жыл бұрын
Glory to God
@bertrandbigirimana1628
@bertrandbigirimana1628 4 жыл бұрын
Imana yacu n'ishimwe ishoboye vyose ntakiyinanir idusaba kuyizera gus n'inyum ya zero irakore n'ishimw cane
@safarifred6079
@safarifred6079 4 жыл бұрын
Yoo imana ishimwe cyane pe
@kanezaange4116
@kanezaange4116 3 жыл бұрын
Yesu Arakora Alléluia
@pamelandayishimiye4089
@pamelandayishimiye4089 2 жыл бұрын
Habwa icubahiro Mana kuri Belyse wagiriye neza
@saeednihammed716
@saeednihammed716 4 жыл бұрын
Imana ishimwe Belyse irakoze turitiranwa amazina yose ndanezerew cane
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
Ivyo muriko muravuga mwiyubare. Nimba mutasenga neza ntaho bihuriye nuko mwari abacatholique. Abazi gusenga nugusaba bakirizwa ingwara muri catholique. Muvugivyiza imana yabakoreye. Ariko iyo comparaison muyireke
@jeannettenininahazwe5355
@jeannettenininahazwe5355 2 жыл бұрын
Icubahiro cose ni icawe Mana
@yvesndagijimana1643
@yvesndagijimana1643 4 жыл бұрын
Ucubahiro cose kimusubireko kuko ariwe wenyne abibereye
@marienoellaigihozo509
@marienoellaigihozo509 4 жыл бұрын
Intahe yanyu inyongereyemo intege nukuri nange ndategereje ikibondo kizava kuri Rurema mukomeze kumfasha gusenga.
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 4 жыл бұрын
Mwenedata Imana nyene ubushobozi bwinshi.Igukorere ico uyisavye mwizina rya Yesu 🙏🙏🙏🙏
@jimmyseivid8884
@jimmyseivid8884 4 жыл бұрын
Wizere Yesu niw ashoboye
@mariejeannemukankoyo5594
@mariejeannemukankoyo5594 4 жыл бұрын
Imana ishobora byose ikiza indwara zose nubumuga bwose
@kakunzegerard5214
@kakunzegerard5214 4 жыл бұрын
Jesus is alive
@happyandjoyful2714
@happyandjoyful2714 4 жыл бұрын
ntuce utambuka udakanze hano kzbin.info/www/bejne/baezemCtfq6Vhqc
Umumalayika w'ijoro by Apostle Kevin SIBOMANA
59:30
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 553
Menya impamvu zitera ibibazo ubuzima bwawe by Apostle Kevin SIBOMANA
59:41
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 5 М.
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
Каха и лужа  #непосредственнокаха
00:15
Elza love to eat chiken🍗⚡ #dog #pets
00:17
ElzaDog
Рет қаралды 13 МЛН
HELP!!!
00:46
Natan por Aí
Рет қаралды 17 МЛН
INTAHE YA MAMAN NYISHU.NARONSE UMWANA MAZE IMYAKA 20 MURUGO (EP1)
18:42
AFRICAN MUSIC,Tujyane BY BIGIZI GENTIL (Official Video)
3:59
BIGIZI GENTIL OFFICIAL
Рет қаралды 6 МЛН
Menya uburyo inyenyeri zibwa by Apostle Kevin SIBOMANA
1:25:56
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 4,4 М.
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39